IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gerenade yatewe kw’isoko kwa Siyoni

Gerenade yatewe kw’isoko kwa Siyoni

lundi 22 Ruhuhuma 2016, par egide

Abantu bataramenyekana igitigiri nibo bakomerekejwe na gerenade yatewe mu gatondo ko kuri uwu wa mbere kw’isoko kwa Siyoni muri komine Ntahangwa, zone ya Ngagara.

Umwe mu bandandaza bakorera aho kw’isoko kwa Siyoni amenyesha ko batabonye uwateye iyo gerenade yakomerekeje abantu batamenyekana igitigiri.

Isoko bita Kwa Siyoni rigize kabiri iterwa amagerenade. Mu ndwi iheze, ku munsi wa mbere nyene, aho kuri iyo soko hatewe gerenade zibiri zahitanye umwana umwe hamwe n’abandi bantu baharurwa muri 20 bakomeretse.


IGIHE

Messages

  • IYOMIHIMBIRI IGUMA IVYONG ABENEGIHUGU NIBANDANYE IZOKWIBONERAKO NONE KOBATERA MUBANYAGIHUGU ATACO BAZIRA NABO BABAZIZA MANDA SHA MUTERIGERE RYANYUMA KANDI SINDABABESHA MUZOSHIRA NKIFU YIMIJIRA MWEYE NIKAMATU CAYI YARANGI

  • ingarukambizabanyeporitike.ntihic’ubwokohic’ubutegetsibubi.poritikeyabayembikuvakarehagowetwebw’anyagihugutubigwamwonabanyagihugubavyisukamwobatazovyishurahavyohinduka

  • iryo nigere ryanyuma , none kobasigaye batinya position zabacungera umutekano bakajya mubanyagihugu atacyo bazira. iminsi yabo iraharuwe.

  • Gerenade Zamisiyose Zaturuheje Mana Dufashe.

  • Ubutegetsi bubi buzotugeza habi,ubwicanyi ntamuti butanga,aho bagomba bereke Ban ki moon ko bazi kwica,nkurumbi ntaho atazwi k’atanga ishikanwa ry’amaraso i kuzimu

  • ABO BATERA AMAGERENADE BAKICA BENEWABO BASHIKI BABO BASE BANYINA BAVYARABABO. NTKINDI BARONDERA NABICANYI IYABA BARIBAFISE ICOBASABA BGIYE MUBIGANIRO.

  • Izo nizambonerakure ziriko zirakoribara nkurunziza burya yabuze Ayo kuzihemba kuko zaramaze gutangaza ko zizihemba yarazibihaye kubizaka bizomugora bucakabiri narimwe nawe bazozimurabishako bacumuganingo wiba uhetse ngukaba wigishije uwo uhetse kwiba birabaje kubona nkurunziza igihugu kimugira icoyaje kwiratisha munyuma akabonako igikwiye Ari uguhekura uburundi nabarundi

  • ICOMBONANUKWO IGIHUGUCUBURUNDI NUKWOHASUBIYEKUBANABI

  • ABOBANTU BAGOMBAGUTOBANIBANDE,JEW NDABAHANUYENIBAREKE,ATARAHONAHO,BAZIBONERAKO!

  • ariko nukuri abarundi muteye ubwoba pe nonese ushaka gucafuza igihugu ugenda wica abantu bose mudafitanye ikibazo ubwose uteye gerenade ugasanga aho uyiteye harimo umugore wawe cg nyoko cg so cg mushiki wawe cg mutoya wawe gusa hariho ikintu wakagombye kwibaza ubona uzumira kw’isi?erega turabashitsi twese tuzapfa wice umenyeko nawe ariyo nzira ushobora gupfa ururenze urwo wishe mugenzi wawe nukuri nyuma yibyo haricyo uzabona bandanya isi ndisakaye nawe uzavirwa komeza wice izo nzira karengane niba wanze president ishavu uritura kubantu bose ko udatumbira we nyine niba urumugabo ahaàa?????mbabajwe nabantu b’imana bazira ubusa

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.