Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Colonel Gaspard Baratuza:"Turekere politike abanyapolitike." - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Colonel Gaspard Baratuza:"Turekere politike abanyapolitike."

Colonel Gaspard Baratuza:"Turekere politike abanyapolitike."

mercredi 8 Mukakaro 2015

Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi Colonel Gaspard Baratuza amenyesha ko ata bwoba bafise bw’igitero canke umuntu wese yokwinjira avuye hanze y’Uburundi.

Colonel Gaspard Baratuza avuga ko abasirikare badategerezwa kwivanga mu vya politike,agasaba kandi abasirikare kudakoresha inguvu mu gihe bagomba gutorera inyishu ibibazo.

Kubwa Gaspard Baratuza nta handi hatorerwa inyishu z’ibibazo atari ku meza y’ibiganiro,akamenyesha ko igisirikare gitegerezwa kutinjira mu vya politike,kuko igisirikare gifise akazi kaco.

Gaspard Baratuza ati :"Turekere politike abanyapolitike."Yabivuze inyuma yaho hari umu General w’umurundi Leonard Ngendakumana yamenyesheje abicishije ku mboneshakure yo mu gihugu ca Kenya ko bagiye gukomeza ibitero vyo kugondoza umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza areke kubandanya agomba gutwara Uburundi.

Messages

  • ego biratangaje kubona umusirikare yinjira muvya politique kweli.None leonard ngendakumana nyamba shaka kwica abarundi ashaka kuzotwara igihugu kigaragara.
    ariko arapima ngira arazi ko umuntu abona atangura intambara ariko atamenya aho iherera.

  • haa!yamara banka kuja muri politike ikabakorerako .none uwo leonard ko bamuzi ntibovugana ibintu bitaraba nabi

  • nibaza ko abasoda iyaba bativanga muvya politique ntanduru kugeza ubu ziba zihari ahubwo barivanga cane kuko bashigikiy iyitwaro ariko umushingantah wukuri aca urubanza uko rubereye

  • Erega ndababwir nkurunziza bamucumis igiti mubitwi birihano nticumva iyomvugo honyene umuvugizi yakoresheje yerekana ubwuba igisirikare gifise ejo ahobukera ntankeka turapfa.

  • Mutama baratuza neza cane umusirikare nakore ivyagisirikare....politique bayrekere abayigenewe.

  • Nta musirikare agira ubwoba agiye ku rugamba kandi urukurukuru niyo nkuru.Politike ni umwana w’uwundi uyikinye nabi iraguhitana.ivyo col Gaspal avuga ni politike muzindi.

  • Mbega uyu wewe ariko avuga iki?Kuva muri Ndamukiza yavuga yamuhe,akamaramaza kabaye igihe intwanzanga atwara zicwa n"abapolicie ntiyanagenda kubaphuba hanyuma araje ngaho arekuza inyinyi n"inda n"indesho ngo ngw,iki?
    Mbega hoho ko atavuga abasoda batwaye gutora ku kumvu ngo uwutagiye gutora azoba ari umu putschitse???
    Sha uw"ukarisha nirwo ruzomumwa,wewe ga Batatuza,ibikurindiriye ni vyinshi.

  • Umugabo yama ari umugabo, uri umugabo wijunja nijambo hamwe nabo murongoye.

  • KOMERA,KUMUHETO,ABARUND TWES,TUBAHANZAMASO MWARAKOZ,IBIKOMEY KU 13 RUSA MURINGABO.PE!!!! UWONAW YAVUZUKO,YIHENZ NKURUNZIZ NIBAMUREKE,NISEBARUNDI.

  • AHUVUGUKO,GRENAD NTIZATEW MURAHO?MWARI MUCUNZIK?NIVYO BITERO BIZOBA KANDI BIHEREY KURI MWEBWE.

  • wentakundi uribuvuge ariko ivyo byinyo byo bagiye kubigabanya mugihe ukibandanije ushira nkurumbi mukwaha

  • Emwe ukwihend?aribagiy ibihitiy?Barabikesh’imana.

  • Ariko.Namba.Mutivaga.Abantu.Bariko.Barahunga.Muri.Muri.Mwebwe.Nikuki.Canke.Abagiye.Ubarushiki?Icinza.Nguhanure.Vugana.Numukuru.Wigihugu.Atembe.Mandat.Yiwe.Yaraheze.Ahandiho.Gucanamwa.Vyaraheze.Mugatwarwa.Numusivire.

  • Eweeee dataweee!sha ubwo n’uburumbo none uravuga ko namba batari muri politique abapolisi barasa abantu abasirikare batabona? Bakoze iki,uhubwo wewe namba waremwe muvyondo bimeze gute,sinzi yaba bativanga ntabwo abapolisi barikuguma bica abantu nabo barorera,mugume hamwe

  • komera nyakubahwa urumugabo wijambo, nivyo mumyaka yahera ntamusoda yisuka muvya poritike! nyakubahwa komeza guhanura abarinyuma yaniyombare na siriro kugira babave inyuma kuko ntaco bazobamarira atarukubakwegera muntambara kandi baribiruhukiye mumahoro

  • Komera turagushigikiye cane. Abo batutsi tuzobafata namaboko aho bari.

  • ntavyishi mvuze,kimwe gusa komera mutama baratuza

  • Komer mutama abo biyita naba generaj leonard ni general wuburofa warabony general aturatura niyaza uzoc umunenga umuh urusoro rwo mumutim hama mubagwany bamaramar uwo naw yiyita murundikazi nikijuju ntavyazi igihugu ukungen gipanz

  • Brya Umusirikar Ahembw Namaher Avuyeh? Ko Ubabwiy Ngo Ntibivang Na Politik? Uraraba Ntubahende Ntuzobahemba Mwe Na Nkurumbi.

  • Mbega ico kiwerewere kirekuza ivyinyo nkibisuka nibizuru birekera ibiseru Aho kiriko kidebagura ibiki? Ko mutivanga mwagiye murubusho gutora mutora nde? Mwatoye uwo utazi? Ayandi matora yaraye kubandi ba presidents warigeze ubona abasoda bagira ivyo mwagize mutonda nkubusurira? Korera iyo nda ariko igihe kizogera utangare. uze udebagura make iterambere ryaraje ivyo uvuga numwuzukuruza wewe niwahagera azobisoma. Uko gusa. Phyuuu

  • ivyo vyinyo bazobihongora ubandanije ushigikira abahonyanga amategeko yigihugu.

  • Nyakwubahwa Baratuza nakagoge ubavuniye, kuko abasirikare bataye umwugawabo bakaja muri porike ngirango tweseturababona ivyababayeko , ahusanga umusirikare yari General ipete rikomeye ngaha Burundi ekanomubindibihugu agasubirinyuma agatangura kubundabunda inyumayimpangu, mubitike, mubigazi yifatisha utu video turimwo amahanbo yiterabwo. Ndababwizukuri ufise umwana canke umuvukanyi ekanumugenzi afise ipete rya General urumvako bimezeneza kumugenzi vyukuri. Ariko nubwoyobari Coronel, naba Majors naba komanda nabandi ndaziko abobantu bafise ayomapeti barinugihugu cabo atarama petibakorosha murikanyrahamba nkumu General aherutse kwubahuka akavugango niwe arinyuma yama grenade yarimazimisi yihinkumbi mubice bimwebimwe vya Bujumbura, ndabwira abobasonda bababakomeye. Kimera Baratuza abarundi turakwishimira nabandi basirukare bigihugu cu Burundi Bose.

  • Eewee. Baratuza. Reka. Kuduhenda. Ww. Waramaze. Kuba. Umunyepolitike. Ahonibo. Bagutumye. Ariko. Iyoruturitse. Ubawiberey. Mubiro. Abasoda. Batobato. Nibobagowe. Kk. Nibo. Barugwana. Bakahapfira. Banzurabe. Grade. Ufise. Urabe. Nabarimwishamba. Ama. Grade. Bafise. Ww. Uzoshima. Atangabonimwe. Igiye. Kubagwanya. Tuzorabeko. Ww. Na. Dorufe. Muzobashobora. Abanyagihugu. Turashigikiy. Abagomba. Kubogora. Igihugu

  • WARABONYE UMU PRESIDENT ACUNGEGWA NABA HUTU GUSA KANURE MUBONE PETER YABITANGUYE !

  • Ndaremye.Nziko Uza Kwisonga Gaspard Muri Politique.Iyo Buba Ubwumwe Bwari Ikindi.Arya Manama Wirirwamwo Nabanye Politike Aba Arayumutekano.Aho Wabukaranga Twari Munsi Y’urujo.

  • Eeeeh nibaje kurubuga rwibiganiro nyn bahereye kr leta Ya Nkuru!

  • Wapi Uruwinda Gusa!Uzipfuvyinabapfakazi Bariko Biririra Kubabo Mwamaze Atacobazira!Bandanya Uca Ubwobujumbu Buboze Ngo Urinivyo Uvuga!Mbega Abinzara Muburundi!

  • MBE WE WIYITA KELLY WE NTUBONA YUKURIKIJUJU ? MBE AHO UROPOKA ABO WEMERA KWARI ABA GENERAUX NI BANDE? Adolphe na bunyoni BATAZI NUGUSOMA IZINA RWABO? Adolphe nshimirimana WEWE YARUMUKOKAYI WIMIDUGA NIWE UHAYE UHAYAGIZA OK NAWE NURORERE GATOYA BUCA MUTANGARA SHA JEWE NEWERA MANASSE, SINDUIJE,RWASA, LÉONCE, GENERAL GODEFROID,ALICE NZOMUKUNDA,NYANGOMA,N’ABANDI BENSHI BIYAMIRIZA AKOKAGAYE BUCA KAMARAMAZA PETER NAKARWI KIWE KIBISUMA N’ABICANYI NAYO UYO GASPARD WEWE NTUMWISHINGE KUKO WE AHAYE AVUGA IVYO KUBERA AKIRI MUMASO YAKARWI KA PETER MUGA AHO BUKERA UMUCANWA NIWATANGURA NDAZI NEZA YUKO NAWE ATAZOGWANA HAMA PETER AZOTANGARA AHO AZOJA GUSANGA ATAMBA YIRORERA AZOCE YIMANIKA CANKE AZOKWEMANGE AMABI YAKOREYE ABARUNDI HAMA TUZOHEZE TUMUCIRE URUMUBEREYE! UZOTANGARA WESHA Kelly na nyakwitwa peter wawe! KANDI SI KERA!

  • Uwo mugabo nimba ari igikoresho ca nkurumbi,ngo GACIYUBWENGE ari mukaruhuko k’indwi 2,mbega ako ka ruhuko ntikarahera? ingabo zagandaguriw kur bumelec ntiyadyogoy,k’ADOLPHE,MARIUS n’abandi ntibirigwa baragandagura inzirakarengane kand ar abasirikare,navug ko avugira umukate,azotangara intambara niyaduka,ntaco mvuz

  • umugabo yama arumugabo komera mutama!

  • UH ASHA NGO NANYINA WUWUNDI AVYARA UMUHUNGU MBE UBU NAHO NYAKUBAHWA GENERAL DIDIER KO NAWE YARAHIYE AKARENGWA KURI YOUTUBE YUKO ATAGISIVYA peter AKUZWA IKIRIRI NAMA BOMBE NAZA MITRAILLEUSES BURYA AHO MWIMENUMUTWE NGO GASPARD MWIHENDA YUKO AMABI YA nkurumbi ARINDE MURUNDI ATAYABONA KIRETSE IVYOBIROBEZO VYIMBONERAKURE! ASHA NIMURORERE GATOYI IZO MBONERAKURE NA peter TUZOHEZA TURABE YUKO MUZONANIRANA! MBE BURYA NGO NTAWUNDI MUGAMBWE UZOKORERA MU BURUNDI NGO KIRETSE IMBONERAKURE GUSA? Ok NATWE BUCA TUBIRABA INKOHO TURINAZO KANDI NABASORE TURINABO MBE NGO GODEFROID NGO NA GACIYUBWENGE NGO NTACO BAZOMARIRA IGISIRIKARE? peter WEWE BURYA AKIMARIYE IKI ATARI KUBICISHA INZARA WAMUCERI N’IBIHARAGE BITAGIRA NUDUSHU HAMA peter WEWE AGUMA YIDUGIRIZA AMAZU ASAHURA UBU AFISE MILIYONI 900 YASAHUYE AMAZE GUTANGAMWO ANGAHE NGO YONGEREQEZE AGASHAHARA KINTICA NTIKIZE ABOBA TROUPES ?N’ABA OFFICIERS KO AGUMA YIBA WE NAKARWI KIWE GUSA? UkURI KWOSE NYAKUBAHWA COLONEL MANASSE NZOBONIMPA YARAGUSHIZE AHABONA HAMWE Peter NAKARWI KWIWE BIBA IMILIYARIDI 40 ZARIZIVUYE MU BUGANDE SHA TEKEREZA UBU UYE ABARUNDI TWESE TURINDIRANYE IGISHIKA GODEFROID NA GACIYUBWENGE KUGIRA BAZE KUBOHOZA UBURUNDI BWAGUYE MUKARWI KIBISUMA NABICANYI TUZOBAKIRIZA YOMPI BA GENERAUX BACU MUKOMERE CANE KWIYO NGWANO MUHAYE MUTEGURA YUGUTEMBAGAZA peter nkurumbi .

  • we gaspa ukiremwa wari mwiza kndi ntawogushavurira mugih urko uduhuma amaso kk ayamafuti uvuga sayo wakuy munda kwa mma waw arko ni nda yaw ishaka kukugaza ngo ury ivyananirany burya hari abakurusha umutw muga bahunz

  • Uyo baratuza ahubwo nakomeye mu mutwe komera Leonard

  • AHO MUBONA KO ABANYAGIHUGU IVYO MUKORA TUTABIBONA?ABIVANGA NTITWAMA TURABABONA!KUMUDAHANA NUMWE

  • KOMERA MUTAMA BARATUZA MUGARUKIRIGIHUGU CATWIBARUTSE.KUKO UMUNTU ASHATSE KUBIMVUGAKURI ATANYUNGARONDERA,ASHIMWANABOSE.

  • None ivyo avuga mwiyumvira ko ari ukuri, ko twese tuzi neza ko igisoda n’igipolisi mu Burundi kiri ugutatu. Hari igisoda ca Cndd-Fdd, igisoda ca Uprona n’igisoda ca Fnl kidakaze cane nk’ivyo bibiri navuze bitangura. Bahenda nde vraiment?

  • JEWE NDAZIKO BARATUZA TUMUSHIGIKIYE CANE, EREGA NUBWO TWUBAHA ABASIRIKARE NABAZAMU BIGIHUHU NABAKIBAMWO UMUZAMURERO BURYA NUMUNTU YUBASHWE CANE MBEMURAZIKO BURYANABEMERA YEZU KOBURYA IMANA YAMURUNGITSE RMNGWATUBERE UMUZAMU? UMUZAMU ARUBASHWE. NGARUTSERERO KUKWEMEZAKO ABASIRIKARE ARABAZAMU BUBURUNDI NABABUBAMWO, CAMUMBARIRA UFISE UMUZAMU AGUCUNGIRIRA INZU WOREKA KUMUSHIGIKIRAGU, REKANDABWIRE NKIGIHE WOBUFISE UMUZAMU AGATERWA NIBISUMA NONEHO UKUMVAKO ARIKWARAHANGARA NIVYOBISUMA NAWE NYENINZU AHURIMUNZU UTEGEREZWA KWIYUMVIRA ICOWOKORA KIJANYE NOGUSHIGIKIRA UMUZAMU WAWE NTIVYOSHOBOKA KOWOSHIGIKIRAKO UMUZAMUWAWE AGIRIRWANABI. NATWERERO IYOTUBABWIRAKO BARATUZA TUMUSHIGIKIYE NIMUVYEMERE KUKO IGIHE HOZABANTU KUMUGIRIRANABI TWOTEGEREZWA GUKORA IKINTU KIJANYE NUKO BARATUZAWACU NABOBAKORANA BATABANGAMIRWA KWOBASHIGIKIRA DUCIYE MUBURYOBWOSE BUSHOBOKA. GASPAL BARATUZA TURAGUSHIGIKIYE ABARUNDI BARENGA 99%

  • MBE WEWE WIYITA NGO NI JOHN NTUBONA YUKO URI IKIJUJU IVYO VYABATUTSI UBIKURA HEHE URAGOWE NUBUJUJU BWAWE UBUSHA MWARAHINYUTSE MWAMBONERAKURE MUGOMBA KUBOHERA AMABOKO I MUGONGO ABARUNDI MWITWAJE AMACAKUBIRI! MBE UZONYIKIRA HEHE NUYO peter WAWE KO NGAHA NAJEWE NDUMUHUTU NKABA NDI MAJOR KANDI NDI MURI ETAT MAJOR KANDI NDIMUBAZOMWIYAMIRIZA IYO NGWAÖ NIYATANGURA!MBE BURYA UHENDANDE KO UBU ABARUNDI TWACIYUBWENGE WAKIJUJUWE! NYAKUBAHWA RWASA,NYAKUBAHWA ,DOMITIANO ,MON GENERAL GODEFROID,NYAKUBAHWA NYANGOMA,NYAKUBAHWA PIERRE CLAVER MBONIMPA,NYAKUBAHWA PIE NIVYOHANYUMA,NYAKUBAHWA GERVAIS RUFYIKIRI N’ABANDI BANYAKUBAHWA ISINZI NAJEWE KO TWESE TURI ABAHUTU MUGABO DUHAYE TWIYAMIRIZA PETER AHO AGOMBA GUHONYANGA AMASEZERAÖ YA ARUSHA HAMA NAWE KUBERA UBUJUJU UKAROPOKA NGO ABATUTS4 KANDI ABAHUTU ISINZI DUFATANYE NABENEWACU BABATUTSI MURWO RUGAMBA TWIMIRIJE RWUGUTEMBAGAZA nkurumbi peter NAKARWI KIWE KIBISUMA ASHA UBU UYE IYO POLITIKE YAMACAKUBIRI YARABATITUKANYE NTAGISIVYA MURAFATISHWA IMINWE ! HUTU,TWA, TUTSI TWESE HAMWE DUTI STOP UMUGESERA peter nkurumbi NTITURI ABAJA BAWE ISANGO RIRI HAGUFI UGATANGARA!

  • Col Gaspard BARATUZA Ur’ingabo Kandi Impanuro Watanze Turazishimye Cane.Biblia Ivuga Iti:ntawusabami 2.Niba Mur’abasirikare Kora Igisirikare,muri Abanyepotike Mukine Politike.Kuko Birabaje Cane.

  • KOMERA MUTAMA ABARUNDI ISINZI TURAGUSHIGIKIYE ABO BADASHIMA IJAMBO RYOGUSHIGIKIRA UMUTEKANO NIZANTUNVA ZABATUTSI ARIKO BAMENYE NEZA KO BARI KURUSHI MBE NIYOMBARE VYAMUNANIYE ARI MUGIHU UBU ARI MUBUHUNGIRO AZO BISHOBORA NAMARAMARE NEZA ABOBA HUTU BIRIKUMWE NABO NIBAMWE BARIYE IGIKOROGWA CABATUTSI MU 72 ARIKO TUZO BAMESURA NIBAJA AHABONA NKABAMWE BO MUCIBITOKI NGOJA TU

  • hhhhuuhuhuuuuaaa ewe Gaspard reka kudukora munkovu MB igisoda kijejwiki?KO tubona aba polici nabasoda nimbonera Kure zanyu zirigwa zirica abanyagihugu ntuhagarire abanyagihugu ngo ubatabare ariwo murimo Imana yaguhay ukadushuhurirako ivyo bi bwebwe atagitabara sha Imana izodutabara! arikoo Imana izodutabara kuko ntagitabara muburundi biragaragara urumuja wa pita

  • Hewe ga Baratuza, urabaza neza ayo abahutu b’abarundi baboneye kuri Micombero i72, aho igisoda ciwe cagandagura umwana w’umwami Ndizeye, caheza kikagandagura abahutu insinzi abandi bagahunga. Ico gihe niwe wenyene yatwara Igihugu n’igisoda ciwe parce qu’il avait dissout le Gouvernement. Ubu rero ni Nkurunziza ashikiriwe. Raba ingene igisoda ciwe camaze abanyagihugu kibica, ngo nuko badashigikiye ikiringo ca gatatu c’umukuru w’Igihugu. Umunyapolitike wa mbere ahubwo mu Gihugu ni umusoda usangwa utarubizi, abandi ni inkurikizi canke bakorera kuri protection y’ico gisoda wamaganira kure vyo kubesha abanyagihugu.

  • Barundi ,barundi kazi,mwese muziko agateka ka zina muntu muburundi kahonyanzwe n’inda z’abanyepolitike bitwaje amoko ngo berekana ubujuju bwabo biyita inca bwenge kuruta abandi ntanguye gushima ingene mwiyamiriza iyo nkona y’umwiza utera gusivya imitima ya bene burundi,ntihagire n’agahengwe mumuha kuko ntakijuju twari bwaronke nkiyo nkuru mbi,nabo barikumwe,ikibazo ntibagishire cane kuri manda ya nkuru nziza,kuko ashobora kutahaba agaformanta ubutegetsi bumukingira muvyaha yakoreye imana n’a arundi.Uyo mugabo avugira imana itamutumye,abwirizwa gufatishwa iminwe,nta nkona arimwo kuko ntanamababa afise yo kugoruka kuko ibirere vyose birugaye iwe kandi n’uyo museveni arondera guhuma amaso abarundi ngo nkurumbi abandanye ,mumwiyamirize,nkuko twumvikanye bene burundi,nta muhutu,umututsi caanke umutwa abaho,turi bene mugabo umwe kandi tuva kumana imwe,system ya CNDD-FDD ibwiriza gutembana imitwe yabanyoye amaraso y’abarundi.Ndi inkona yera atamaraso ya bene burundi inywa ariko nirira ingano n’utumera mu mwanya wisarura,kandi ndira hejuru kwibaba,ibwirizwa nshingiro ryabarundi mwese n’uko CNDD-FDD ya nkurumbi na Adolphe nshimirimana,ndamugarika,bunyoni,kazungu n’iyindi mitwe yiyo shetani ya Peter n’abo biyambitse garde royaliste du diable,bose ko atawucaruka,kandi mwiyamirize ingingo yo kubatwara i rahe,ntaco bafise cobaha umwanya kuriyi si,bose basubire i kuzimu kwimpwemu mbi zibambaye,ntibabatere ubwoba .Komera murugamba gose,twese isi ibwirizwa kubaha ingona zirabakeneye,bibaza ngo barahinduye amaziba yabana babo n’abagore babo n’abandi bose biciye ingo mubusambanyi bwabo,bose babwirizwa kwamburwa iteka ryimibiri bambaye i burundi mumyobo binyegejemwo,ayo namashetani mukomeze kwibohora

  • Aba sikare bamwe bamwe nabaja bankurunziza none abata igihugu suko pasekuba abaja kandi bosabo nti twumvise mu bashatse guhika ubutegetse kobose barikumwe mugabahindukana oho harikintu nubu kikiri mubasirikare banabo gahonyene mubihugu bazocamwo mwebwe nimurindire Nyakubawa pierre ww yarabahinyuye ntabera nagato nahowunva bavugako gaspard baratuza arInaco gituma pita ubuyemera imbonerakure kurusha abasonda mwebwe ntimwumviseko hari amakambi amwamwe yo mugisagara yari akiki jenimboneraku urumusirikara nya musirikare ako ntiwumvako araguzuguro kuzaguhagarikirwa numusivire oyo jewe sinovyera arinacogituma umusikare yabonye akokajari yayiruiye! Kavyo bikadutera amakenga kubwo ww gaspard nahovuga gontimwivageni vyaporitike ahontavyo ubonakubirimwo nimvugo yawe irakuranga yaba abasikare canke abanye poritike twebwe dusha amahorogusa ivyitwazo navyo vyo kuvuga abahutu abatutsi abatwa nimubikure mukanwa mwanye poritike ivyo harikera ubu icotuzi turi umwe dushaka amahoro mbere twebwe amahoro tukezwa niguvu zagisikare nimba mutari muriporiporike bitwere kuko Uyo manda yaga tatu ntituyemera ikgira kabiri amasezerano yarusha niyo dushikiye ni bwirizwashikiro ry’igihugu c’uburundi none mwasikare nimba mudashakako tubasubiza kwishure kugira munonosore neza ahukurintakomubona? Nimwicarike abanyeporitike hasi musubiremumasezerano muyisunge atantaho negamiye kungu zuwariwewese murako bidakunda namakungu ntitwoyakenera nagato mugakuko muronka vyishi iyotwebwe bene igihuguituriko turapfa ninacogituma munbifata minenegwe!!!!!!!!!!!!!!!

  • NONE KO AVUGA GUTRYO KUKI ABARUNDI 140000 BAHUNZE,IGISIRIKALE NAMBA KITIVANGA...KUKI IMBONERA KURE ZIRUKANA ABANTU ...KIBONA...ABAGIHA IBIGWANISHO NI BANDE SI ABASIRIKARE IYO BIKOMEYE.....BIBUKA KUVANGURA POLITIKE NACO!MU BISANZWE IYO KITAVANGWA NA POLITIKE NGO NACO CIVANGE NKO MUBINDI BIHUGU UBU KIBA GITEKANYE NKO MURI EGYPT/TUNISIE

  • oya jewe ndaja kuvuga simvura; hari uwise umwana wiwe mbazumutima; kandi icerekwa ni ikibona ikibwigwa naco ni icumva; umwe wese nakanure arabe ;yumvirize hanyuma abaze umutima . ico umutima uzomubwira abe arico azokora ntazorabe urya canke uyu. ariko akore ico yiyumviriye neza kizogirira ineza igihugu na abana tuzovyara

  • URAVUZENEZA,UKWIYEAGACSHIMWE.IMANA,IGUHEZAGIRE

  • hAMWE NYENICUBAHIRA PETER NKURUNZIZA YOHEBA YOBA ATAYE IGIHUGU MU KAGA.

  • Ingorane nyamukuru za Afririka n.ubuRundi muraziyobagiza canke zikabagora gutahura kubera ukuvangirwa mu mutwe "alienation mentale" nuko tutagira umuco, tutagira akaranga,nta ntangagaciro "valeurs "tugira, twujuje ama’anti-valeurs" ibanga ryacu twarihishuriye abakoroni; twarataye umuco dukurikira umuzungu muri "civilisation" mugabo iyo ’civilisation’ ntaco iramara gushika ubu atari uguvangirwa mu mutwe; akarorerodufatiye 1. mu ntwaro dukoresha intwaro rusangi "democratie" ivuye k’umuzungu, hakuduhuza iraducanishamwo, mu ntwaro za basokuru, igihugu kinaniye umutegetsi yaca yiha ubuki kuko carazira ko ahemukira abanyagihugu, mugabo ubu naho coba kigeze aho umwansi ashaka, umutegetsi arihorera, abantu bagatikira akiberaho n’umuryango n’abagenzi, igihugu gihinduka icibare c’umutegetsi 2. ikurikiramana "religion"’ dukoresha iryo twazaniwe ritagira ikintu na kimwe c’umuco n’imihango nyafirika, ingaruka nuko abafirika baririmba yesu, muhamadi ariko ibibi n’ubushezi bigakomeza, abazungu n’abarabu bazana ayo madini bita abanyafurika abashenzi, abapagani kuberabasenga mu mihango nyafirika, ariko ubu muri kirisu na isiramu niho hai abapagani n.abashenzi benshi gusumba igihe c’abasokuru; ivyo vyose biba kuko umuco ’umuhango wacu wo gusenga twabitaye dukurikira imihango yo gusenga y’abanyamahanga twizeye ko ari myiza gusumba ariko si vyo, ugusenga ni kimwe nta kurikiramana ’RELIGION" risumba irindi kuko zose zijanye n’ahantu n’abantu barihimvye; kera basokuru BAKIBANDWA, urukundo rwari rwose, ukwemera kwari gukomeye gusumba ubu. aya madini Isiramu na Bukirisu bidukura ku muco, kuko izo dini 2 zaje sishaka ko dusenga mu kirimi c’ikiratini n’icarabu, zigashaka ko twitwa amazina y’abazungu n’ayabarabu; ibi vyose kugira tube ibihwiji mu madini y’abakoroni dute rwacu hama vyrohe kutugira imbohe. 3. Inyigisho n’indero; aya mashure twubakiwe ntaramura abanyabwenge, aramura injiji zize; aramura abanyamahanga mu gihugu cabo; dukwiye kuyashiramwo ubuzima nyafurika kugira riramure abanyafirika bazi igihugu cabo, bazi ingorane z’igihugu n’umuti bovuguta. rero hari ibisata 3 nyamukuru bitegerezwa kuvugururwa kugira afirika yogorore, ifate umurongo wo kwikukira. murakoze

  • jewe ndumurundi nkaba mba mwanza tanzania cono saba abarundi naje ndimwo tu mwihanganire petero nkurunziza atware iyo myaka itano yagovyo kuko usubiye inyuma ukaraba igihugu aho yakivanye nikure kandi kwama abarundu duhunga sivyiza ubu kiragihugu kiragaya uburundi kwama k’iri mu rwano ntako dukumbura iwacu oya turavye ivyirirwa biraba ibujumbura birateye ubwoba .mu rakoze ngaho bujumbura uti mwara mutse mwese mwantoye...kumurongo wanyu

  • nturunziza turagukunda hama abagwanyi nabo tuzobarasa kuko ntiziraziba ok p6 and love kubagukunda umwasi nawe nukumuca ururimi namavya ok

  • Je ndazi ko umusi intahe izofata ijambo na wew gsprd uzojugumira. Uwuramvye arabona eka nzobona vyinshi pe!

  • Je ndazi ko umusi intahe izofata ijambo na wew gsprd uzojugumira. Uwuramvye arabona eka nzobona vyinshi pe!

  • Peternumugabo natware igihugu aragikwiriye, kandi ngo ubugabo buzirubwoba.

  • NAGOMBA MBARIRE ABATAVUGA RUMWE NARETA KO AMAHERA AVA MUNTAMBARA ARIKO ARONKWA NABAKE NABAYAROSE NTIBIBUKA ABOBAYARONKANYE MPERE KURI BUYOYA YAKORESHEJE ABASODA MUNTAMBARA ARIKO YABAHEMBA 9000MILE NAWE YARONKA ANGAHE?KURINTIBA BAHEBWA 6500.NONE NTIBA YABONAKWIYE? BAGAZA BAHEMBWA4000.YARATUNGUMURYANGO?BUYOYA BAMUSAVYAHERA YAVUZENGO IMBWIHAZE NTIKUGA HHHA. PITA ASHITSE ATIJEWE NDAZICUMUSODA AMAZE TWAVEYEKURI 14000MLE.TUJA KURI45000 MUTOWANYUMA 2CL UBU ABOTWITA BACINJIRE BAGEZEKURI 68MILE NABA2CL NAYOTWEHO NTAVUGWA CPL C AGEZE KU120000 NINDEWUNDI YARIBWABIKORE IYOMIHIMBIRI YABAJENELO YARIZINGO NTIZO TAHA BANKA KUDUKOTIRIZA AMAHERA AKWIYE MURI INSS NONE BARASHIKIRIWE BATANGUYEKUBONAKO INTWARO IHARI ITWARANABI BATESHEBATE UBU NYAKUBAHWA YATWIHEREYE ROGEMAMT BACA BATWIHERA 30MILE NABO BIHA 150MILE MBEGA BANWA AMARASO YABOBAKORANA BONANIGWA AYABANYAGIHUGU ABASODA BATO NIMUKEMERE KURUGAMBA BASAZE TUBICIRIMITWE MUTAMA NKURUNZIZA ATERABANDI KURYA YABASIZEHO NIKWAZOSHIRAHABA ABAGENELO NUKUBAGABANYA NAGOMBA MBARIRE ABATAVUGA RUMWE NARETA KO AMAHERA AVA MUNTAMBARA ARIKO ARONKWA NABAKE NABAYAROSE NTIBIBUKA ABOBAYARONKANYE MPERE KURI BUYOYA YAKORESHEJE ABASODA MUNTAMBARA ARIKO YABAHEMBA 9000MILE NAWE YARONKA ANGAHE?KURINTIBA BAHEBWA 6500.NONE NTIBA YABONAKWIYE? BAGAZA BAHEMBWA4000.YARATUNGUMURYANGO?BUYOYA BAMUSAVYAHERA YAVUZENGO IMBWIHAZE NTIKUGA HHHA. PITA ASHITSE ATIJEWE NDAZICUMUSODA AMAZE TWAVEYEKURI 14000MLE.TUJA KURI45000 MUTOWANYUMA 2CL UBU ABOTWITA BACINJIRE BAGEZEKURI 68MILE NABA2CL NAYOTWEHO NTAVUGWA CPL C AGEZE KU120000 NINDEWUNDI YARIBWABIKORE IYOMIHIMBIRI YABAJENELO YARIZINGO NTIZO TAHA BANKA KUDUKOTIRIZA AMAHERA AKWIYE MURI INSS NONE BARASHIKIRIWE BATANGUYEKUBONAKO INTWARO IHARI ITWARANABI BATESHEBATE UBU NYAKUBAHWA YATWIHEREYE ROGEMAMT BACA BATWIHERA 30MILE NABO BIHA 150MILE MBEGA BANWA AMARASO YABOBAKORANA BONANIGWA AYABANYAGIHUGU ABASODA BATO NIMUKEMERE KURUGAMBA BASAZE TUBICIRIMITWE MUTAMA NKURUNZIZA ATERABANDI KURYA YABASIZEHO NIKWAZOSHIRAHABA ABAGENELO NUKUBAGABANYA BAKICWA

  • NAGOMBA MBARIRE ABATAVUGA RUMWE NARETA KO AMAHERA AVA MUNTAMBARA ARIKO ARONKWA NABAKE NABAYAROSE NTIBIBUKA ABOBAYARONKANYE MPERE KURI BUYOYA YAKORESHEJE ABASODA MUNTAMBARA ARIKO YABAHEMBA 9000MILE NAWE YARONKA ANGAHE?KURINTIBA BAHEBWA 6500.NONE NTIBA YABONAKWIYE? BAGAZA BAHEMBWA4000.YARATUNGUMURYANGO?BUYOYA BAMUSAVYAHERA YAVUZENGO IMBWIHAZE NTIKUGA HHHA. PITA ASHITSE ATIJEWE NDAZICUMUSODA AMAZE TWAVEYEKURI 14000MLE.TUJA KURI45000 MUTOWANYUMA 2CL UBU ABOTWITA BACINJIRE BAGEZEKURI 68MILE NABA2CL NAYOTWEHO NTAVUGWA CPL C AGEZE KU120000 NINDEWUNDI YARIBWABIKORE IYOMIHIMBIRI YABAJENELO YARIZINGO NTIZO TAHA BANKA KUDUKOTIRIZA AMAHERA AKWIYE MURI INSS NONE BARASHIKIRIWE BATANGUYEKUBONAKO INTWARO IHARI ITWARANABI BATESHEBATE UBU NYAKUBAHWA YATWIHEREYE ROGEMAMT BACA BATWIHERA 30MILE NABO BIHA 150MILE MBEGA BANWA AMARASO YABOBAKORANA BONANIGWA AYABANYAGIHUGU ABASODA BATO NIMUKEMERE KURUGAMBA BASAZE TUBICIRIMITWE MUTAMA NKURUNZIZA ATERABANDI KURYA YABASIZEHO NIKWAZOSHIRAHABA ABAGENELO NUKUBAGABANYA NAGOMBA MBARIRE ABATAVUGA RUMWE NARETA KO AMAHERA AVA MUNTAMBARA ARIKO ARONKWA NABAKE NABAYAROSE NTIBIBUKA ABOBAYARONKANYE MPERE KURI BUYOYA YAKORESHEJE ABASODA MUNTAMBARA ARIKO YABAHEMBA 9000MILE NAWE YARONKA ANGAHE?KURINTIBA BAHEBWA 6500.NONE NTIBA YABONAKWIYE? BAGAZA BAHEMBWA4000.YARATUNGUMURYANGO?BUYOYA BAMUSAVYAHERA YAVUZENGO IMBWIHAZE NTIKUGA HHHA. PITA ASHITSE ATIJEWE NDAZICUMUSODA AMAZE TWAVEYEKURI 14000MLE.TUJA KURI45000 MUTOWANYUMA 2CL UBU ABOTWITA BACINJIRE BAGEZEKURI 68MILE NABA2CL NAYOTWEHO NTAVUGWA CPL C AGEZE KU120000 NINDEWUNDI YARIBWABIKORE IYOMIHIMBIRI YABAJENELO YARIZINGO NTIZO TAHA BANKA KUDUKOTIRIZA AMAHERA AKWIYE MURI INSS NONE BARASHIKIRIWE BATANGUYEKUBONAKO INTWARO IHARI ITWARANABI BATESHEBATE UBU NYAKUBAHWA YATWIHEREYE ROGEMAMT BACA BATWIHERA 30MILE NABO BIHA 150MILE MBEGA BANWA AMARASO YABOBAKORANA BONANIGWA AYABANYAGIHUGU ABASODA BATO NIMUKEMERE KURUGAMBA BASAZE TUBICIRIMITWE MUTAMA NKURUNZIZA ATERABANDI KURYA YABASIZEHO NIKWAZOSHIRAHABA ABAGENELO NUKUBAGABANYA BAKICWA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.