IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kanyosha:Amagrenade ,n’ibindi bikoho vyunvikanye ku rugero ruhambaye

Kanyosha:Amagrenade ,n’ibindi bikoho vyunvikanye ku rugero ruhambaye

lundi 29 Ruheshi 2015

Abanyagihugu bo muri komine ya Kanyosha bavuga ko baraye ntibuca,ama grenade hamwe n’urwamo rw’amasasu vyatanguye kuvuga isaha zibiri zishira isaha zitatu z’ijoro, aho zikaba zunvikanira cane cane kw’ikomine ya kanyosha kw’ibarabara ry’indwi hamwe no mu bice vya Ruziba.

Umwe mu bapolisi bari ku kirindiro ca komine ya Kanyosha,avuga ko Imbonerakure ziri kumwe n’abapolisi baguma barasa hejuru ,ariko ntiyashatse kutubwira imvo zituma baguma barasa hejuru,ijoro ryose.

Ariko rero,kurasa no kuvuza ibirwanisho ukwo ,bituma ubwoba mu banyagihugu buguma bwiyongera, amasase yataye umurongo(balles perdues)ashobora kwica abanyagihugu no kwonona ibindi bintu bitandukanye.

Tubajije shef de quartier waho mu Kanyosaha we yivugiye ko atavyo yumvise.Uwutwara ikirindiro co ngaho wewe akavuga ko umutekano wifashe neza.


Bill Nkurunziza

Messages

  • EMWE SIMUKANYASHA NOMUNGAGARA CIBITOKE ZARINYISHI BARI BAGAMIJIKINDI KINTU

  • MANA YAJE!!! NONE MUSIGAYE MUKORERA KUBIHUHA EWE BURUNDI WARAGOWE!!

  • Byabapfanye nke cout d’etat! Ubu turi kwitorera indongozi!

  • ESE ABO BAPORISI BOB BARABAHENDA NIB BAZOTANGUR KWICWA NAB BUVY INGEN BIBABAZ AHUBW NI BISUBIREK IBINTU BIRAGOY!!

  • Ikibazo nibaza uburyo bari buze kumenyesha ko batsinze kandi ntabanyagihugu bakwiriye bitabiriye amatora? ese ubundi amatora yemerwa gute igitigiri giteganyijwe kidakwiye? Nkurunziza yandite amateka kw’isi.

  • naho mubona abantu muburundi badakwi uzosanga arayabantubose bakwiye.none ntimuzi ko aba DD ARI INYAMANSWA

  • Bitewe n’itegeko ry’amatora, kujya gutora cyangwa kutajyayo ntacyo bihindura ku kwemerwa kwa resultat. Tuvuge ko kuri liste y’itora hiyandikishije abantu 500. ku munsi wo gutora hakaza 100 gusa, kandi muri aba 100 batoye 51 % batoye umuntu runaka. Ni ukuvuga ko uyu wagize 51 5% aba ariwe watsinze amatora. ntabindi birirwa bareba. kuko buryo kwiyandikisha kuri liste y’itora ni itegeko, ariko kujya gutora si itegeko. Akamaro ko kujya gutora ni ako gushyigikira umukandida wanyu kugirango abandi batamurusha.
    Ikibazo nibaza ni iki: Ese nyuma y’amatora mu Burundi biragenda gute? Abantu se barakomeza guhunga, cyangwa abahunze bazahunguka?

  • Ibintu by’i Burundi bijya bincanga. Ko numva bavuga ko imbonerakure millissia zahawe intwaro ngo zitere ubwoba abatavuga rumwe na CNDD FDD, ni nazo zitera ibigrenade zibuza abantu kujya gutora? Ndabona iki gihugu kigeze ku manga kbs.

  • baze baravuga make guko urupfu ntawe rutinya n’abo ejo nibo rro aba ba DD batagira umutima bivugira ivyo bashaka bagerageze agatima kubunyeshamba bakikuremwo guko bamenyerey gukora ibibi gusa ntakindi izo mbonera kure nazo nizirindire zizobona amaraso arahuma knd bazoguma ar’imbwa ataco bimariye mubuzima barabahenda bakemera abo banyepolitik bobo bironderera inyungu zabo

  • baze baravuga make guko urupfu ntawe rutinya n’abo ejo nibo rro aba ba DD batagira umutima bivugira ivyo bashaka bagerageze agatima kubunyeshamba bakikuremwo guko bamenyerey gukora ibibi gusa ntakindi izo mbonera kure nazo nizirindire zizobona amaraso arahuma knd bazoguma ar’imbwa ataco bimariye mubuzima barabahenda bakemera abo banyepolitik bobo bironderera inyungu zabo

  • nukuri pe uwo decartier arantwegeje gushika naho imbavu zibabara nuwo muchef avuga kumutekan wifash neza ahubwo nobasaba kuja baragabanya agacupa banywa dukey tudatuma batameny nicabay mukarer barongoy.

  • None Iyo Umuntu Atanze Iciyumviro Murabimwereka Ko Cashitse? Gute?

  • ngomba amakuru yukunta amatora yageze.

  • nibazak Imana ikwiy kumanuk ikikorera

  • uwo chef de quartier,arikumwe numugore wiw ntab acunva ikintu nakimw?

  • Ayo matora nayo aratwengeje basi!mbe yoba ari amatora yakozwe n’abenegihugu?toutes tentatives cachees seront neutralisees.

  • Eish!! Nagomba nsubize uyo muntu yitwa Misa-go! Ibihe byose mwatwaraga uBurundi uko mubigombye then mukavanwaho by force,ubu none muza mwarabaye imbwa?? Komwita aba DD’s uko,rero namwe mwoba murizo because ntabubashya mugifite to rule the country!!

  • Barundi barundikazi, twebwe abanyarwanda turabakunda, ariko twanga ibi byababayeho, turasaba ababateje akaga kose mwahuye nako ko bagarukir’Imana
    bakareka koshywa na sekibi satani. kuko kwica umuntu umuhora ubusa ari ikibi Imana yanga urunuka kandi muzirikane ko Imana izabahemba ibyo mwagiriye abandi namwe nibyo muzagirirwa.

    Niba mwemera ko Imana iriho muyisabe ihagarike Ubwicanyi natwe abanyarwanda turabasabira ngo Imana ibarinde ikibi cyose.

  • None Nka Chef Do Quartie Nkokuga Kohari Umutekano Kandi Ibirwanisho Birara Biravuga Burya Arakomeye Neza?

  • Abantu Bubu Basigay Bibazako Imana Itabaho Nibakor Ivyobasha Harumusi Bazobura Iyo Banyikira.

  • navugisheukuri arekegukekereza.chef de quartier ntiyumveamasasu avugiramwikambiwe.haa!!birimwo amahinyu

  • Ico Novuga Kuriyo Nkuru,nibareke Kwicana,Imana Ikigihugu yakiduhaye Ngokibe Icacu Twese,atanumwe Akumiriwe Nicogituma Bogomba Bagafata Icicaro Bakagira Inama,bagahuza Nayo NIbaguma Bicana Ntacobazokwigera Bashikoko.

  • Ico Novuga Kuriyo Nkuru,nibareke Kwicana,Imana Ikigihugu yakiduhaye Ngokibe Icacu Twese,atanumwe Akumiriwe Nicogituma Bogomba Bagafata Icicaro Bakagira Inama,bagahuza Nayo NIbaguma Bicana Ntacobazokwigera Bashikoko.

  • Nne ivyobintu kamwentivyohagarara. Kuk abarundi bararushe mwakino gihe nimuze dushire hamw ivyiyumviro dutez imber igihungu cacu kandi mwese mwegwa nikibazo c indero nimuze mucigire hamwe duhereye kukuros akazi urwaruka tutaravye nkuzi cankintara n ubwoko kuko twese turibene burundi murakoze kukuntu mugiye gusoma nogutahura ndetse nokubingendera na cane cane kubimenyesha uwowese biraba kandi vyenga.

  • Turashima Nibakomeze Kugarura Umutekano

  • Jew.Ico.Mbon.Kurivy.Ntakunt.Izombonerakur.Nab.Baporis.Mwobabaz.Igitum.Bagum.Baras?Cank.Mukabakur?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.