IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Imyiyerekano y’abakenyezi yasivye

Imyiyerekano y’abakenyezi yasivye

dimanche 31 Rusama 2015

Imyiyerekano yari yateguwe n’abakenyezi mu gisagara ca Bujumbura, yasivye, bakavuga ko ari ku mvo z’umutekano wabo muke.

Abo bakenyezi n’abigeme bahurikiye mu mashirahamwe atandukanye bari bateguye imyiyerekano yo kuri uyu wa 31 Rusama, bakaba baciye bayihagarika, ku mvo z’umutekano, bamenyesha ko uwundi umunsi w’imyiyerekano bazowutangaza hanyuma.

Tukabibutsa ko ku wa 13 Rusama bari bagize imyiyerekano, ariko bakaba batoroherejwe kuko mu ntango batewe amazi n’ivyuka bikoroza amosozi, ariko mu nyuma barateba biyegeraniriza hafi y’ikibanza c’ukwikukira, aho vyagoranye ko bahakurwa ku nguvu n’abaporisi, gutyo barabareka, baragira imyiyamamazo yabo.


IGIHE

Messages

  • emma

    mwa badamu ndabahanure basha ni mureke twubake igihugu catwibarutse muhanure a bagabo banyu na bana banyu bave mwibarabara kuko inyishu ntitoregwa mwibarabara itoregwa mubiganiro benomumatora nimutumva mumenyeko amatwi yimpene yumva yokeje murakoze

  • ewe emma kananira bagabo ntiyimwe.

  • Ndakubwire wewe uvuga ivyutazi imana irabona ibibereye kuk nkurumbi ntaco yatumariye naveho agende haze uwundi

  • Inkoni nawe utazitinya. Bamaze kumva uko akanyafu kamera iyo kageze kumabuno. Ikindi bamaze gutahura ko bari gushukwa.

  • Inkoni nawe utazitinya. Bamaze kumva uko akanyafu kamera iyo kageze kumabuno. Ikindi bamaze gutahura ko bari gushukwa.

  • ew emma urambabaj!!nubandany udahwa nguravuz!!uri ikintaziii

  • emma avuga ukuri abo batutsikazi bagomba kurya bicaye ntibabona ko ivyagusa bariye vyatubabaj, kizire ko basubir kutwicarako, izo nkokokazi.

  • emma

    nshaka kwishura uwo yiyise rutumo jea hewe ahubwo wewe nsanze urumusazi kuko uvuzengo ndikitazi bwabundi nuwuhanuye abavuze nabi hewe ndaguteye ivyatsi nturinumuntu wewe ushakako baja mwibarabara abobadamu sabawe nabuburundi bandanya ugumuka uzobon

  • Ubundi hateye iyihe satani koko imama yomwijuru ikwiye gutanara abarundi kuko nayandi mahitamo kandi nba basemge kuruta kurwana bitagifite umumaro

  • oya reka ayo mabarabara nimiduga ubwayo arayabangamiye ja kukivi nyabuna nayo ubundiho ejo aho bukera ubukene baradukoza isoni tudakoze ngo twirigwa mumabarabara kwiyamiriza nkurunziza!

  • Abo bakecuru ntibotekereza nimba babuze ivyo barya tuzobibaha nibareke kwiyambika ibara

  • abo bakenyezi barundikazi ni mubirekere sibo, gusa uwo musi wundi turawurindiriye. ibi vyose ni ubujuju bw’abantu biyita ngo barize amategeko ariko bakananarwa no gusoma ingingo imwe gusa y’ibwirizwa shingiro ry’igihugu cabibarutse, bagashobora kurementanya, guturira no kwica abana baco. ikirungurira kiranyica iyo numvise abana buburundi bariko baragandagurikira mwibarabara kubera imyungu z’abantu bari kurushi ngo barakunda igihugu.

  • Nimuze Turwanye Uwoweseyodusubiza Ahotwavuye Uwonkurunziza Nibamurekeyitoze Hanyuma Abatamusha Bamwime Amajwi Niyashimwanabarundinaho Bazomutora

  • Ntaninsoni mwabakenyezi ahobabasutse muravyemera? Mwoja mukazu kamatora uwumugabo mwanka ntimwomukuriyemwo, name gwababijije.

  • Nabo rero ngo baharanira iki? aho bohay akarorro abana babo ko kutaj mwibarabara, babaja imbere!

  • nitureke guterana amajanbo,siwomuti wikibazo ahubwo kuganira nivyiza,uwusenga nawe ntacikintege.kuku hariwugangwarasenga kumutimu arimubindi binyuranye , kubasenga ntimukeze abami babiri bitandukanye,nibwo imana izatwishura,asante

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.