Accueil > Amakuru > umutekano > Général Athanase KARARUZA yagandaguwe hamwe n’umugore wiwe
Général Athanase KARARUZA yagandaguwe hamwe n’umugore wiwe
lundi 25 Ndamukiza 2016, par
Général Athanase KARARUZA yagandaguwe n’abantu bataramenyekana mu gatondo ko kuri uwu wa mbere, mu gihe yari muhira agiye ku kazi n’umupfasoni wiwe, ari kumwe kandi n’umwana wiwe w’umukobwa. Bose uko ari babiri bitavye Imana, umwana nawe akaba yakomeretse cane.
- Général Athanase KARARUZA, yari umuhanuzi mwishikira ajejwe ibibazo vy’ukwivuna abansi hamwe n’umutekano mu biro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu.
Igitero cahitanye iyo ntwazangabo y’igisirikare c’Uburundi hamwe n’umugore n’umwana cakozwe muri zone ya Gihosha, mu gisagara ca Bujumbura, amasasu menshi akaba yumvikanye, nk’igihe c’isaha imwe y’agatondo.
Général Athanase KARARUZA yahoze ariwe atwara abasirikare b’Abarundi muri Centrafrique, akaba n’icegera c’uwutwara ingabo zose zarungitswe kugarukana amahoro muri ico gihugu ca Centrafrique. Kuva agarutse mu Burundi, gushika kuri uwu wa mbere agandaguwe, yari umuhanuzi mwishikira ajejwe ibibazo vy’ukwivuna abansi hamwe n’umutekano mu biro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu.
Mu biro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu aho yakora bakaba bahojeje igisirikare c’Uburundi cabuze iyo ntwazangabo, hamwe n’Abarundi bose muri rusangi.
Général Athanase KARARUZA abaye intwazangabo y’igisirikare c’Uburundi igira gatanu igandaguwe mu kiringo c’ukwezi kumwe gusa.
IGIHE
Messages
25 Ndamukiza 2016, 09:16, par kabwa
ntakundi ni bihangane
25 Ndamukiza 2016, 09:25, par Kabango
Harya ngo hazagya hapfa umuhutu hanyuma hapfe umututsi? Abarundi mubaye imbwa pe, kandi murashira mureba, inkoni yumwana ishira dondi.
25 Ndamukiza 2016, 09:27, par turaje
Imana imuhe iruhuko ridashira
amacakubiri ari mugisirikare nigatari kabisa.
25 Ndamukiza 2016, 09:33, par jojo
mana tabara benewacu bazira ubusa
25 Ndamukiza 2016, 09:35, par karorero
Eeeeehh!!!!!!ewe ewe ewe sindumuja ewe pacifique uraduhekuye urahekuy igihugu cakwibarutse kandi umenyeko bitazokurwa neza barundi barundikazi aba bamenja bariko baduca umutwe wigihugu mukwiza inshirire zarurwanye none umwansi niyazanana inyuma yigihugu cenared kwibamaze izokwikora kuri bands??mbariza tari mordekayi magy nabandi buca mucah nimwagaruka mugihugu??muzonwerah Ko ubwoko bwose muriko mutema mutongora??ndabatey ibyatsi nivuy inyuma Pu Pu Pu Pu puuu.
25 Ndamukiza 2016, 09:38, par kirimwabagabo
Ntibitangaje kuko ibirikp biraba biraboneko ari: ingere kuyindi. Hapha Umuhutu hahera amasaha make Umututsi nawe akagerekwako.
50/50. Niko bimeze.
Adolphe vs Bikomagu
Darius vs Emmanuel
Ejo baciye ukuguru un Colonel DD bica umugore wiwe vs General Athanase n’umugore.
Ingwano y’ibihori.
Nibanyukurane hama Nkurunziza akomeze kwikinira agapira.
Ikibazo mfise birahererahe?
Nditeguye kuzoja kuba General mu gisoda gishasha kitarangwamwo abicanyi.
25 Ndamukiza 2016, 09:39, par manirakiza diomedi
yemwe!turagopeeee!none ibibintu bizodushikanahe?
25 Ndamukiza 2016, 09:49, par Zoe
Nkurunziza yarangiza agahamagarira abahunze gutahuka ngo hari amahoro masa, ubuse ko General we bivugwa abatari general bahandagurwa banganiki?
25 Ndamukiza 2016, 09:50, par Kanye
Ndababaye pe, abasigaye mwihangane,
25 Ndamukiza 2016, 09:53, par Yva
Nkurunziza agiye kumara abarundi pe nzaba ndeba anaherezo yaya macakubiri nkurunziza yazanye
25 Ndamukiza 2016, 09:53, par Elyse%
turifadikanije umubabaronimiryangoyabuze.hamwenigisirikarec’uburundi.
25 Ndamukiza 2016, 09:55, par Ruduha
Ubuyobozi burabananiye mukabura inka.Ariko mwibuka ko abanyagihugu mwica ari abanyu?Ingaruka muzazibona.Komeza ariko mwibuke ko arimwe muhomba.Mugize ubukene none mwongeyeho n’ubwicanyi?Puuuuuuu Shetani yabahumiye.
25 Ndamukiza 2016, 09:57, par ndori
abasigaye nibahunge . nyamba bananiwe kwigwanako naho ahandi hoho barabaheza.
25 Ndamukiza 2016, 09:57, par Sabiraguha Ildephonse
Ndahojeje Umuryango Wa Athanase Kararuza Ndamuwusabira Kumana Ibafashe Kwihanga
25 Ndamukiza 2016, 10:10, par Richard
Imana imwakir arik
ha ha haaa!
ivyibujumbura nimucezo wandani Pee.
25 Ndamukiza 2016, 10:22, par leopord
haaaa!?,nuruyoberane turahojej abarundi.ariko jewe nibazak ibibazo nkivyo twaridukwiye kubireka tugaharanirumutekano.Ntibibagirko urwo bica bene nyina nabo arirwo bazicwa.Imanimwakire mubwami bwayo.
25 Ndamukiza 2016, 10:32, par che
Birababaje gusa. Sinzi ico abategetsi babivugako ariko bakwiye kuganira n’abandi barundi ibi bintu bigahagarara. Ivyo gufata aba jeunes mu ma quartiers bakicwa ntaco bimaze igikenewe nukuganira n’abandi banyapolitique ntawukumiriwe kuko biragaragarira buri wese ko ibibera mu gihugu vyabarenze mutakimenya ico gukora. Ni mureke ubusambo musangire igihugu n’abenegihugu bose mutavanguye hama murabe ko amahoro atagaruka mu Burundi. Umuryango wihangane cane.
25 Ndamukiza 2016, 10:41, par bigabo
Ariko ni gute abantu baza bakica umu General mu mujyi rwagati ntibafatwe i Burundi mufite indwara muzi iyariyo, ndumva hasigaye Nkurunziza kandi we azafatwa mpiri kuko nta burinzi igihugu cyanyu gifite !
25 Ndamukiza 2016, 10:41, par bigabo
Ariko ni gute abantu baza bakica umu General mu mujyi rwagati ntibafatwe i Burundi mufite indwara muzi iyariyo, ndumva hasigaye Nkurunziza kandi we azafatwa mpiri kuko nta burinzi igihugu cyanyu gifite !
25 Ndamukiza 2016, 10:44, par Walas
Eeeeeeewe ivyu Burundi!!!!!!!!!!!!! i Burundi hahindutse muri Somalia!!!!!!Mana none uri hehe ubu kugira uze utabare uburundi na Barundi?????? ariko naho biruko abarundi bazateba bamenya ukuri
25 Ndamukiza 2016, 10:46, par walas
Eeeeeeewe ivyu Burundi!!!!!!!!!!!!! i Burundi hahindutse muri Somalia!!!!!!Mana none uri hehe ubu kugira uze utabare uburundi na Barundi?????? ariko naho biruko abarundi bazateba bamenya ukuri
25 Ndamukiza 2016, 10:47, par pcusa
abarundi ni mwihangane. Amoko ntacyo azabagezaho. muyate kure muharanire ikibateza imbere. mwebwe birashoboka ko wenda umuntu ujyanye izuru rirerire ku isoko bakamuha byinshi kurusha uwajyanye rigufi . niba ari uko bimeze mukomeze mumarane. ariko niba ntacyo amazuru abamariye . mufatanye mwubake igihugu
25 Ndamukiza 2016, 10:51, par bosco
numva mfisubwoba mana uratabara uburundi nabarundi turarushe amaraso aseseka kubwishi mana zana ukuboko kwawe uwukora ivyo umuhana nkakumwe wahana igodonomora
25 Ndamukiza 2016, 11:09, par Kamenge
jye ntacyo mbona umuntu uwari we wese akwiye kuganira naba bicanyi baba DD. mukamate siraha mupige Aduyi. Nkurumbi ni very stupid ntabwo atekereza nagato nibyo mubona akora arabikorana ubujuju bwinshi cyane. ubwo sinzi icyo mushaka kuganira nawe. ni murase imbwa zabahutu musubize igihugu mumutekano. otherwise murakomeza kumwizirikaho arabamara
25 Ndamukiza 2016, 11:19, par A
NDAHOJEJE UMURYANGO WABUZE NABARUNDI BOSE.
25 Ndamukiza 2016, 11:28, par burundi
" Turakangurira abarundi bose bahunze gutaha bakifatanya na bagenzi babo kubaka igihugu "
" Turamenyesha ko ubwicanyi bukorwa buterwa n’ibindi bihugu na cane cane u Rwanda"
Izo nizo NDIRIMBO z’abayobozi b’i Burundi. AHO GUKEMURA IBIBAZO BATEZA MU BARUNDI
25 Ndamukiza 2016, 11:29, par Nahimana
Abatutsi mri mu gisoda mumenye mws k ata n’umw bagiy gusigaza. Izo nkoho zanyu ngira zicira amazi nta rusase ruvamwo. Ubu barabarembej babica hanyuma bazokwirara mri benewanyu. Imana idutabare bitabay uko turahona nta gisivya
25 Ndamukiza 2016, 11:35, par mahoro
Basoda ba batutsi mutimenye barabahonya nta gisivya. Ubu ni mwbw barembej ejo ni benewanyu ba ba civils. Muraciy ubwenge nimukore ikibrey. iyo yari clein d’oeil
25 Ndamukiza 2016, 11:40, par Turabategereje 444
Oh , Ntakundi Imana Ibakire Mubwami Bwayo , None Izonkozi Zibibi Ntizimaramazwa Nizonzirakarengane ! Nk’umugore N’umwana Bazize Iki ? Ariko Turiko Turibwa Ni Inda Zitwinyegejemo , Twarinjiranywe Nazanyankaburundi Zahunga Igihugu
25 Ndamukiza 2016, 11:57, par GEZAHO
Kirimwabagabo nivyo nyene kirimwo abagabo bijunja nijambo,ubu sibimwe vyi 65,72,88,93,ubu abarundi twese tuzi uko inkoho irasa,mwitonde rero,nimwe abatutsi mwabitanguye,harya inkubisi yamazirantoke iyitarukirizako,uwo numugani wabakera,tekereza tubane mumahoro,mutavyemeye naho tuzomaranira ngaho nyene mugisagara ca Bujumbura,ntagusubira mukibira .
25 Ndamukiza 2016, 12:03, par Munezero 444
Pcusa : Imana Igukomeze We Uvugakope ! Imana Imbakire Mubwami Bwayo Natwe Abarundi Tuhacire Akenge Kuko Biragaragara Ko Abobica Abagore N’Abana Atamahoro Tubitezeko Nkuko Bahunze Igihugu Duhaguruke Tubarwanye Twivuye Inyuma Kuko Ntakindi Kibagenza Atari Ubwicanyi
25 Ndamukiza 2016, 12:10, par PIO
SNARED IRAMALISHIJE ABARUNDI !!! KANDI KOKO ABARUNDI BACUMBIKIRA ABAZA GUTERA AMAGERENADE , NTIBABONA KO ABANTU BOSE ZIHITANA NABARASWA ALI INZIRAKARENGANE !!! NONE AYA MARASO AZOBAZWA NDE !! BARUNDI BARUNDI KAZI NTIMWIHENDE GOSE UBURUNDI NI 50 HUTU NA 50 TUTSI AGATSIKO KABA MECONTENT BABATUTSI NABAHUTU NTIGATUME MUSENYURA UBURUNDI , BATUTSI , MUMENYE KO ABAHUTU BAKOMEYE UBU NTIBABAHENDE SI NKA KERA 72 MUTAMALISHA ABARUNDI BABAVANDIMWE , KERA ABASILIKALI BALI ABATUTSI BICAGA ABAHUTU NABAHUTU BAKICA ABATUTSI NTANIMBUNDA BAFISE !! BAKAZA MICOMBERO UKO BUYOYA YICIRA NDADAYE MUKIGO CINTWAZANGABO !! NONE UBU MURABONA BYOSHOBOKA >>>>>>> ??????? ABABASHUKA KWICANA BARABAHENDA , MWUBAKE UBURUNDI ABO BA Radjab Minani na Nyangoma nabandi bose basha kuyoborera abarundi MUMARASO BARABAHENDA . MUFATANE MUNDA ABAHUTU NABATUTSI MWESE MWUBAKE UBURUNDI
25 Ndamukiza 2016, 12:16, par ndori
nimutwiyerekere ama filme basha mwarimwarabuze aho mutwerekera ivyo mwakuye mwishamba. ntabokora nkivyo barabaye imusozi. abo basirikare bobo bagandagugwa umengo nabo barabaye nkayamisore yajamumyiyerekano . nimuve mugacerere muhunge canke mwikure umwansi. ntimuzobura kwikura umwansi ngomubure guhunga hama ngomubure nogupfa. tora kimwe.
25 Ndamukiza 2016, 13:00, par MUYAHUDI
IMANA IMWAKIRI NIMBA YARAYIKOREY ATAYIKOREY NAHO NIYIMENYA AHANDIMUSHIRA!
25 Ndamukiza 2016, 13:06, par EMA BIG LOVE
Hahirwa uwo ubweng bwiw amaboko yiw amaguru amaso namaboko vyiwe impemu nubushoboz abishira kumana mana hezagira abicwa ubabarire abicwa amen
25 Ndamukiza 2016, 13:11, par kamaro
ubu abahutu nabatutsi bose barazi kugema, uzokwihenda ngonibimwe vyakera ntazambaze!!!. nisekurungurane. gusa birababaje kuko hahomba impande zose canecane uburundi..ivyo nivyo CNARED yifuza kuko niyo ivyungungiramwo, nicogituma impande zose ndukwiyi kuirwanya ninayo iduteje izi ngorana turimwo...CNARED ituma abantu kwica bariya hama nabo bagashavura bakihora...
25 Ndamukiza 2016, 13:12, par Joyeuse Kwizerimana
Imana Niyo Ifise Ijambo Ryanyuma Kuburundi Kuk Ntamwana Wumuntu Yohagarika Ibi Bintu. Ahubw Dusengere Uburundi.
25 Ndamukiza 2016, 13:24, par rians
Abasikare ko bapfa nka basivile. Bize igisirikare?
25 Ndamukiza 2016, 13:30, par Ben
birababaje kubona izontwazangabo bazimariye kubuhomba none niryari tuzomenya igituma?ukuri kwarigukwiye kuja ahabona kugira ngo bihagarare
25 Ndamukiza 2016, 13:31, par kangete
reka basha gutanako imyikomo kuko ibi turiko turabona bifise umuzi mumyaka yaheze kandi bigaterwa kandi n’inda ndende. muti bizohera vuba?ahibambewe! kubera?jew nabuze data bamwishe 72 canke 93 ubu ndakuze kandi uwishe data barambwira ko ari abatutsi canke abahutu nkumva ko data bamwishe urupfu rwagashinyaguro nne ubu nanje ndafise ico nshobora kwihoza nne nobona babahutu canke babatutsi aribo bashaka kunkura kuriki nakiriya nkagenda ntabarashe canke ntatanze itegeko ryo kubica?????nkoranya urupfu rwa data nukuntu bandondera nkaca numva ntegerezwa kwihora!! Raba umwana wa adolphe canke uwa Darious eka na Kararuza bava muhira bababwiye bati "turasubira" bataha bagasanga ibiziga bamwe ati nuyu canke nuriya yamwishe so!! none koko uyo mutima wikigongwe azowukurahe????igikenewe rero niki??? reka gukwega ingwe ngo nuko ariyo yariye ibikoko vyinshi iciba umwami w’ishamba!!! rondera umuntu afise umutima wikigongwe kandi adashaka amaronko abe ariwe ayobora uburundi, reka guhendwa ngo umwansi wawe nurya canke nuriya ahubwo raba inyungu abizigamwo mugihe mwocanamwo!!Ndabasavye mureke kwica umuntu mutamuerya!!!nimwame mwibuka ko ico murico
25 Ndamukiza 2016, 13:32, par kangete
reka basha gutanako imyikomo kuko ibi turiko turabona bifise umuzi mumyaka yaheze kandi bigaterwa kandi n’inda ndende. muti bizohera vuba?ahibambewe! kubera?jew nabuze data bamwishe 72 canke 93 ubu ndakuze kandi uwishe data barambwira ko ari abatutsi canke abahutu nkumva ko data bamwishe urupfu rwagashinyaguro nne ubu nanje ndafise ico nshobora kwihoza nne nobona babahutu canke babatutsi aribo bashaka kunkura kuriki nakiriya nkagenda ntabarashe canke ntatanze itegeko ryo kubica?????nkoranya urupfu rwa data nukuntu bandondera nkaca numva ntegerezwa kwihora!! Raba umwana wa adolphe canke uwa Darious eka na Kararuza bava muhira bababwiye bati "turasubira" bataha bagasanga ibiziga bamwe ati nuyu canke nuriya yamwishe so!! none koko uyo mutima wikigongwe azowukurahe????igikenewe rero niki??? reka gukwega ingwe ngo nuko ariyo yariye ibikoko vyinshi iciba umwami w’ishamba!!! rondera umuntu afise umutima wikigongwe kandi adashaka amaronko abe ariwe ayobora uburundi, reka guhendwa ngo umwansi wawe nurya canke nuriya ahubwo raba inyungu abizigamwo mugihe mwocanamwo!!Ndabasavye mureke kwica umuntu mutamuerya!!!nimwame mwibuka ko ico murico
25 Ndamukiza 2016, 13:35, par TERASI
BIRABABAJE KUMVA ABASIRIKARE BAGANDAGUGWA ATACAMIRA NIMUHEBE IYONGENDOMBI MUKURIKIRE INZIRAYAMAHORO KWICA SI UMUTI
25 Ndamukiza 2016, 13:35, par manirakiza ismael
turataka turatakamba uwo mugabo abera intambamyi igihugu nkuko .ko amakungu yobirab non umuntumwe atume duhera nkifuyimijira?
25 Ndamukiza 2016, 13:39, par kamaro
kuvyonarimpejeje kwandikamukanya gaheze hiyongereyeko amakuru yokwizigirwa avuye kubegereye ubuyobozi mbwa CNARED, amenyeshako CNARED ariyo ihejeje kugandagura iyontwazangabo yuburundi baka bajijije kuba yaranse kubashigikira mumigambi yobo igayitse yokuguma bahungabanya umutekano mugihugu..turahovye...
25 Ndamukiza 2016, 13:50, par lILI
ubu EJO HAZAGANDAGURWA UMUHUTU.
25 Ndamukiza 2016, 14:02, par Zoe
@ Kamaro nuhende abantu, iyo Nkurunziza atazana inda ndende yikiringo kya 3 adafisiye uburenganzira ubu uburundi buba bufise amahoro, CNARED yaje kubera Inda ndende ya Nkurunziza
25 Ndamukiza 2016, 14:03, par SAMSON
AHUBWO NIBANYARUTSE AMATOHOZA NTAKUNTU TWOKWAMA TWUMVANGO UMUNTU.ARAPFUYE BIGAHERERA IYO.ATARUKO BATUBWIRE KO INTAMBARA YATANGUYE. NONE IYO ABATEGETSI BAHERA NTIBAZOCA BAJA MUBANYAGIHUGU AHUBWO NIBANYARUTSE AMATOHOZA NTAKUNTU TWOKWAMA TWUMVANGO UMUNTU.ARAPFUYE BIGAHERERA IYO.ATARUKO BATUBWIRE KO INTAMBARA YATANGUYE. NONE IYO ABATEGETSI BAHERA NTIBAZOCA BAJA MUBANYAGIHUGU BATOBATO?
25 Ndamukiza 2016, 14:49, par Kanyana Viola.
Biranyase birenze!
Muvyukuri ndabuze icomfata nicondeka burya jewe ndimubahunze kubwokwanka ikiringo cagatatu ca Nkurunziza, kandi jewe ndakunda gukurikirana amanama yabarundi bahunze akunze kubera mubihugu bitandukanye canecane ayabera mugihugu cu Rwanda ubonako arinaho habera amanama meshi.
Jewe rero urupfu rwuyu mu Gen. Atganase runyengereye umubabaro kuko mumanama twabatujamwo ivyo Yohani Minani yakunze kuvugiramwo ndabibonyemwo isano nururupfu rwa Mon Athanase. Minani yaritoye ngo" murareba ivyotwumvakera Nyangoma agifise umuhari wabarwanyi ntivyongere kugaruka mwururugamba twatanguye, uwitwa Anicet ngote Docteur Minani? Maze Minani aravugati : ngomuvyukuri abarikumwe na Nyangoma mwishamba bemezako atashaka kobokorera imirwano ahitwa muntara avukamwo ya Bururi ngonone ubunaho murabona igitigiri cabasirikare babahutu tumaze kwica ngokandi ntimwirengagizeko abasirikare bahagaze kuri Nkurunziza sabahutu gusa nabatutsi bamuhagazeko nonebobo ntitwobashira mubodukwiye guhasha? Acaravuga ngo jewe sishaka koturwa mumutego wabatubanjirije. Alexis Sinduhije nawe ngondashigikiye ivyo Docteur Minani avuze ngwahohantu turakwiye kuhakorerako ngondazi ibisirikare vyibitutsi twoherako, igitumye navuzeko mbabaye nuko iryozina ryuwo musirikare Athanase yishwe ariwe Alexis yatanzeko akarorero mukuvugango: nkabiriya ngonivya General Athanase ngonakakibwiye kotwojahamwe kirandahira ngombere ngira nicogituma ivyanje vyamenyekanye ngonibazako ivyonamubwiravyose yabivuze. Busokosa yaciyevuga ngo Minani ngo rema ngorema mumisi ico uvuze tugiye kugishira mungiro abaringaho bose tucadukoma amashi.
25 Ndamukiza 2016, 15:07, par bukur
Imana imwakire mubwamibyiwe amen
25 Ndamukiza 2016, 15:08, par Amadou HAMPATE
TWIFADIKANIJE NUMURYANGO WABUZE,ARIKO MUGISILIKARE HARAGWAYE .UBWO SIKWAGUSUBIRANAMWO BAKAVUZE
25 Ndamukiza 2016, 15:29, par Jules IRAKIZA
Umunt wes yinjiye muri système DD atayizi impembo yiw n’urupfu,urupfu rwa KARARUZA ruhe icigwa ibipfamatwi.
25 Ndamukiza 2016, 15:30
abarundi tuzokwicana kugeza ryari?
25 Ndamukiza 2016, 15:33, par Annociate
Birababaje! Abarundi tuzokwicana kugeza ryari?
25 Ndamukiza 2016, 15:53, par jules kamenyero
Abarundi mwisubireho musengimana ibakize ibibyago bibugarije nkatwe abanyekongo
25 Ndamukiza 2016, 15:57, par jules kamenyero
Abarundi mwisubireho musengimana ibakize ibibyago bibugarije nkatwe abanyekongo
25 Ndamukiza 2016, 16:02, par Matabaro
Ivyo vyose biroko biraba ubu ni nkurunziza yabushatse na cagifyamutima nyabenda rero nibawote mpaka ubaturire amavya kuko Kananira abagabo ntiyimye
25 Ndamukiza 2016, 16:08, par bukuru prudence
Birababaj bas kubon uryang bawuhonerez rimw nukubasabir kuman ibakir kand nugusabir uburundi na barundi ngo bavavanur ninges yubwicanyi
25 Ndamukiza 2016, 16:12, par Paul
Ba mutohoza Mureke urunwarunwa. Kararuza yarashikanye umwana St Esprit
25 Ndamukiza 2016, 16:53, par karorero
Kanyana viola uvuz ukuri eeeeeehhh!!!!bandanya udukurikiranira cnared yiyemej kutugira impfubyi ewe Nyangoma ewe Busokoza ewe Buyoya ewe pacifique akagahinda muduteye twebwe ababyeyi ntimuze muronke nuwubahembuza igikombe camazi wamukecuru Maggy wamusataniste waronse amaraso ushira ibirozi byawe ntampera yumurozi mpojej umuryango n’uburundi imana imwakire cnared ntaco uzoshikako nakimwe.
25 Ndamukiza 2016, 17:00, par IRIBUKA
BARUNDI VE HASI TWIRWANEKO BITARIVYO NKURUMBI ARATUMARA,REKA GUHENDWA NABO BAKAMAROKABI
25 Ndamukiza 2016, 17:45, par Kibunene
Athanase Ivyiwe Birarangiye Imana Imwakire Ark Uwusigaranye Amaganya Meshi Ni Kazugu Nabandi?Wewe Biraheze?
25 Ndamukiza 2016, 17:46, par Bucanduga
Eeeh Bury Presidence Nay Irashikiriw!Ngwah Pita.Lion Story Ikubwir Ngo Bisa Intar Ifat Imbug Kand Ugifis Akary Ko Guhung Uter Igere Rek Babanz Bakumarik Ab Wishimak Ham Naw Upfan Intunt Munyum Niwewe
25 Ndamukiza 2016, 18:06, par Vuga,
Kagete,ndamaze,kubona,ko,watahuyevyuburundi,cane,,ubanda,nyufasha,canke,ndagufashe,wewe,wiyise,kanyana,nkamwimanitohera,kuriwe,guhana,kububeshi,,,bwamwe,na,ivyusiguye,ahubo,bakurondere,uvugukuntu,warashe,uka,gomba,kuzimaganyama,tohoza,amarasonimabi,wiserure,nisahidaheze,nowobayamabijamwa,yogira,catinya,,nankurunziza,hageze,yarakenyumut,nasheta,ne,yaramusute,ubuaramutwenga,,muhutunkanje,nuvugemake,unahenbanamake,haaaaaa.???,
25 Ndamukiza 2016, 18:57, par Pascal
Nono Muburundi Ntabutungane buhari?Kotwumva ngo batanguye Amatohoza Kuntwazanga bo Ibayishwe Ayomatohoza Ataco Ashikako Amaze Iki?? Mana Dutabare Turagowe Nkurunziza Nagire Ico Akoze.
25 Ndamukiza 2016, 19:00, par Bimenyimana Eric
Imana ibafashe kandi umuryango wiwe ukomeze kwihangana muribi bihe bitoroshe.
25 Ndamukiza 2016, 19:09, par Lion
Ariko Mana Tugume Dupfa Ababigra Badafatwa? Turengukeko.Ngo Amatohoza?Aho Biciye Izo Ntwanzangabo Aravamwo Iki?Turagabe Bifise Ababishingiye Impigi.Ici Ni Uko Muri Abo Bose Atawuzokwanikwa,nabo Bazopfa Nabi.Murafyina Ku Mana Ikinumira Mukibaza Ngo Ntibibona.Mana Turashaka Ko Abo Bicanyi Bofatwa.Mana Turabigusavye!!!
25 Ndamukiza 2016, 19:11, par Lion
Ariko Mana Tugume Dupfa Ababigra Badafatwa? Turengukeko.Ngo Amatohoza?Aho Biciye Izo Ntwanzangabo Aravamwo Iki?Turagabe Bifise Ababishingiye Impigi.Ici Ni Uko Muri Abo Bose Atawuzokwanikwa,nabo Bazopfa Nabi.Murafyina Ku Mana Ikinumira Mukibaza Ngo Ntibibona.Mana Turashaka Ko Abo Bicanyi Bofatwa.Mana Turabigusavye!!!
25 Ndamukiza 2016, 19:12, par Lion
Ariko Mana Tugume Dupfa Ababigra Badafatwa? Turengukeko.Ngo Amatohoza?Aho Biciye Izo Ntwanzangabo Aravamwo Iki?Turagabe Bifise Ababishingiye Impigi.Ici Ni Uko Muri Abo Bose Atawuzokwanikwa,nabo Bazopfa Nabi.Murafyina Ku Mana Ikinumira Mukibaza Ngo Ntibibona.Mana Turashaka Ko Abo Bicanyi Bofatwa.Mana Turabigusavye!!!
25 Ndamukiza 2016, 19:17, par Nsabimana Assiel
Ubwobugi Bwanabi Bwiharaje Gupfakaza Uburundi Ntibwosamburwa? Konzi Muburundi Twari Magabo. Ntakundi Ndahojeje Uburundi Nabarundi Naben Ababuze Twihorere Kuko Umwasi Agucira Akobo Imana Ikagucira Akanzu.
25 Ndamukiza 2016, 19:29, par MBUZAMAHOROPATIRISI
EREGAMUZOKANGUKATWAHONYEAMAKUNGUYOKWAAVUGAIVYOADASHICANONEAGUMAREREKAGUSAAHOHONIBIHORERENABONYENENTACOBARIKORADUFASHARUNGIKABABASIRIKAREMPUZAMAKUNGUAMERIKANIDUKUREKOIYITWAROYASEDEDEKADAFINAWENYENEYARAFUYENONEUWOWEBAMUTIYIRAIKINONEKOBATARWANYENGOBANESHEBAKORAUBWICANYIKUBERIKI?
25 Ndamukiza 2016, 19:29, par Tuyisenge Isaïe
Harakwiye Kuba Ibiganiro Bidakumira Kugirango Ubwicanyi Butagira Izina Buhagarare
25 Ndamukiza 2016, 20:04, par Elyséé
Mana Garukira Uburundi Ntawundi Twizigiye Yodukiza Atariwewe. Tabara Kuko Atakuganza Kutava Kuriwowe.
25 Ndamukiza 2016, 20:07, par Ciza Pascal
Jewe Ndababajwe N,urupfu Rwa Athanase Kararuza Nukuri Nihakorwe Amatohoza Abakoze Iryo Shano Bahanwe Ubwo Bwicanyi Bwohagarare Bwohagarara Guko Ntamututsi Ntamuhutu Twese Dukomoka Kuyo Mwijuru
25 Ndamukiza 2016, 20:15, par kamaro
amakuru yokwizerwa avuye kubegereye ubuyobozi bwurunani CNARED giriteka aremezako CNARED ariyo ihejeje kugandagura intwazangabo generar KARARUZA imujijije kuba yaranse kubashigikira mumigambi yabo igaitse yokuguma bahungabanya umutekano mugihugu. ivyo bikaba bigaragazako CNARED yiyemeje gushikira ubutegetsi ibanje gusesa amaraso yabarundi nomugucanishamwo inzego zumutekano, kuko ninayo ivyungukiramwo. rore barundi twese abahutu abatutsi abatwa nimuze tuvirehasi rimwe tuirwanye!!!..ataruko izodukwegera akarambaraye nukuri kwaMungu....
25 Ndamukiza 2016, 20:20, par KAMPARAMPAKA
NICKEL ya MUSONGATI abazungu bifuza mu BURUNDI izatuma hapfa abantu benshi, kuko ibibera mu BURUNDI birimo politiki geopolitique yo gufata akarere k’ibiyaga bigari, birimo u RWANDA, CONGO EST n´u BURUNDI . Le monde occidental cyane USA na UNION EUROPEENNE bashaka cyane u BURUNDI bakoresheje maipulation de la conscience ya POLITIKI YA GENOCIDE.
NKURUNZIZA kuba ashyigikiwe n’UBURUSIYA hamwe n’UBUSHINWA, TANZANIA NA AFRIKA Y’EPFO n’ikibazo gikomereye USA na UNION EUROPEENE kukou u BURAYI NA USA bamaze kubona yuko UBURUSIYA muri SIRIYA yuko buhambaye mu byagisirikare... mutegereze muzarebe ibizakurikira
IMANA niyakire GENERAL KARARUZA Athanase hamwe n’umuryango we...
Kuba abazungu badasenye BOKO HARAM yica abanyafrika benshi nuko bayigurisha intwaro kandi bifuza gusenya NIGERIA, Ibibera mu BURUNDI na none harimo ABARUNDI B’IBIKORESHO BY’ABAZUNGU ariko bazatsindwa.. ABARUNDI nibagira UBUMWE bakirinda kugwa mu mutego wa GENOCIDE abazungu bifuza , KANDI POLITIKI YA KAGAME ni genocide atayifite ntaco yavuga
25 Ndamukiza 2016, 20:20
Igihe Yesu azogaruka azobaz umw wes ico yakoz ham agihemberwe!Ni mubure kwitez imber ahasigay ngo mushkire ubutegtsi,abazung barabahenz kk babazaniy imfashany namw muc murarendegra!bagabo "nta kuganza kutava ku Mana",Guma muvuma ic’Imana itavumye muzohumirwa N’ukuri!Heba ayo mosha mabi svp!!!
25 Ndamukiza 2016, 20:29, par Nestor
Haaaaaaaa!Igirikare Hari Ideni Gihenye Kombona Nabo Bageramiwe
25 Ndamukiza 2016, 20:34, par Alexis
Nimuvuge K Ari Guhonya Rural!!!Kwica Nkuk Mwa Ba Dd Mw!Inyishu Niyimana!
25 Ndamukiza 2016, 20:50, par dg
Aliko ubundi aba ba generali bize igisilikali hehe balimo kwicwa nkinko ??? bakabicana nababalinda ???
25 Ndamukiza 2016, 21:02, par Nigaba Martin
turiyamirije izonkozi zibibi uburundi nubwacu tungobatubwisaburire aritwetwobwubatse ntitumere nkisomari murakoze iconicociyuviro canje ntaze?Merci
25 Ndamukiza 2016, 21:04, par Nigaba Martin
turiyamirije izonkozi zibibi uburundi nubwacu tungobatubwisaburire aritwetwobwubatse ntitumere nkisomari murakoze iconicociyuviro canje ntaze?Merci
25 Ndamukiza 2016, 21:12, par isaacnduwimana
none ivyuburundi bizhererahe ?ko bavuga ngo umutekano urakwiye ariko abapfa bakagma bpfa
25 Ndamukiza 2016, 21:35, par Nazarré
Turahojej Uburund Nabarund,ntibagiye Umuryankowabuz. Abakorivyo Bibukek Imanzazizocibw. Nibarabe Bamwebatwar Oni Bipfuzakurungika Intekomvamakung,muburund,ukamengo Niwomuti.Ahubwo Trasavye Badufatire Abagomvye Gutembagazinzego Twitorey Kuko Nibobariko Barabikora.
25 Ndamukiza 2016, 21:55, par Amri BARUNDI
Ivyo birashimishije nakare ngo uwicaye ntamenya umusutamye kababara muncamake uti? wewe yarazi aboyica ko babara kandi nibo nyene basubiranyemwo
25 Ndamukiza 2016, 21:57, par NIYUKURI ABEL
NDAHOJEJE CANE URYANGO WA BUZE UMUGABO WIJAMBO
25 Ndamukiza 2016, 21:58, par NIYUKURI ABEL
NDAHOJEJE CANE URYANGO WA BUZE UMUGABO WIJAMBO
25 Ndamukiza 2016, 22:13, par Niyoncuti Caleb
Non igihugu cacu ntimworaba ukuntu,izonkozizibibi mwozituza.ergatwbw abanyagihugu,turafis ubwoba ,non ntakundi turahojj umuryango wabuz .
25 Ndamukiza 2016, 22:27, par AH
IVYO VYABAY NDAS NDAHOJEJ ABARUND BOS
26 Ndamukiza 2016, 07:13, par juton
Karaciy ingani uwudashigikiye iterabwoba wese naho aba umututsi ko bacs bamwica?
26 Ndamukiza 2016, 07:13, par juton
Karaciy ingani uwudashigikiye iterabwoba wese naho aba umututsi ko bacs bamwica?
26 Ndamukiza 2016, 07:13, par juton
Karaciy ingani uwudashigikiye iterabwoba wese naho aba umututsi ko bacs bamwica?
26 Ndamukiza 2016, 07:13, par juton
Karaciy ingani uwudashigikiye iterabwoba wese naho aba umututsi ko bacs bamwica?
26 Ndamukiza 2016, 07:13, par juton
Karaciy ingani uwudashigikiye iterabwoba wese naho aba umututsi ko bacs bamwica?
26 Ndamukiza 2016, 08:09, par Kabango
@ Kamaro, ubwo ushatse kuvuga ko cnared ariyo ibitse ibinda zikomeye zakoreshejwe mukurasa General Athanase? Niba ariko bimeze Nkurunziza ntabwo yakabaye akiri kubutegetsi, urimwo urahenda abaswa, imbunda zakoreshejwe zicungwa na l’etat, ntuzongere kujijisha abantu
26 Ndamukiza 2016, 08:30, par Billy
Imana Ibakire Mubwami Bwayo Turahojej Umuryango Wabuze
26 Ndamukiza 2016, 08:37, par niyongabo
umutima winkozi zikibi ubundira kuvisha amaraso.Imana yanka urunuka uwuvirha amaraso
26 Ndamukiza 2016, 09:42, par NGENAHIMANA ANACLE
NUMUMUBABARO KUGIHUGU KIGUMA GIHOMBA ABAGABO BIJUNJA NIJAMBO
26 Ndamukiza 2016, 10:24, par Gakura
Yamucezeyandanimwatuba,riraniyonye,nimusangi,ntangyayumwe,ahandiho,bazobamara,nukomudu,kwegera,tutabatumye,
26 Ndamukiza 2016, 10:45, par SWEDI
IVYOBINTU NUKUBIRABANEZA BIRATEYAGAHINDA
26 Ndamukiza 2016, 13:45
Turahojeje Umuryango wabuze, kandi turasavye reta namakungu bakore ibishoboka vyose abagomvye gutembagaza ubutegetsi bafatwe bacirigwe urubanza kuko vyose nibo bariko barabigira. kuko bashatse twebwe abanyagihugu tumarane imana irakinga, ubunaho bariko arica umwumwe mubari munzego kugira bacike intege novuga nti: nibareme kuko ntakiba imana itakizi.
26 Ndamukiza 2016, 13:48, par Bacemwo
Niyigire amahoro mon ngeneral turaziko bamujijije ko yanse kuja mubagomvye gutembagaza ubutegetsi ariko barahumba nabo burakeye bazomesurwa omo zokubamesa ndazi ziruzuye
26 Ndamukiza 2016, 18:45, par niwe
Mbe aba basoda bazohumuka ryari?waranse kugwanira igihugu ngo urashaka amahoro wirire utwawe none natwo ntuturiye aho wosanga waragunye umu dd kuduhera wavaniye centrafrique bakabura ayo bakwishura asha abasigaye Imana ibarinde nawe uwagiye yamaze ugwiwe
26 Ndamukiza 2016, 21:00, par Watu Bwana
Reta Ivuga Muri Rusangi Umutekano Wifashe Neza None Dusigaqanye Abagenerari Bangahe Ko Baheze
27 Ndamukiza 2016, 07:42, par ERIC
TWARAYEDUHONYYE UMUSHINGANTAHE AMARIRA MUBURUNDIBWOSE
27 Ndamukiza 2016, 12:53, par Kabango
IBIMENYETSO KO GENERAL KARARUZA YISHWE N’UBUTEGETSI.
Ntibikiri agasesesheshwarumuri, uwo musirikare w’ipete rya général yishwe n’ubutegetsi bwa nkurunziza.
1. Cdt wa camp muzinda, niwe yasupervisa ico gikorwa kuko wa mushoferi yacika kw’icumu yamaze kuvuga ko yamwiboneye ariko arabarasa ari imbere ya Lycée du Saint Esprit, aranaza kuraba ko bapfuye, aca atanga itegeko ry’uko bagenda. Kubera umutekano wiwe, baciye bamuhungisha ntakiri muri Hopital Militaire de Kamenge.
2. Umwicanyi Désiré Uwamahoro, yari yaduze muri Gihosha Rural gushika kw’ibarabara rica musi yo kwa ntiba, aho amanutse gatoyi yaciye ahitana bamwe mu bari bahejeje gukora iryo bara.
3. Ibarabara rya 28/11, iriduga kuri Saint Esprit, n’ayandi yegereye aho uwo muhisi yaba, yose yari acunnzwe n’abasirikare b’igihugu.
4. Imodoka yazanye abicanyi, yari double cabine yo muri API irazwi kuko yarafashwe amafoto, nkuko ubu bigigwa aho ziciye hose, yazananye 28/11 yiruka cane, biboneka ko yahagurutse hari uwuyibwiye ko agira asohoke avuye iwe.
5. Bus ya Otraco izana abanyeshure bo kuri Saint Esprit, abajejwe umutekano bayisubije inyuma igeze kuri Ecole Internationale imbere ya saa moya, vyerekana neza ko inzego z’umutekano zari zizi ikiza kuba.
6. Réaction rapide ya nkurunziza n’abakozi bo muri présidence birekana ko ibintu vyari bizwi.
Kandi kubona abakoze iryo bara bigira ata nkomanzi mu miduga ya Documentation, kandi bari gufatwa uravye aho ibara ryagwiriye, n’abajejwe umutekano bari mu micungararo.
7. Ata n’akanya gaheze, willy nyamitwe yaciye akwiragiza cv yiwe, amafoto bari kumwe na nkurunziza, yongera yandika ibinyoma kuri tweeter yiwe, nkuko ariwe nyene yakwiragije ko karera umukuru w’imbonerakure ahejeje kuraswa, kugira ngo azimagize abantu.
8. Bijanye n’ibikorwa vyari vyateguwe n’umugambwe cnddfdd muri izi ndwi zibiri. Kugandagura abo babona batagishigikiye 3ème mandat ariko bakaba bakiriko barayiprofita.
9. Kubona BSPI, API, BAE, Camp Muzinda, Camp Muha, bose bari muri uwo mugambi, vyerekana ko imirwi yose nkurunziza akoresha mu kugandagura abo yiketse ko batakimuyoboka yari yakoraniye ico gikorwa vyerekana ko ariwe yari yateguye uyo mugambi.
10. Ingene bariko barategura ibirori vyo kumufuba aho bamwe bamwe babona ko yoshingurwa iruhande ya Darius, abandi bakavyamirira kure, birerekana ko harico ubutegetsi bwiyotsa.
Iyi ndwi turimwo twiteze vyinshi, kuko intagondwa zo muri cnddfdd ntizishaka ibiganiro, bibaye naho bigateba, kandi zigashaka gukoza imbugita mu gisebe c’ababuze ababo mu 1972.
Uwukiri kuri iyi si azobona vyinshi, kandi général kararuza ntazijana, ninavyo bene kumugandagura bashaka.
Imana ikingire uburundi n’abarundi.
27 Ndamukiza 2016, 19:12, par Bizimana christophe
Turababaye cane ariko tuzihangana twebwe ntakundi dusaba yuko ubwicanyi bwohera
27 Ndamukiza 2016, 19:41, par Gerard
Iryo Niterabwoba Igihugu Kiratekanye Ntantambara Izogaruka Mugihugu C’UBURUNDI Ariko Injavyi Zamaho Umutama Wacu Agume Kwivyora Ntatinye Turinyuma Yiwe !!
27 Ndamukiza 2016, 21:15, par Niyonzima.Eric
2016274
27 Ndamukiza 2016, 21:42, par Hamisi
Birababaje Ntakundi Nuko Twedusigay Twokwihana
28 Ndamukiza 2016, 06:03, par Elias Emeruseng
Iman Nimwakiran Itek Mubwam Bway. Arik Hafatw Inging Ruhash Uburund Burek Kubur Imtwar Nkiz
28 Ndamukiza 2016, 11:49, par samenwa gabriel
turahovy itwari kurugamba yari umugabo wijunza nijambo.nabanyagihugu turahomvye
28 Ndamukiza 2016, 11:56, par X/x Est Un Home Burundaise.
Ndabaramukij Nonger Mponz Umuryang Wabuz.Non Kombon Igihug Kigez Ahatemb Bizoherer He?Abarund Turakwiy Kwikebuk Tukabon Kotur Ben Mugabumw.Kand Gusesa Amaras Atariw Mut Wibibaz Bihanz Igihug.Murakoz.
28 Ndamukiza 2016, 19:35, par nduwimana pierreclaver
jewe aho ngeze ubu ndiko ndaraba canke numva ibiriko biraba mu burundi, ntaco natrinkivuga. abahutu, bavuga ngo abatutsi barabanize.ubu bahaye umuhutu wabo ngo natware, nibarabe aho umuhutu mwene wabo abagejeje.barabe aho igihugu kigeze, hanyuma ntibazosubire kuvuga ngo umututsi niwe yabagize uko bari.nibamenye yuko kubana nmeza tutiyumviriyer ico umuntu ari, twiyumvire iterambere numutekano kuri boseubutungane kuri bose hanyuma bikuremwo ubuhutu canke ubututsi tumenye yuko twarwmwe nimana nzima mwishusho ryayo
28 Ndamukiza 2016, 21:01, par sabasaba
Nigihe gito byose bikaba amateka
28 Ndamukiza 2016, 23:04, par MBOMBOKA
BIRABAJE
29 Ndamukiza 2016, 08:05, par NIYONKURU BOSCO
UBURUNDI BWIKEBUKE KUKO BWANYOMOJE.
1er Rusama 2016, 06:50, par NTIKAZOHERA
UBUBWICANYI BWOHAGARARA KUKO BIRATEYE UBWOBA CANE KANDI KUBAGIRIVYO BITEGE UKUZOCIRIGWA URUBANZA RUDASANZWE GWIMANA KUKO NAHO BOMENYEKANA CANKE NTIBAMENYEKANE HARIHO UWUTAZOBABURA IGIHE KIGEZE UYO NAWE NUWAREMYE IJURU NISI. KOKO VYENIVYO NAHOWOBIKORA NTIBIHERA . BACICA .NYAKWIGENDERA NSHIMIRIMANA ADOROF WAMENGA UMUTI URABONETZE?( GEZAHO)