IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Croix Rouge : Abagira imyiyerekano 21 bariko baravurwa nibo bamaze (...)

Croix Rouge : Abagira imyiyerekano 21 bariko baravurwa nibo bamaze kwitaba

jeudi 4 Ruheshi 2015

Ku vya imyeyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza itanguye, ishirahamwe Crix Rouge ryitaho imbabare, rivuga ko abantu bagera kuri 21 bamaze kwitaba Imana bariko barakurikiranwa n’iryo shirahamwe.

Alexis Manirakiza umuvugizi w’iryo shirahamwe, amenyesha ko abantu bagera kuri 21 bakomerekeye mu myiyerekano, bamaze kwitaba Imana, bariko bakurikiranwa n’iryo shirahamwe Croix Rouge, nayo abagera ku 552 barakomeretse, bariko baravurwa. Iryo shirahamwe rivuga ko kuva imyiyerekano itanguye mu gisagara c Bujumbura, baciye bugurura ibigo icumi vyogufasha abakomerekeye muri iyo myiyerekano, muri ivyo bitatu bikomeye kimwe kiri mu Ngagara, ikindi mu gisagara hagati n’ikindi muri komine ya Kinindo, gutyo abakomeretse bagashobora gushikanwa mu mavuriro nk’ibitaro vy’abasirikare mu Kamenge, ibitaro vyitiriwe umwami Khared, ivyitiriwe umuganwa Rwagasore no kwa Davidi ku bategerezwa gukorwa.

Iryo shirahamwe rikaba rishimira amashirahamwe ariko aritanga mu gufasha yaba kurihira ibitaro abo baba bakomeretse hamwe no mu bindi bikorwa. Ayo nayo, ni nk’ishirahamwe MSF ry’abaganga batagira imbibe, hamwe na Caritas Burundi.


Aristide Nizigire

Messages

  • IMANA IBAHEZAGIRE KUKO MURIKO MURITANGA MURIKI GIHE KITOROSHE.HEZAGIRWA MURIVYOSE NAHOSE!

  • IYIMYIYEREKANO BOYIHAGARIKA

  • Emwe Ivyo Bintu Numva Binteye Umubabaro Mugabo Ntakundi Kuko Haba Icanditswe Ku Muntu Ntigisiba Ariko IMANA IBANE NABO.Merci

  • bwira abababatumyebahagarik nayo muracaharura

  • abarundi imyiyerekano ni uburenganzira bwanyu,ariko ikibabaje ni les actes de violence zayirnze imyiyereko yanyu iteye isoni ,kwica abantu,gutwika imodoka ,gutera gerenade,gushora abana imbere ,gukoresha abanywarumogi...nuwarubashyikie yarifashe,ahubwo yagira ngo ni mwe mbonerakure!!!!mbese izo mbonerakure ko mutatwereka abo zishe!!!!

  • @ana
    Irya si imyiyerekano ,ni insurrection,les manifestants tutsis ont sous estimé la police,c’est eux qui ont utilise la violance sur les policiers,ils leur ont lancé des grenades,leur ont tiré dessus,ils brulaient les hutus dans les pneus ,ils ont tué des jeunes hutu,sacagé les maison des hutu,brulé les voitures des hutus,bari muri coup d’etat baduze kuri za blindés umunsi wa putsh baherekeza les putshistes kuri radio comme des amis,désolés les manifestations pacifiques on les connait,ce n’est pas se droguer àla vue des journalistes et aiguiser les machettes pour en decoudre avec la police,notre police est pacifique et humaine si c’etait ailleur je ne sais pas ce qui se serait passer,izo montages nazo z’aba journalistes b’abanyamahanga ntawoba akizemera kiretse uwutagira ubwenge,nibabanze batubwire abapolisi bacu biciwe muri arya ma quartiers si non izo ni montages !!!

    Erega ana imbonerakure ni irindi zina batoye kugira bamare abahutu nko muri 72,abatutsi ont inventé et diabolise la jeunesse du parti mais c’était pour diaboliser tous les hutu en general bazoronke aho bahera kutumara nkuko kera batwita abamenja,inyankaburundi,aba assaillants ,mbega ntiwabonye ko bari batanguye guturira abahutu mu ma pines ngo ni imbonerakure abazungu barorera,abandi babiciye mu mazu ,abandi babasamburira utuzu twabo basanzeyo uniformes z’umugambwe cnddfdd gusa,nta kigwanisho na kimwe bakuyeyo,barazihohoteye les pauvres barabishe barabatikiza mu ma quartiers nta n’umu journalistes numwe yavuze,woba ufise inkoho ugapfa uko twabibonye kuri buja news?Erega nabo ba manifestants bapfa abenshi bapfa b’abatutsi bicwa nabenewabo b’abatutsi nyene kuko biri muri plans zabo de sacrifier 15 tutsis par jour hanyuma amakungu na kagame bace batujako ngo genocide ,ewe nta muntu numwe bazokwereka yishwe na zo kuko ntawe zica les pauvres,nibabakwereka bizoba ari ibinyoma ni plan d’exterminer les hutus qui est làdepuis,imana niyo ikinga!Ubu naho abahoze bamanifesta barahunze ko bari mu ba putshistes bagiye i Rwanda gukora rebellion,abahutu vous etes avertis mwirarire riko!!!!Ivyo biharuro vya croix rouge ni ukubesha!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.