Accueil > Amakuru > umutekano > Igiporisi cerekanye abantu bahora bavuga ko bakorana n’urwego (...)
Igiporisi cerekanye abantu bahora bavuga ko bakorana n’urwego rw’igendereza
mardi 14 Ruheshi 2016, par
Igiporisi c’Uburundi cerekanye abantu bagirizwa ko bahora basaba amafaranga imiryango y’abantu baba bafashwe, bakemerera iyo miryango ko bazoyifasha kurekuza abo bantu. Abo bari mu minwe y’igiporisi biyemerera ko bazi inzira bahora bacamwo kugira barekuze abantu bafashwe n’igendereza ry’Uburundi.
Abo barekanwe n’igiporisi ni Habonimana Nestor hamwe na Innocent Bucumi, umuvugizi w’igiporisi akavuga ko bafashwe mu gihe bari mu Kajaga, bagiye kwakira amafaranga y’umuntu yashaka kurekuza uwiwe apfunzwe. Umugore yari gutanga ayo mafaranga yaciye ahamagara inzego z’umutekano, mu gihe uwo munsi yari gutanga igice kigira kabiri c’amafaranga yari yasabwe.
- Habonimana Nestor hamwe na Innocent Bucumi
Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko abo bantu ari abapfungakiwani, kuko bamaze kwakira ayo mafaranga baca bazimya terefone ngendanwa zabo, amaso akaba abaye ayo.
OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi ahanura abanyagihugu kwitura inzego z’umutekano mu gihe babuze irengero ry’umuntu wabo, birinde ababahenda ko babahaye amafaranga bazobafasha kwerekana hamwe n’ukurekuza uwo muntu.
IGIHE
Messages
14 Ruheshi 2016, 12:03, par Ki2ki
Nukuri Abobantu Nabicanyi Ahubwo Nibapfungwe Gukomubarekuye Bomarabantu
14 Ruheshi 2016, 13:28, par Démocrate SINDUMUJA
Mbona umenga basa n’aba dd?erga ntabandi basahura ubwo abanyigihugu babiriy akuya ataribo
14 Ruheshi 2016, 14:57, par MUYAHUDI
NKABO BARIBAKWIY IGIHANO CUGUPFA
14 Ruheshi 2016, 16:52, par orignal
@ Desmocrate Sindumuja : Nukuri naho uvuga ko utari umuja uri umuja w’umujaburamboga. Wewe uravye kw’ifoto , ni igiki kikwereka ko umuntu ari umu DD ? Sha ico washatse kuvuga nta numwe akiyobewe . Akagaye nkako niko gatuma mutazopfa musubiye gutwara uburundi.
14 Ruheshi 2016, 17:35, par tari
ninjewe TARI mbakoresha. nkorana na TURAJE co kimwe na FALCON abo bari abakozi biwanjye
14 Ruheshi 2016, 18:55, par Bigirimana Aruno
Abobaribakwiyegupfa.Kuko.Abobaribishe.Nibeshi
14 Ruheshi 2016, 21:30, par uwutavugatrumwe n’uwiyita tari
kand wewe wiyita tari burya ui’umusazi buriko urabwira ntibafyina urabaza kean bikomagu azogucira agace
14 Ruheshi 2016, 23:15, par Irankunda Evode
ivyo vyanku rikiye nivyiza ariko .<<nkurikiye yoreka kuza arabesha .hakuvuganabi worya nabi>>
14 Ruheshi 2016, 23:19, par Irankunda Evode
ivyo vyanku rikiye nivyiza ariko .<<nkurikiye yoreka kuza arabesha .hakuvuganabi worya nabi>>
14 Ruheshi 2016, 23:20, par Irankunda Evode
ivyo vyanku rikiye nivyiza ariko .<<nkurikiye yoreka kuza arabesha .hakuvuganabi worya nabi>>
15 Ruheshi 2016, 09:30, par kasongo wazekwa
None mwibaza ko batarungikwa nabenewabo babahutu bo mw igendereza
ni ijavyi z abahutu babasuma nokumena amaraso bogahona
15 Ruheshi 2016, 11:32, par tari
Iconikinyoma ukwonugushaka kwikingira mufata twanyarucari muturemeka inteba ishushe kugirango abe aritwo tuzovundira mumunyororo kuva aho abakozi bigendereza bakagandaguriye abantu bongera bababoreza igufa babanyuruza kandi mugihugu cose kandi mukoresha imiduga yigihugu kumugaragaro utwotubeba nitwo twagirivyo arahoho numva igiporisi ataco coba kimaze uhereye ahotwakaburiye abantu niba arabo batwiciye mukaba mutari bwabafate nimuce muja kurima ntaco mumaze mbega uko nugushaka gusamaza za ntumwa za ONU ngo ntizikore akazi kazizanye murahumba ukuri nimpaka kugiye ahabona abomwakishe muzotegerezwa kuvyishura
15 Ruheshi 2016, 11:51, par Miburo
@original, wewe uri original mubiki? aho rero ugira ico wiyitirira subwoko harikindi? Uburundi ni ubwabarundi subwubwoko.
16 Ruheshi 2016, 00:57, par tari
Nje nitwa Tari nibera kwa le Gentil. Mumbabarire rwose nayayutse mu mutwe.
16 Ruheshi 2016, 00:57, par tari
Nje nitwa Tari nibera kwa le Gentil. Mumbabarire rwose nayayutse mu mutwe.
18 Ruheshi 2016, 18:23, par Innocent
Igipolisi Kiri Yeux,nabatarabo Barafashwe.Nabandi Bavyonzi Bazofatwa
19 Gitugutu 2016, 20:52, par NDAYIRAGIJE
AHUBWOMWARIKUBAFUMGA
29 Ndamukiza 2017, 22:27, par Emery
NonevyageÆ´egute