IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kamesa : Umwe mu basuma bibisha inkoho yafashwe

Kamesa : Umwe mu basuma bibisha inkoho yafashwe

lundi 18 Mukakaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Umuntu umwe muri batatu bari bagiye kwiba kw’ishirahamwe ry’ukuziganya n’ukugurarana "Turame" yakubiswe arashaya, iyo atahabona abajejwe umutekano abanyagihugu bakaba bagira bamugandagure.

Uwo yafashwe azwi kw’izina rya NIYONZIMA Bonaventure, nk’uko biri kw’ikarata karangamuntu yiwe, yavutse mu mwaka w’1978, muri karitiye ya Kajiji iri muri komine Muha. Yafashwe mu gatondo ko kuri uwu wa mbere agiye kwiba kw’ishirahamwe TURAME rikorera mu Kamesa, ariko abandi babiri bari kumwe bakaba bashoboye guhunga, nk’uko bivugwa n’abanyagihugu bo mu Kamesa.

Abo banyagihugu bo mu Kamesa bagira bamwicishe amabuye, iyo abajejwe umutekano batahashika kare


IGIHE

Messages

  • Magiyaramiheze yamadorare bahabwa nacenarede ngobachafuze igabo yuburundI. noneho abanyagihugu bamaze kubimenya kwarimpera bahabwangobazekwichabenewabo .ewe sinduhije nabomurikumwe abanyagihugu .bazobibabaza ntimuzigeremurahira.kagameyarabahezegauruketwubakeuburundi

  • ABOBIBA NTAMAKOSHA BAFISE.AMAKOSHAFISE HERODE NKURUNZIZA AFATIYE AMABOKIMUGONGABOBIBA NTAMAKOSHA BAFISE.AMAKOSHAFISE HERODE NKURUNZIZA AFATIYE AMABOKIMUGONGO.

  • NIKUKI MUBARIRA UWUGIYEKWICA REKANAWE APFE YUNVE NIMWE MWORORA IBISUMA YOMUREKA BAKAMENA IBWA NIBASUBIRA GUFATA UYUND BAZOZE BAZOZE BANYARUTSA KARE IYOMIHINBIRI

  • EMWE NUBUNDI MBONABAMWISHE AHANTU ATIKOMA! ARIKO IGISUMA NICOHASHWA IMISIYIW YARIYAKWIYE NIYIHANGANE

  • Yebaga Kurya Biraryoshe Ariko Bigoye Kubona Kisa Mayish !

  • Bakoze kumufata uyo musuma, hasigaye umukuru wi bisuma, nawe ni nkurunziza umusi yo fatwa uburund bwoba nkomuri paradiso. Ntamusuma yo subira kuba muburundi canke umwicanyi, kuko nuwoba atarafatwa yo kwiruka ijoro numurango arondera pastori ngo yihane.

  • Mbe Izonyamaswa Ziza Gutyoza Umukuru W’Igihugu Bahuriye Hehe ? Mwamisibamwe Igiti Uturira Nturangamiza ! Ndavuga Simvura

  • Umwera uve i bukuru ugakwira hose. Uwo musuma ni nka sebuje Nkurunziza!

  • Iyo ni intagondwa yitwa SINDUMUJA. abantu nkabo mujye mubatwereka ari ibiziga

  • Ariko je ndahanura.Mwisige amaraso ayandi muyanywe, bamwe mubita abasuma, abandi abashatse gutembagaza leta kandi ari coup monté kugira ngo nkurunziza na bagenzi be bikize uwo badashaka, nkurunziza na bagenzi bawe mwese mutangire mucukure ivvobo vyanyu, mugure n’amasanduku mwihambe hakiri kare nay’ubundi, bamwe muzaphira ku misozi muribwe n’ibisiga n’’imbwa, abizihisha mu vyobo niho ruzobasanga muribwe n’imbeba.

  • UYOMUSUMA NIBAMUHASHE MBERE AVUGE NABOBAKORANA KUKO NTAGUSOROMA IVYUTARIMYE.

  • KWIHANIRA NIBIBI TUTIBAGIY KWICA.KAND TUMENY KO INGERO TUGERRAMWO BENE SO ARIYO TUZOGERERWAMWO.DUSENGA TUDATAHURA IVYANDITS KO UMUNTU AHARIRWA NAHO YOKWIRUMUNTU!MURAGAB!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.