IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Imodoka imwe yononekaye ihitanywe na Grenade hagati mu gisagara ca (...)

Imodoka imwe yononekaye ihitanywe na Grenade hagati mu gisagara ca Bujumbura

lundi 20 Mukakaro 2015

Imodoka imwe yo mu bwoko bwa Suzuki niyo yononekaye inyuma y’aho Grenade iturikiye hagati mu gisagara ca Bujumbura.

Iyo grenade yaturikiye hafi y’ikibanza citiriwe ukwikukira mu masaha y’umugoroba nk’igihe c’isaha icumi n’imwe n’igice.

Imana yakinze nta muntu yapfuye canke ngo akomereke atari imodoka gusa yononekaye.

Hari haheze ukwezi iyindi grenade itewe hafi y’ahahora isoko nkuru ya Bujumbura abantu batandatu barakomereka,iyindi iterwa muri ico kibanza umuntu umwe arakomereka.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.