Accueil > Amakuru > umutekano > Desire Uwamahoro yahawe agashimwe n’umushikiranganji w’ubutungane
Desire Uwamahoro yahawe agashimwe n’umushikiranganji w’ubutungane
lundi 25 Nzero 2016
Umushikiranganji w’umutekano Alain Guillaume Bunyoni yarahaye agashimwe intwazangabo 44 mu gipolisi kubera ibikorwa vyiza bakoze mu mwaka wa 2015.
Umwe mu bavuzwe cane yaronkejwe agashimwe ni Desire Uwamahoro arongoye igipolisi kijejwe kurwanya imigumuko,kubera ibikorwa vyiza n’ukwitanga.
Ako gashimwe yakaronkejwe mu gihe ubushikiranganji bw’umutekano bwariko buragenzura ibikorwa bwaranguye mu mwaka uheze wa 2015,kandi bwerekana imigambi nyamukuru buzoshira imbere mu mwaka w’2016.
Mu migambi itatu nyamukuru izoshirwa imbere ni kwubaka ibitaro vy’igipolisi, kwubaka ikigo gitanga inyigisho ku bapolisi bagomba kuja mu bikorwa vyo kugarukana amahoro, hamwe no gutanguza ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana ry’igipolisi.
IGIHE
Messages
25 Nzero 2016, 14:44, par NKUNZIMANA Célestin
Umushikiranganji w’umutekano niwe yatanze agashimwe. Hindura titre ya article (wanditse umushikiranganji w’ubutungane ko ariwe yatanze agashimwe)
25 Nzero 2016, 16:18, par MAJORO
NAGWANYE AKAJAGARI UWAMAHORO NINGABO
25 Nzero 2016, 17:24, par maso
bunyoni aragayana kweri, agashîmwe ni gato cane uravye ivyobakora. kwica abantu ugahembwa inticantikiye?
25 Nzero 2016, 19:46, par SINDAYIHEBURA EMANWOL
NYAKUBAHWA BUNYONI KOMERA ICO NICO IGIHUGU CAGUTUMYE UTERINTEGE ABAJEJWUMUTEKANO BADO UYUMWA TWIFUZA KUBASABIRA KUMANA BAKOMERE KUMUHETO ABARUNDISINZI TUBARINYUMA
25 Nzero 2016, 22:14, par Mariko
Ube uramurondereranahoazokwihamba Nkurumbi avuyenwo
26 Nzero 2016, 00:06, par INTAGOHEKA
NIMUKOMERE MURABAGABO MUREKE KWISHINGA BA SINDUMUJA BIRIRWA BARIRUKA BATINYA SAKABAKA
26 Nzero 2016, 00:07, par INTAGOHEKA
NIMUKOMERE MURABAGABO MUREKE KWISHINGA BA SINDUMUJA BIRIRWA BARIRUKA BATINYA SAKABAKA
26 Nzero 2016, 17:45, par Ntkitwe Sindumuja
Uyu mugabo Uwamahoro ni umukommando kabuhariwe ntaho ahuriye n’ingegera zacu mu Rwanda (Kabarebe cyangwa Jack Nziza). Isomo bazavana i Burundi nibakomeza gutoza nokoherezayo ba Sindumuja rizabera urugero abana babo. Bari birase bazi ko uburundi ari nka Kongo
27 Nzero 2016, 09:38, par ndibanje
Ako gashimwe ni gato uravye abantu amaze kwica na cane cane abatutsi. Ako gapapuro n’amahera angana gute? Kazomubuza gusahura imiryango asaba amahera ngo arekure abo yafashe bazira ko ari abatutsi canke batemera kuba abaja ba Nkurunziza? Narindire Shetani izomuha agashimwe gashimishije kandi si kera!
29 Nzero 2016, 01:06, par Ngendakuriyo
Imana ibona vyinshi!! ibisa birasabiranira twari dukeneye kubona ifoto yanyu murikumwe yi biywamaraso yi Bibondo. na Bavyeyi. Mumenye ko ibinogo vyanyu vyasamye bibarindiriye na mwe. Imbere ya Yantebe yi Mana abo mwishe bose bazoba babarindiriye nivyo mubicisha vyose na majambo musohora yose. Yoyo ntica ugwangondegonde!!
30 Nzero 2016, 07:48, par wakwetu
Uwamahoro oyeeeee?
7 Ruhuhuma 2016, 11:14, par ngaya bampend
mbege izombwz zizoshirwak tukiriho
17 Ntwarante 2016, 03:30, par popo
Nivyiza nibabashimire numva ntavyishi nobivugako umugani wabo imana yomw’ijuru niyo cabona!
17 Ntwarante 2016, 03:30, par popo
Nivyiza nibabashimire numva ntavyishi nobivugako umugani wabo imana yomw’ijuru niyo cabona!
8 Ruheshi 2016, 09:48, par Stany
Desiré Uwamahoro Natwe Turamukej Kumwe Nabo Arongoy Kugikorwa Ciza Bakoze Barama Uko
18 Gitugutu 2016, 14:20, par edu
NIVYIZA ARAGAKWIYE
18 Gitugutu 2016, 14:33, par manirakiza eduard
nakomere kumuheto naje ndifuza kuja mugi polisi ciwe ndavye ingene ngikora neza
10 Munyonyo 2016, 05:56, par 79362319
UWIHOREYE AHONGA BIKE.HA KUVUGA NABI WOTUMA UNUMA.UBWENGE BW IMANA IYO BUBA MUGUSEMERERA TUBA TUMAZE KUMENEKA AMATWI.NTUGACIRE UWUNDI URUBANZA UTAZI URWUZOCIRIRWA MBESE ATANUBUBASHA UBIFITIYE.IMANA IHE ABARUNDI UMUTIMA W URUKUNDO,AMEN.