Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kinama : Umwe mu bari mu myiyerekano yishwe arashwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kinama : Umwe mu bari mu myiyerekano yishwe arashwe

Kinama : Umwe mu bari mu myiyerekano yishwe arashwe

jeudi 7 Rusama 2015

Mu myiyerekano yariko iraba mu Kinama mu gisagara ca Bujumbura, umunyagihugu umwe yishwe arashwe.

Muri iyo myiyerekano, yazindutse iraba muri iyo komine, urwaruka rwashamiranye, rukaba rwatumye umwe ahasiga ubuzima.

Ariko amakuru dukura muri bamwe mu banyagihugu bo mu micungararo, amasasu yazindutse yumvikana muri iyo komine.

Mwomenya ko abanyagihugu bo muri komine ya Cibitoke, bahavuye birukana umwe mu basirikare, bamwagiriza ko atariko arabacungerera umutekano. Bavuga ko uwo musirikare, yabarekuriyemwo, imbonerakure hamwe n’abaporisi, barabarasa. Mwomenya ko muri iyo komine hanatewe grenade, aho abantu batari bake, bakomeretse.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.