Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Gitega : IWACU Humuriza FM yatewe n’abantu bataramenyekana - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : IWACU Humuriza FM yatewe n’abantu bataramenyekana

Gitega : IWACU Humuriza FM yatewe n’abantu bataramenyekana

samedi 4 Ndamukiza 2015

Abamenyeshamakuru b’Isamirizi Iwacu humuriza ikorera mu ntara ya Gitega baraye batewe n’abantu bataramenyekana abo aribo, hibwa imashine y’inyabwonko imwe.

Abo bamenyeshamakuru bakaba batewe aho baba muri quartier ya Rango mu gisagara ca Gitega, abo basuma bakaba batoboye uruhome rw’inzu barinjira, ntawe bakomerekeje, ariko bakaba batwaye inyabwonko irimwo amwe mu matohoza iyo radiyo yariko irakora, ku bijanye n’abantu bivugwa ko bariko bigira imyimenyerezo ya gisirikare muri komine ya Gitega.

Abajejwe inzego z’umutekano muri iyo ntara, bakaba bahumurije abo bamenyeshamakuru, bavuga ko hagiye gukorwa amatohoza kugira hamenyekane abantu boba barakoze ubwo busuma bahanwe, nayo nivyaba ngombwa, abamenyeshamakuru b’iyo radiyo bakaba bazokingirwa, binashobotse mbere bahabwe n’ababacungerera umutekano.


Aristide Nizigire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.