Accueil > Amakuru > umutekano > Colonel Jean Bikomagu yitavye Imana arashwe n’abantu bataramenyekana
Colonel Jean Bikomagu yitavye Imana arashwe n’abantu bataramenyekana
samedi 15 Myandagaro 2015
Uwahoze ari umukuru w’ibiro bikuru vy’intwaramiheto mu gihe Uburundi bwari mu magume Colonel Jean Bikomagu yitavye Imana, arashwe n’abantu bataramenyekana,kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 15 Myandagaro 2015.
Colonel Bikomagu yarashwe ku mutaga ariko arataha mu hira iwe muri quartier ya Kabondo mu gisagara ca Bujumbura, igihe yari avuye gusenga, ku musi mukuru w’iyurizwa mw’ijuru rya Bikira Mariya.Yarashwe ageze imbere y’inzu yiwe agomba yinjire.Abamurashe baciye bahunga.
Umukobwa wiwe bari kumwe mu modoka nawe yakomeretse ku kuguru. Gushika ubu icatumye yicwa n’abamwishe ntibaramenyekana.
Mwomenya ko Colonel Jean Bikomagu yatwaye ibiro bikuru vy’intwaramiheto kuva Uburundi bwinjira mu magume mu mwaka w’1994 gushika mu myaka y’inyuma y’2000. Abatari bake bakaba bamaze gutera ivyatsi ico gitero cagizwe kuri uyo mukukuruke mu gisirikare c’Uburundi.
Photo: Teddy Mazina
Van Naris Mugisha
Messages
15 Myandagaro 2015, 17:37, par Romanus
Pauvre Burundi, tes enfants vont t’envoyer en enfer très bientôt à cause de la cupidité et des coeurs endurcis!!
15 Myandagaro 2015, 17:42, par Zu
Ndagirango mbwire abarundi ko genocide yo mu Rwanda yatangiye Nkuko
Ndasaba abarundi babishoboye guhungisha abana n’abagore kuko bitarenze Amezi 12 genocide iraba .ndasaba abatutsi kutazahungira mu kiriziya cyangwa ahandi hose Muzaba muri benshi kuko Ariho bazabamarira.
Buri wese afate icyemezo
15 Myandagaro 2015, 17:42, par buringa
hasigaye Buyoya hama Nkurunziza akaryama umukondorazosi
15 Myandagaro 2015, 17:43, par Willy Nyamidwe
Tuzobamesa
15 Myandagaro 2015, 17:51, par CISHAHAYO EMMANUEL
ubu rero kwica rwabaye ururirimbo i Burundi.Ariko ico nzi kizira kwica.
15 Myandagaro 2015, 17:54, par Scott
Icazize tuzokimrnya namba atari amaraso ya Ndadaye amuhumiye,reka tuzoba twumva ibizokurikiraho muvyo azize.
15 Myandagaro 2015, 17:56, par FRANCOIS NGEZE
NTA KUNDI TURAHOMVYE UYO NYAKWIGENDERA.
15 Myandagaro 2015, 17:59, par BOWASI
NONENKUWOBAMUHOYEIKI UYOMUZEHE
15 Myandagaro 2015, 18:03, par komera burundi
Ntawe dushaka ko mutubarira turamuzi uwamugandaguye.!
Iminsi ya nkurunziza iraharuye
Time will tell
15 Myandagaro 2015, 18:04, par Peter
Imana Ikwakire,mubwamibwayo,turaziko Atawupfa Atacaha Afise Kubera Turabantu?Imana Itubabarire,
15 Myandagaro 2015, 18:04, par Justice
Kubera ko mu Burundi atabutungane bwigeze bubaho, abicanyi baneganega iruhande y’abo bahekuye canke bababarije igufa, habwirizwa kuba intwari zubahuka zikabereka ikibanza cabo.Kuko barica, barasahura, ukamengo ntacigeze.
Abo bose batuma bene Burundi babandanya bicana kandi bari mu bwoko bwose, babwirizwa kuja iyo bipfuza gushira abandi kugira haboneke agahengwa mu Burundi. Ingwano ntizohera mu Burundi hari abicanyi babandanya barondera kwikingira ikibi bakoze aribo babo ba Bikomagu n’abandi ntiriwe ndadondagura.Uburundi bubwirizwa kuramutswa abantu batakoze amaraso baba abatwara ubu canke abahoze batwara bakoze ikibi kibishe.
15 Myandagaro 2015, 18:05, par Nimbona Daniel
Ndahojeje umuryango we,ariko ubu bwicanyi burakwiye guhagarara.
15 Myandagaro 2015, 18:11, par Diegon
Niyigire amahoro uwo mutama yarintwari imana imwakire ariko muburundi ubwicanyi burabaye ndanse
15 Myandagaro 2015, 18:11, par babu
basha umututsi akiri muburundi sinzi ico arindiriye iyi ni true jenoside
15 Myandagaro 2015, 18:11, par All Hassani Mwinyi
Ahubwo Nagira Nyene Yararankuy Isi Ahubwo Ngira Arahuniy Nibahamagr Abaganga Karuhariw Batohoze Neza Barabe Ko Atirabits Sha Adoloph Azokwirikirwa Nabenshi Imana Ntinamwakir Kuko Abantu Yicishij Kuva Muri 1994 Gushika 2000 Nibenshi Aragapfa
15 Myandagaro 2015, 18:14, par janvier
imana imwakire mubwamwi bwayo bikomagu RIP gusa igihugu cacu ntikigana heza atagikozwe uyo bishe nt murundi numwe ayobewe kahise kiwe
15 Myandagaro 2015, 18:15, par Nduwayo Jamesi
Ndahojeje Aba Buze ,ariko Ibinywa Maraso Sivyo Gusa.
15 Myandagaro 2015, 18:19, par Kariyo
Ico Tuzi Co N’ Uko Kwica Ataari Umuti W’ Ikibazo Na Kimwe Iyo Muba Abandi Uwagirizwa Ikintu Icarico Cose Yoja Imbere Y’ Intahe. Ahandiho Vyose Bizobazwa Mwebwe Bitebe Bitebuke. Kuko Igigano Co Gupfa Carakuweho.
15 Myandagaro 2015, 18:19, par Intagoheka
Tendawema Wendezako Numugani Wigiswahil Uyobikomagu Yishwe Birambabaje Ariko Nawenyene Yarishincungu Yademocracie Ndadaye Nawe Niyunve Ariko Ihorihor Imarumuryanko Munyakigonge Nimana Yonyene Dukore Dusenga Dusenga Dukora Iman Iratuzi Umwas Aguciricobo Imanikaguciricanzo
15 Myandagaro 2015, 18:20, par Zenawi
None ko bica abafitiye akamaro igihugu abandi bagahunga urwaruka rw’uburundi ruraregwa nande ko incabwenge zose zihetse mugihugu?
15 Myandagaro 2015, 18:20, par Signes
Ubu ni uburyo busa nk’igihara n’igiharage nk’iryabaye mu Rwanda. Abatutsi barabukoresha mu kwica ababo kugira bamare abahutu atacamira. Abahutu mugabe mutagwa muri uwo mutego. I Rwanda babigenjeje gutyo. Hatagira umuhutu arya urwara umututsi. Bareke hagati yabo bicane, ni babona mutaguye mu mutego wabo, bazoturura, muzoba mu mbarira. Mutagwa mu mutega abahutu b’i Rwanda baguyemwo.
15 Myandagaro 2015, 18:25, par BOWASI
REKABAMUMESE IYOMBWA BIKOMAGU
15 Myandagaro 2015, 18:26, par BOWASI
REKABAMUMESE IYOMBWA BIKOMAGU
15 Myandagaro 2015, 18:30, par john
Bikomagu yari amaze gusaza, ukuntu kera yahoze Ari umusoda ateye ubwoba, ntihakagire uwiratana umubiri akiri kuri ino isi,
15 Myandagaro 2015, 18:31, par kawa
Hasigaye buyoya.ndadaye azobakorako kugeza kumuhero wisi.
15 Myandagaro 2015, 18:32, par Leonidas
Emwe ivyu Burundi nihatari nibutse umuririvyi yaririvye uburundi ntibucike ikibuga cabadAyimoniCabadAyimoni
15 Myandagaro 2015, 18:33, par Tangire
Mbe buriya umututsi iyapfuye vyitwa Genocide!!? Ahaa murasekeje, uwakoze unabi arayishura uwikeka uvyoyakoze azovyishura
15 Myandagaro 2015, 18:49, par jide
Ivyo ninzira yuko twocanamwo.Mugabo imana izovyishuza.Iratubona
15 Myandagaro 2015, 18:55, par Ntankeka harabimpinduka
ASHA NAHO ARASHWE NTANGORANE MUGA SINOMUGERERANYA NA RUDOLUFE KUKO NIMIBURIBURI WEWE YICAGA ABAHUTU NAYO KIRYA KIGUGU NGO NI RUDOLUFE WEWE KO YAGUMA AGANDAGURA ABAHUTU BIWABO MUGA NIMIBURIBURI BIKOMAGU WEWE YAGANDAGURAGA ABAHUTU GUSA IKINDI NUKO YARI YARAMAZE KWIKUKURUKIRA MUGA RUDOLUFE WEWE YARAKIRI MUNTWARO HARYA PETER YARASHAHUWE MAMA YANGU.
15 Myandagaro 2015, 18:56, par jujy
iyi ni vraix jenoside Tutsi.
15 Myandagaro 2015, 18:57, par obama
nabandi barinyuma pee!
15 Myandagaro 2015, 18:58, par Gaca
INGERO MUGERERAKO ABANDI NAMWE NIYO BAROBAGERERAKO AHUBWO MWOTUMAGURANYE MWEBWE MUMENYA ICO MUPFA TWEBWE BATOBATO MUKATUREKA NTACO TUZIRA AHUBWO AYAMARASO YASESETSE KWIYITWARO AZOBAKO BITEBEBITEBUKE MUZOBIBAZWA IMBERE YINTAHE .CANKE IMBERE YI MANA BANDANYE MUYASESA
15 Myandagaro 2015, 19:02, par rutumo jean
iyu umuhutu apfuy murar muratamba, umututsi apfuy naho ngo ni genocid, igihe ndaday yapfa mwari muz ko ari birori. barya yatumy kwica ndaday nibo bagaruts kumwerek ko biz bakamenya
15 Myandagaro 2015, 19:06, par BOSCO GISURU
REKA TWIHANGANE DUKOMEZE GUSENGA NGIRA TUZOMENYA ABAMWISHE NICABITUMYE.
15 Myandagaro 2015, 19:07, par Bizimana Daddy
Barakomerewe Baracunge Neza
15 Myandagaro 2015, 19:08, par rutumo jean
none ko muvyanditse mutevy niho mukibimeny? ivya adolphe mwabimenye kare? naho mutari kuvyandik twari twabimenye
15 Myandagaro 2015, 19:09, par Maison Des Jeunes Camp Nyarugusu
suwogusa nabandi turabakeneye. ak nkurunziza petero nawenyene arimubakenewe.
15 Myandagaro 2015, 19:09, par amahoro
abarundi kwicana bibi, atanyishu izova mukwicana, nubwo uyu mutama yagandaguye ndadaye ntimwari kumurasa kano kageni. Imana ifashe uburundi muri bino bihe bitoroshe burimo bwashizwemo na radio RPA na Pacifique hamwe nabandi banzibigihugu.
15 Myandagaro 2015, 19:11, par kanyarwanda
Uwo yapfuye nabi kuko amaraso ya Ndadaye azamukurikira ikuzimu. Hari amakuru avuga ko yarashwe n’abadoda ba Niyongabo afatanyije na Rwisasiramirambo Kagame.
15 Myandagaro 2015, 19:14, par Kabi
Nagende aragapfa apfanye abahutu benshi yanigaguye amaraso ya bahutu arahuma
15 Myandagaro 2015, 19:19, par Venuste
Mana tabara uburundin’abarundi kuko ubwicanyi bwabaye umurengera.
15 Myandagaro 2015, 19:22, par NTAKIRUTIMANA JERARI
MANA MUSHOBORA VYOSE TABARA UBURUNDI NABABUBAMWO KUKO TUGEZE HABI
15 Myandagaro 2015, 19:26, par desire freeman nimubona
muzokwicana kugeza ryar?nabandadaye barabant kubamubandany mwicana numuvumo wiwe rek babamare nabomwish barabantu
15 Myandagaro 2015, 19:38, par Edouard
Yoh!uwuri namaguru nahunge.
15 Myandagaro 2015, 19:41, par Cedrick
Nosaba Ko Amatohoza Yonyaruka Muga Nyamba Nibaza Muburundi Hari Abicanyi Babigize Umwuga.Mana Garukira Uburundi Bwacu
15 Myandagaro 2015, 19:43, par Cedrick
Nosaba Ko Amatohoza Yonyaruka Muga Nyamba Nibaza Muburundi Hari Abicanyi Babigize Umwuga.Mana Garukira Uburundi Bwacu
15 Myandagaro 2015, 19:47, par MANARIYO Emilienne
AHAHA,MURUND,BIRAGOYE,MBE,BIZOTUGEZAHE?KO,TWICANA,TURIBAMWE,IMANA,NIDUFASHE,ABARUND,TURAGOWE.
15 Myandagaro 2015, 19:49, par Muyahudi
Mwabantu mutanga comentaire ndabasavye murekekuza muratukana, mutyozanya vuge amajambo gishingantahe twes tuzopfa nne umuntu apfuy muca mumushinyagurira? abenshi twarataye akarangamutima! ntihagire uwifuriza inabi mugenziw murek uguhora kuzogume aruk’wimana
15 Myandagaro 2015, 19:54, par BIZOHERA
NAHO YISH ABAHUTU NTIVYARINGOMBWA NGO YICW IMANA NIYO YOMWIBARIJ.TURAHOJJ UMURYANGO WABUZE
15 Myandagaro 2015, 19:56, par Kamenge Elvis Kamenge
Ingero y’icaha nurupfu!nawene yarishe NDADAYE..
15 Myandagaro 2015, 19:56, par VYENYA
NUKURI.MANA.UNVA.GUSENGA.KWABAKUBA.BARUNDI.GEZAHO.KWICANA.MWICA.UMUNTU.MUTAMURYA.NTIHICA.UBWOKO.NISATANI.YATEYE.ABARUNDI.TUBE.NKISOMARI.KWERI?NDABABAJWE.NABARIKO.BARAPFA.MUGATONDO.NSENGA.MWIJORO.NSENGA.IMANA.IZANYISHU.NDABI.
15 Myandagaro 2015, 20:00, par N.J
Ntamututsi yopfa ngashik burya arasinziriy ko hafuy kagam na dolofo. uzorabe ko bikomagu utazomubona ejo akomeye
15 Myandagaro 2015, 20:00, par josep
ndahojeje umuryango wabuz.nibarondere izonkozizikibi. ndateye ivyatsi . Zu,arimwo arakokeza ihonyabwoko,mbe Zu ivyabaye murwanda,nivyo urimwo urategurira uburundi? wewe nsanze urumukehabwenge.
15 Myandagaro 2015, 20:05, par Eddy-Micheol
Iyinkuru Ntamuntu N’umwe Itobabaza Uburundi Burabuze Umugabo W’ijunja N’ijambo Ntabandi Bantu Bakwubahuka Ibintu Nkivyo Atari Imbonerakure Ivyi Burundi Turabiteye Ivyatsi
15 Myandagaro 2015, 20:22, par Nduwayo
Uwomugeserabikomaguntiyapfuyebucamumubona.nashetanintazomwakira.Aramurenze.Yarumugesera.Yarekuzibitamankikivumbura.Aragapfa
15 Myandagaro 2015, 20:24, par kimwehumwehu
non amahoro n umutekano nkuru avuga ni ivyabande biriho hoho?
15 Myandagaro 2015, 20:27, par Macumi
Kubisanze Bikomagu Yarumutamawakera
15 Myandagaro 2015, 20:30, par julienne
bwabundi abatusti ubwenge bwaraheze aho bikomagu yarakiba muburundi kuriyintwaro ya dd? namabi bikomagu yaoze yarakiri impande yaba dd? ntiyari yarabajije KADEGE niwazi aba dd ndakebuye umutusti azi koyakoze amabi93 abe ariruka hahunze abahutu benewabo mwebwe abatusti namwe ntimumbaze
15 Myandagaro 2015, 20:43, par ntazina
Ndumumfakazi wo mukinama. Ww uramfuye nikiziga barakibonye ariko jewe umugabo wanje wishe nikiziga sinabonye iyo wagitereye. Niwamumbonera uramundamukiriza.
15 Myandagaro 2015, 20:43, par Gaca
UBUMUBURUNDI AGATEKAKAZINAMUNTU GASIGAYE KARAHONYANZWE UMUNTU UMENGA NTACO AKIMAZE .IBIKOKO BISIGAYE BIBASUMVYA UBWENGE %NIMWIHANURE MWIHANE NUKURI KWAMUNGU PE MUROHEZEHIYOOOOO0000000!!!!!!!! PEEEEEEE !!?:"!"
15 Myandagaro 2015, 20:44, par Nsengimana Venuste
Uwomugesera Napfe Shetani Aramurindiriye NDADAYE ahamusangirayo aramwikubitira yooo!abahutu barenga ibihumbi 50,000 yanize azakubabwiriki ashitseyo yemwe aragowe reka turindire buyoya nawe NDADAYE Azobaka Ayabuji Napfe Iyombwa.
15 Myandagaro 2015, 20:45, par EDWARD
ngo ingero ugererako abandi ngo niyo bakugererako kandi wicishije inkota nawe uzokwicishwa iyindi
15 Myandagaro 2015, 20:46, par EDWARD
ngo ingero ugererako abandi ngo niyo bakugererako kandi wicishije inkota nawe uzokwicishwa iyindi
15 Myandagaro 2015, 20:57, par Eri
Nikomere Kwibanga Biymej Ryukwica Abakuru Nkabo Ubona Boza Baramangurana Bony Bo Bazi Icobapfa!,
15 Myandagaro 2015, 21:00, par GAHUNGU
MANA TABARA UBURUNDI UBWICANYI BWABYE NDASE.
15 Myandagaro 2015, 21:02, par Clonz
Atarugucumurira ubusa,ntamuntu afise ubushobozi bwukwica uwundi.Aho bihoye ubusa kuko munteguro y’Imana ntiyarengana urya munota kuko imisi yiwe yari yakwiye.Abamwishe bacumuriye ubusa.None nibangahe bama bahwakwa kandi vyateguwe neza ko bicwa?
15 Myandagaro 2015, 21:04, par Falcon
Reka ivyamoko mwabivume mwe,rekana imigambwe kuko abo mushaka ko batwara si baso wanyu nuguta umwanya,naho mwicana ntawuhonya ubwoko ntayo muzoshirana,yaba umutwa,umututsi,umuhutu murabantu,muva amaraso mwese,uburundi n’urwanda mwari mwagerageje kwicana kubera amoko mugabo vyabaye impfagusa,nagahomerabunwa kubona abantu baciye kwishure bicana ngo nikubera amazuru.
15 Myandagaro 2015, 21:06, par samuel Nkunzimana
nuzuye intuntu nagahinda kubona bene wacu babarundi,biyibgiza aho twahz,mukwica nyakwigendera! Imana yoyo itacihishwa,iribubone impera yabamwishe
15 Myandagaro 2015, 21:10, par nasasagare
Imana imwakire gusa nuko apfuye tutamenye icatumye abasoda yarungitse kugandagura President Ndadaye gushika naho ico gisoda citiriwa Bikomagu "Abakomagu"
15 Myandagaro 2015, 21:10, par pr
Ibi byose nibimenyetso byejyo hazaza hiburundi. Ubu conseil DE ministre inama bakoze yiga uwo baribugandagure. Ikibazo nuko nabo bizabageraho.
15 Myandagaro 2015, 21:19, par burikukiye
mubisazwegupfakwabikomagu.nisawa.yivugamye.abahutubenshi.ntagitangazakirimwo.
15 Myandagaro 2015, 21:19, par To max
Muragab bategets bu burundi murashir ndahojej umuryang wabuz
15 Myandagaro 2015, 21:21, par aimable rabbe nimpagaritse
abarundi mupfiki uguhora nukwimana abakra ivyo bibi inger bagerrak benese niyo bucabakakgererako
15 Myandagaro 2015, 21:23, par LOVE
BIKOMAGU YATUMYE ABARUNDI BENSHI BAPFA KUBERA ARIWE YAGANDAGUYE NDADAYE ,REKA GUCA URUBANZA IMANA NINYEMBABAZI ASHOBORA KUBA YARIHANYE.ABARUNDI MUZE DUSENGE
15 Myandagaro 2015, 21:41, par fhfhfhffhf
Urupfu rwa ADOLPHE NSHIMIRIMANA n ’urupfu rwa BIKOMAGU ,,,, Rurahimbaye kuko abo bantu babiri ,,barishe abantu kurya bica isazi batazi ko nabo umusi wabo uzogera,, wa muhutu , wa mututsi wa mutwa we wica umenye ko nawe rukurindire,, nta Dorufu nta Bikomagu nobabazwa n urupfu rwabo,, ahubwo bose numvise ko bapfuye nca nugurura champagne,,,,Bikomagu ari mu Bishe NDADAYE ou bategetsi kwica NDANDAYE ,,nabahutu bakwirikiye entre 1993-200,, dorufu nawe yagirizwa ubwicanyi bw abantu isinzi entre 2005-2015,, abo bantu botubabaza gute bapfuye,,,mugani wabandabo ni kwihandura ihwa,,,abantu nkabo bapfuye
15 Myandagaro 2015, 21:43, par king don bosco
Ariko retro abakoze I yo retro bibubke ko nano rubarindiriye
15 Myandagaro 2015, 21:45, par Amarira y’impfuvyi.
Agir Imana ube yari yirez ku vyo yakorey abrundi n’abrundikazi, ahandi ho umuriro yatoraguriy inkwi agihumeka uramurindiriye! Ukora ineza ukayisanga imbere, wakora ikibi naho kikakubera umusentiri wambara mu nda! Sinejerejwe n’urpfu rwiwe, arko ikibabaje cane n’izi nryane yatey mu burundi, ukambura ubuzima umuntu utazi uko yabuhawe!
15 Myandagaro 2015, 21:49, par elie
imana niy iz uko bigye kugenda
15 Myandagaro 2015, 21:49, par karundi
72 mwaratwishe, birahera!
93 muratwica muheye juri Ndadaye birahera! 2015 mugira ngo mutwice muhereye kuri Adolphe? Imfubyi zarakuze!!!
15 Myandagaro 2015, 21:50, par Kubwayo Aimé
Mana garukira uburundi kuko ubwicanyi bwabaye ndanse, aho abantu bandagurwa atacamira!
15 Myandagaro 2015, 21:55, par JEREMIE
INGERO YICAHA NURUPFU,UBUNAHO ARINDIRIYE URUBANZA GWIMANA, NURUPFU RWAKABIRI. IMANA ITUBABARIRE
15 Myandagaro 2015, 21:57, par JEREMIE
INGERO YICAHA NURUPFU,UBUNAHO ARINDIRIYE URUBANZA GWIMANA, NURUPFU RWAKABIRI. IMANA ITUBABARIRE
15 Myandagaro 2015, 21:57, par Manirafasha Etienne
Karashize Ingani Abantu Bagume Bicwakumurango Ryaka? None Abajejwe Umutekano Baba Barihe Kumenga Dufise Benshi. Nanje Ntavyonzi None Twobibaza Bande Kayemwe!!!! Mbaza Nkubaze. Ndahojeje Umuryango Wabuze
15 Myandagaro 2015, 21:58, par Manirafasha Etienne
Karashize Ingani Abantu Bagume Bicwakumurango Ryaka? None Abajejwe Umutekano Baba Barihe Kumenga Dufise Benshi. Nanje Ntavyonzi None Twobibaza Bande Kayemwe!!!! Mbaza Nkubaze. Ndahojeje Umuryango Wabuze
15 Myandagaro 2015, 22:00, par Manirafasha Etienne
Karashize Ingani Abantu Bagume Bicwakumurango Ryaka? None Abajejwe Umutekano Baba Barihe Kumenga Dufise Benshi. Nanje Ntavyonzi None Twobibaza Bande Kayemwe!!!! Mbaza Nkubaze. Ndahojeje Umuryango Wabuze
15 Myandagaro 2015, 22:01, par prince
Igendere igihe wayabonye watabaye abarundi wari intwari mugihe byaribikomeye abatwaye ubuzima bwawe twe warabuduhaye turiho ntabwo tuzibagirana. Umuryango wuyu mubyeyi wingane. Guverinema yishime ko yatej’imbere abaturage bayo nubwo bwawe baherutse kwicwa na diyare muri Tanzania. Kuberiki gikwete atabajyanye iwe murugo? abarundi nabana batanzania duhereye kuri barya mugabo ibihumbi 40 byahawe ubwenegihugu. Reka sha ntabwo bahunze niwabo. Download
15 Myandagaro 2015, 22:05, par fidelite
Wewe wiyita bizohera
Imana nubu izomubaza nta kibuza nimba hari ivyo ibaza
@falcon
aakanyaro kawe,mbega ivyo udedemba ni ibiki,ngo mu rwanda no mu burundi ngo baragerageje ngo ntaco bashitseko,baragishitseko nyene baza abahutu b’abanyarwanda bagusigurire ayo babayemwo mu gihugu cabo,ndagusavye reka
amazuru yarabiciye biracika ,wibaza ko ubu ariho vyohera,ngo ntaho tuzoshirana,ubizi gute?
Uyo mugesera yatugomorerako imbwa zisara bakatubagira abagore bibungenze,abakobwa baciwe amabere,inzoya ziteregwa mu mu mbabura,abasore batuririwe mu ma pines ,abanyeshure bo mu buhonga barazana babaturira na essence mu nyakabiga kurorera yari 300 francs,ubwo butindi n’ibindi bigesera vy’ibihima vyaratuburabuje mu gihugu cacu,abarimyi bo mu gihugu hagati barabamaze be na nduwayo antoine yari premier ministre ico gihe n’abandi bagesera bo muri parena nka ba bagaza n’abandi batindinibo birigwa bararika aba sans echecs ngo bice abahutu babana,inganda zaratikiye,natembagare tuzomukurikira,ivyo mubesha vyose nguyo rero uwo tuzozura mumuhamvye ahariho hose,mumuhambe mu nzu iwe ,nta droit afise yo guhambwa ahari intungane,mukihenda imva yiwe turayishwanyaguza ntimwibaze ngo natwe ntitwababaye.
Mbega ntawomenya bene micombero nimba bakiri i burundi,umuntu yakoze iyo coup nabarabire ivyo bivume vyanyoye amaraso kuva bakiri ku mabere yaba nyina. Mbega basha abatutsi mwamuhoe iki?
15 Myandagaro 2015, 22:05, par JEREMIE
INGERO YICAHA NURUPFU,UBUNAHO ARINDIRIYE URUBANZA GWIMANA, NURUPFU RWAKABIRI. IMANA ITUBABARIRE
15 Myandagaro 2015, 22:07, par NIDUFASHA Rene
Imana irafise intumbumbero yuburundi bushasha mughe ikibazo cumutekano coguma cirengagizwa.
15 Myandagaro 2015, 22:10, par masabe
Uguhora nukuwuhoraho ibihe vyose ntukanezerwe nuko umwansi wawe aphuye. Ico Nashaka gukebura abarundi nuko bomenya yuko uburundi arubwatwese kwatanyagupha canke nyagukira. Imana yurwanda niyomana yuburundi.
15 Myandagaro 2015, 22:11, par JEREMIE
ingero yicaha nurupfu ubunaho arindiriye urubanza gwimana,nurupfu gwakabiri, imana itubabarire
15 Myandagaro 2015, 22:12, par FUSO
Ubona Abantubakora Icokibi Boza Baricwa Nabo .
15 Myandagaro 2015, 22:15, par umutesi
Wibuke kugirineza ukiriho kuko ntacabereye munsi yizuba kitazomenyekana.
15 Myandagaro 2015, 22:17, par Manirafasha Etienne
Karashi Ingani Abantu Bagume Bicwakumurango Ryaka? None Kayemwe Abajejwe Umutekano Baba Barihe? Nanje Ntavyonzi. None Twobaza Bande Kayemwe? Mbaza Ndakubaze. Turahojeje Umuryango Wabuze
15 Myandagaro 2015, 22:17, par Manirafasha Etienne
Karashi Ingani Abantu Bagume Bicwakumurango Ryaka? None Kayemwe Abajejwe Umutekano Baba Barihe? Nanje Ntavyonzi. None Twobaza Bande Kayemwe? Mbaza Ndakubaze. Turahojeje Umuryango Wabuze
15 Myandagaro 2015, 22:19, par fidelite
@signes
Turabizi ko yishwe na bene wabo twebwe ntitwicana,ivyo vyo kurya inzara abatutsi sivyo turimwo nibamarane,gusa mbabazwa n’abahutu bariko baratumarirako atacamira,tubacungishije ijisho ntidushobora kwemera ko batugira minorite nko mu randa musigaye muri ene dessous de 35 pour cent .Turiko turabiga.
15 Myandagaro 2015, 22:21, par Clovis
Mbe M uburundi Hahinduts Kwaranbo? Nimwemere Rero Mupf. Iyo Wumva 2 Eme Manda Irahez 3 Eme Ngo Izosiga Numuntu Numwe. Ntakundi Imana Nirab Icikora Kubundi.
15 Myandagaro 2015, 22:23, par Elias Nduwimana
Akabazo Gato;kuberiki Ubwicanyi Buhama Kenshi Abacolonel,abageneral N,abandi Muga Ntitumenye Icabitumwe Tukumva Ngo Amatoza?Kuberiki??
15 Myandagaro 2015, 22:31, par kanyarwanda
Nibyo koko nta mututsi upfa!!! Buriya Bikomagu yisinzirije ni muzima!!!! Gusa niba yanapfuye yagiye aho yashyize abandi... Ese Buyoya aracyari muburundi? Niba ahari nawe abatutsi bene wabo bari bumwirenze nkuko babikozi ku mwicanyi ruhagwa Bikomagu. Ngira ubu Bikomagu ameze neza mubwami bwa Shitani!!
15 Myandagaro 2015, 22:33, par Dis@
Bavyeyi Twambaze Allah Adukiriz Uburundi.Mbega Mukama Hagomba Nyene Hakoreshwe Wamwibutsa Uvuga Uti:"le Plus Grand Ecrase Le Plus Petit".Oya Namwe N’ubw’umuntu Yoba Yarakoze Nabi Ntitwoca Tumwaka Ubuzima Tworeka Ubutungane Bugakora!
15 Myandagaro 2015, 22:51, par jo
aho vyatanguriye nta bwoko burahonya ubundi malgré les efforts, reka tubane kuko naho muzovyanka bizoba uko. Ntukanezerwe n’uwupfuye kuko nawe uzopfa.
15 Myandagaro 2015, 22:52, par BADUKA
Himbarwe bene bikomagu ko mwebwe mugaraguy mukazonahamba;mweho vyopfuma!Twebw data ntitwahamvy;noneho nirengero ntitukirimeny kuko bikomagu apfuy atatubwiy aho yamuhamvy.Uraja uraraba abo mugendana mwana ucits kwicumu ntuzujan bagererwa izo bagerey mwo abandi!Mweho murahamvy ntangoran.
15 Myandagaro 2015, 22:57, par RIHORWIRINDI JABIKOMAGU
UYOMUGABO YAKOZE AMABIMESHI MUNTAMBARA KABA PFUYE ATARIBWAVYIHANE ARAGOWE.
15 Myandagaro 2015, 23:03, par Jo
mu migenzo y’ikirundi ntawutuka ikiziga. none mwataye akaranga. Uguhora n’ukw’ Imana yo izi ibigororotse.
15 Myandagaro 2015, 23:42, par Yakobo
Abarundi vy’ukuri Imana idutabare!!Please tugiriranire imbabazi mwabarundi mwe!!Nayahandi igihugu cacu kigiye kubona amahano!!Yemwe bantu b’Imana mwaroye he!!!!!IMBABAZI IMBABAZI IMBABAZI Kubansi bacu niho natwe tuzotakira Iyomwijuru igatabara Uburundi bwacu!!
16 Myandagaro 2015, 00:03, par Cola
Ariko abarundi muri babi pe umuntu wanyu arapfa mumwishe mwarangiza mukavuza impundu!!!!!! uvugira kuwundi ko apfuye koko we aba azi urwo azapfa!!!1!! murekeraho imana irabumva irababona hose ,ikinegu gikomeye cayane.kuki mwica ibiremwa by imana? ese hari uzatura nkumusozi?
16 Myandagaro 2015, 00:21, par adony star
condoliance à la famille à tu l’humaniste. malfaiteur votr jr arrive. prsonne qui restera sur la terre.
16 Myandagaro 2015, 00:55, par THEO
UBWI2NYIBWOMUBURUNDINTIBUZIGERABUHAGARARA.AMATOHOZANTACOATUMARIYE
16 Myandagaro 2015, 05:11, par Falcon
Nawe ga FIDELITE uricana tuzorabe inyungu uzobikuramwo atarugupfa uyerera nka GAHINI,mbe BIKOMAGU ko yishe abahutu yarabamaze?mbe ADOLPH abanyamigambwe yarabamaze?wanka wemera nimivumo mwikwegera NTAYO MUZOSHIRANA KUBERA AMAZURU CANKE IMIGAMBWE ubwo NUBUJUJU BWUZUYE MU MITWE YANYU,amaraso y’umuntu aravumwe nico gituma ubona BIKOMAGU na ADOLPH bishwe nivyo bahora bicisha abandi.NAWE RERO GA FIDELITE GERAGEZA IMPEMBO IRAHARI.
16 Myandagaro 2015, 05:20, par Ndayisenga
Ha Abantu Bica Abandi Batazi Nabo Uryo Barindiriye Reka Apfe Murazi Ivyo Yakoze 94 Amaraso Arahuma Nuwishe Ab,imana Ntimwabonye Reka Nabo Bibagurekeko Kuko Bamenyekana Mu Bwicanyi Gusa Aho Kumenyekana Mugufasha Niba Wote Nabo @
16 Myandagaro 2015, 05:35, par musovu.
ahubwo siwe apfuy ngrango yaravye.we nuko apfuy neza arashwe iyo bmukerera nkuk yakerey ndaday n’abandi.ngo avûy gusenga!ahubwo yaravuy kuzana abacu yakerej imbugta uwo mugesera.nibatwereke ikiziga ciwe dupfe gukubita usanga aghema,nuk yanyirukangje yab mfi6 amahera nogye iwabo wa giswaswa(toxique)nkamuca kumaz nezerew cne.
16 Myandagaro 2015, 05:40, par emma
emma
bikomagu nagende na muzehe wacu adolphe yaragiye, abatutsi namwe zemurumva akababaro abahutu tugira, ariko nuko turabarundi twese. Yaba twarabandi twosubiye gukundana nka bavukana, fidelit ivyiyumviro vyawe nivyo bandanya ukebura intumva turikumwe.
16 Myandagaro 2015, 05:57, par KOMESHA
MANA NIMWAKIRE
16 Myandagaro 2015, 06:13, par JOSE
UBURUNDI BURAGOWE KUKO NIBO BIMARANIRA ARIKO TURABASABIRA KUMANA NGO ITANGE AMAHORO MUGIHUGU CUBURUNDI ARIKO UWO MUKORONEL ALATUBABAJE UMURYANGOWE WIHANGANE KWISI NIKO BIMERA
16 Myandagaro 2015, 06:38, par Rakimpi Kigogo
Ntakundi Umuryango Wabikomagu Niwihangane Kumbure Hobahariho Abarizemuza1993 barahoze namwe pore sana ugitenda mema utaripwa mema!! ugitenda mabaya utaripwa mabaya.kwahio nasema pore saaaana sana.
16 Myandagaro 2015, 06:40, par Marcel
TURAZIKO NGAHIBURUNDI ABANYAGIHUGU BARENGA 90%ARABEMERA KRISTU BITAZIRA ABAKIZWA.MBERE NAMAZINA YABO NKAYOSE UYASANGAMWO IMANA AKARORERO(Ndayikeza.ndayihimbaze.nshimirimana,irankunda,ndayishimiye.nkurunziza.niyongabo etc.)ARIKO URAVYUBWICANYI BWAKOZWE MUKAHISE NUBURIKOBUGIRWA UBU USANGA BWAGIZWE NABAMWE BAFITE YAMAZINA YABAMWE BIYITA ABAKIZWA.MUGABIGITANGAJE NTAKIMENYESHAMAKURU NA1 KIRIGERA KIBITA NGONIVYIHEBE CANKE KWARINTAGONDWA ZABAKRISTU.ARIKO IYOBIBAYE MUBARABU CANKE MUBAISLAMU VYABINYAMAKURU BIGASONGOZIMINWA NGONABIHEVYI CANKE NGONINTAGONDWA ZABAISLAM.MBE IBI BIRIKOBIRABA NGAHIBURUNDI BIRIKO BIKORWA NABANDE?NIBABARABU NABAISLAMU MWAMEREYEKWAMENYO?KOTUTARUMVA MUBITAMAZINA MABI NKAYO MUHABANDI NUKUVUGA KOBOBO BAHAYEBAKIZA BATARIKOBICA?CANKE NABO TUBITEBANDE?TUBASAVYINYISHU YIHUTA,MURAKOZE.
16 Myandagaro 2015, 07:20, par irankunda japhet
ibigiz imis biba biraduter akob arik vyose bizohera Imana irikumwe natwe
16 Myandagaro 2015, 07:49, par Déogratias SINZINKAYO
Yewe, ivy’i Burundi vyanse imiti pe! None ubu bwicanyi bugiye kutugezahe, ko bisa na bimwe vy’ijisho ku rindi n’iryinyo ku rindi, kandi tutibagiye ko ihorihori ryamaze umuryango. Dukenyere umuryango w’Abarundi umarwe n’abawo?
16 Myandagaro 2015, 07:52, par xxh simon
Ntaco Twovuga
16 Myandagaro 2015, 08:29, par Ngenzirabona
Si des tetes, hutu ou tutsi, ne cessent de tomber comme des mouches au Burundi, c’est parce que les burundais sont toujours divises et la haine assez vissee/ancree en eux! Abantu baragandagugwa, bamwe bakaryoherwa abandi bakababara ukamengo ni urukino rw’umupira w’amaguru qui se joue entre eux, hamwe igitsindo cinjira bamwe bakanezegwa abandi bakababara dependamment y’uwucinjije canke uwutsinzwe uwariwe. Voila ou nous en sommes aujourd’hui au Burundi, voir l’assassinat des gens comme un jeu quelconque! C’est une honte pour la Patrie et sa Nation, n’est-ce pas? Alors, si l’echec est deja encaisse chez tous les burundais, il faut maintenant le surmonter avec brio en evitant surtout d’attiser le feu, comme c’est le cas aujourd’hui!...
16 Myandagaro 2015, 08:39, par dom harpagon
amaraso ya ndadaye aramuhumiye nuwundi wese azi ko yasheshe amaraso y’abahutu ubwoko bw’imana azovyishura bitebe bitebuke ! bikomagu yararasigaye yisengesha yibaza ngw’ivyo yakorey abahutu imana yaravyibagiye ! hasigaye buyoya,busokoza,bijonya ..... nabo bazokwishura amaraso basheshe y’abahutu !
16 Myandagaro 2015, 09:07, par nkunda uburundi
Ese mwarize abarundi? amoko ntabaho ivyo vyazanwe nabakoroni. kandi isi imaze 4,7 milliard d’annee ; ubu tuvugana isi ituwe na 8 milliard zabantu none kwica umuntu bya kumarira iki? I am rwandan ariko navukiye iburundi sha birambabaza iyombona mukiri murayo
16 Myandagaro 2015, 09:24, par fidelite
@jo
Mbega iyo muvuga guhonya ubwoko ,muba mushatse kuvuga iki?Ubwoko burahona nyene,abahutu bo mu rwanda barahonye,burya bariho?Ba mufyinatira hiyo,ntimubwira ibijuju
16 Myandagaro 2015, 09:33, par Muvunyi
bavandimwe bacu b’abarundi ndabaramukije mugire amahoro. nifuje guhoza imiryango yose yabuze ababo mu bihe bitandukanye u Burundi bwaciyemo.
bavandimwe bacu dukunda turabagira inama yo kubaha Imana mukareka kumarana ahubwo mwese mwubahane kandi umurundi wese abone mugenzi we nk’umuntu umufitiye akamaro aho kumubonamo umugome,umwansi n’ibindi bibi byinshi bitubaka imitima y’abarundi n’igihugu cyanyu c’u Burundi. mube maso mwubahe Imana kandi namwe mwubahane, Imana ibahe. umugishaMugire amahoro.
16 Myandagaro 2015, 09:55, par Nshimirimana Cleophas Umuhindi
Imana Imwakire Imushire Mubwami Bwayo ,ariko .Amatohoza Yiwe Anyaruke Nkuko Aya Nshimirimana Adolphe Yanyarutse Ku Atamwana N Ikinono.
16 Myandagaro 2015, 10:01, par Fabrice
Mbega yarakiriho? bari baramutebereje, nayo yadukoreye,
16 Myandagaro 2015, 10:09, par SARA
NASANGE MUGENZI WE NDADAYE MAREKIYORO
16 Myandagaro 2015, 10:44, par Falcon
Nawe Fidelite gerageza uhonye abo batutsi tuzoba tubona ngirango ufise umukenyuro utarigera uboneka gusa reka kubesha mu RWANDA abahutu barahari kandi abenegihugu bu RWANDA ntabwo bafise ubwenge nkubwa barundi babuze nubwo kunya,aho kwiruka niterambere ryimiryango yacu arubwicanyi dushigikira amazuru n’imigambwe mugabo murugo abana bacu batagira n’ibijumbu barara bariye,....haranira imiryango yanyu mureke kwiruka inyuma yibitagira akamaro,mushigikira ibidakwiranye n’amashure mwize,reka abangana bavyimarire.
16 Myandagaro 2015, 10:56, par MAKUNGU
HAAAA!!! BIKOMAGU ARABONYE KO INKOHO ZITAKIRASIRA HOSE NAGENDEKWA SHETANI
16 Myandagaro 2015, 11:27, par Japhet
Imana Nimwakire Mu Bwami Bwayo ! Umuryango Wiwe Nawo Niwihangane Kwisi Nikobimeze!
16 Myandagaro 2015, 12:06, par ntarwoyobonankihema
murabesha twahuriye mubukeye afis ibisong vyimigano agiy kwic abahut munyabimata imuruta mukayanza jenabony akomey ntanagakomer
16 Myandagaro 2015, 12:09, par Jérome Niyo
Pore Ihangane Mweho Mwaronse Nisandugu Yokukazikamw Tweh Tutbônynimivyimba Natore Yandege Agaruke Guhonya Abantu Ikarusi Kuk Nashetani Ntazokwakira Kuk Nashetani Ntazokwakira
16 Myandagaro 2015, 12:23, par mandayabo ntiragera
ahaaaaaa abatip bazakaz uwo niwe kabisa umurashi nkuwo niw sawa apana umwe yahusha cagitama gishaje atabwenge gifise uzi iyuryamusi barabisha mugutwi ntaco bikomagu ndikondaguca kumazi hasigaye buyoya na kabaka aguma yinyegeza mumasengero mucunge abobicany baricana amareta ahindutse bagaca bahumamaso abant ngobarihany nzemerumunt yihany vyukur akirikubutegets umunt wese azkoyish umuhut ahaaaaa
16 Myandagaro 2015, 12:29, par None?
Ndihanganishije umuryango bwite numurya wabarundu. Jewe nguma mbona umurwikwari umwenyene wahitanye uwitwa Zedi Feruzi, Gen, Adllphe, kurasa Pierre Mbonimpa, nuyuyu Bikomagu etc. Mutikuberiki? Mwibukeko mbereyokwica Zedi Feruzi habanje guturirwa umuntu abona, babonye abarundinamakungu biyamirije kubwishi iturirwa ryumuntu abobicanyibaciye bica Zedi Feruzi jewe nkabanabibonye nkogushaka kwereka amakunguko arabantu bihoye kubwokubera uwaturiwe abona. Mumisihezenaho bishe Gen. Adolphe abantukubwishi bakomeje kuvyiyaniriza abobicanyi bababasimbiye kuri Pierre Mbonimpa bararasa Imana ikinga ukuboko ntiyapfa. Nsubiye inyuma kukwicwakwa Gen. Adolphe nubwobeshibabitekereza nkabandashaka gushiramwo ubwenge nokwubaha Imana abamwishe baribaziko bizagufashakw’abarundi basimbiranirako bakicana. None kuberababonye uwomu General Adolphe yarumuhutu kandigihangange muburundi abahutu kubera bamaze kurengana ivyoguhitanisha ntibagira umurundi womubwoko ubwaribwobwose bibasiramugahanga abicanyibaciyebasimbira kuruyu mutama J Bikomagu uwahoze arumusirikare akomeye muzengo zumutekano mubihevyigandagurwa rya Ndadaye bizwinabarundibeshi kwataco yovugayakoze kugira umukuruwigihugu nkandandaye yicwe abaribashinzwe kumucungera barebera. Uworero abobicanyi bamurashe ngokugira berekaneko arabakunzi bumubisi Gen. Adolphe bihoreye!. Nobasaba rero kugabanura cankeguheba umugambibubisha nkuwo, ndababwirako ivyomushaka gushikako mubicishishe kukwica abene Burundi canke kwica ikiremwamuntu muriyanduriza ubusa nubwoyoba imyaka 40 mbese inarenga ivyovyubwicanyi muzobigira kandi muzokwuca abataribake arikonyuma amaraso arahuma bisobavarumako muzokwucuza.
16 Myandagaro 2015, 13:07, par g6
ikibazo si mandat ya3 nkuko bamwe bavyibaza,jew ndavye aho uburundi bwari bugeze twarikureka peter akitoza imyaka5 nticari ikirenga ariko kubera agatima kabi kamacakubiri kari mubarundi,iyintambara abayikokeza bazoyibona,ikinezera ntawutinya uwundi,dent contre dent oeil par oeil
16 Myandagaro 2015, 13:19, par freedom
uwicishije inkoho nawe niyo bamwicisha ariko bitebe bitebuke naho yishe kandi siwe wenyene yiswe kurubu butegetsi nico gituma ibivyotse bizobazwa umukoze wabarundi
16 Myandagaro 2015, 13:43, par MUHUZA
umva abobatuka fidelite bashakiki? mumuveko mwabinyagu vyabatutsi haryamwavyiny nyakubahwa Lt genelal adorphe shimirimana agandaguwe mwagirango mwehontamaraso mufise tuveko pfamwipfane kandi fidelite ndakuramukij na bakanyosha bavital bakabizi nabandi bakunzi tuvugarumwe nimwirambire sawa mugiramagara meza.
16 Myandagaro 2015, 14:12, par Bukuru Dieudonne
Garukira Uburundi Mana.Uburundi Habaye Nkasodomo Na Gomora,turaphuye Mana.
16 Myandagaro 2015, 15:13, par lyse
barundi,cessons de verser le sans de nos freres burundais .prions pour la paix dans notre pays et laissons la taches â Dieu pour le jugement
16 Myandagaro 2015, 15:14, par THARCISSE
NDAHOJEJE UMURYANGO WABUZE
16 Myandagaro 2015, 15:15, par nzobamesura
Niwe nkurira mubuhungiro none ndabusaziyemwo satani namushire ahoyasize Adolphe
16 Myandagaro 2015, 15:16, par kanyarwanda
Ntagitangaza kuba apfuye nubundi yari yarayinze kugera kwashitani kuko avukana nayo uwo mubabyloni....
16 Myandagaro 2015, 16:08, par kaka
@igihe.bi kwanga guhitisha ibitekerezo byacu sibyiza nagato par contre mugahitisha ibyinterahamwe nimbonerakure.
Barundi nshaka mbasigurire akamaro Bikomagu yamariye twe abanyarwanda, icyo kivume ngo nintwari yanyu Ndadaye yiyamamaza yasezeranije abazomutora ko azoca arungika abanyarwanda iwabo aho naho murwanda Habyarimana bariko barategura genocide. Kubatazi Ndadaye nuwo ni cadre imwe na Habyarimana n’interahamwe. Jyewe nshitse aho iburundi nkaraba iyo statu yiwe numva nayimenagura. Mubabare muntuke ariko Ndadaye nuwo ntaciza yarafise Atari ugucanishamo kugira ashikire ubutegetsi akoresheje ubwoko kuko abahutu aribo benshi.
16 Myandagaro 2015, 16:24, par Felouz
Erega Ntamahoro Arimwisi.!Ahubwo Hahirwa Abapfa Bapfira Mumami Yesu Bakaruhuka Ubutame Bwabo.Gusa Ntamahoro Kumunyavyaha .
16 Myandagaro 2015, 17:20, par 79426116
anicet
16 Myandagaro 2015, 18:28, par kanyarwanda
@kaka. Niba utabizi Bikomagu yishwe ni intagongwa izirusha intambwe Kagame. Ejo niwowe utahiwe kuko shitani kagame amaraso yabahutu imaze kuyahaga. Ubu nimwe mugezweho wa mbwebwe we!
16 Myandagaro 2015, 18:47, par Nduwayo Jamesi
Imana Nimwakire.
16 Myandagaro 2015, 19:01, par Jean Mutama
Barundi twese twihane kuko abantu mwese mwandika je ndabona muserukira abataronka internet. Rero Imana igiye kudukuramwo uwo mutima mubi twizinukwe. Muragabe. Hagira havugwe iri: plus jamais ça
16 Myandagaro 2015, 19:11, par Jean Mutama
Barundi twese twihane kuko abantu mwese mwandika je ndabona muserukira abataronka internet. Rero Imana igiye kudukuramwo uwo mutima mubi twizinukwe. Muragabe. Mwihane Imana itarabihanisha.
Hagira havugwe iri ngo: plus jamais ça
16 Myandagaro 2015, 19:54, par GAHEBA
MU BURUNDI UBWICANYI BWARENZE NONE ABARONGOYE UBURUNDI NTIBABIBONA?TWIZERE IMANA NTITWIZERE ABARONGOZI KKO BOBO TUMBO MBELE TUJA GUHONA
16 Myandagaro 2015, 20:19, par CLOVISI
KOYARIYA RISHE NDANDAYE NTIHAGIRE ICO AKORA ARIWE YARI ASIGAYE ARAMUTSA IGIHUGU INABI YITURWA IYINDI.UMURYANGO WIWE WIHANGANE
16 Myandagaro 2015, 21:35, par korode
mpojeje amuvyeyiwiwe nabanabe bihagame kukomuriyimisinahimana yesu arababona
16 Myandagaro 2015, 21:48, par Dieudonne Ngend Mkmba City
Bantu Iyomuva Mukagera,garukana Agatima Ntembero Dusabir,uburundi.Hama Nawe Uguma Wica Gerageza Umukama We Abona Vyose Azobikubaza!Aha Ntiworeka
16 Myandagaro 2015, 22:04, par Dieudonne Nge Mtoto Mkmba
N.B Wewe Wica Umeze Nka Kayini Ah.Umukama Yakuvumye!Nawe Uvyiyunvira Hec Ariko Eger,umukiza Yezu Icukwiye Gukora Nimburintunva Uzokwunva Kuzigiye Imbere Ya Data Na Mwana,nanje Ndi Icabona
16 Myandagaro 2015, 22:07, par furaha
yaba mwipfuza ko imana iharira igihugu cacu,mwaza tugafukama tugasaba imbabazi tukareka guterana amajambo
17 Myandagaro 2015, 02:24, par NINKURU
ABOBABISHA NIBARONDERWEBAFATWE HAMABAHANWE <<UWICISHIJINKOTA,AZOKICWA,NINKOTA!>>IMANIBAHEZAGIR.
17 Myandagaro 2015, 06:10, par fediasi
Erega kwisi tukwiye kumenya ko kuyibako kwaramaturu guko nuyo BIKOMAGU ayo yakoze agiye kuyishura guko niwe yatumye abarundi tuja muryane za politique guko ariwe yagandaguye umukuru wigihugu nyenicubahiro NDADAYE.mbe,yibaza ko abarundi ko baryoherwa nuko bamubona adagadaga.nagende nuwa yagandaguye yarumuntu.mbega yakorera igihugu mukutwicira uwo twari twaritoreye mukumuhamba mwigunira.kandi ntamwana nikinono.
17 Myandagaro 2015, 09:15, par gaciyubwenge
aaaaah ha ha ha ha amaraso ya ndadaye aramuhumiye na bado Buyoya nawe araramukiwe naho aguma yinyegeza muri amerika ahubwo naze tumufyite
17 Myandagaro 2015, 09:20, par gaciyubwenge
aaaaah ha ha ha ha amaraso ya ndadaye aramuhumiye na bado Buyoya nawe araramukiwe naho aguma yinyegeza muri amerika ahubwo naze tumufyite
17 Myandagaro 2015, 16:21, par SERUPYIPYINYURIMPYISI
Ndibuka abanyarwanda ukuntu uyu musaza yaturindiye umutekano tugacungwa n’abasoda bo kuri CAMP MUHA na Camps Mwaro iyo byabaga byakomeye abahutu bashaka kutumara yaradutabaraga. i bujumbura mu ngagara muri quartier 3 nibwo nabonye amaso ku maso Col.BIKOMAGU en tenue ari umusore yasaga na bakuru bacu bari baragiye ku rugamba mu nkotanyi c’était en fév.1994 kw’ibarabara riva mu ngagara ryinjira mu cibitoki ariho atanga amabwiriza ou commendements zuko abasoda barinda igisagara kandi cyane cyane bakarinda abatutsi b’abanyarwanda numvise mukuriye ingofero. Imana izamugororere imuhe IJURU kandi dore yafuye avuye mu misa
17 Myandagaro 2015, 18:27, par Nyiranzayino chantal
yoo! birababaje
17 Myandagaro 2015, 19:27, par kaka
@kanyarwanda, indero nke niyo ikuranga ariko ntabindi wavuga as you interahamwe idahaga kumena gamaraso, Ese aho uvuga kagame ngo amena amaraso yayamenaho yabarusha mwe mwishe 1,000,000 mumezi 3? Ahubwo ishavu mufite nuko mutatumaze, kagame yabarushije ubwenge ntiyihora naho byaba byarabaye ninkomubacengezi mwigiraga abaturage basanzwe abasirikare atambuka mukabarasa, mwirirwaga mutega abaturage mumamodoka mubica, ariko abahutu mugira ubuswa muterwa nubwinshi kandi ndababwiza ukuri ko niyo baba abatwa bake mutabamara kuko ntawuhonya ubwoko. Wewe kanyarwanda taha umanike amaboko ureke kumena amaraso urebe murwanda ko abategetsi benshi atari abahutu. Ese iyo President atari umuhutu bica bivugako mutari kubutegetsi? Abanyarwanda baratora badashingiye kubwoko kandi hatorwa umuntu umwe ntibaba babiri, ikindi uzaze urebe ivyegera byiwe byose nabahutu, nabaministre hafi yabose nabahutu nabashingamateka. Noneho compara a Habyarimana hari umututsi wabaga muri gouvernement ye? Ahubwo mwababuzaga no kwiga, ariko abahutu muri babi koko ibaze kubuza umuntu kwiga nabyo ntibikunyure uti reka mwice. Ariko sibose babi da gusa nibake cyane abeza. Reba Peter ivyegera vyiwe, ugereranye no murwanda, problem mugira ntimureba ubushobozi mureba ubwoko, reka nkureke ntiwumva
17 Myandagaro 2015, 19:39, par Dieud Nge Mtoto Wa Makmb
Quel Avantage Trouver Si Quelqu,un Est Venu De Mourrir?Mais Nta Bleme Gusa Dieu Izobimubaza,wewuvyiyunvira Reka Kuko<uguhora Ni:umukama
17 Myandagaro 2015, 19:47, par Dieud Ng 68451402
<UMUBIRI W,UMUNTU NI INGORO YA MUTIMA MWERANDA>RERO NDABABA N,ABANTU BIRIRWA BARICA ABANDI NK.IBIKOKO
17 Myandagaro 2015, 21:37, par Kwizera Hermes
Imana,imwakir Mubinganza Vyoyo Hama,abaca,imanza Nibazic Muga Ndazi ,imana Ntaw Yatumy Gucira,urubanza,uwundi Reka Turindir Umwami Niyahindukira,izoca,urubanza!
17 Myandagaro 2015, 22:04, par Ikiiziga KAKA
Ewe KAKA sha eka uri amakaka nyene,abahutu sha n’ubwoko bwatoranijwe n’Imana,nayo ubwo bugesera bwanyu ntibuzomara abahutu,ntiwavuz k ari benshi,muriyahura sinon muzama mutubona ingene duterimbere,na shetani yaratinz irabona k’umututsi ayisumvya ububi
17 Myandagaro 2015, 22:19, par Fabrice Bihayi
Ego Imana Nimwakire Mubwami Bwayo Kuko Nawe Yari Umugabo Wijunja Nijambo Nka Adolfe .
18 Myandagaro 2015, 07:23, par akgj
knb.
18 Myandagaro 2015, 11:31, par Hopefull
c’est domage qu’il va au diable, ce démon envoyé sur la terre depuis les abîmes pour tuer les hutu. Comme Lazarre, le Saint Ndadaye va désormais se moquer de lui lorqu’il (bikomagu) sera entrain de brûler à l’enfer et Ndadaye dans les bras d’Abraham.
18 Myandagaro 2015, 11:41, par Eddy Aboubakar Nsabimbona.
Colonel Jean Bikomagu Imana Imwakire Mubugingo Bwayo,twame Turi Kumavi Dusenga Imana Idukize Izindwane Ziri Mu Burundi,kimwe Twomenya Abantu Nibeshi Ariko Turi Umwe Guko Twese Twambaye Umubiri Umwe.Uburundi Nubwatwese Tuyage Duhuza,kurya Turibamwe,ntaworengera Abandi,mwibuke Urengera Abantu Imana Ikaguhana Yitonze.Ibihe Vyiza,imana Izigame Uburundi N’abarundi.
18 Myandagaro 2015, 11:43, par Eddy Aboubakar Nsabimbona.
Colonel Jean Bikomagu Imana Imwakire Mubugingo Bwayo,twame Turi Kumavi Dusenga Imana Idukize Izindwane Ziri Mu Burundi,kimwe Twomenya Abantu Nibeshi Ariko Turi Umwe Guko Twese Twambaye Umubiri Umwe.Uburundi Nubwatwese Tuyage Duhuza,kurya Turibamwe,ntaworengera Abandi,mwibuke Urengera Abantu Imana Ikaguhana Yitonze.Ibihe Vyiza,imana Izigame Uburundi N’abarundi.
18 Myandagaro 2015, 13:56, par TelesphoreManiragaba
hooo!nabado!
18 Myandagaro 2015, 14:44, par BANZIMA
Uwariwe wese ntitwari dukwiy kunezerezwa nuko yishwe yaba Rwagasore cank Ndadaye,Adolphe cank Bikomagu eka nabandi.Iyo turiko turaryana nkuko tuba turiko turifata nabi nkibijuju,abarundi n’abanyarwanda twemere kuguma mubuja bw’amacakubiri ababirigi badushizemwo???wapi twoba twifashe nabi
18 Myandagaro 2015, 15:16, par Cyomoro
Iyi ntwari Bikomagu mbona ipfuye tuyikeneye kuko izi guhotora nka Papa wanjye kagame... Gusa ntacyo kuko ni umurage Kanjogera na
Karinga badusigiye. Kwica abahutu bose tukabamara niyo ntego yacu
18 Myandagaro 2015, 20:05, par Yusufu
None Mumwiciye Iki? Abarundi Murinigorane
19 Myandagaro 2015, 04:40, par Kabetero
Amatwi Ansumira Numva Ngo Nawe Yari Yahoze Ari Kizigenza Mubwicanyi Reka Rero Nawe Azekwishura Ivyoyakoze Usangwa Arivyo!
19 Myandagaro 2015, 06:38, par Js.M.Gatoro
Abarundi 2zopha 2marana pe. No nkuyo mukukuruke mugisirikare c’uburundi aziziki? Abarundi twikebuke, twongere 2be maso kuruyo mwicanyi agize yica atarobanura na canecane kubategetsi bakomakomeye. Mwibuke kugaba kurakokagabo kateye ingorane n’ubwicanyi mugihugu kubera ukutumva ugasanga ngo intumva zirimwo nako ari n-1. Be maso!
19 Myandagaro 2015, 08:27
@ikiizigaKAKA, igiti cama imbuto zaco, none ugira notangara ivyo uvuga nivyo ufise nyene, aho wiyita ikiziga ntaco norenzako. Mugabo sintahura ukuntu utinyuka kuvuga ngo muri ubwoko bwatoranijwe n’Imana iyihe Mana? Kuko mwatemye abantu? Iterambere ryo ryanyu uvuga ntaryonzi mugabo muteye imbere nibyiza cyane ariko mutishe abo mudahuje ubwoko. Kandi hamwe wana ufite ubwenge warondeye ingene ubwoko bwose bwobana kuko Isi izarinda ihera ntabwoko bwirukanye ubundi canke muhoneje ubundi. Turakeneye intwaro rusangi yubuhiriza amategeko kandi ishingiye kubumenyi bwabayigize atakuraba ubwoko harabwa ivyiyumviro na vision afitiye igihugu. Nitwashora ibyo tuzabana neza ntawibuka ubwoko bwuyundi, tuzotera imbere ibihugu byacu bigire amahoro. Si non tuzahora mungorane ziduhoza mubukene nimpfu.
19 Myandagaro 2015, 10:26, par karikurubu
Aba batindi babadd wagirango babaroze u rwanda ni mureke gusaza imiheri mwitiranya ibibazo byanyu nurwanda ikibazo mufite ni imungu yamacakubiri yarabamunze sha murabuze abo mwikwegera nimubandanye akatareste kaba gasema. Icyo maze kubona co ni uko mufite amatiku ntarigera mbona mumate yisi
19 Myandagaro 2015, 12:02, par kaka
@ikiizigaKAKA, igiti cama imbuto zaco, none ugira notangara ivyo uvuga nivyo ufise nyene, aho wiyita ikiziga ntaco norenzako. Mugabo sintahura ukuntu utinyuka kuvuga ngo muri ubwoko bwatoranijwe n’Imana iyihe Mana? Kuko mwatemye abantu? Iterambere ryo ryanyu uvuga ntaryonzi mugabo muteye imbere nibyiza cyane ariko mutishe abo mudahuje ubwoko. Kandi hamwe wana ufite ubwenge warondeye ingene ubwoko bwose bwobana kuko Isi izarinda ihera ntabwoko bwirukanye ubundi canke muhoneje ubundi. Turakeneye intwaro rusangi yubuhiriza amategeko kandi ishingiye kubumenyi bwabayigize atakuraba ubwoko harabwa ivyiyumviro na vision afitiye igihugu. Nitwashora ibyo tuzabana neza ntawibuka ubwoko bwuyundi, tuzotera imbere ibihugu byacu bigire amahoro. Si non tuzahora mungorane ziduhoza mubukene nimpfu.
19 Myandagaro 2015, 15:18, par Bukovongo
Mbega Uwo Muntu we Yarashwe,nta Kundi Atagapfuye Ntagakira , Ntaco Nawe Ni Arabe Ukuntu Urupfu Rubabaza Nawe Niyibuke Ivyo Yakoze Mu 1993 Kuri Ndadaye Niko Zubakwa
19 Myandagaro 2015, 16:13, par G2D3B1J4M5P6
MURAMBARIZA BIKOMAGU INANI NUMUNANI ABANTUWISHEBANGANA IKI ????.ICENDANAGATATU NDADAYE AMUKWEGAKUMODOKA YUMVISEHARIMWO UMUNYENGA ????.UWISHE NAWE APFA YISHE NIKO IMANA IBIVUGA MUGABO SIWEYAPFUYE BARABESHE BUCAGARUKA EJO MUZOMUBONA
19 Myandagaro 2015, 19:48, par Twikikizigagishye
@ikizigakaka. uri umwicanyi wamaze abantu . Kubera kwica benshi ubu uri umusazi none nawe wandika amateshwa utuka abahutu ngo uravuze. Humura niba waricishije inkota nka sowanyu Bikomagu nawe niyo bazagucumita. Gusa ubwenge bwawe buri mukibuno pe!!! Ubwo wamaze abahutu n’agafuni abasigaye urabakona wigana Nyoko wanyu Kanjogera ibyo yakoraga kera ahaguruka inkota ishinze mumpinja ebyiri z’abahutu.Yewe uri ikiziga koko kuko wapfuye uhagaze kubera amahano wakoze.
19 Myandagaro 2015, 19:58, par Kayihura Prudence
Abanyarwanda tweretse abahutu ko badafite ubwenge tubicamo miliyoni 2. Namwe batutsi biburundi nimukore akazi nkuko kumusaga batangiye kwikiza umwanzi (umuhutu).Mubatere grenades abandi mutwike n’imipine. Kugeza igihe muzabamara muburundi abasigaye mubakone ntibazabyare nkuko mu Rwanda tubakora.Nyuma twinywere ibiyeri.
21 Myandagaro 2015, 19:02, par Gitoke Klose
Mbega Bikomagu Yitavye Imana Canke Shetani?Uwo Mugesera Yatwiciye Ndadaye Agakora Amabi Kuri Ntega Na Marangara.Sha Ubu Abo Yishe Bose Ubu Famufashe Amaboko Abandi Amaguru Abandi Amatwi Eka Ubu Yabuze Ayo Acira N’ayo Amira Mukuzimu.Wibaza Ngo Ntzobasanagayo.Nibakwendeshe Umuriro Wabica Ubna
22 Myandagaro 2015, 23:32, par Gakozi mmanuel i PRETORIA
leta nikore ibishoboka vyose mu maguru masha barondere abakoze iryo sanganya ku mu KIZWA w’IMANA Yaravuye kwinsengerir’Imana. Atana politike yarakibazwa. nibara. Imana ibaharire.
23 Myandagaro 2015, 07:14, par James
Non Cornel Bikomagu Kobatamuhamb Bamurinjijik?Barindiriy Kwazohembuka Canke?
29 Myandagaro 2015, 20:31, par ntineshwa philippe
none jean bikomagu koyari coronel ntabasoda bari bamucungey kukuberik nabo batarashe?
27 Ndamukiza 2016, 09:46, par Nibogora-jean Claude
Jewe,reloharico Nipfuzasinzikomwokinyemerera.Atigute Jena Gombandaba Bwireko Ardolofe Atarapfa Kandiko Turikumwe Ninambaza Nje Noshobora Kuzibaha.0706700745 Kandi Ardolofe Afitiye Ishavu Ryinshi Pierre Nkuru Nziza Kandi Numusoda Wa F.N.L.Sawa Relo.!
10 Rusama 2016, 20:57, par TWIZEYIMANA POtien
BURUNDI NIMUSENGE IMANA YONYINE!