Accueil > Amakuru > umutekano > Gihanga : Abantu bitwaje ibirwanisho batanye mu mitwe n’abajejwe (...)
Gihanga : Abantu bitwaje ibirwanisho batanye mu mitwe n’abajejwe umutekano
jeudi 19 Rusama 2016, par
Abantu bitwaje ibirwanisho bariko bafata inzira ija ku murwa mukuru wa komine Gihanga, intara ya Bubanza mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu, bahuye n’abajejwe umutekano bariko barakizura baca bararasana nk’umwanya w’imonota cumi n’itanu. Nta muntu yaguye muri iyo mishamirano.
Abanyagihugu bo muri komine Gihanga basaba ko umutekano wabo wokwongerezwa mu kurwiza ibirindiro vy’abajejwe umutekano hamwe n’ugukomeza ibikorwa vy’ugukizura mw’ijoro.
Musitanteri wa komine Gihanga, Leopord NDAYISABA nawe asaba abanyagihugu kuguma bari maso, bagatanga inkuru hakiri kare mu gihe babonye bantu biketse.
IGIHE
Messages
19 Rusama 2016, 13:50, par Pastor Benard
Nijukumu la askari kulinda nchi na wananchi mmefanya vema!
19 Rusama 2016, 14:05, par tari
Muburundi ntabantu bitwaje ibirwanisho bahari kuko nakarwi ka nkurunziza karahakana kivuye inyuma ko muburundi atabarwana bahari urumva rero nimureke kuguma musamaza abanyagihugu muvuga mwivuguruza
19 Rusama 2016, 14:25, par Unifier
Nta rebellion igishoboka mu Burundi, hari ibintu bibiri bituma rebellion itera imbere :
1) iyo rebellion yereka abanyagihugu ikibazo gikomeye igomba kubakuramwo, kubakiza nk,akarenganyo gafatiye kw,ivangura ry,amoko , ubwicanyi bufatiye nyen kumoko
2- iyo abanyagihugu bipfuzako ayo mabwa boyavamwo aba ari beshi kuruta abatavyipfuza
none iyi ni rebellion y,abansumirinda bipfuza ibiti no gutwara kuko rebelliom yahahora yereka abanyagihugu agacinyizo kgirwa n,igisoda c,ubwoko bumwe ico naco ubu caracanzwe naho vyabanj kugorana none iyo yindi rebellion ifise iki igomba gufasha abantu, ntabwoko bundi bwasigaye inyuma mw,ivangwa ry,igisoda kumbure bwohaba murabutubwira ntimute umwanya rero amase ya kera ntagihoma urutaro
19 Rusama 2016, 14:26, par None?
Nkubu ntimubona utwotaritwitwaje ibirwanisho kwabajejwe umutekano wabarundi nu Burundi bagutunganirije, babantu ngobajejwe agateka kazinamuntu ahogukebura abagumabashora kurisongoye abantu ngobajekurwanya ibihangange rurangiranwa vyabasirikare babarundi uzokwumvabavuzengo : harihabateye igisirikare cuburundi tutamenye irengero ryabo!!!
Nabobasha abasirikare bu Burundi baziranakubi nuwitwaje ikirwanisho. Nugufuta.
19 Rusama 2016, 16:01, par karorero
Ubu bwasindumuja nukubuhokora kurya bahokora intumbutumbu yigitoke nibagure ibirato arko tuzobirukako nibirenge bibashuhane mpaka tubafash ntantambwe bazoduterana 2 cnared yabashutse ngwigiy gufata igihugu yasambutse nibakumbure babite ibyo kuri Jew nibigombo barab aho babijugunya bicitwa vuba vuba vuba niharambe FDN numugaba wingabo wikirenga commandant spreme H.E Pierre Nkurunziza murakoze.
19 Rusama 2016, 16:02, par Kamaro
Kubona ata musirikare wa nkurumbi yabiguyemwo nuruhombo.
19 Rusama 2016, 17:02, par Isaac
Bokongerezaabajejweumutekanokugirabararebarakizurabakingireabanyagihugu
19 Rusama 2016, 17:19, par kamaro
uyumutwe wiyinkuru siwo muzohore mwandika muti abasuma bitwajibirwanisho baribagiye kwibabanyagihugu hama indarangavye zareta zirabatesha, ndongeye kumenyesha abakunzi ko ahomuzosanga umuntu yiyise kamaro hama akandika ibicafuza reta uyo ntazobarijewe kamaro umurundi wumutima...
19 Rusama 2016, 17:58, par RKMT
ABO BITAKURISONGOYE NGOBASHAKI GIHUGU BITWAJE IBIRINGO ACCORD D ARUSHA IBWIRIZWA SHINGIRO NGONTIVYAKURIKIJWE BARASUBIRAMWO NEZA BASOME UBU IGIHUGU KIRI MUMINWE YABANYAGIHUGU IGIKENYE AGAHOTORA GUCINYIZWA TURAVYASE KOMERA NYENICUBAHIRO PIERRE NKURUNZIZA GWANIRUBURUNDI NABARUNDI NIHARAMBE CNDD FDD
20 Rusama 2016, 04:16, par HAKIZIMANA Salvator
Nukuri Birababaje Kuba Hakiriho Abanu Bacipfuza Gusesa Amaraso Ya Benewabo.Ego Nivyo Umutekano Nuwabose Ariko Kugwiza Ibikorwa Vyo Gukizura Aho Hose Hiketswe Abitwaje Ibigwanisho Nivyiza.Kuko Nuwubonye Ikintu Biroroha Kukimenyesha Kuko Ababijejwe Baba Bari Hafi Y’abenegihugu.
20 Rusama 2016, 05:26, par KAMASHI
MU BURUNDI ABATAZI KURASA NIBO BAKE,ABA JEUNE BA FOROMWE NA BUYOYA,ABA MP,ABASANZA CHEC IMBONERAKURE N’ABANDI MUTWEMERERE DUFUTE UBWO BUZANANA INKOHO N’AMA GRENADE!
20 Rusama 2016, 12:58, par niyonzima
reta niyemere ibiganiro nayahandi amaraso azoseseka ubushomeri nibwishi erega nintambra yinzara petero narekure twahaze ivyiwe nahende abanyagihugu baruguru nimbonera kure yifatiye .twebwesuko.
20 Rusama 2016, 12:59, par niyonzima
reta niyemere ibiganiro nayahandi amaraso azoseseka ubushomeri nibwishi erega nintambra yinzara petero narekure twahaze ivyiwe nahende abanyagihugu baruguru nimbonera kure yifatiye .twebwesuko.
21 Rusama 2016, 10:23, par vyukuri
ahavuye ubushomeri bozoca buhera? uko niko muhenda abashomereye ngo muzoca mubaha akazi? mbega mwese muzokwigwa kuba president? abo mabo bakangisha kurasa vyabananiye kuko uretse abatama nabana ntawutazi kurasa. nibarabe baze tubane nimba batamushaka nazojehamwe bamutsinde mumatora ya 2020.uwudafise abanywanyi nkanje yemere atwarwe kuko niko abarundi benshi tubayeho. mbega nkumuntu ari mububiligi yokura president gute?