IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gen Adolphe Nshimirimana yitavye Imana

Gen Adolphe Nshimirimana yitavye Imana

dimanche 2 Myandagaro 2015, par Jean De Dieu

General Adolphe Nshimirimana yahoze arongoye ibiro bikuru vy’igendereza mu Burundi yitavye Imana kuri uyu w’Imana mu gatondo mu Kamenge kw’ibarabara route nationale no1. mu gitero c’abantu bataramenyekana.

Willy Nyamitwe

IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.