Accueil > Amakuru > umutekano > Imodoka yunguruza abanyeshure ba ISCAM yatewe gerenade zibiri
Imodoka yunguruza abanyeshure ba ISCAM yatewe gerenade zibiri
jeudi 24 Ntwarante 2016, par
Gerenade zibiri zatewe imbere y’ibitaro vy’abasirikare vyo mu Kamenge (Hôpital Militaire de Kamenge) mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri. Igitigiri c’abakomeretse ntikiramenyekana.
Izo gerenade zibiri zatewe imodoka yo mu bwoko bwa Bus yunguruza abanyeshure ba ISCAM yari irenganye igeze aho ku bitaro vy’abasirikare mu Kamenge, ariko akaba ata n’umwe yakomerekejwe n’izo gerenade muri abo banyeshure ba ISCAM (Institut Supérieur des Cadres Militaires).
Nk’uko bivugwa n’umwe mu banyagihugu bakorera hafi y’ahatewe izo gerenade, uwaziteye yari kw’ipikipiki, bamwe mu banyagihugu bariko bararengana akaba aribo bahakomerekeye. Igitigiri cabo ntikiramenyekana.
IGIHE
Messages
24 Ntwarante 2016, 10:05, par Erica
Ico Maze Kubona, Nuko Uburundi Bwotwagwa N"umututsi Kuko Ataribo Babutwaye Baca Baguma Batera Umudurumbanyo Mu Gihugu. Uze Wumvirize Iyo Hari Uwapfuye, Vyagirizwa Igipolisi. Kandi Kubera Abazungu N"aba Journaliste Mpuzamakungu Bashigikiye Abatutsi, Womenga Ni Ukuri. Président Nkurunziza Agatsinda Iyi Ntambara, Azoca Aba Leader D"afrique, Ukwikukira Kwa Africa Kurya Kwa Rwagasore.Imana Idufashe
24 Ntwarante 2016, 10:44, par butoyi
inconsaba imana nitugarukire amakungu asigaye arabakungu muze dusenge kandi tuzumvigwa ubwicanyi buzohera
24 Ntwarante 2016, 13:14, par R YAHOO.COM
Abobagizibanabi bagikorivyo ntamahorobashaka? mana tabara uburundi nabarundi
24 Ntwarante 2016, 13:59, par KANYANDEKWE
Grenade zatewe ntizatewe imodoka ahubwo bateye abanyagihugu bari baje kwamuganga. Turagowe ko n’ibitaro bisigaye biterwa.
24 Ntwarante 2016, 15:10, par nijipis
Quelle bêtise? Toujours des histoires de tutsi -hutu ?Il faut croire en Dieu qui a crée une sule personne sans éthnisation, il l’ a fait dormir et retirer de lui l’ os à l’aide duquel il a créer une femme. toutes ces 2 avaient l’immage de leur créateur. Heureux ceux qui croient en Dieu, malheur à ceux qui croient dans les bêtises d’éthnies ,de la politiques sauvages,...
24 Ntwarante 2016, 16:40, par ANTHE-J
EWE BURUNDI URATEYIKIGONGW NTAMUSIWITANA ATAKIZIGA YOOOO MANA YOMWIJURU TABAR TURAHONYE MBEGA BANTU TUBE NKIBIKOK YABATUZI KOTWESE TUZOPFA NTAWO KWIYUNVIRA GUSESA MARASO YAKIREMWAMUNT BARUNDI DUFATANE MUNDA KUK TWES TURABANA BIMANA%?
24 Ntwarante 2016, 17:50, par KARENZO
ABONABAGOMBAGUTOSEKAZA AKAZIKABUNGURUZA ABANTUKUMAPIKIKI.ARIKONIBAHUMURE IMANA IZOBARENGANURA.
24 Ntwarante 2016, 19:44, par P
Oho Abakozi Bankurunziza Barikukazi Abarundi Twese Azotwica Duhere Nkifuyimijira Yaravyiyemeje
25 Ntwarante 2016, 17:22, par Elias
Rab,icokogwa.Kurubwobubish
25 Ntwarante 2016, 20:02, par JIRIBERT MPAWENIMANA
ABAKOMERESTE NIBANGAHE MWOBEREKANAMUMAFOTO
26 Ntwarante 2016, 06:03, par J.Marie
Ohoo Ntirumarira Imana Ayaturemye Irotuzigama
26 Ntwarante 2016, 13:31, par Peace
Wewe Wiyita KANYANDEKWE,Niryambere wumva Ibitaro vyatewe?ibuka kuri kubitaro BUMEREKE!!!Ahubwo muburundi ntacotucibanga.Nah,IMANA