Accueil > Amakuru > umutekano > Kajaga : Umukuru w’inama mpanuzwajambo ya komine Mutimbuzi yishwe
Kajaga : Umukuru w’inama mpanuzwajambo ya komine Mutimbuzi yishwe
jeudi 14 Ndamukiza 2016, par
Phocas BAKAZA yahora ari umukuru w’inama mpanuzwajambo ya komine Mutimbuzi yagandaguwe arashwe mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu. Abamugandaguye bamusanze mu Kajaga aho yari, bamurasa amasasu aca yitaba Imana aho nyene.
Mu gihe yagira atahe, ava aho yari hatari kure y’umuhana wiwe uri mu Kajaga, Phocas BAKAZA yatewe n’abantu bitwaje ibirwanisho bamugandaguye.
Uwo yagandaguwe niwe yahora aramutswa inama mpanuzwajambo ya komine Mutimbuzi, akaba kandi ariwe yari nyene ubunywero buri mu Kajaga ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika, aho benshi bazi kw’izina rya Black and White.
IGIHE
Messages
14 Ndamukiza 2016, 10:01, par Ruduha
Pole .RIP ubwicanyi mu Burundi burabaye ndanse
14 Ndamukiza 2016, 10:16, par kati kati mg
imana imuhe uburuko budashisa izoniza mujeri zibagandagura
14 Ndamukiza 2016, 10:48, par Wama
Umutekano mu Burundi urashimishije ku bice 98%. Uwohaririza Bunyoni yoca hehe?
14 Ndamukiza 2016, 10:49, par samvura
uwo Bakaza Phocas ndamuzi twariganye kera college DON Bosco I ngozi imana imwakire mu bayo
14 Ndamukiza 2016, 11:05, par Rusakumba
Turazi ukugene imbga yasaze (MUJERI) ikora, kandi turazi ukugene bahana ben’izo mbga zitwa Mujeri, n’uguhonda ubuhiri mugahanga gusa niwo multi. Mugabo twe ntitwoba nk’izo mbga za mujeri, kandi amahiri turayafise. Kuko natwe dukoze ivy’imbga zikore (mujeri) natwe twohava twitiranwa nazo. Shaka mwice uko mushaka mugabo ntimuzopfa mutumaze, kandi iyo genocide muriko murarondera ntayo muzopfa muyibonye. Kandi n’aho mwogira gute ntimuzopfa muduhejeje, tuzobatwara gushika Yesu agarutse kw’isi. Kandi mumenye y’uko impera n’imperuka intahe izobakubita mugahanga. Kandi nibaza y’uko igihano co gupfa m’Uburundi kiri hafi kugarukanwa. Uwufise amatwi niyumvirize.
14 Ndamukiza 2016, 11:13, par Cimpaye
Birakomeye aho hatazwi utahiwe kwicwa. Muze duhunge
14 Ndamukiza 2016, 11:18, par tari
Nimumushire bunyoni arabe aho yirirwa aradahwira kwiradiyo avugako atabapfa ahubwo Ari amareresi
14 Ndamukiza 2016, 11:29, par 250
RIP gusa guhora muvuga ngo uwishe siyamenyekanye icyo nicyo kibazo kuko nibura mufashe umwe mukamurasira mu mugi bujumbura byaba arisomo rikwiye no mu rda higeze kuba abajura benshi arikubu nuyatoraguye uyaha nyirayo God help BJA
14 Ndamukiza 2016, 11:39, par Peace
Ndahojeje umuryango wabuze. None Ga bagenzi ubicanyi Buzohera ryari mugihugu cacu?Nimuze Dufate inzira yamahoro.
14 Ndamukiza 2016, 11:53, par Kwizera Dieudonné
Mana Tabara Abantu Bawe Kuko Bageze Ahanyerera .
14 Ndamukiza 2016, 11:55, par Kwizera Dieudonné
Mana Tabara Abantu Bawe Kuko Bageze Ahanyerera .
14 Ndamukiza 2016, 12:47, par boko
Turagowe boko haramu yaduteye
14 Ndamukiza 2016, 13:06, par NSHIMIRIMANA PACIFIQUE
EMWE IMANA NIRABE IGARUKIRE ABAYO NAYAHANDI HOHO TUGEZE AHANYERERA
14 Ndamukiza 2016, 13:08, par k
@Tari, rindira buraca urashikirya ntiwishimire ngonuko urimugihugu cakure.
14 Ndamukiza 2016, 13:57, par Falcon
Muburundi uyu mugambi wo kwica abahutu b’incabwenge abawukora bagamije gukomeza genocide base wabo batarangije 72-73.
14 Ndamukiza 2016, 14:32, par Kayokwe
None ko wumva ata mirwi yitwaje ibigwanisho igihari ubwo bwicanyi bwo bwavuye hehe? None muba muriko murahenda bande? rimwe ngo umutekano wifashe neza hose kubice 98% abo bantu bariko bicwa na nde? Mujeri ntimwazimariye mu binogo rusangi? aba ex FAB ntimwabamaze? uwo we azize nde>?
14 Ndamukiza 2016, 14:39, par Falcon Orginal
Abantu bose muri inyuma yakarwi ka nkurumbi mukwiye guca ubwenge nayahandi imbonerakunya zizokwica abantu mugabo namwe ntimuzokoroherwa muzomesurwa buhorobuhoro.
14 Ndamukiza 2016, 14:49, par Aferky
Ahantu hose Leta ifashe intumbero yo kwica abanyagihugu niko bigenda. Peter araye atumvise uwo bishe, hoca hapfa Bunyoni. Urumva rero ico bunyoni aca akora, ariko yarabuze aho aca ngwahunge kuko aratanguye kugira ubwoba.
14 Ndamukiza 2016, 15:06, par Jimmyblaise
R.I.p phocas imana iguhe uburuhuk bwiza ntituzokwibagir ibikorwa wakoz nintagereranywa yaba kubanyeshuri ngaho mugatumba nahandi mber nomukwitanga gufasha abatishoboye turahojj numuryango mbese nabasangwa muri rusangi bo mugatumba
14 Ndamukiza 2016, 15:36, par Kaneza
Ubu Abarundi Ikibanezera Nikwicana?Nimuteze Imbere Igihugu Nayahandi Birabagye Nukuri!Twihanure
14 Ndamukiza 2016, 18:09, par Smith Irakoze
aba bagabo bicwa nababo turabizi, batwizezako umutekano ariwose.
14 Ndamukiza 2016, 21:17, par Falcon Original
Mugabo twe abatutsi ubwenge bwacu buri mukibono
15 Ndamukiza 2016, 12:37, par EDWARID
ABARUNDI IKINTU BAZI NUKWICANA GUSA NTAKINDI BAZI
15 Ndamukiza 2016, 14:30, par NYAMWIZA
NONE YARI MUBWOKO UBUHE
15 Ndamukiza 2016, 22:59, par Jibat
Nakamuna.
16 Ndamukiza 2016, 06:12, par Richard Toto
mbe muribaz ko Imana inezerew n uburundi sanguinorant?Isilayeli ya 2 abazoyibamwo turi bake.nsab ko twes twohinduka ahandiho 6nzi!
17 Ndamukiza 2016, 17:26, par jk
kubita.Nkurumbiyomoke marubwobwoseburinyumayiwe
17 Ndamukiza 2016, 22:11, par Villa
Ewe mungu wanje uburundi buragowe bwicari gucana amazosi . eka nimana yababaye nicogituma abarundi bahindutse nk’inyamaswa. ehe nukuri ndabasabe ebenewacu muze twihane twiyegereze Imana nukuri twi kwiherezo kuwakoze ivyaha azotabwa mukiyaga c’umuriro..nukuri nukuri twihane. amen
17 Ndamukiza 2016, 22:12, par Villa
Ewe mungu wanje uburundi buragowe bwicari gucana amazosi . eka nimana yababaye nicogituma abarundi bahindutse nk’inyamaswa. ehe nukuri ndabasabe ebenewacu muze twihane twiyegereze Imana nukuri twi kwiherezo kuwakoze ivyaha azotabwa mukiyaga c’umuriro..nukuri nukuri twihane. amen
17 Ndamukiza 2016, 22:27, par Turagowe Abarundi Tuzirubusa.
Abo bashezi babuze gufata isuka ngobizigiye gutwara basheshe amaraso nibakarabe batahe, ninkinyuma y’intoke hakaraba ntihabege. ahubwo nibihane.