Accueil > Amakuru > umutekano > Igiporisi c’Uburundi cavuze bimwe mu birwanisho bimaze gufatwa
Igiporisi c’Uburundi cavuze bimwe mu birwanisho bimaze gufatwa
mardi 23 Ruheshi 2015
Kuva mu mpera z’ukwezi kwa Ndamukiza imyiyerekano itanguye, mu giporisi bavuga ko bamaze gufata bimwe mu birwanisho mu bice bitandandukanye vy’igihugu.
Muri ivyo vyafashwe n’aho vyafatiwe, Godefroid Bizimana, icegera c’umuyobozi mukuru w’igiporisi avuga ko inkoho zibiri zafatiwe mu karere k’Ubuseruko, inkoho zitatu mu karere ko Hagati, imwe mu Buraruko, inkoho zitatu nazo zikaba zafatiwe muri komine ya Ngagara na Mutakura. Muri Reta y’Uburundi naho, bavuga ko ibirwanisho birenga ibihumbi ijana arivyo bimaze gukurwa mu banyagihugu, kuva umugambi w’igihugu ujejwe gukura ibirwanisho mu banyagihugu babitunze batabifitiye uruhusha utanguye.
Godefroid Bizimana kandi, akaba yaboneyeho n’ukumenyesha ihagarikwa rya OPP1 Jean Pacifique Bizabishaka yafatiwe mu kibira ca Nyungwe, aho yamenyesheje ko yariko aja gusanga abandi mu myimenyerezo ya gisirikare.
Alain Kubwimana
Messages
23 Ruheshi 2015, 12:05, par Fidele
Iyo mwimenyerezo yagisirikare ko atasobanuye aho iri kubera nico igambiriye?
23 Ruheshi 2015, 12:36, par Délicia
burya akokarwikagize reta kabonako abanyagihuguturibijuju.bamwengo ntakiroberikiriho,abandingodufashe opc1 agiyemukiroberi,mwabagabonimuduhamaro.
23 Ruheshi 2015, 12:58, par JEAN
EMWE AKATARAZA KARIMUNYUMA PITA ADASOKOYE INGABO ZOSE ZIRAMUHERAKO NONE IZONGABO ZIGENDA NTIWUMVA ARIZASESEREJWE NIYINTWAROMBI YIWE NIBAWATSE KUWUZIMYA BIZOBAGORA IZONKOHO NAZO SIVYO NTAZAFASHWE KIMWE PITA NABAZUMUTIMA WIWE ATAWAHANUJE ATANGAMAHORO ASOKOR IBARA RITARAGWA NGO RVMWUZURIREKO
23 Ruheshi 2015, 14:14, par Bucumi
None ko bavuga ngo hamaze gufatwa ibigwanisho birenga ibihumbi n’ibihumbagiza,inkoho zitatu nizo bavuga ngo igikorwa kigeze kure?Noneho baratanguye kubabeshuza abanyabinyoma nibemere amakungu aze abisake bareke kuguma bahakana ngo ntawundi murwi ukenewe. Nivyo usanga aribo babizanyeho hama ngo twafashe ibirwanisho inzira niyayindi murabesha.
23 Ruheshi 2015, 15:51, par SINDUMUJA
Mbega gelase kwarikirofa avuga nkinkunguri iri vide ngo ntamyimenyerezo yigisoda ihari uwundo ngoyarahambij bagenzi biw barimumyimerezo mwomva aba dd atari ibiwerewere ga mana.
23 Ruheshi 2015, 15:54, par Nwari
Mbesha Jean, ibihangange vyabasoda vyagahunze vyomu Rwanda ubona imyaka iheze inganiki? Uragenda abandibakinjira mbere bakamabiteze kowokwihenda ngubatere kugirabakwereke kobagusubiriye koko.
23 Ruheshi 2015, 16:30, par Hamisi
Kugira Ikiroberi Nikimwe Kugishobora Nikindi Abasirikare Kugenda Nibisanzwe Nagaciyubwenge Yaragiye Ibigwarudubi Ntibizohera
23 Ruheshi 2015, 18:34, par mutabazi
Imyitoza ya gisoda iriko irabera kwa Rusoferi akaba n’umutware wa bene rupfu (Rukarabankaba Paul Kagome) alias Gafuni
23 Ruheshi 2015, 18:37, par DUSENGE
Barundi Murivyose Twihangane Uwiteka Ariho!
23 Ruheshi 2015, 23:18, par mutabazi
Uyu wiyita Sindumuja ni intagondwa ikomoka mu Rwanda ituye mungagara. Ese abarundi mwakwirukanye izo ngegera ko ziri kubateramo grenades. Ni ukugira vuba mukazisubiza iwazo hano mu Rwanda zigasangira nabene se bo muri M23 kurya impungura. Nimukererwa zizabagandagura kuko shebuja wazo Gafuni (Kagame) akeneye amaraso y’abarundi nkuko Nyabingi ze zimutegeka.
24 Ruheshi 2015, 20:29, par minani eric
None ko mwahora muhakana ngo ntabigwanisho biri mumbonerakure ivyo navyo biva he?murindyadya gusa.Peter uri igipfamatwi
24 Ruheshi 2015, 21:05, par NZOBAMBONA
Koleta ivugako abahunga bahunga ubwoba ntibibatera isonikuvuga!icogisoda kanyeshamba mukibira niciki? nonentibavyivugiye