Accueil > Amakuru > umutekano > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
mardi 21 Mukakaro 2015, par
- Amatoro y’Umukuru w’Igihugu mu Burundi
Umunyagihugu yaraye yishwe ahitanywe n’amasasu yumvikanye mw’ijoro ryo kuwa mbere igenekerezo rya 20 Mukakaro 2015 muri Komine Nyakabiga y’igisagara ca Bujumbura.
IGIHE
Messages
21 Mukakaro 2015, 10:06, par gilbert
nibatureke dutore ruzocibwa n’ Imana.
21 Mukakaro 2015, 10:33, par mbonimpa
Ibibera mu Burundi ni agahomeramunwa Mana tabara uburundi n abarundi kuko ahasigaye ni ahawe kuko abana b abantu vyarabananiye
21 Mukakaro 2015, 10:39, par gati nkona
jenvuye gutora barundi tugende gutora gwasa bayibe twatoye naho dutora perezida wuburundi ntari murabo dutora imana yara mutoranije isigaje kumugaragaza kandi amahoro arobabonetse amatora cunze nimbonerakure yovamwiknt twizerimana
21 Mukakaro 2015, 12:25, par KAMANZI
MUTORE NKURUNZIZA ARABISHOBOYE ABANDI NI UKWICANA GUSA
21 Mukakaro 2015, 14:38, par R
Rwasa yatiye nawe.
21 Mukakaro 2015, 16:27, par NTAKIRUTIMANA PHOCAS
21/07/2015#twebw^imparamirundi Amatora.Yagenze Nezacane,nkuko Nyakubahwa Yabivuze Kwazogenda Neza
21 Mukakaro 2015, 16:37, par Baobab
@gilbert
"nibatureke dutore ruzocibwa n’ Imana."
None wibaza ko ruzocibwa n’Imana wirirwa urajayo gukor’iki? Nawe uvuga aya muhe nk’abari hano mpoze!
21 Mukakaro 2015, 20:21, par Morisi
Amatora nayamanyagusa kuberiki abantubaguma bapfa ?sukubera harivyo badahurirako ? imana idufashe nayotwebwe ntavyotwoshobora.
21 Mukakaro 2015, 22:33, par mbonimpa
burundi mpore kuko iyo nibutse ibiriko bikuberamwo nanje ubwanje umutima urasimba ntako wari waremanywe ubwiza budasanzwe mugabo abana bawe ubwawe wibarutse nibo bariko baragutabagura.MANA gira ico ukoze ku BDI
21 Mukakaro 2015, 22:35, par mbonimpa nephtali
burundi mpore kuko iyo nibutse ibiriko bikuberamwo nanje ubwanje umutima urasimba ntako wari waremanywe ubwiza budasanzwe mugabo abana bawe ubwawe wibarutse nibo bariko baragutabagura.MANA gira ico ukoze ku BDI
21 Mukakaro 2015, 23:02, par fire sword
all of these are happening bcs of burundian’s selfish but we should understand that we are all burundians,we should gather together chatting how to change things and make our country better.GOD please heal our country
23 Mukakaro 2015, 13:31, par RUKUNDO
Emwe BARUNDI MWESE MBEGA MWARATAYE AKARANGA n’akabanga ? Jewe nakuze mama ambuza kwica umuserebanyi canke igikere none abobo bica abantu barezwe gute canke barereshejwe iki? Bonkejwe uburozi kuko ico urereshejwe nico ukurana iyo ukuze bakubwira ko kizira kwica kuko ari umuvumo ku MANA umwe wese murabo bica abandi bari kumenya ico botinya none barezwe nk’ibikoko vy’ishamba birya ibindi kandi bitwa abantu. BARUNDI mwe ibuke ko mwaremwe mw’ishusho ry’Imana muheze mwubahe iyo shusho yayo kuko GAHINI YISHE MWENEWABO ABELI YACIYE APHA AYERERA.HERODI NAWE REKA ABANA BA IBRAHIMU BABEHO KUKO UTABARETSE UZOPFA NABI GUSUMBA ABO WICISHA UBU ngusabiye guhindukirira umusaraba wa kristu ubone gukira.