Accueil > Amakuru > umutekano > Kigobe : Ikiziga c’umugabo yambaye ubusa catowe
Kigobe : Ikiziga c’umugabo yambaye ubusa catowe
lundi 12 Gitugutu 2015, par
Abarengana hamwe n’abanyagihugu bo mu Kigobe, hafi ya karitiye ya kane nibo batanguye kubona ubwa mbere ikiziga c’umunyagihugu w’umugabo yishwe n’abantu bataramenyekana. Mu giporisi bamenyesha ko uwo muntu nawe nyene ataramenyekana.
Ico kiziga c’umugabo yatowe yambaye ubusa cabonetse mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri, igenekerezo rya 12 Gitugutu 2015, mu Kigobe, aho bita Ku Mwembe, kw’ibarabara rija kuri kaminuza yitiriwe ikiyaga Tanganyika. Abagandaguye uwo muntu basize bamuciye bimwe mu bihimba vy’umubiri wiwe, bikaba vyaboneka ko n’amagara yiwe bayaciye.
Mu giporisi bamenyesheje ko uwo muntu atamenyekanye, Pierre NKURIKIYE umuvugizi w’giporisi c’Uburundi akavuga ko amatohoza yamaze gutangura.
Ikindi kiziga c’umugabo yambaye ubusa nyene caratowe kuri uwu w’Imana, mu ruzi Nyabagera, bikaba vyaboneka ko cari caje kiva kure, kuko n’umubiri wasa n’uwamaze kuvako.
IGIHE
Messages
12 Gitugutu 2015, 16:16, par rich
uhoraho niwe afise ijambo rya nyuma ningingo ya nyuma.
12 Gitugutu 2015, 16:38, par hotora
interahamwe nizo zica abantu muri bene ubwo buryo. muragaba rero!
12 Gitugutu 2015, 17:00, par kamwe
Mana fasha uburundi
12 Gitugutu 2015, 18:13, par Munezero Bonaventure
Mana Garukira Abarundi Nuburundi!!!!!!! None Leta Iriko Ibivugako Iki???? Mana Tabara
12 Gitugutu 2015, 18:48, par Ders
Yemwe Bategetsi Vyukuri Mwananiwe Nyabura Nkurunziza Namenye Ko Vyose Birikumutwewiwe Kuko Atangaje Ko Atanze Imihoho Ubwonyene Amahoro Yoca Agaruka Urumva Ikibazocuburundi Ni Nkurunziza
12 Gitugutu 2015, 18:50, par Ders
Yemwe Bategetsi Vyukuri Mwananiwe Nyabura Nkurunziza Namenye Ko Vyose Birikumutwewiwe Kuko Atangaje Ko Atanze Imihoho Ubwonyene Amahoro Yoca Agaruka Urumva Ikibazocuburundi Ni Nkurunziza
12 Gitugutu 2015, 19:11, par Desire
Bategetsibuburundi Niba Mushaka Amahoro Nimugire Uku Pascare Nyabenda Nabe President Vis2 Rwasa Nkurunziza Umukuru Winama Nshinga Mateka Vis2 Nyangoma Prime Mukibanzaciwe Abashatse Gutembagaza Ubutegetsi Bose Mubibanza Barimo Umukuruwumutekano Aregisi Sinduhije Hagatimugihugu Mubahunze Vis Edwari Umuvugizi Wumukuruwigihugu Mubahunze Nabandi Nabandi Muntumyeko Nobigira Abahunze Bagahunguka Amahoro Agasasagara Ibihano Vyose Bigahanagurwa Kuribose Hama Bagatangariza Amahanga Kobihanye Amacakubiri Bgasubira Bakabizera Kumfashanyo Mugabo Pascari Nyabenda Yoba Arimfatakibanza Wumwaka Umwe Nigice Agategura Amatoro Mubigize Amahoro Yobamenshi Niba Mvuzenabi Muzompinyuze Ntakeza Kokwicana
12 Gitugutu 2015, 19:13, par Desire

12 Gitugutu 2015, 20:34, par Mutima
Umunyakibi agerageze akore ibishoboka vyose yihane ave muvyaha hakiri kare. Ntihagire uwigira kananirabagabo kuko atawunanira Imana. Umuntu arashobora kwica uwundi kandi azi neza ko Ari munsi yijisho ryUhoraho? Umuntu yaremye mwishusho yayo kandi yamuremye imwishimiye hakaca haza uwundi yaremwe nayo agashinyagurira mugenziwe amwica urupfu nkurwo akanahirako akamusiga amwambitse ubusa ikintu kizira Nkuko? Ubwo rero muje mutinya ibihano vyImana kuko aho iracabaretse ngo irabe ko mwokwigarura. Ariko mfise ubwoba ko atakibi mukibona mukwica. Mwicare mwibaze ko mushobora kuja mumuriro hamwe mutihanye mugasigara mutabaza abo mwatse ubuzima. Mwibuke umugani Wa Lazaro na wa mworo. Wewe yari yamwimye utwo kurya ndetse wewe wamuntu wica. Gira vuba muve muvyaha Yesu arabarindiriye. Imana ibafashe cane ntimukubitwe inkoni yayo mutazayiyagaza iteka. Vyukuri ndabakunda ariyo mpamvu mbabwira nti IHANE BISHOBOKA
12 Gitugutu 2015, 23:54, par Delic
Mana Fasha Uburundi !!!
13 Gitugutu 2015, 09:15, par Wambeba
Uwicisha inkota azicwa n’inkota ivyo tuvuga vyose abarundi turiko twabaye inyamaswa zo mw’ishamba nukuri birarengeye ubwenge bw’umwana w’umuntu ariko twibuke ko ivyo dukora aha kuri iy’isi tuzovyishurira ahanyene
13 Gitugutu 2015, 20:26, par ERIC
Non hiyo kotamusiwijana
13 Gitugutu 2015, 20:38, par ngendakumana ethienne
gabany ubwo bwicany bwarengey imana
13 Gitugutu 2015, 22:07, par fidelite
@Desire
Mbega burya sinduhije afise poids muri politique,yavugije gusa amaruru ngo amenyekane,il ne vaut rien kirya kinywarumogi,ivyo bindi muvuga burya murantwenza,banza muje mw’ishamba par chance muzoronka akantu,imyaka icumi itarahera mugwana ngo za negociation,banza mukore mwe mushaka kurya ibitabagoye,ahantu ata n’igorofa nimwe y’umututsi turabomoza roquette ngo negociation,rindira gato
13 Gitugutu 2015, 22:43, par fidelite
Abo ni abatutsi bariko baranigana,ubwo buryo bwo kwica ivyo ni ivyabo iyo ni imihamuro bagiye kugira abo barozi,hera kuri bwa bugesera buva mu bukeye barokoye umutima,ivyo ni ibirozi vyabo batutsi muhagabire mwa bahutu mwe,ivyo baaririmba ngo peter asenga shetani ni ukudusamaza ngo twibagire ibirozi bari baraturoze n’ubu bakibandanya imana igakinga bigasendwa,mu rwandaho c’est pire basumvya kuroga abatutsi b’i burundi,rero ivyo biziga mutilés ce sont leurs sacrifices ntimwibagire ko se wabo ari lucifer imana yabataye hasi bateye akajagali mw’ijuru,nawe rero ngirango atanguye kubahunga niho ubona basigaye basara,mwa bahutu mwe faites gafe!!!!Ntimwibagire mu ma genocides ahitiye y’abahutu ko batungira imigano abahudukazi,bakabaga abagore bafise inda bagata abana hanze,bagashahura abagabo,bakanywa amaraso y’abahutu en publique uwitwa simpliste umu sans echec yanyoye amaraso imbere y’abandi ba sans echecs,rero ivyo vyose mwibazako vyari ibiki,vyari ivyo kuroga,abahutu rero mukajaho mukabitsiritako mwibaza ngo ni abantu,ayo ni ama demonds(amadayimoni)nta na hamwe bari haba amahoro,bama bangara nta gasi na kamwe imana yabahaye,aho bashitse n’ukwica car ils sont etrangers partout,mwa bahutu kazi kanyu nimba mutabonako batanguye guhumirwa n’amaraso y’abahutu banyoye none batanguye gusokorana imitima,igira inyuma.
14 Gitugutu 2015, 21:24, par Ngenzi
Mana giririkigogwe abarundi bica bene wabo baremanwe agashusho ki Mana
14 Gitugutu 2015, 22:53, par Kaga
Ivyuburundi turabimenyereye igihugu cuburundi gifise inzego zumutekano zikwiye mugi poLice no mugisirikare mugabo ntibitangaje kumva ngo batoye ikiziga ngomwikaritiye kitashoboye kumenyekana vyumvikane yuko cavuye ahandi kigatabwa muyindi karitiye none igiporisi kijejwe iki? Mwijoro ntibakora ko forode yo bayirukako bakaruhuka bayifashe nene izo kozi zibibi ko zitafatwa zibarusha inguvu
14 Gitugutu 2015, 23:16, par Kaga

15 Gitugutu 2015, 08:18, par Anaclet Ruberintwari
Abapolisi dufise abatumwa kwica, kandi ababatuma bafise ababararira, vyerekana yuko batinya gupfa ariko bagashurira abapolisi kwica abandi. bamenye ko baba abo barungika kwicana, baba abo batumwa kwicana, bava amaraso, umunsi wabo uzogera kandi bazicuza, ubwo bunyamanswa bitwaje buzohera. Imana yukuri urababona, tubasabiye impera iberanye nivyo bariko barakora.
16 Gitugutu 2015, 16:53, par Dany
bazobamara murabura guhnga
7 Ndamukiza 2017, 19:06, par NDICUNGUYE GERARD KIRUNDO NTEGA BUGORORA
IMANA YAKIRE UWOMUGABO IMUSHIRE MUBWAMI BWAYO