IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Imiryango iba mu makambi y’abasirikare yasabwe kuyavamwo gushika kuwa 12 (...)

Imiryango iba mu makambi y’abasirikare yasabwe kuyavamwo gushika kuwa 12 Gitugutu

jeudi 1er Gitugutu 2015

Ibiro bikuru vy’intwaramiheto bisaba imiryango yose iba mu makambi ya gisirikare kuba yavuyeyo kugira isigire ibibanza abasirikare.

Mw’itangazo ryateweko umukono n’umukuru w’ibiro bikuru vy’intwaramiheto General major Prime Niyongabo kuwa kabiri igenekerezo rya 29 Nyakanga 2015,iyo miryango yahawe indwi zibiri kugira ibe yavuye mu makambi.

Iryo tangazo rimenyesha ko umunsi wa nyuma wo kuba bavuye muri ayo makambi ya gisirikare,ari igenekerezo rya 12 Gitugutu 2015.

Umukuru w’ibiro bikuru vy’intwaramiheto agasaba kandi abarongoye amakambi gushira mu ngiro iyo ngingo no kuyimenyesha abo yega bose ata wuvuyemwo.


Van Naris Mugisha

Messages

  • aho ni sawa,none mwari mutegerejiki kugira mubakureyo, nka camp Ngagara yo umungo yari ikambi y’impunzi

  • burya kwimuka ntivyoroshe na cane cane kuronka uhucuja gupanga mugihe utari uyitez ,ikiringo vyari kuba vyiza bacongereje kugira boroherez abuburyo buke

  • Baraguhushije none utanguy kutwirukana ?ahorekuza igihanga ngaho,,jew navukiy ngaha mwikambi mazimyaka 27mbangaha none wwe wamujura we ngo indwi 2 nizutanz!!!ntituzovayo sweranyoko

  • Birakomeye pe! None nk-abavukiye-yo,baca baja he? Mbega abanyeshure bo baca baheba kwiga? Mana dufashe!

  • Non kobabasohoy batabateguj bazobaha ayogupanga cank nukubirukana nkimbw gutyo nyen mana tabaravturagow

  • Nibaza ko uyo mukuru wibiro bikuru vyigisoda yihenze caane, mbe ubu niho umutekano ukwiye caane kuburyo imiryango yabasirikare yotanguranwa kuba hanze????naho vyaba bishoboka numupangayi baramuha iminsi akicarira avance yatanze kugira asohoke inzu, turasavye abasirikire kurengera iyo bazananye PMPA na FAB mufatane munda gushika ico mwaharaniye mukironse ’’Logement murekurirwa namategeko"

  • nivyiza cane yafashwe hageze

  • nibabakureyo kuko igisirikare gifise amabanga akomeye atomenya abobagore babo nabana.muraziko abagore batagira batagira ahobabika.

  • Bashaaaa!! iburundi amanyanga gusa. ubwo simucezo wandani? reka turindire... Inzamba.com

  • Oya Yemwe Nimubagirire Ikigongwe.Mwe Ntimubona Kubuzima Bugoye??Mbega Yemwe Iyintwaro Dufise Yapfuye Uruki?

  • Nibyo nivaveme kuko harimwo ni inkotanyi zicumbikiwe n’abasoda b’abatutsi kugira ngo bazarangize wamugambe wabo batarangije 72. Ndabona reta ya Nkurunziza imaze kumenya umwanzi neza.

  • muragowe ababayo kuko twebwe turamenyeye gupanga amazu

  • Iyo ngingo ni nziza.Amakambi yagenewe ingabo z’igihugu ntiyagenewe aba civil.

  • Iyo ngingo ni nziza.Amakambi yagenewe ingabo z’igihugu ntiyagenewe aba civil.

  • Nabirukane abo bagesera,uzi utumaraya tw’utunyenzi twari twuzuye muri ayo makambi mu myaka iheze,c’etait la merde nibasubire ku gatumba bubake ikinombori nk’abandi,bravo mon general

  • nibabakureyo kuko intambara yaraheze nta mututsi ariko arahiga umuhutu kandi nta muhutu ariko ahiga umututsi amoko yaraheze ikambi niyabasoda gusa ntaho abanyagihugu baba mwikambi atari muburundi vyari mubaze kwisi yose

  • nibabakureyo kuko intambara yaraheze nta mututsi ariko arahiga umuhutu kandi nta muhutu ariko ahiga umututsi amoko yaraheze ikambi niyabasoda gusa ntaho abanyagihugu baba mwikambi atari muburundi vyari mubaze kwisi yose

  • ahandi nta mu civil aba muma cambi yigisoda, mwasigaye inyuma muri vyose. ivyo nivya abacoloni bazize kuko vyari bigezweko cera, ariko ibu ntaho biciba.

  • Ndibaza kwarubundigusa bwaribufise aba civil mumakambi yabasirikare kandivyaribiteye amakenga mberebinababaje. Ariko ndashaka kubaza iyomiryango yobayaribiziko mwukukwezi kwa 10 / 2015 bazovamwayomakambi? Niyaba bataribabizi iyimisi womengonimike babahaye, ariko ngaritse uyundimwanya umuntatanguye kwimuka bifatimisingaye? Niyishuye bifata imisi irimusi yiyobabahaye, ariko birasaba udufaranga? Ngahirero ahotuma ndabasabira bakabanza bagahembwa udufranga twukukwezi kwa 10 bakacabababaheze mumakambi mumisi 7 yukwezi kwa 11 ariko bivuzwe bahembwe nibace bikora kurayabaraye bahembwe, nibagerageze birakundamwiyimisi babahaye igikuru nubushake mbona harinabaduzwakazi ugasanga mumwaramo umwe bahejeje kwimuka.

  • ni baveyo ko amanyanga yamaze gupasa. ko batigeze bemera ko hari ibirwanisho biri mu banyagihugu.

  • ni baveyo ko amanyanga yamaze gupasa. ko batigeze bemera ko hari ibirwanisho biri mu banyagihugu.

  • mbegingimba,nibwoburyobwogukemuribibazo?twesetwaremwe nimana.ntihabuzibirinyumayivyo,ugwosurukundorukundwingabo.murampinyuza.mumisimuzosangakitakiv.......>

  • Komera.Ko Mubakuyeyo Nikubera Iki? Murakoze.Ego Ntakundi Tuzovyemera.

  • Komera.Ko Mubakuyeyo Nikubera Iki? Murakoze.Ego Ntakundi Tuzovyemera.

  • c’est vraie!!!iyo ngingo niyo pée nibaveyo nabo bumvirize ubuzima buzimvye.

  • Jew mbona niburiburi yobaha ukwezi kuko kurondera avance nokuronka inzu uca upanga ntivyoroshe kiretse abafise amazu kumatongo

  • None ga mumakambi Baja gukora iki aba civile? Ingene twabura aho tuba kubera bo! !!!! Amakambi ni Ayo igisota si Ayo aba civiles.

  • Nibazako Mushaka Gukora Ivyomugomba Vyaba Bibi Canke Vyiza Atamusivire Abona Kugira Bibe Akamizwe Ningoma!

  • Wewe ntubona abavuza amaruru ngo ntibazovamwo,ibirumbo bimaze 27 ans nka popo biba mu mazu y’igisoda,harura igihe yavukiye ubwo buyobe ni époque ata muhutu yaja mu gisoda et surtout pas mu makambi,raba ingene aca atangura gukuga ,bamenyereye ivya gusa,nibaduge mu rutovu benshi niyo baza bava ,baje kwubaka nyabuna,ahubwo deux semaines ni nyinshi,abo batindi sibo baciye binjiza izo nyenzi z’abanyamulenge muri ayo makambi ,ni bo badutuririye abana mu migumuko,nibaveyo,harageze ko ducungera umutekano w’igihugucacu ata nkomanzi,abasoda mu makambi,aba civiles ku gatumba canke ahandi en dehors y’amakambi.

  • iyo ngingo niyo.erega amakambi yarasigaye umengo nama WC.

  • Nyakubahwa Jn. Ndakongeye iyindi Pete kiva ubu Kuri Marshal. Ahubwo karakamaramaza naho umusoda numusivire banana mwikambi ubundi mubindi bihugu mwikambi ntihinjirwa numugore kugira azegusura umugabo abironkera uruhusha ahubwo baribaracigaruriye noneho baneye ahobarima. About basic ire babayo nibo basohokana ibigwanisho. Nibazivemwe izoninzu zi gihugu sizabantu bamwe bamwe guse. Komera kumuheto turikumwe nkizuru numunwa.

  • Iyo ngingo ni nziza,ariko babahaye imisi mike yo kuyishira mu ngiro. Mbona bikwiye ´ko bobongera nk indwi 3. None kubera iki bavyihutishije, naho amakambi atarayaba civiles.

  • Ego twumvirije ivyiyumviro bitandukanye mwavuze, none ubu nico gihe ciza co kwimurira imiryango hanze yamakambi? hirya no hino barara ntibuca, iyo ngingo yagihutihuti yoyitondera bakabanza bakarondera aho baja kuba nimiburibure amezi atatu, aba kaporale igihe bava muma kambi barabahaye amahera 600.000Fbu sinzi ko abo bashaka gusohora nabo bayategekanije? ubwo bugeera prime ninkozi yikibi aho ashaka ko iyo miryango bayicira hanze yikambi! Imana ihora ihoze , nturye uryame.

  • nabaho nabona ingingo leta ifata twese icarimwe tukayishima, mukuvayo bajye babasaka batazasohokana ibirwanisho.

  • Abasoda Kirazira Kobaban Nabasivi Le Mumakambi Kurubwo Turashigi Kiye iyo ngingo kugira umutekano ucungerwe bikwiye.

  • Abasoda Kirazira Kobaban Nabasivi Le Mumakambi Kurubwo Turashigi Kiye iyo ngingo kugira umutekano ucungerwe bikwiye.

  • Iyongingo turayishimye twosabanabandibategetsi babijejwe kobofatira ingingozibereyenkizo abanyagihugu bakiri mumakambi yimpunzi hagatimugihugu kuko ntantambara ikiri mu Burundi

  • Abasoda Bose Barbade amazu kubera somariya

  • @mugisha
    burya abatutsi hari igihe mwibazako muri hejuru ya vyose,umwanya wose ni turabereka,ntimurye ngo murya,nukwama mutega iminsi abahut bande de couillons mwibazako arimwe mwenyene muzi kwica,natwe tuzovyiga rindira namwe ntimwijajare.

  • @ mugisha
    nibasohoke baje kuwota hanze nk’abandi nyene nta mwana n’ikinono,

  • ntibakureyo abo abasivile ntahovyakabonetse abasirikare babana n’abasivile igisirikare gikore akazi kaco neza

  • NISAWA BAVEYE ABO BAKECURU

  • NISAWA BAVEYE ABO BAKECURU

  • Nn Ko Muriko Mubakurayo Mwiteguriye Iki?Twe Abanyagihugu Bic Bidutera Amakenga.

  • Uk Nukur .Ntah Vyakabay Aba Civil Babana Ni Gisilikare.

  • Mwabarundi nabarundikazi kuki ivyonsoma mwandika vyose vyuzuye igwanko no gukukeza? Ndababzwa cane kuba ubona umuhutu canke umututsi agize ikibazo ikabona unezerewe. Mumateka yuburundi tumaze gupfisha benshi mumpande zose wewe usigaye umaze kwunguka iki? Leta Unze ubumwe za america haba amako yose yabantu baba munsi yijuru ariko babanye amahoro uwugiye kubayo wese avuye ahandi ategerezwa kudahwa izo nzikira zose kugiea abane nabandi kuki nawe itodahwa iyonzigo? Tuzokwama murivyo abatuyisi twese twaremwe nimana ntawansikiye imana ikete ngo abe uwariwe kumbure yibihitwamwo birashika kutari guhitamwo uko uri.murakoze

  • Ikibabaje Umukuruwigihugu Atuga Bira Ibigwati Vyamahoro Bagashaka Kubitaka.Commine Muhanga.Harabantu Mubatege Sti Bobonye Kwabanyagihugu Boroshe Harikigwati Camahoro Baguma Baburaguzabantu Kwiyubakira Nyakubahwa Narabe Akokagwi Kagarukirizengaho.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.