IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mpanda : Uwugendesha ipikipiki yishwe n’uwo yunguruje

Mpanda : Uwugendesha ipikipiki yishwe n’uwo yunguruje

jeudi 1er Nyakanga 2016, par Egide NDUWIMANA

Umuntu umwe yunguruza abantu akoresheje ipikipiki yagandaguwe arashwe ku muhingamo wo kuri wa gatatu.

Uwo muntu yarashwe n’uwo yari yunguruje, bakaba bari bageze muri komine ya Mpanda, mu ntara ya Bubanza.

Uwishwe yari azwi kw’izina rya Jean de Dieu IRAKOZE, yavuka muri komine Rugazi, intara ya Bubanza nyene.

Abo bishe uwo muntu bagiye bivye iyo pikipiki, hamwe n’amafaranga atazwi igitigiri.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.