Accueil > Amakuru > umutekano > Abanyeshure ba kaminuza bemerewe kuguma imbere y’ubuserukizi bwa (...)
Abanyeshure ba kaminuza bemerewe kuguma imbere y’ubuserukizi bwa Amerika
vendredi 1er Rusama 2015, par
Ubuserukizi bw’igihugu c’Amerika hano mu Burundi busaba Reta y’Uburundi gutorera inyishu ikibazo c’abanyeshure bo muri kaminuza bashagaje, imbere y’ubwo buserukizi basabwa gukingirwa umutekano.
Umupfasoni Dawn Liberi aserukira igihugu ca Reta zunzubumwe z’Amerika hano mu Burundi hamwe n’intumwa ya Barack Obama, Tom Malinowski iriko igendera igihugu c’Uburundi muri kino gihe, babonanye n’ababanyeshure bo muri kaminuza y’Uburundi baraye ijoro ryabo rya mbere imbere y’inyubakwa z’ubuserukizi bwa Amerika hano mu Burundi basaba gukingirwa umutekano.
Abo bategetsi uko ari babiri basavye Reta y’Uburundi gutorera inyishu ico kibazo c’abo banyeshure. Baciye bemerera abo banyeshure ko batazokurwa imbere y’iyo nyubakwa hamwe boguma batekanye. Tubibutse ko abanyeshure barenga amajana atandatu bahungiye imbere y’iyo nyubakwa y’ubuserukizi bwa Reta zunzubumwe za Amerika ,aho ni mu gihe bari birukanywe mu bigo vya kaminuza ,mbere banategekwa kuhasiga buguruye ,ivyateye amakenga bamwe bamwe.
Abo banyeshure kandi bavuga ko bamaze kuva mu bigo vya kaminuza ,abaduze ku gatumba iwabo bamwe bamwe baciye bafatwa abandi nabo batinya ko bogirirwa nabi n’urwaruka rw’imbonerakure.
Floxella Karire
Messages
1er Rusama 2015, 17:12, par EVODE
N MWIHANGAN IMANA IRABABON NIYO IBAGEJJ AHO
1er Rusama 2015, 18:07, par NIBITANGA EGIDE
ABARUNDI NIDUCE BUGUFI DUSENGE IMANA IVYAVUZWE BITEGERE GUSHIKA ARIKO RETA NIYIKUBI AGASHI
1er Rusama 2015, 22:50, par sebarundi
iragi rya remy gahutu nivyo yagiye avuga bigiye gushika abazi ivyo yavuze nibyo biriko biraba
2 Rusama 2015, 09:33, par nahawemana
ntakundi mwogira.
abahungiye murwanda nababonye kuri kumboneshakure ejo abavyeyi nabana barira nanje ndarira .
2 Rusama 2015, 12:40, par UMURUNDIWUMUTIMA
ABA BANYESHULI NIBIJUJU NTANICYO BIGA KUKO BADAKUNDA IGIHUGU CYABO AHUBWO BALISHAKIRA GUHUNGA !!!! KUKI SE BATAGIYE KULI AMBASSADE YURWANDA IBURUNDI , KO URWANDA RUSHOBORA GUTABARA ABARUNDI MUMASAHA 2 GUSA !!! KANDI KO RUBISHOBOYE , BUSHOBORA NO KWAMBURA ITWARO INKOHO ABASILIKALI BABARUNDI , IMBONERA KURE NABAPOLISI BUBURUNDI MUMASAHA 72 GUSA !!!! NONE SE IBI USA YABISHOBORA !!! ITAZI NIKIRUNDI ??? NABARUNDI BATAZI ICYONGEREZA ?????
2 Rusama 2015, 13:24, par THARCISSE
IMANA IDUFASHE KUKO NIYO ISHOBOYE KURENZA AHO UMWANA W’UMUNTU ATORENZA
2 Rusama 2015, 14:25, par mpozenzi
Nimba arimwe tuzeyeko abazoturongora mu misi irimbere ntaco twanze kweli none ngoho niho iwanyu ko dufise amakambi yabasirikare kandi muzi ko mutayatumbereye???ko bababujije kugaburirwa na leta no kuryamikwa na leta mugaca muja mwibarabara kuyigwanya aho niho morose ubuhungiro??????ndabagaye kabisa ntaco murimwo.
2 Rusama 2015, 23:02, par Patience
Iconzico Nuko Yezu Akunda Uburundi Kand Yanatwitangy, Ham Sinkek K Nibihuhusi Bir Mugihugu Azobisubiz Inyuma.
3 Rusama 2015, 01:26, par vuganeza
Bemerewe kuguma imbere ya ambassade,hiiiiiii!!!!Ntibabinjije ngo babahe ubuhungiro!!!!Je narinzi ko ayo mazuru yanyu atuma baburiza indege,ariko abatutsi mana yanje muri ubwoko bubi pe imana yarakadukoreye yabazanye mu bihugu vyacu,aho bwagiye kwiyererza ngo baburyamike muri ambassade,pas n’importe lequel,USA!!!Haaahahaaaaa!!!Ako kanyaro kazoteba gahere nayo masura mwiratira azosendwa ubu mwambaye isura ya shetani niyo babona aho mugeze hamwe hamwe,murakunda kwipanga ahari agahiye,menyera kurya mukoze!!!!Muriko murabesha ngo mutinya gutaha iwanyu ngo kubera imbonerakure,besha neza ni ugwitwazo ni ba ba sans echecs banyu birigwa bakora amaroregwa,muriko mukorera ba pacifique kandi mufise amahera mwahawe ngo mutere akajagari mu gihugu ,nta nzara mufise mweho data mbabajwe n’abahutu babakurikiye ba pacifique batabahaye n’urwasha!
3 Rusama 2015, 18:35, par Gerard Buyoya,Bagaza,Ndadaye,Ntiba, Peter
ndabasaba ko mwakumvikana,apres tout Uburundi ni ubwanyu mwese