Accueil > Amakuru > umutekano > Kinindo : Igiporisi cazindukiye gusaka ibirwanisho
Kinindo : Igiporisi cazindukiye gusaka ibirwanisho
samedi 28 Munyonyo 2015, par
Ibarabara ryitiriwe Ntwarante riri muri zone Kinindo ryazindutse ryugarijwe n’abaporisi baje gusaka ibirwanisho.
Iryo barabara ririko rikorwako isaha kuva mu gatondo ko kuri uwu wa gatandatu, niryo nyene igiporisi kivuga ko catoyeko ibirwanisho vyinshi vyerekanwe n’abantu babiri bagirizwa ko aribo bagira bagandagure Zenon NDARUVUKANYE, umuhanuzi mu biro vy’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.
Mu rugo ruri kuri iryo barabara, mu giporisi bavuga ko kuri uwu wa gatanu bahatoye inkoho 19 zo mu bwoko bwa Kalashnikov, inkoho zibiri zo mu bwoko bwa Mi kalash, inkoho bita RPG7 zitera amabombe, inkoho bita mortier 60, amagerenade 19, amabombe atandatu, ibirato 13 vy’igisoda, imisipi n’inkofero vya gisirikare, impuzu za gisirikare zigera kuri 23, hamwe n’imyambaro ine yo mu giporisi API gicungera inzego za Reta. Hafashwe kandi n’impuzu intwazangabo zambara ku minsi mikuru (Grande tenue).
Ido n’ido ry’ivyavuye muri iryo sakwa turarigarukako mu makuru yacu yo hanyuma.
IGIHE
Messages
28 Munyonyo 2015, 11:26, par Falcon
Iryo nirementanya aba dd turabazi kurusha uko biyizi.
28 Munyonyo 2015, 11:33, par kamaro
mubandanirize gusaka, naza kiriri, kumutanga, kigobe nahandi nahandi. agatakaye ntaho katarondererwa. izonjavyi ntizizodusimbana umutaru. nukubatangatanga tubashire kumurongo....
28 Munyonyo 2015, 11:34, par kamaro
mubandanirize gusaka, naza kiriri, kumutanga, kigobe nahandi nahandi. agatakaye ntaho katarondererwa. izonjavyi ntizizodusimbana umutaru. nukubatangatanga tubashire kumurongo....
28 Munyonyo 2015, 11:43, par Emma
None ko nunvise abatutsi bavuga ngo ni irementanya iyonzu yoba atamuntu numwe yayibamwo canke yoba yarayicungishijwe? Ivyobirabaho ko nababanyi batomenya uwutaha muri iyonzu? Nigute mwene inzu yokunva ko hariho abasoda bataha munzu iwe ntabivuge nokuri ya radio yabo bita Humura burundi?
28 Munyonyo 2015, 11:43, par Gapanga
Iyo mihimbili yabatutsi tutabishe ndabona badusaranye
28 Munyonyo 2015, 11:51, par Ikiziga Falcon
Yewowe Peter reka tumureke atware. Njye Falcon ubu noneho ndemeye ko Peter atuyobora. Namwe bene wacu (Sindumuja) ni munkurikire hanyuma dushyigikire Peter.
28 Munyonyo 2015, 12:23, par Murundi
komeza gusenga
28 Munyonyo 2015, 12:51, par Gakozi Emmanuel
ubukuzi bwi terabwoba rya bihevyi mu burundi rigiye guhera. hamaze kumenyekana uwo bakorera ni zina dyuyo mugwi na shebuja wabo vyose bizoba birangiye. Abajejwe umutekano turabakeje kugikogwa mu maze gushikako no bamenyesha ko musigaje gusaka 15% nti murambigwe. mu gusaka nti mugire nkunzi saka uwariwe wese naho yoba umu DD. nti vyumvikana ingene ibigwanisho bingana gutyo mu gihugu vyinjiye ata camira ku mupaka haraba kozi ba PAF hakaba ni gi polisi gicungera mu mabarabara eka ni pereleza. nti mubonako igihugu cari caraguzwe. ahubwo mandat yagatatu niyo ya kijije igihugu kuko iyo biteba igihugu cari gusha. Gakozi i Pretoria
28 Munyonyo 2015, 13:20, par Kabano Jean
Jewe nari aho bafatiye irya modoka, mu kuri harimwo ibigwanisho! Nta vyinshi ndabiziko ariko ivy’ukuri n’uko iyo modoka yarashe Ndabaneze hama iduga kuri rirya barabara bita kuri Amsar, ingorane bagize n’uko harya kwa Siyoni hatoroshe guca muri arya masaha. Ivyo mu Kinindo nivyo zirya nkoho zairi muri irya nzu. Biremezwa n’abari ngaho kuko naje mba mu Kinindo kandi irya nzu niy’umuntu nzi kandi umuhungu wiwe n’umugenzi wanje! Ingene vyahaje ntavyonzi nico gituma abavuga ko ari irementanya bitanyoroheye kuvyemera.
28 Munyonyo 2015, 13:28, par karorero
ndi umurundi ngomba nvuge kwababantu bavuga ngo nirempentanya koko ryoba irementanya ninde yabugururiy iyo nzu?impfunguzo bazikuyehe?kwababanyi bavugako iyo bahora bayibonamwo abantu bamvaye gisoda nyeninzu kwatavuz atabaze ngo ababijejwe babikurikirane arko bafashwe ngo nirempentanya?abobiyunvira KO cenared niyafata ubutegetsi yuko bazobaha imyanya muri reta ariko barabahenda ngo cinq iragura kigoma.
28 Munyonyo 2015, 14:21, par Inkotanyi y’amabinga (Gafuni)
Hima -Tutsi empire ndabona biri kutugora kubishikako. Mugabo twe abatutsi hano muri Bujumbura twese dufise inkoho. Ico dusigaje nuko Buyoya aduha amategeko maze abahutu tukabangiza.
28 Munyonyo 2015, 14:29, par Burundi
Abatutsi jabuka kwa Kagamé murabona ko yabatumywe umuzi wibuye. gende mumubwire ko mwananiwe. Ikiremva c’amaraso y’abantu mwama munwa uko imyaka 10 iheze kirabacitse, mugiye kwicwa n’umwumwa.
28 Munyonyo 2015, 15:44, par Ukuri
Iryo nirementanya ryakozwe niperereza mundwi iheze. Abo barashe zeno Nabakozi biperereza be nimbonerakure ninaco gituma ataco babagize.
Aba dd barasa inzirakarengane nkese abo banahitanye nuwujejwe umutekano!
Gusa nuyo Zenon arabe neza abo ba dd.
Ivyo bigwanisho vyajanyeyo Uwamahoro hari kumugoroba ninavyo bashaka kujana mu Ruyigi kwa Marguerite Barankise .
Ubu niryo rementanya ririko rirakoreshwa.
Abonabo bakoreshejwe mwubwo buryo babwiweko bazoca barungikwa muri chine bongere babahe amahera.
Ariko jewe nzi aba dd nimba bazobajana muri chine yikuzimu ko ntaba dd bikura amahera.
Uko niko vyagenze.
28 Munyonyo 2015, 16:08, par Ukuri
Peter ashaka ivyo azokwerekana munama yubumwe bwa burayi. Arahumba ahubwo bazoca bamwereka nabazijanye yo
Ntaramenya ko isi yahinduse. Ama sanamu barayafise. Aba dd baracakoresha ubujuju bwo mwishamba ntibazi aho technologie igeze .
Narindire acirigwe urubanza nawe abone ico abandi bamucuze .
Ububwicanyi bwose bubazwa we .
28 Munyonyo 2015, 19:28, par Kazehe1
KAZEHE WABONYE, WEWEUVUGANGONTUMBONA1 INGABOZIRIKOZIRAKORA, AKAZIKAZO, TUGIYEKURONKA,AGAHENGWE
28 Munyonyo 2015, 19:30, par amani sasita
Abantu batanga message z’urwanko rw’amoko nubujuju cane naho abagumiza kagame mu kanwa kabo murata umwanya wubusa,URwanda ururako umurango nijoro ngo rwiteze imbere,Kagame ntashinzwe uBurundi ico arwanira nineza yabanyagihugu biwe mugabo mutihenda ko hari uzozana guhonya abantu ngo isi ibirabe gusa,abafise ubwenge barakwiye kwigishwa na kahise.
28 Munyonyo 2015, 19:34, par Kazehe1
kazehe1ivyobirakwiye, tugiyekuronka, agahegwe
28 Munyonyo 2015, 20:05, par Hatungimana Jean
Abo Batutsi Cabananineye Nibaje Kwa Kagame Kagame Ntarye Aryame
28 Munyonyo 2015, 20:06, par Hatungimana Jean
Abo Batutsi Cabananineye Nibaje Kwa Kagame Kagame Ntarye Aryame
28 Munyonyo 2015, 20:44, par MA1
Kazehe1 tugiyekuronka,agahengwe !!!!!
28 Munyonyo 2015, 21:46, par pnb
ubu ntakubirererako bica umupolisi 1 natwe mubo twafashe biwabo dufise mugasho twica 8 mwavyunvise iwabona.... nikurya kwica ntavyo baturusha
29 Munyonyo 2015, 07:38, par Kinindo
https://www.youtube.com/watch?v=AhoNGR4HmaU
29 Munyonyo 2015, 11:12, par Falcon
Imana itangiye gukora ibitangaza. Ba Sindumuja barabeshya bazashira nkivu nyuma rijugunywe munyanja.
29 Munyonyo 2015, 18:05, par mbindigiri
Ariko uburyarya kubeshya no kwica bimeze Kuba nko kunywa amazi kubatutsi. Ibyo uwo avuga ngo imfunguzo zavuyehe ntiwumvase ko umwe mu barashi ba umunyamabanga kwa perezida yagiye kereka na aho mubica Stock zintwaro Harya nihamwe muri henshi hazaho neka izindi ziva mu Rwanda. Ndamuzi mwene rutagambwa ntarara amaraso yumwana wumuntu atayamennye ibyo nishingano ye kugeza igihe abantu bose bazumva ibintu kimwe nawe. Sindumuja iyo ikoresha abahutu bameze nka barizinde na ba sendashonga. .. minan, syrvestref nizindi ndindagire zibagiwe iyo zavuye ntiziteze na gato kumera iyo zijya. Ntagihe na kimwe umututsi agera kunyungu ze anyuze kumuhutu. Mube maso mwimenye gusa ntimugwe mu mute go wagenocide kuko abatutsi nabambere mugucuruza kuri internet ibiziga namagufa ngo barabaye bagamije kuyobya uburari ngo bamare abahutu mu buryo butandukanye
1er Kigarama 2015, 12:44, par people
Abarundi reka mbabwire... nimukomeza kujya muvuga ngo ibindi bihugu nibyo bibateza intambara... ntahantu nahamwe muzigera mugera, intambara yanyu ntizashira, ntanubwo muzatera imbere. nkubu ntamunsi ushira mutavuze Urwanda, cg belgique, cg america. belgique nuRwanda bibateza intambara gute ko nibyo bihugu uko ari bibiri bidakorana muRwego rwa gisilikale. akantu karavuga muburundi ngo eeeeh ni kagame weee... mutabare... ntanubwo muzi umuntu uri kubarya... Nkurunziza asenye igihugu cyanyu mureba mwarangiza ngo Kagame. mufungure amaso yanyu murebe kure. muve mubujuju wamugani wanyu. niba ataribyo muzagira inflation mutazikuramo(kuberako aba biligi bahagaritse amafr yabo), inzara izabica... jusqu’a ce que vous alles combattre entre jusqu’a la mort, reveille vous mes cher amis, le Rwanda ntaho ihuriye nintambara yabarundi. ntamuntu uzaza kuguha amahoro mugihugu cyawe aturutse ahandi... kereka mwebwe abarundi... ntanumwe... ntawe muzabona... iki nigihe cyo guhaguruka mugahindura imitwe yanyu... mukavanamo ibikoma byuzuyemo... mugashyira uRwanda hasi. dore rwanabasize mu iterambere. cg ni jalousie muba mufite?