Accueil > Amakuru > umutekano > Inkoho n’Ibindi bikoresho vya gisirikare vyatowe muri Zone ya (...)
Inkoho n’Ibindi bikoresho vya gisirikare vyatowe muri Zone ya Ngagara
mardi 29 Kigarama 2015
Inkoho zitandatu zo mu bwoko bwa kalashinkov,lance roquette imwe amasase n’ibindi bikoresho vya gisirikare harimwo umwambaro umwe wa gisirikare,nivyo vyafashwe n’abasirikare bari kumwe n’abapolisi muri zone ya Ngagara iri muri Komine Ntahangwa mu gisagra ca Bujumbura.
Umuvugizi w’igipolisi Pierre Nkurikiye yamenyeshaje ko ivyo birwanisho vyatowe kw’ibarabara rya Ntega riri muri Quartier ya gatandatu muri zone Ngagara mu gatondo ko kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 29 Kigarama 2015,aho bafashe kandi abantu babiri ku mvo z’amatohoza.
Pierre Nkurikiye yavuze ko bakoreye ku makuru bahawe n’abanyagihugu baba mu micungararo yahatowe ivyo birwanisho.
Umuvugizi w’igipolisi agasaba abanyagihugu ko uwuzi ahari canke uwutunze ibirwanisho atabifitiye uruhusha yobimenyesha abajejwe umutekano kugira babikure bitarakora ibara.
Van Naris Mugisha
Messages
29 Kigarama 2015, 13:33, par Osuald
Muburundi Nakabangir Numva Bafise Akuma Kabona Aho Ikirwanisho Kinygej Ahohos Ntanahamw Tutumva Ngobagiy Kuhasaka Non Ivyobirwanisho Batora Tuzohava Dusanga Ariwamwa Yivumbagaza Hari Ari Mubandi Akarira Avuga We Ma Ntabara Baranyish Kugirango Biz Baramukubis.Jew Numva Ari Mchezo Wandani.Imana Idufuke Mubiganza Vyayo.
29 Kigarama 2015, 14:53, par Jojo
mbega kobavuga batwaye 2 kandi twabibneye batwaye 5 abo bandi 3 bamaze kubica nkuko dusanzwe tubimenyereye abo batwaye batagaruka .iyi reta izosenyurwa hasigaye imbuto
29 Kigarama 2015, 20:34, par Augustin Niyonkuru
Abajejwe Umutekano,komera Kabisa@abobavuga Ngo Batwaye Batanu,ngo Batatu Ngo Babanygeje,nabo Barimubavyonga Igihugu,uwobarondra Bovuga N’ibindi.Kandi Nosaba Abajejw Umutekano Baz Bararondra Mwnabobantu Babigish Imvugo Boza Barakorsha.Joyeux Noël Pour Tout Le Monde.
29 Kigarama 2015, 21:35, par nahimana asman
ndateye intege abajejwe umutekano kugikorwa bariko nibakore ,ariko ntikube arikubikura gusa baraba ikibitera ,kibirwiza.
29 Kigarama 2015, 23:14, par Emma
Hasigaye uwonkurikiye nibongera gutera niweho ruzotara na baratuza ntimuzorusimbuka 29.12 .2015
29 Kigarama 2015, 23:21, par ANICK
ABANYAGIHU NIBASUBIZE IBIRWANISHO KK NTANTAMBWE BAZOTERA.IGIPOLISI KIRAKORA IBISHIMWA.TOHOZA HOSE AHOBINYEGEJE NYENICUBAHIRO ARABE ICO MUKWIYE.TWIBUKE ITERAMBERE TURIKO TUREKE KWISAMBURIRAKO TUTABAYE IMPENE.
29 Kigarama 2015, 23:29, par Cambarangwe
@Jojo. Bagushakishe bakubohe kuko nawe uri umwe munyenzi zacengeye i Burundi. Ubundi iyo umura ukurumye urawuhandura cg ugasigaho acide ukajya aho Bikomagu yigiriye dore ko ariwe wahoze ari chef w’imira.
29 Kigarama 2015, 23:51, par Ndayambaj Izahki
Nkanj Iconobivuga Nuko Aribinyom None Izonkoho Nibindibikoresho Ryagisirikar Bivahe?Kozikobavugak Inkoho Bazikuye Mubanyagihugu Iryobatora Bivahh?!!Bitwaze Ibindi Apana Ivyo
29 Kigarama 2015, 23:52, par Ndayambaj Izahki
Nkanj Iconobivuga Nuko Aribinyom None Izonkoho Nibindibikoresho Ryagisirikar Bivahe?Kozikobavugak Inkoho Bazikuye Mubanyagihugu Iryobatora Bivahh?!!Bitwaze Ibindi Apana Ivyo
30 Kigarama 2015, 05:49, par Rusakumba
None uyo avuga ko bari bafashe aba terroristes 5, hanyuma ngo bakaba berekanye 2, naho boba barabishe none ingorane ziri he he? Mbe birya birwanisho babafatanye wibaza y’uko vyari ivyo kuja guhigisha ibikoko mw’ishamba? None abari kwicwa n’izo ntagondwa nta miryango boba bafise? Mbe iyo miryango ntiyobabaye? Jewe narababuriye hakiri kare, nti izo Intagoheka nta nahamwe zigera zitsindwa. Ahubwo barabagiriye impuhwe, ni mushime kubona babasigiye n’utwo tubiri. Ni mureke guhendwa n’abo bibereye iburayi n’imiryango yabo. Nibabanze barungike abana babo hamwe na benewabo baze babafashe.
30 Kigarama 2015, 15:07, par gato
ubwo mwashaka kumena amaraso mutanguye kubesha twarabamenye sha abagome nta conge mugira
30 Kigarama 2015, 16:19, par Muzobibazwa
Warakoze kubesha yuko mwatwaye babiri ariko abo bana muguma mutwara impera n’imperuka muzobibazwa n’iyo mw’ijuru
30 Kigarama 2015, 16:25, par Muzobibazwa
Warakoze kubesha yuko mwatwaye babiri ariko abo bana muguma mutwara impera n’imperuka muzobibazwa n’iyo mw’ijuru kandi bitebe bitebuke nta mvura idahita n’iyo kuru Noah yarahise
31 Kigarama 2015, 09:49, par INNOCENT
ABO BAVUZE AHO BIRI IVYO BIGWANISHO BARAKWIYE GUSHIMIRWA
3 Nzero 2016, 10:30, par Nduwimana pascasie
Umukuru wi gihugu atinyiki kuza mubiganiro?atinya gutembagazwa?
16 Nzero 2016, 21:08, par Nigaba Elie
Abo bafise Ibigwanisho Nibabizane Kugira Uburundi Ntibusubire Mukinongo