Accueil > Amakuru > umutekano > Intwazangabo y’Uburundi yari yagizwe imbohe yarekuwe
Intwazangabo y’Uburundi yari yagizwe imbohe yarekuwe
samedi 23 Ndamukiza 2016, par
Intwazangabo mu gisirikare c’Uburundi yo kw’ipete rya Lieutenant yari yanyurujwe n’abarwanyi ba FNL ya Aloys NZABAMPEMA, mw’ishamba cimeza rya Rukoko yarekuwe. Uwo musirikare yashikirijwe abakorera ishirahamwe CROIX ROUGE muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo.
Lieutenant Alexis Irambona asanzwe afise matricule SS1889 wo muri bataillon ya 412, avuka mu ntara ya Makamba, muri komine Vugizo, yari yavuye ku kirindiro akorerako aja gutembera mw’ishamba rya Rukoko, ari naho yafatiwe n’abarwanyi ba FNL ya Aloys NZAMBAMPEMA bamugize imbohe kuva kw’igenekerezo rya 24 Ntwarante 2016.
Mu gisirikare c’Uburundi baremeza ayo makuru y’irekurwa ry’iyo ntwzangabo.
Kuva Lieutenant Irambona Alexis anyurujwe akagirwa imbohe, amasamu yiwe amwerekana aboshe yaciye atangura gukwiragizwa ku mbuga ngurukanabumenyi, akamwerekana ari mu kibanza kitamenyekanye, mu minwe y’abarwanyi ba FNL ya Aloys NZABAMPEMA, nk’uko vyashikirijwe mbere na Jean Felix Ntahonkuriye, umuvigizi w’uwo murwi w’abarwanyi.
Iyindi sanamu y’irekurwa ryiwe ikaba yashizwe ahabona, Lieutenant Alexis Irambona ari kumwe n’uwo muvugizi wa FNL ya Nzabampema Aloys, hamwe n’abakozi ba CROIX ROUGE bashikirijwe iyo ntwazangabo.
IGIHE
Messages
23 Ndamukiza 2016, 13:57, par comando
ahubwo nukuraba neza aboba croix rouge barakorana nabagwanyi wobisigura gute?inkoho twafata mumiduga ya HCR zari nyishi,za medesin sans frontier inkoho twafata mumiduga yabo reka sha nukuraba neza?
23 Ndamukiza 2016, 14:00, par Peace
Njanye nabobarwanyi bubahiriza agateka ka muntu!Nabandi bose baribakwiye kwitwararika agateka ka zina muntu Nkuko ababa Fnl babikoze
23 Ndamukiza 2016, 14:22, par maso
ng, aborero abarwanyi atari abicanyi. iyo baba aba nkuru bafashe umu fnl. hari ico yari ktbona. abica abo bakorana! ha.
23 Ndamukiza 2016, 14:50, par kamaro
uyumutipe arimwo amahinyu, bibonekako yari kumugambi wokwamamaza abobasuma bokwa nzabampema kugirango bamenyekane, nikuki yasigabandi hama akagenda wenyene? abamucungera bobo yabatorotse gute? ibikoresho vyagisirikare yarafise yabigarukanye?. amakenga ntabuze....
23 Ndamukiza 2016, 15:30, par Iribuka
Huuu,barapfinisha Agahiye nka yabu ,bararekuye bazomubona we ntazobababarira
23 Ndamukiza 2016, 15:31, par frank
Murerekanye KO muri ababo.nahotutazi icakozwe kugira mumurekure ntawobura Kubashimira iyonyifato
23 Ndamukiza 2016, 15:35, par Vivi
nibindi nivyishinga kujabajaba tuzobiyora hewe uzewihende uvuge ivyowumvis kandibabebaduhaye ayakwiy sitwetwagutumye kurekereza inkonda hanyuma ngw’igisirikar canyukirapanze ! gipanzente ?murinyererezi
23 Ndamukiza 2016, 15:50, par cakira
abo bigira ngo nabagiraneza nukubaraba neza sinumva croix rouge ukuntu aribo bomuzana, mwibuke HCR inkoho twafashe mumiduga yabo?murabeneza raba aba MEDECIN SANS FRONTIER yavura abatera zagrenade,wazee duhangalie vizuri,babaya bako,lakini tutabapiga mpaka bakimbie!
23 Ndamukiza 2016, 18:45, par Mukamangwe
Ego Ngo Yarekuwe Eh Abo Bagabo Barace Bahunga Kuko Wewe Ntakibabarwe Azobagirira Buya Mwabonye Ico Gitsure Yabaraba Aho Yaraboshwe? Murabuze Aho Mufyina Ba Muyanyage Hakiri Kare!!!
23 Ndamukiza 2016, 18:46, par Mugumutsi Savimbi
Yagize Imana iyo afatwa n’abicanyi ba Sinduhije bari kumurya ari muzima kuko abatutsi bavukanye ubugome ntambabazi bagira.
23 Ndamukiza 2016, 19:01, par king
ntakundi niyihangane koyabavuye munzara abobamenja.
23 Ndamukiza 2016, 19:20, par J.Marie Nshimi
Ni Kuki Bamushikirije Abakozi Ba Croix Rouge Ntabajejwe Intwaro Bariho
23 Ndamukiza 2016, 19:24, par Ruduha
Niwashika mu Burundi bazoca bagucisha kubuhomba nkenda Mama.Ntuzoze
23 Ndamukiza 2016, 19:56, par Franck
Imana Ishimw Ko Twongey Kubon Lientenant Wigihug Cac Imana Ibandany Imuzigam.
23 Ndamukiza 2016, 20:36, par Tuyizere Innocent Abasani
Ntakundi Kobamurekuye Iyobamwica Vyaca Biba Ibindi Ales Lietenant Nibamwakira Neza Agarukiye Iyogoterwa Izuba
23 Ndamukiza 2016, 20:37, par Tuyizere Innocent Abasani
Ntakundi Kobamurekuye Iyobamwica Vyaca Biba Ibindi Ales Lietenant Nibamwakira Neza Agarukiye Iyogoterwa Izuba
23 Ndamukiza 2016, 20:56, par karikera
Ahubwo aragaba kuko bazoca bamwica aba DD
23 Ndamukiza 2016, 21:04, par Cuma
Nzabampema.Imananimwongeringuvuntasesamarasoyabenewabo.Kukontakorenkaretayamazekumaramara,imbereyamakungumukwica.
23 Ndamukiza 2016, 21:21, par Nshimirimana Bosco
Nivyiza Kobamurekuye Mugabo Jewe Ndafise Amakenga Uwomuhari Wa Nzabampema Warananiranye Kuvahowagatereye Umutekano Muke Ababijenje Barakwiye Gufata Ingingo Zikomeye Kugira Bawutuze
23 Ndamukiza 2016, 21:22, par Nshimirimana Bosco
Nivyiza Kobamurekuye Mugabo Jewe Ndafise Amakenga Uwomuhari Wa Nzabampema Warananiranye Kuvahowagatereye Umutekano Muke Ababijenje Barakwiye Gufata Ingingo Zikomeye Kugira Bawutuze
23 Ndamukiza 2016, 21:31, par Muzambia
Nzabampema Ndakwemera
23 Ndamukiza 2016, 21:55, par Vuga
Wewe,chakira,unajifanya,mjuaji,wewe,nishoga,kweri,achautugdu,imaniramuduhaye,ubona,nkawe,bogufata,wohikura,uraziubutunzi,buhononekariye,kobagizibi,tero,baramuzanye,uburyobwakoze,burarenze,nahowondandaza,akokagorekawe,kubutama,nkamupata,oya,wewetumshajua,sehemuripo,nitaj,sehem,uripo,?!???Subiri,ariamisi
23 Ndamukiza 2016, 22:24, par Muhoza edmond
Ahubwo ni bagire ibitero vyinshi batembagaze iyi ntwaro y’umukazo ya nkurunziza n’igiporisi n’iperereza ntituzobona ibintu birahinduts ngo twiruhutse murakoze
24 Ndamukiza 2016, 08:36, par Sinaipeur 444 F D N
Twarabahinyuye ! Aja Kumena Ibanga Abicishijekuri Motif Yogushimutwa ! Ikindi Yari Yagiye Kwamamaza Fnl ? Naboba Coix Rouge Nukubagirako Amakenga ! Mbe Habaho Lietena Sans A T ? Uwoyiyise Maso Ndamubaze : ntaba F N L Biyemerera Ibibi Bakoze Mumigumuko Barekuw Na F D N ? Vivi Hora Twaramenye Ukogufatanamunda.
24 Ndamukiza 2016, 11:36, par eric
Inkinamico.com mwatubonyemo ubujuju koko.
24 Ndamukiza 2016, 13:23, par Nahayo Anicet
Bagize Neza Kuko Yarumurundi Mwenewabo Kandi Nabo Nibaze Mu Gihugu Catwibarutse Bave Mwiryo Shamba
24 Ndamukiza 2016, 19:40, par Emmanuel
Ha ,Ego, Twebwe Tubona Ako Kagwi Ataco Kogerak Ahubwo Abarundi Dukunda Igihugu cyacu Tuhagurukire Rimwe Tugatuz Burundu
24 Ndamukiza 2016, 19:42, par Emmanuel
Ha ,Ego, Twebwe Tubona Ako Kagwi Ataco Kogerak Ahubwo Abarundi Dukunda Igihugu cyacu Tuhagurukire Rimwe Tugatuz Burundu
25 Ndamukiza 2016, 06:29, par tari
Fnl ya nzabampema yaremereye abarundi Ko izokora ibishoboka vyose kugira ikure abarundi mukaga barimwo yiyemeje gutanguza ibitero mubibanza vyose vyomugihugu muntumbero yokwirukana akokarwi kagisibije muguhekura abarundi none babigejejehe nibagire vuba batangure kugaba ivyobitero nahubundi imbonerakure nigiporisi ca nkuru baratumara jewe mbona ivyokurekura impfungwa zi ntambara atarivyo vyihutirwa kuko ababantu muracarwana urumva uciye urekura umuntu mukirwana jewe mbona kuba wihenze kuko munyuma niwe aca agaruka kuguhiga nokumena amabanga yivyo yabonye jewe mbona mwari kumugumya ahubwo mukaguma murondera nabandi beshi bomurako karwi mucakira kugira turabe Ko tworuhuka kuko twarushe nubwicanyi batugirira nimugabe ibitero bikomeye nkuko mwavyiyemeje muve murityo shamba kuko iyo ntamunyagihugu ariyo muriko murakingira
25 Ndamukiza 2016, 07:47, par arakaza aristide
ab bagwany nibezk batacy bamwic
25 Ndamukiza 2016, 13:44, par Turabategereje 444
Uwo Yiyita Tari Ngwagomba Uwomuruhura ? Tanga Adresse Yawe Uruhuke , Ngo Uzeye Agakiza Kwa Nzagunera ? Chunga Utaona ; Akokagwi Kimburakimazi Uhamagarira Gutera Igihugu Kagiye Gutembagarizwa Ikuzimu Nawe Muzajyanape Ntaho Uzokumva Kateye Position F D N
25 Ndamukiza 2016, 13:45, par Turabategereje 444
Uwo Yiyita Tari Ngwagomba Uwomuruhura ? Tanga Adresse Yawe Uruhuke , Ngo Uzeye Agakiza Kwa Nzagunera ? Chunga Utaona ; Akokagwi Kimburakimazi Uhamagarira Gutera Igihugu Kagiye Gutembagarizwa Ikuzimu Nawe Muzajyanape Ntaho Uzokumva Kateye Position F D N
25 Ndamukiza 2016, 14:19, par franck
Ooooh Mana yo mw’ijuru nyene ububasha twebwe abanyagihugu turarushe ingo udutabare amazi atararenga inkombe
25 Ndamukiza 2016, 15:35, par KULUTU
turambiwe ubujinga bwanyu
25 Ndamukiza 2016, 15:40, par Aferky
Ico gisirikare ca fnl ndacemeye, kirazi agateka ka muntu. Murabona ko gifise discipline kuruta ica nkurunziza, abarundi bose bagitwerere kibogore igihugu kuko caguye mumanga.
26 Ndamukiza 2016, 07:28, par jean don dieu
none igih bamufata ntankoho yarafise?canke bari bamubitse hehe iyo misi yose ataboneka?
27 Ndamukiza 2016, 04:43, par samenwa gabriel
kuba bamurekuy nivyiza bagiz agatima kurukundo abarundi twemera uko ubundi bwoterwa iteka
28 Ndamukiza 2016, 11:29, par samenwa gabriel
nivyiza kuba bamurekuy vyotanga icirwa kubarundi