Accueil > Amakuru > umutekano > Kinama - Kamenge : Gerenade zitatu zatewe zikomeretsa abantu (...)
Kinama - Kamenge : Gerenade zitatu zatewe zikomeretsa abantu 11
samedi 5 Ntwarante 2016, par
Amagerenade atatu yatewe mu Kinama na Kamenge mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu yakomerekeje abantu 11, yonona n’imodoka imwe yo mu bwoko bwa bus yunguruza abantu.
Muri zone ya Kinama, muri karitiye ya Ruyigi, kw’ibarabara rya 14, abantu bari mu modoka barateye gerenade ku bantu bariko boza imiduga. Iyo gerenade yakorekeje abantu cumi, hakaba harimwo abagera kuri batatu bakomeretse cane.
Amakuru yatanzwe n’igiporisi c’Uburundi amenyesha kandi ko muri zone ya Kamenge naho, ku gituro c’imiduga (Bus) yunguruza abantu ibakura mu gisagara ca Bujumbura, abantu bataramenyekana bari mu muduga wo mu bwoko bwa Probox, bateye gerenade yakomerekeje umuntu umwe, yonona n’imodoka yo mu bwoko bwa bus yunguruza abantu.
- OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi
Iyindi gerenade igira gatatu yatewe aho nyene mu Kamenge, mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu, muri karitiye ya Twinyoni, ariko akaba ataco yononye, nk’uko bimenyeshwa na OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi.
IGIHE
Messages
5 Ntwarante 2016, 13:15, par gezaho
mbe abobantu batera amagerenade ko bayatera abanyagihu ntiboyatera igisirikare canke igiporisi
5 Ntwarante 2016, 13:18, par gezaho
mbe abobantu batera amagerenade ko bayatera abanyagihu ntiboyatera igisirikare canke igiporisi
5 Ntwarante 2016, 13:20, par gezaho
mbe abobantu batera amagerenade ko bayatera abanyagihu ntiboyatera igisirikare canke igiporisi
5 Ntwarante 2016, 14:36, par Kanyisha
Ndumva nokuyatera igisirikare canke igipolisi ntacombona vyobabisigura vyogumavyitwa umuvumo kuribontacohinduka.
5 Ntwarante 2016, 14:55, par jb
Yemwe abobantu ntimugire ngo nabandi bavugako baje kugwanya nkurunziza ariko bafitaniye isano na allashababu,bokoharamu.nabana basigwa osama.kuko ntamuntu yovugako agwanya ubutegetsi hanyuma akama arigutera grenade mubanyagihugu avugako aharanira kubahiriza amasezerano yi Arusha.mbe ayomasezerano yishwe nabanyagihugu?abobantu reta ikwiye kubashira murutonde gwiterabwoba kuko bagiye gutangura kwiturikirizako amabombe ntagisigaye.Imana ibahindure bakizwe .
5 Ntwarante 2016, 15:25, par Cuma
ivyo.bigirwanimbonerakurekugirababeshere,abatavugarumwenareta uwoteragerenademukamengecankemukinama,akagend’adafashwemuzikomurayomakaritiye,kumugorobazikizurazifisibirwanisho.nimwibaze.?
5 Ntwarante 2016, 16:11, par WARURIHE
BAMENYE KO ATAMYA IJANABAZOMARA
5 Ntwarante 2016, 17:26, par Vivi
Mbemukamengenaho Baratunzegerenade ! ? Komerakwibanga bagabo Ntamwuga Udakiza. Mbe Uwomugabo Nkurikiy Iyonkofero Ayambar’ iki? Nambavyaramunaniy Gufata Izompay’amaguru?.Ntiyoyiha Ababishoboye ??
5 Ntwarante 2016, 18:29, par willy
ubu naho bagiye mu makaritiye yabahutu yooooo hoooo vyabananiye pe nibemere batwarwe vraiment pe
5 Ntwarante 2016, 19:51, par Kabango
@ gezaho hari uwitera mugabo?
5 Ntwarante 2016, 21:02, par jmv
Turabizi nezako ari Nkurunziza uri kubikora niyice nahaga azarekeraho. yaberetse aho abera akaga uwo numuhutu nyawe kbs igihugu kirimo aba perezida ba (3) bakiyoboye neza ariko umusazi nkurunziza akaba abicana abantu akabamara ntawe uvuze ndabona uriya mugabo arenze!!!!
5 Ntwarante 2016, 22:08, par ndiho
jmv kirwarudubi .com
kitazi.com urumurwayi WO mumutwe ntugirubwenge urumusazi ntuzi ivyuvuga urahuruduka gusa oko biri kose muzotinda muzohinyuka naho mwinyegeza abantu imana yoyo ntiyinyegezwa akataretse kaba gasema
5 Ntwarante 2016, 23:10, par Falcon
Ubwo se izo mbwa z’abicanyi ngo ni Sindumuja. Zizafata ubutegetsi gute kandi zitinya abasoda na Police!!! Ubu bageze aho birwa batera grenade mubenegihugu. Ibyo babyita gusamba kuko ntaho bizabageza.
6 Ntwarante 2016, 09:09, par Ndayisenga Tresor
None Abobantu Bazitera Ntibafatwa Bafashwe Hoho Igihan Kiriho
6 Ntwarante 2016, 11:03, par NGENDANZI.EMANUER
ABOBANTUBATERAGERENADENYAKUBAHWANATUREKURETUBAHIREUMUTINDIWAWUNDIATAYOBEWE
6 Ntwarante 2016, 11:33, par V
Wewe wiyita falcon umaze kwica bangahe kweri kuko birumvikana ko uri nterahamwe iba iburundi ubu wakize intete zo mûri Congo ubu Uri Burundi kwica ariko uraba uritegura ukarishe imibanga myinshi harimwo nu wuzo kwiyicira kuko ivyi Burundi bizoba hererako kuko musanzwe mûri bivume mushake mugure ibigwanisho vyinshi canke mube muribenshi ntimuzotsinda kuko mûri ibivumwe muzofana intekera ku mutwe hama imbwa ni Wewe na bene wanyu kandi imbwa zitagira ubwonko
6 Ntwarante 2016, 13:06, par EMANUER.NGENDANZI
JEWEKUBWANJEMDINDIRINYAKUBAHWAAMBARIREGUSA
6 Ntwarante 2016, 20:08, par niyoyita
ni danger biragoye
6 Ntwarante 2016, 20:38, par Falcon
@v (igipfapfa).Ubwenge bwawe buri mukibuno. Ubwo nawe uraruka warangiza uti ndavuze. Uri ikizeze ntaho utaniya n’inkoramaraso kagame. Twarabahinyuye.
7 Ntwarante 2016, 12:27, par Lepnard
Ubwo kuwa gatandatu kuri wa munsi wo gutuka u Rwanda, muzavuga ko Kagame ariwe uzitera?
7 Ntwarante 2016, 14:04, par Gerard
Mana Tabara Uburundi! None Abobanyagihugu Baziki !!!
7 Ntwarante 2016, 22:13, par Edmo
Mana yacu dutabaz’amahoro! kuko abarundi turayanyotewe, abapfa bazirhki?
8 Ntwarante 2016, 19:57, par Turwanyerukarabankaba
Ruharwa Kagame niwe uteza umutekano muke i Burundi. Arabeshya uburundi burinzwe n’abagabo.