Accueil > Amakuru > umutekano > Kanyosha : Umuntu umwe yahitanwe na gerenade uwundi atorwa ikiziga
Kanyosha : Umuntu umwe yahitanwe na gerenade uwundi atorwa ikiziga
mercredi 18 Munyonyo 2015, par
Abantu babiri nibo bishwe mw’ijoro ryo kuri uwu wa kabiri rishira kuwa gatatu, muri zone ya Kanyosha. Umwe yahitanwe na gerenade yatewe mu bunywero aho yari ari, uwundi nawe atorwa ikiziga inyuma y’ugufatwa n’umuporisi.
Abantu bataramenyekana barateye gerenade mu bunywero bita KU MPENE buri muri zone ya kanyosha, nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro kuri uwu wa kabiri. Iyo gerenade yahitanye umuntu umwe, uwundi arakomereka.
Aho nyene muri zone ya Kanyosha, mu Gisyo, hatowe mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu, ikiziga c’umuntu yagandaguwe. Uwo yishwe azwi kw’izina rya Eliya KWIZERA, akaba yari yafashwe n’umukuru w’ikirindiro co ku Musaga (Chef de poste) asanzwe aba aho mu Kanyosha. Ababanyi ba Eliya bari biyumviriye ko yoba agiye kumupfunga, ariko mu gatondo akaba yaciye atorwa ari ikiziga mu muserege utwara amazi (Canniveau) mu Gisyo. Mu giporisi bamenyesha ko amatohoza yamaze gutangura, nivyagaragara ko uwo mukuru w’ikirindiro c’igiporisi ariwe yamugandaguye, azohanwa hakurikijwe amategeko.
Umuryango wa Eliya KWIZERA umenyesha ko uwo wabo yagandaguwe ata mugambwe yarimwo, kandi ko ata n’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike yarimwo. Eliya KWIZERA yarashwe amasasu abiri, rumwe mu mutwe, urundi mu muhogo.
IGIHE
Messages
18 Munyonyo 2015, 14:22, par bunyoni
abapolisi batumazeho abacu i Burundi bitewe nakamo katewe na Nkurunziza hamwe na Reveriyano
18 Munyonyo 2015, 14:59, par joseph’uwimana
Birababaje kuba abajejwe umutekano aribo baka ubuzima abenegihugu.Uburundi turakeneye umurokozi yodutabara.
18 Munyonyo 2015, 15:00, par joseph’uwimana
Birababaje kuba abajejwe umutekano aribo baka ubuzima abenegihugu.Uburundi turakeneye umurokozi yodutabara.
18 Munyonyo 2015, 15:01, par MWENE BURUNDI
AYAMARASA YABARUNDI INANA YOMWIJURU IZOYARA ABIRIRWA BAYAMENA RABA UKUNTU UBURUNDI BWAFATANYE NUMUVUMO HARAHO MWARIMWIGERE MWUMVA HIRYA NOHINO IVYUMWUZURE BURYA NINTANGO AKARINYUMA KARAHINDA
18 Munyonyo 2015, 15:11, par Valentin
Ndahojeje Umuryango Wuyo Eliya .Bihangane Imana Imwakire Mubwami Bwayo.
18 Munyonyo 2015, 15:13, par Kanyosha
Ariko irijambo wanditse wamwanditsiwe ngo bamutoye ikiziga inyuma yogufatwa numu polisi ntanisoni canke ikinya biguteye!? Zuravuga ivyuzi nayo ivyutazi uzurandika ngo mumakuru avurwa atinumva bavuga...... Nayo uvuze ngonyumayogufatwa nigi polisi womengoweretse abasomyiko aba polisi baramufashe bacabaramwica!
18 Munyonyo 2015, 15:18, par JO
BEGA ABOBANTU BAKOMEZAKONONA ICOGISAGARA?MUMISI IZA BAJOJAHE KOBITWAJANGOBONONERARETANTIBARIKOBARANYA AHOBAJOTEMA
18 Munyonyo 2015, 15:26, par Jay z
none uwo Eliya yarubwoko buki nimba yarumututsi sawa aho ntakibazo ariko nimba yarumuhutu mtohoze neza hama tumukorereko
18 Munyonyo 2015, 15:36, par reason
Uwishe wese azohumirwa namaraso yuwo yishe kandi azavyishura akiri muzima rekakwica benewanyu barundi birababaje cane
18 Munyonyo 2015, 17:07, par matana
yezu tabara Abarundi n’uburundi DD irabamaze .Igihugu gisubire kuba ica MATA NU BUKI .
18 Munyonyo 2015, 17:11, par MAR
AKAMO BATEWE NA PRESIDENT KURU NA REVERIEN KARIKO KARITABWA NEZA NABA POLICE KUZA BARICA KAMWE KAMWE .MUGA YEZU AZODUTABARA
18 Munyonyo 2015, 17:37, par kenye
Imana nigarukire bene burundi
18 Munyonyo 2015, 18:17, par Nihatari
Mbega kwica abantu bibongera iki mumiryango yanyu canke mubutunzi bwanyu imishahara ica yiyongera ?muri imburabwenge pee
18 Munyonyo 2015, 18:22, par KWIZERA
NDAHOJEJE, UMURYANGOWAERIYA,, BIHANGANE, TWEHONTITUKIVUGA, IVYUBUNTIBIRINDA,IMIGAMBWE CANKEAMASHIRAHAMWE NUWOMUFIGIHUMBI ARAKUNYARAMWISHWANJE UWACUYAZIZEGUFOTORA, UUNDIAZIRAKUTAGISENGA, UUNDIAZIRAKUTARONGORA, NGOYARIMUKIBIRA IGIHUGUCARONONEKAYE, ABAVUGANIMUVUGETWEHOTWARANUMYE
18 Munyonyo 2015, 19:09, par viyane
mana tabara abarundi koko shetani yamaze kwiganzira uburundi antamusi ahadatogwa ikiziga mana turagusavye uhindure imitima yaba bica benewabo kuko ntanyugu irimumaraso ahumbo numuvumo
18 Munyonyo 2015, 19:24, par Okob
MUHUME IMANA NTIYADUHEVYE IBIFISINTANGOBIFISE IHEREZO NDABANSHIZEMUMABOKOYIMANA,ABARUNDITWESE MUGIYEKWISHURWA MWESE MUSENGE MUSABIMANA YOMWIJURU,NAYEZU NUMUVYEYIBIKIRAMARIA KUBOBISHOBOKA
18 Munyonyo 2015, 19:27, par Gahungu
Emweee!! Murabnik?Nibcare Bjemubganir,barkeghayinguvu Kko Twebw Nitwethagokera.
18 Munyonyo 2015, 20:25, par nahumuremyi celeus
vyukuri hamwe ikosa ryomwakira nukumutanga kwakarorero
18 Munyonyo 2015, 21:20, par Kijisho Emm
Nimba Umuporisi Ajejwe Kumukingira Ariwe Yamwishe Turagowe None Wumva Tuza Kujahehe
18 Munyonyo 2015, 23:12, par justin kibaga
Abobantu bajya mumihanda bitwaje ikinyoma ngobaramagana ikiringo 3 cyankurunziza kuba aliwe ubatwa bareke guhenda a barundi namakungu babyite ko avangu ryamoko ryabo bazwe nabasekuru babo hanyuma bagafata nabene wabo basurambaya bakabita abahutu ngo fatanyije natutsi bareke guhenda guhenda abarundi atari ikibazo cyabarundi hanyuma urwanda rubyivangamo gute koatari ikibazo cyaba nyarwanda aricya barundi gusa atari icyabanyarwanda nikibazo cya batutsi bomu burundi bitabaje abatutsi bomurwanda kuko alibo bafite ubushozi bwo guhungabanya umutekano wibihugu bihanye imipaka
18 Munyonyo 2015, 23:15, par justin kibaga
Abobantu bajya mumihanda bitwaje ikinyoma ngobaramagana ikiringo 3 cyankurunziza kuba aliwe ubatwa bareke guhenda a barundi namakungu babyite ko avangu ryamoko ryabo bazwe nabasekuru babo hanyuma bagafata nabene wabo basurambaya bakabita abahutu ngo fatanyije natutsi bareke guhenda guhenda abarundi atari ikibazo cyabarundi hanyuma urwanda rubyivangamo gute koatari ikibazo cyaba nyarwanda aricya barundi gusa atari icyabanyarwanda nikibazo cya batutsi bomu burundi bitabaje abatutsi bomurwanda kuko alibo bafite ubushozi bwo guhungabanya umutekano wibihugu bihanye imipaka
18 Munyonyo 2015, 23:33, par RICARDO NIYO
EMWE BABAMAZE PE?ARIKO IMANA IBABABARIRE CANE.
19 Munyonyo 2015, 02:43, par Mpozamarira Erias
Turahojeje umuryango wa nyakwigendera Eriya , nikovyama bigenda iyigihugu kimaze guhumana abomurico ntaco ntaco baba bacibanga, ndababwire umwicanyi ntacagura ahura nuwuri mumugabwe akica, ya hura nuwuri mumashirahamwe nawe nuko nu wutari nahamwe bihuye nukwica, ahure nuruyoya nukwica. ndabaha karorero kamwe,hariho agakoko komwishamba bakunze kukita izina ngo ibwebwe, iyo kasaze gahuye numuntu biriruka, kahura ni bwa nuko, ni yogahuye nakagenzi kako kacisha kuwepfo, rero abantu nkabo batacibanga ikiremwa muntu ndabagereranya nako gakoko, umubonye rwakure kuko mumute ntabakwije haba harigorori ribuze mumutwe wiwe.aborero muzemura bashira,ahantu mubihe bizoza ubutungane buzoteba bukore,mwibuka ni tariki ya koreyeko ayomabi. subiye kuremesha abanyagihugu bariko barahekurwa nuwu tobahekuye,Imana burya izoduhorera bidatevye.
19 Munyonyo 2015, 04:05, par David Big
Imana Imwakire Agire Uburuhukiro Bwiza .Mu Muryango Nibihangane Ntakundi Imana Ibabe Hafi.
19 Munyonyo 2015, 04:07, par David Big
Imana Imwakire Agire Uburuhukiro Bwiza .Mu Muryango Nibihangane Ntakundi Imana Ibabe Hafi.
19 Munyonyo 2015, 06:18, par Richard
Ntibibza N Uko Imana Ishavr?Ni Barindir Sha Ubutigu Burageze,hein!Uwoshaka Yohinduka.
19 Munyonyo 2015, 07:11, par Israelndayirukiye
Nonegayemwe Karashizingani Uburundi Kibigihugu Cugutaburana Bunyamashwa?Mana Yacu Giricukoze Kuburundi Nokubwokobwawe Bukigorewemwo
19 Munyonyo 2015, 07:26, par nijimbere innocet
igihugu kirase
19 Munyonyo 2015, 22:09, par Nkurabanka Didace
IMANA IDUFASHE !
20 Munyonyo 2015, 04:14, par JAnvier
Ndahojeje Umuryango Wabuze
20 Munyonyo 2015, 06:22, par keibb
nibatekereze intahe izofata ijambo.
21 Munyonyo 2015, 07:37, par Keke
ubwicanyi kweli bwabayendanse! nkuwo yagandaguwe, ntavyokurindagutohozaUwoyamwishe akwiye guhanwa hisunzwe amategeko.
21 Munyonyo 2015, 11:52, par Ikiziga Buyoya
Mbese abo ba rebelles bitwa Sindumuja ko bagiye kumara abarundi.Barundi muhaguruke murwanye abo ba Sans Echecs
23 Munyonyo 2015, 10:17, par Nzikwinkunda leonce
Bir babj kunv abant tugandagrw bunyamasw ark uhorah aratubon
5 Ndamukiza 2016, 21:30, par pierre ndayisenga
harabantubibazakimanitabahonkokwicamugenzawumuZIZIKITUWAKUZUBONATAWAG4SHIJEHOKIRETSIMANAYONYONEBARARABABIKEBUKE