Accueil > Amakuru > umutekano > Igiporisi cerekanye umuntu yiyemerera ko ari umurwanyi
Igiporisi cerekanye umuntu yiyemerera ko ari umurwanyi
vendredi 13 Rusama 2016, par
Igiporisi c’Uburundi cerekanye kuri uwu wa kane abantu bafashwe bagirizwa ko bari mu bahungabanya umutekano. Umwe mubafashwe aravyiyemerera, akaba kandi yafatanwe gerenade zitandatu.
Uwo yafatanwe izo gerenade yiyemerera ko ari umurwanyi w’umuhari PALIPEHUTU FNL urongowe n’uwitwa Israel. Uwo yafashwe yemeza kandi ko yari asanzwe akorera ahitwa mu Kiyenzi, zone Kanyosha. Ico caha aracemera, ariko akavuga ko abandi bantu bafatanwe nawe mu nzu yarimwo borekurwa, kuko yari yabasavye indaro, kandi badafitaniye isano n’ivyo akora.
Uwo yiyemerera icaha avuga ko yari yahawe amategeko n’abamutwara bamutumye gutera izo gerenade yafatanwe.
Mu gihe yafashwe ataratera izo gerenade, uwo yiyemerera ko ari umurwanyi avuga ko yari akirindiriye amategeko ahabwa, akavuga ko hari n’iyindi mihari bari kumwe, akavuga ariko ko iyo mihari itariko irumvikana n’iyo PALIPEHUTU FNL avuga ko irongowe na Israel.
Uwundi yafashwe ni umusore avuga ko yabonye afatirwa muri zone ya Nyakabiga, mu gisagara ca Bujumbura, akavuga ko bamurenganije, kuko ivyo ariko aragirizwa ko ari umurwanyi atabizi.
IGIHE
Messages
13 Rusama 2016, 09:43, par neza
wamuporici we ntabwenge ugira mugenda mwereka abarwayi bomumutwe ukabagiriza ibikorwa vyubugizi bwanabi ngobavyiyemereye tekereza neza shishoza uwoza nkurunziza ibiriko biba mu burundi yavyemera kwariwe ubikora konyene nawe haribitagenda neza mumutwe
13 Rusama 2016, 11:04, par Ernest
Fata Fata Izo Njavyi
13 Rusama 2016, 11:57, par MUYAHUDI
EMW NUBURUNDI BURAKORANIW UWARIW WES YIYUMVIY GUSHINGAKAGWI KABASUMA YIYITA UMUKU WUMUHARI MANA TABARA UBURUNDI NABARUNDI
13 Rusama 2016, 11:58, par NDC
Amateshwa nk’ayo araja ahagaraga ariko ivyiyumviro bifashe ntibishirwe ahabona. C’est dommage.
13 Rusama 2016, 11:59, par Nene Nesta
Nibabareke babahora ubusa ikigihugu cacu ntakigenda nukwicwa twese.
13 Rusama 2016, 13:16, par tari
Nkurikiye ivyanyu namayobera mbega aho murinda kuza murindira ngwabarwanyi babishikanako aho abarwanyi ntimwirirwana ntimubazi ubu niba mushaka gutuza abarwana mwohereye kumukuru wabo karuhariwe ariwe nkurunziza nazambonerakure ziwe kozirirwa zirakerera abantu mwitegereza kandi kumategeko zihabwa nankurunziza mbega abomwiperereza birirwa barashomba abantu Baja gukerera nkibitungwa mutitegereza igiporisi uvugira cirirwa kirakora amaki twarabahinyuye iyo murondera abo mutikiza mutangura kwibeshera Ngo mwafashe abarwanyi mugabo weho uragowe ivyowirirwa uraryogora ngaho ntugire rwabarundi ntituvyumva ahobukera witegure kuzodusubiriramwo ivyobinyoma vyawe ukwonyene
13 Rusama 2016, 16:25, par Rick Ross
Mbega Mana,iziryane Zizorangiraryar? Mon Dieu Sauve le Burundi
13 Rusama 2016, 20:03, par EUSTACHE MABI
MWICE NUMUNTU MUBI
13 Rusama 2016, 20:30, par Bisogo
Ariko uyu mureresi wiyita Tari (wahoze yiyita Falcon). Ubwenge bwe buri mukibuno ( : amazirantoki).Ni umupfayongo w’igikwangari.
13 Rusama 2016, 22:27, par CAKIRA
nukubafatisha intoke na onu yabakuye kwiminwe abo bayoboke ba kagome numuvugabutumwa zebiya
14 Rusama 2016, 05:07, par NYISHU Orginal
IMANA iracadukunda,kandi turayishimira.N’abandi bari inyuma baza kwishikana.IMANA yo mw’ijuru umugani wa Prezida Petero NKURUNZIZA.
14 Rusama 2016, 11:05, par justen
noneibyvo avugamurayvemra
15 Rusama 2016, 09:19, par com
rekamarementanya izombonerakuremwakuye imakamba
15 Rusama 2016, 12:06, par yusayr
abonabasi bigihugu cuburundi
15 Rusama 2016, 15:30, par niyonzima
burya jewe murantangaza rekimitwe izombonera kure mwahaye amagrenade ngonabarwanyi?ntabweng mugra,buryaharigihe ivyomukora bizobakorako urukwavu ruzokwiruka kumbwa.
15 Rusama 2016, 18:58, par eddy joel
abobantu batanze
indaro nibaze ko bobareka.Kuko bataribazi
ico uwobacumbikiye-
karumugwanyi
16 Rusama 2016, 09:40, par ciza.mwumba
mbega.uwomuja.yiyita.ngo.amazina.ngo.rick.rss.ntabwenge.afise..kwavuga.ngopita.yirirwa.arica.abantu.ahubwo.nishavu.kuko.beteguye.umugambi.wogutembagaza.ubutegetsi.ariko.vyabataye.kuwamazi.
16 Rusama 2016, 12:02, par Bacemwo
Warasaze murabo ubona harimwo imbonerakure? Canke uzunva kumatwi nturazibona? Imbonerakure ubona zimeze nkizonyenzi mwahaye drog ngo zize ziteza grenade mubantu nimushimirimana ko bafatwa bakaca bajanwa kuruhukira kumusaga birirwa birira ubugari iyo tubatubacimitwe mubamubonako arabanyu ngo ni ihonyabwoko
17 Rusama 2016, 17:52, par ISAAC
NIYUMVIRAKOUBWOAR’UBWENGEBASHATSEKUGIRABAFATE
23 Rusama 2016, 19:38, par liberat
Nne Izo Grenade Bavuga Batanwe Ko Umenga Ntibisonuts!Wombwir Gut Ko Umunt Asabandaro Afis Ibigwanish Imis N,imis Umunt Atarameny Ivyo Afis Mubih Bib Bigoy Gury?Emw Tubirindire!