Accueil > Amakuru > umutekano > Colonel NIBIZI Emmanuel yahatswe kugandagurwa
Colonel NIBIZI Emmanuel yahatswe kugandagurwa
lundi 6 Ruheshi 2016, par
Intwazangabo yo mu gisirikare c’Uburundi, Colonel NIBIZI Emmanuel yahatswe kugandagurwa n’abantu bataramenyekana, ku muhingamo wo kuri uwu wa mbere mu gisagara ca Bujumbura.
Imodoka yarimwo iyo ntwazangabo yatewe gerenade igeze hafi y’ahakorera igiporisi kijejwe uruja n’uruza, ahegereye banki BBCI, mu gisagara ca Bujumbura. Mu giporisi c’Uburundi baremeza ayo makuru, bakavuga ko ari ibikorwa vy’ubugizi bwa nabi bibandanya kwibonekeza.
- Imodoka yarimwo Colonel NIBIZI Emmanuel
OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi amenyesha ko intwazangabo Colonel NIBIZI Emmanuel yakomerekejwe ku maguru n’iyo gerenade yatewe.
IGIHE
Messages
6 Ruheshi 2016, 16:54, par uwutavuga rumwe n’uwitwa tari
reka babamare si mwe mubirererako mukabareka mubazi ahubwo iyo mubihora ntimubivuge kuko imbonerakure turashaka gukora ariko mukatuburabuza ahubwo muzotuerekurira mubonye ko peter nkurunziza bamukujemwo
6 Ruheshi 2016, 17:09, par Karimu
Ariko se Nkurunziza abona ko ibi bizohera ryari? ubwo nawe mu kanya baratubwira ko ari reglement de compte ko amatohoza yatanguye .....
6 Ruheshi 2016, 17:50, par kamaro
iryo nigere ryanyuma ryatwaturwi twiterambwoba, hanyuma abagomba gukamisha ibihuha muguhendabantu ngo aba EX FAB barageramiwe uyo colonel NIBIZI kwatari umu EX FAB tuze kwumva ivyobazakuroka, iyaba umuFAB nomuriki kinyamakuru barikushusha bikaba berebere....
6 Ruheshi 2016, 18:09, par Debrhigge
Abura Kwishongora Nkuwuri Mu Ca Se!Erega Nica Nkunziza.Muzohera Nk’ifu Y’imijira Kuk Nimw Mwavyitey Mbay Karimu.Nkurikiye Nareke Kuza Arahumuriza Abantu Mumafuti.Araz Ivyovyose Apfakureka Kubivuga Arabz
6 Ruheshi 2016, 18:39, par Rwembe
iyo mbones ngo bashaka gukora! natwe tuiye kubikurako,mukore dukobore,musare dusanzaze. turi kumwe ntimwihende!
6 Ruheshi 2016, 19:22, par NEYMAR JUNUA
ARIKO ABOBANTU NIBANDE?AMATOHO ADAHERA NDAZI YATANGUYE!!!!!!!!
6 Ruheshi 2016, 19:31, par N. R. N.
R.N: JEWE NIYUMVIRA KO ZIGOMBA GUCANISHAMWO IGISIRIKARE NIGIPORISI URAVYE AHO IYO GERNAD! IZONKOZI ZIBIBI ZIMENYE KO IMPERA NIMPERUKA BAZOFATWA BAGAKUBITWA INTAHE MUGAHANGA. KUKO IMANA NTIYAHEVYE UBURUNDI.
6 Ruheshi 2016, 19:33, par N. R. N.
R.N: JEWE NIYUMVIRA KO ZIGOMBA GUCANISHAMWO IGISIRIKARE NIGIPORISI URAVYE AHO IYO GERNAD! IZONKOZI ZIBIBI ZIMENYE KO IMPERA NIMPERUKA BAZOFATWA BAGAKUBITWA INTAHE MUGAHANGA. KUKO IMANA NTIYAHEVYE UBURUNDI.
6 Ruheshi 2016, 19:35, par N. R. N.
R.N: JEWE NIYUMVIRA KO ZIGOMBA GUCANISHAMWO IGISIRIKARE NIGIPORISI URAVYE AHO IYO GERNAD! IZONKOZI ZIBIBI ZIMENYE KO IMPERA NIMPERUKA BAZOFATWA BAGAKUBITWA INTAHE MUGAHANGA. KUKO IMANA NTIYAHEVYE UBURUNDI.
6 Ruheshi 2016, 20:24, par MANI.
NABOBATEGETSI.NICOGIPORISICACUKIDUCUNGIYUMUTEKANO.CKIJAJARA.UMUTWARENKUWABAKOMAKOMEYE.MUBAMUMWITAHO.KUKO.RABANSHIMIRIMANA.DORUFU.YARATUBABAJE.ARONGERARATUBABAZA.NONE.MUBURUNDITURIJAJARA.ABASIBASHINYIRIJE.
6 Ruheshi 2016, 20:41, par Nsengiyumva Eriya
Yemwebantumusengamukunvigwa Nugusengera Benabo Bakoz Bibibi
6 Ruheshi 2016, 20:55, par MANI
HARAGAHORUMUGAMBWE CNIDEDE.EFUDD.KUKATANZIGOYAKAZIKIRA.IFISE.NKABAHAHOZE.TUZOGUMATUWUSENGERA.UZOHOREKUNGOMA.IMYWAKAYOSE.ABANKUMUGAMBWE.CNIDD.EFDD.NIBASHAKABITONDE.TWUTOYETUWUBO.UBURUNDIBWOSE.TUWUSHIGIKIYE.BADUHONEREZA.INZEGOTWITOREYE.NTUZOVINYUMA.
6 Ruheshi 2016, 22:48, par CAKIRA
mbe muvuga ko uyabaye kumuhingamo?ahubwo namwe banyakurt mube abagabo
7 Ruheshi 2016, 00:33, par Mudwinzi
Icyo nsaba leta ya Nkurunziza ni ugushyira position cg postes za police muri buri coin y’umuhanda cg ikoni. Bakanashyiraho policedu quartier. Bambara civile kandi baba batuye muri quartier.
7 Ruheshi 2016, 07:25, par Bizimana
None ko vyabereye ahakorera igipolisi naho nyene kubmuyaga iyo nkoziyikibi yaretswe gufatwa gute?uwo nawe burya ntiyemera ikiringo ca gatatu ca Nkurunziza.Erega naho Nkurunziza mwashatse kumugira nk’umwami mukumushira mu bitabo arikumwe n’abami,hariho umutima n’imico no gukunda igihugu abami bari bafise:"iyo umwami inshingano ziwe zamunanira(nka crise kanaka ibaye mu gihugu yaca atanga ingoma yihaye ubuki."uwo mutima wabami Nkurunziza ntawe afise kuko yakabaye awufise turavye ibiriko biraba yaba umutekano Mike,ubukene,imico n’akaranga vyatitutse yakabaye kera yaratanze ingoma akiha ubuki.Nkurikiye nareke kwirigwa atanga amatangazo ikibazo c’umutekano muke ni Nkurunziza.uwo Nkurunziza yari yavuze ko atamuntu azongera gupfa araswe Ku munsi mukuru wa bakozi none kuva uwo munsi imganda ntizisiba gutikira,nawe icakora ni ugutanga ultimatum ataco zitanga.no musaba gukinjura namba yikunda we n’umuryango wiwe.
7 Ruheshi 2016, 07:49, par morodikayi.
Ivyovyose vyabagobwa kwicwa,hamwe nabo bicwa, biri kugatwe kiyo ntagodwi zosi nkurunziza, kuko amabi ariko arakorwa niwe yaya tanguje.namwe mwaraye muvyi yumviye ivyo yavugiye mumugamba yuko agiye gukora ihonya bwoko mumugamba. nayo kwica ya ravyiyemeje,yaba uwo mugisoda cakera,canke mubo bahoranye mukinyeshamba arajaniranya, namwe muravyibonera, mubo vyabanye mwishamba bamwe barataye baromoka, agomba abarenze kuwepfo. Ekaye ntasi yanyereye yuma.......
7 Ruheshi 2016, 10:05, par ERIC
ERIC MANA GARUKIRA IGIHUGU CACU KIGEZE KURE
7 Ruheshi 2016, 11:59, par niyonzima
gezaho reka kwicana mbega nkurunziz mwamugz imana yabarundi rindira abaporis barihanze brabirukanye uzurabe akayarwa atarekuyamanda ntibizoroha
7 Ruheshi 2016, 12:12, par Kabango
@ Kamaro aba exfab babarashisha za rocket bagahita bapfa , naho abandi bakarematanya babatera twa grenade natwo kure yimiduga yabo kugira babone urwirwazo rwokumara aba ex fab, rindira urunva aba ex fab bagandaguye
7 Ruheshi 2016, 12:12, par NGENDANZIEMANWER
NONEUMUKURUWIGIHUGUABONAGUTEABOBANTUNADUTUMEKOTUBAHIGENTAZIKOTUTARAMWIBAGIRA.EREGATWOHERA
7 Ruheshi 2016, 13:27, par Maisha
Ko Havgwa Ko Umutekano Wuzuye! Mwumv Ivy Biba Kuber’ik?
8 Ruheshi 2016, 18:56, par HAHA
TWISHAKIRA AMAHORO
8 Ruheshi 2016, 19:38, par 76144543
DENIS
9 Ruheshi 2016, 13:16, par Erike
Birangoye Turabasabirwa
10 Ruheshi 2016, 08:01, par P.ANDRE
IBIGWANISHO KAGAME AMAZE KURUNGIKIRA ABATUTSI NABAHUTU BAKORESHWA NABATUTSI NI CAKABIRI CIVYIGIHUGU GIFISE
16 Kigarama 2016, 20:26, par CLAUDE
KABISA ABOBANTU BARI BADUKOZE MUNDA MURABATOHOZ