Accueil > Amakuru > umutekano > Jabe : Umunyeshure Linka Orly Kabanga yatowe ikiziga
Jabe : Umunyeshure Linka Orly Kabanga yatowe ikiziga
mercredi 14 Gitugutu 2015, par
Ikiziga c’umwigeme catowe muri karitiye ya Jabe, hafi y’aho bita KWA NTEKUMUTWE. Abamugandaguye bakaba bataramenyekana.
- Ikiziga ca Linka Orly Kabanga catowe mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu
Uwo yagandaguwe azwi kw’izina rya Linka Orly KABANGA, akaba yari umunyeshure kw’ishure ry’imyuga ETG (Ecole Technique de Gestion) ryo mu Nyakabiga.
- Linka Orly KABANGA yahora ari umunyeshure kw’ishure ry’imyuga ETG (Ecole Technique de Gestion) mu Nyakabiga
Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha kandi ko kuri uwu wa kabiri, nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro, kw’i Jabe muri zone ya Bwiza, kw’ibarabara rya gatandatu, inyuma ya SETEMU, hari gerenade imwe yatewe, ikaba yahitanye ubuzima bw’umupfasoni umwe.
OP1 NKURIKIYE Pierre, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi amenyesha ko no mu Nyakabiga kw’ibarabara rya gatatu, inyuma ya Kaminuza y’Uburundi, hari gerenade zibiri zahatewe ariko ataco zononye, akaba yari nk’igihe c’isaha zitatu z’ijoro.
Muri Kanyosha, Kajiji, nk’igihe c’isaha zitandatu z’umurango, OP1 NKURIKIYE avugira igiporisi c’Uburundi amenyesha ko hari izindi gerenade zibiri zatowe n’abaporisi zinyegejwe mu murima.
IGIHE
Messages
14 Gitugutu 2015, 15:30
MUBURUND.HATR
14 Gitugutu 2015, 17:14, par Shalom
Mana Data!ndaz kurImana y’imbabazi...,tabara uburundi nabarundi.ark umuntu wes arik asesayo maraso umwiyereke yihane ataruko naw AZOPFA RUBI.
14 Gitugutu 2015, 17:15, par Shalom
Mana Data!ndaz kurImana y’imbabazi...,tabara uburundi nabarundi.ark umuntu wes arik asesayo maraso umwiyereke yihane ataruko naw AZOPFA RUBI.
14 Gitugutu 2015, 17:20, par nagahomamunwa
Uyu mwant w umukobwa arambabaje cane rwose kandi ntamuzi
Aho naho baravuga ngo nu rwanda rwamwishe?!!!!!
Avtiwanyu kweri bigeze ahabi rwose nimugire m wisubireho kabisa
14 Gitugutu 2015, 17:21, par kariwabo
uwo mwana naw bamuhoyiki ?ariko mana garukira uburundi iryo barabara rya 3 nyakbga inyuma ya kaminuza ntiribaho.
14 Gitugutu 2015, 17:53, par che
Condoleances a la famille. ni hatari pe, abantu babaye inyamaswa kabisa, mbega nta nubwo mifuse ubwenge bwo kwigira ku vyabaye mu Rwanda, komeza muzibonerako ndabarahiye!
14 Gitugutu 2015, 19:55, par None?
Ariko nkununtu avugako atoshikiriza ikirwanisho abajejwe umutekano ngonimpaka azogite agihitanishije abantu mwumva abakirumuntu! Jewemwenuwo ndamwita gikoko muntu.kubera abantubeshi ngaha Bujumbura baribaregeranije ibirwanisho kuvakera ububakabababona bagiyekubifatanwa bariko barabikoresha kubwishi ngobibaveko babihitanishije abantu! Erega bakora nkivyihebe nuko igihugu bifatungingo vyatangajeko ngaha Burundi uwukora ibibibi nkivyivyihebe ariwe ncutiyavyo!.
14 Gitugutu 2015, 20:19, par Kaga
Imana nimwakiremubwani bwayo nayo amatohozayo yama yakozwe mugabo ntaco yarashikako rere hari umucemanza mukuru womwijuru gusa niwe twiteze niwe azorenganura atagiturire
14 Gitugutu 2015, 21:38, par doni hakizimana
mbega igihugu cacu kizohagarika ubwicanyi rya?
14 Gitugutu 2015, 21:59, par one love
mana tabara uburundi nkakumwe watabara Daniel ari murwobo rw intambwe
15 Gitugutu 2015, 06:42, par remegie
NIHATARI UWUCISHA INKOHO NAWE NYENE NIYO IZOMWICA NTAMUHINGA WISI
15 Gitugutu 2015, 08:45, par Redempteur
Ndababwiza ukuri,muri ino minsi Satan yabonye ubuhungiro kwa Nkurumbi. Sinumva ukuntu un president d’une nation aryama agasinzira igihugu kimeze nk’uko uburundi buri muri iyi minsi. C catastrophique kabisa
15 Gitugutu 2015, 08:52, par jacko
barundi ndababwiza ukuri muri munzira yihonyabwoko pe.mwarebeye kuvyabaye mu rwanda.
15 Gitugutu 2015, 11:01, par nkurunziza
leta y u burundi nireke kuvuga ko mu burundi hari umutekeno kuko igihugu kirimo umutekeno abantu ntibapfa buri munsi ntaninkoho zumvikana buri munsi.ibiganiro byonyine niwo muti w u burundi
15 Gitugutu 2015, 18:15, par fidelite
@nkurunziza
None uyo mukobwa sa mbiri z’ijoro yariko akoriki mw’ibarabara?Ivyo bigwanisho mwishimiriza muzobimarisha abanyu rindira gato,burya aho ntusanga ari umu copin wiwe yayimuteye yamuvanze?Abatutsi je ndaziko muzomarana.
15 Gitugutu 2015, 20:01, par Uzabakiriho
Twamaganye Ubwicanyinkubwo Muvandimwe Bacu Duturanye.
16 Gitugutu 2015, 10:35, par girubuntu
Fidelite ndakugaye ntakugaraguye;iyo utaba warumwigeme.wanyereye ntakundi abatutsi nibo bariko bapfa bonyene canke nabamenyereye kunywamaraso bamaze abana kwibubu ibuta no muri bugendana;teza nahandi nahandi/hakenewe kuvuga ukuri gusa ivyabaye vyarabaye
16 Gitugutu 2015, 13:02, par nkeshiarcade
Ibi bintu biriko biba vyarengeye uburundi naho bamwe bavuga ngo bazovyimarira! Abasenga mukovye! Shetani nta turotse
16 Gitugutu 2015, 19:56, par GACA
nkuwo munyeshure yaziz,iki?yooo!!Mana garukira uburundi.
17 Gitugutu 2015, 05:52, par dismas
Emwe, ni igihe co kwisubirako maze tukabana nk abahutu abstwa n abatutsi, uwatow n abenrgihugu agatwarira bose ariko n injavyi zikabimenya!
17 Gitugutu 2015, 09:56, par fidelite
Abatutsi bariko barakora ibishoboka vyose ngo amakungu avuze induru ngo ooooh genocide,bariko bica benewabo n’abahutu kugirango bishoboke,iminsi iriko iragenda igitigiri kitarakwira nico gituma bariko barakwakwanya,izo ni plans z’abanyarwanda.
17 Gitugutu 2015, 20:28, par Nshimirimimana.Jotham
Manayuburunditabara.Ubwokobwawekuko.Igihugukigeze.Ahumwansi.Ashaka.Mana.Giricubwiye.Abasavyibawe.Nugusengera.Igihugucuburundi.Nayahandi.Biragoye
18 Gitugutu 2015, 20:33, par izabayo lionel
umuryango wuwo mukobwa wihangane kandi police nayo ishyireho ingufu zogushaka abagizi banabi.
19 Gitugutu 2015, 17:41, par NDADAMWE.COM
Nakamaramaza kubona ibara riguma rigwa mugihugu citwa ngo carikukiye!none inzego zumutekano ziriko zirakora iki?
20 Gitugutu 2015, 14:05, par Anicet Ntahitangiye
Uwo Mwigeme Imana Imwakire Mubwami Bwayo.Ew Yemwe Nkabo Bazohanigwah?Umuryango Wiwe Wihangane.