Accueil > Amakuru > umutekano > Jabe/Nyakabiga: Igipolisi cazindutse kibuza abanyagihugu kwinjira no (...)
Jabe/Nyakabiga: Igipolisi cazindutse kibuza abanyagihugu kwinjira no gusohoka
mercredi 2 Nyakanga 2015
Amakaritiye ya Jabe na Nyakabiga ari muri Komine nshasha ya Mukaza mu gisagara ca Bujumbura yazindutse yugarijwe n’igipolisi mu gatondo ko kuri uno wa gatatu,igenekerezo rya 2 Nyakanga 2015.
Inyuma y’ijoro ryo kuwa kabiri igenekerezo rya 1 Nyakanga 2015 ryaranzwe n’amasase menshi n’ama grenade mu makaritiye ya Nyakabiga na Jabe,igipolisi cazindutse gishwiragiza ababa muri ayo ma karitiye congera kibabuza gusohoka.
Mu bimaze kumenyekana vyononakariye muri ayo masase yumvikanye,harimwo umuntu yoba yarahitanywe n’amasase muri karitiye ya Jabe,uwo nawe yatowe ari ikiziga,ariko mu bajejwe intwaro ku rwego rwo hasi ntibashoboye kumenya uwo muntu.
Muri karitiye ya Nyakabiga naho amasase yatanguye kwumvikana nk’isaha zitatu n’igice z’ijoro,naho nyene abapolisi benshi bavyutse bahugarije,nta muntu arekuriwe kwinjira canke ngo asohoke,ariko ngaho ivyononekaye ntibiramenyekana.
IGIHE
Messages
2 Nyakanga 2015, 10:05, par karire
Turasavye umukuru wigihugu kuduhuruhusha twebwe imbonerakure tugenzure izo karitiye zigizendanse!tuzigarure mwamaho!turasavye dushimitse nyakubahwa,kutugenera umushahara nkuwa bapolisi kuko twitanga mukugarura amahoro,turasavy kandi kuturungika muri somalia,mali centrafrica kugarura amahoro
2 Nyakanga 2015, 10:24, par NIYUHIRE Thaddée
Yemwe yemwe none ga yemwe uburundi bwahindutse somalie?
2 Nyakanga 2015, 10:42, par Amadi
Ewe Mana Urakwiye Kugarukira Uburundi Amasase Na Magrenade Bigahera Muburundi Ugahindura Igopolice Bakakora Akazi Bajejwe Urakoze Mana Kuba Umvyumvise
2 Nyakanga 2015, 10:54, par jabe
Leta nireke kujenjeka babamishemo urusoro bomoke nyuma bajye mumakambi. Umugi ugire amahoro.
2 Nyakanga 2015, 10:56, par Murore
uburundi.birazingani bucike ikibuga cabicanyi mana tabara uburundi
2 Nyakanga 2015, 11:30, par emma
emma
kora nkuko mwavyize ariko aho murondera siho ziba ziri koreshe tagitike mwize. Banze murabe harinkuru ivugwa ko zimwe ziva mugisoda kandi ziheza kurasa zigaca zisubizwa, izindi zikaduganwa imisozi yarirare hejuru yigisagara akarorero nko kumusaga.
2 Nyakanga 2015, 11:44, par EMMAUS
MBEKOBAVYUKA GUSAKA BAKABURA BAGATWARA ABANTU ATACOBAGIRIZWA BIZOHERA RYARI?YAFU YIMIJIRA IGIRIHER!ABANYAGIHUGT TUTIRWANYEKO TURASHIRA PE!MANA TABARA ABARUNDI.
2 Nyakanga 2015, 11:44, par jamaic
kora kora ICO mwize mudezarume iyo mihimbiri ikoresha ibirwanisho itabifi tiye uruhusha ,amakartie atungiwemwo ibirwanisho turayazi kuva kera in aya: nyakabiga, jabe , musaga, kanyosha, ngagara, cibitoke nagace gatoyi ko muri rohero ! kubita ntibumva turabashigikiye kuri co gikorwa
2 Nyakanga 2015, 12:42, par Turugwane
Cuti nabarundi data imipaga nico mufise cose mwivune mwice namwe mureke kuzera ize babamarirako abantu mugire mubarire ko atamiryago yabo bapolice iba aho muba??kuraho namwe chef des zone kuraho yabanakiye ica abiwe nawe barundi shirika ikinya namwe reka kuzubara imisiyose nintambara ihitana wewe nyarucari Ubu kanura ntibababice icanamwe umutegetsi wese nabagore nabo Bose nabapolice bobo manabatirire umugore umwana wanyakabiga.jabe’musaga’ngagara cibitoke’mutakura’kinama ’kanyasha’ ??bagana nabagore bikiriri etc rero ngira ingere kuyindi ncuti turugwane kandi turarutsida twihe iteka
2 Nyakanga 2015, 14:50, par kayanza siti
saka abobaguma batera imidurumbanyo
2 Nyakanga 2015, 14:50, par kayanza siti
saka abobaguma batera imidurumbanyo
2 Nyakanga 2015, 15:28, par Bakara
@karire
"turasavy kandi kuturungika muri somalia,mali centrafrica kugarura amahoro"
Banza mugarure amahoro iwanyu nimwaheza muzoja ahandi! Erega abasomaliya bari hafi kubabwira ko nabo hageze ko baza kubasubiriza mu nkoko! Ntubona ko indwano yatamye muri ico gihugu?
2 Nyakanga 2015, 15:49, par Eric
muzarondere zambwa zisaka inkoho,kuko iyo muhageze baca bazinyegeza kure izindi bakazishingura mumayarara hafi y’amazu. muzazikote muri tanzaniya zirahari,amahera abarundi banyotewe amahoro tuzaterera. courage police!!
2 Nyakanga 2015, 17:25, par Nsengiyumva Juvenal
Mbega Yamwe Abarundi Turagowe Kuko Abantu baheze Bazira Ubusa Mana Wewe Waturemye Tugarukire Turazi Ko Utubona Barundi Jahasi Dunsenge Hasigaye Ihi mana Ariko Ejo Niheza Ntibizoguma Ukwo
2 Nyakanga 2015, 17:57, par bakunda uburund
ncuti zuburund musenge cyane tugeze habi
2 Nyakanga 2015, 18:18, par juvenal
Barundi Twense hamwe Tuve Hasi Twikure Umwasi Mbega Abo ba Police Bagumuma Bica Bibaza Ko Biremy? Turintam? Canke Turabagabo?
2 Nyakanga 2015, 19:47, par Kado
Mana!Urihe?Uburundi! Wahevye?
2 Nyakanga 2015, 20:12, par EEEEEEEE
Iyi nterahamwe yitwa Eric yoba itumbereye hehe? Ivuga ibintu
2 Nyakanga 2015, 22:18, par munyiginya
Bujumbura ituwe n’intagondwa z’abatutsi. Nibakomeza gukora ibara ni ukuzakubitamo ama bombes nk’ibihumbi 5 bose bakomoka ntawundi muti wo guhashya bene gahini.
3 Nyakanga 2015, 10:22, par ndumuntu
NImba koko uri imbonerakure wigiyehe ivyogucungera umutekano ubukunzi bwinda gusa heeeeee baguhe umushara nk’umupolici hama ukerere abantu ntanumwe waremye humura imana izoguhemba niwakora neza canke iguhane niwakora nabi .Ayo ma qartiers nayo sinzi imyaka ufise nimba ufise iyiri munsi 50 kuko imbonerakure ngo bafise 35ans wonse amaberebere yanduye umugera wamacakubiri uritonda iyisi tuzoyisiga nibiriko vyose
3 Nyakanga 2015, 11:34, par intore
@munyiginya w interahamwe w imbura kimazi wuzuye amacakubiri gusa mu rurwo rutwe amaraso mwamenye abamariy iki ahubwo ko yabasajije Kubera shetani .muzongere twese tur ubwoko bw Imana maze uduhanga twabo wishe tuzahore turi kuru rwo rutwe rwawe ..
3 Nyakanga 2015, 13:50, par alice Irumva
Wewe wiyise Jabe nawe Karire muminsi iza ndabona ko muzomererwa nabi ,karire we agomba kuja muri Somalie asangeyo benewabo,guma aho ubanze ukubitwe urwo mumutwe sha!Jabe namaze kumva ko iri Interahamwe nawene narindire gato abone!Murasubira kurya imvu basha,wait!