Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Abantu bane basize ubuzima mu gitero
Musaga : Abantu bane basize ubuzima mu gitero
samedi 6 Ruhuhuma 2016, par
Abantu baharurwa muri bane nibo baguye mu gitero cabaye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu rishira uwa gatandatu, muri karitiye ya Gikoto, zone ya Musaga, mu gisagara ca Bujumbura. Abakoze ico gitero ntibaramenyekana.
Muri ico gitero, abandi bantu baharurwa muri batatu barakomeretse.
Amakuru atangwa na bamwe mu banyagihugu baba hafi y’ahakorewe ico gitero amenyesha ko abo bantu bishwe bari abanywanyi b’umugambwe CNDD FDD uri ku butegetsi.
Abakoze ico gitero ntibamenyekanye, icabonetse akaba ari abaporisi n’abasirikare benshi bazindutse bugarije ako karere kagandaguriwemwo abo bantu.
IGIHE
Messages
6 Ruhuhuma 2016, 15:04, par Léon sirabahenda
Emwe !! ivyo mu BURUNDI , vyayobeye . imiryango ya buze abayo niyi hangane , arikwo leta yongereze inguvu mugucunga umutekano wa bene gihugu . ahandiho turashira twebwe inzira karengane .
6 Ruhuhuma 2016, 16:05, par Ndayishimiye Samuel
Turiydamirije Ubwo bwicanyi butagira izina kk igihugu kiratekanye nibageze aho bareke utubonekesha nabi au monde bahebe ubwicanyi kk ntaho buzobashikana.Rwaruka twibagire ivyahise dutegure kazoza niho tuzobaho ntitwishinge twishinge abagmba kudushora ku macuniro 0k.
6 Ruhuhuma 2016, 16:08, par EJID
shaturagowe abarundi ahubwonugusega
6 Ruhuhuma 2016, 17:34, par Niyukuri Ezechil
Ubundi Bwagiriyemwo Abihevyi Mana Tabara Uburundi Kuko Twebwe Abenegihugu Turahonye. Leta Nayo nikore Amatohoza Kurabo Bamenje Baguma Baduhekura
6 Ruhuhuma 2016, 17:36, par Niyukuri Ezechil
Ubundi Bwagiriyemwo Abihevyi Mana Tabara Uburundi Kuko Twebwe Abenegihugu Turahonye. Leta Nayo nikore Amatohoza Kurabo Bamenje Baguma Baduhekura
6 Ruhuhuma 2016, 17:59, par teshwamute
ivyo nivyo vyerekana ko muburundi atakibazo camoko gihari ahubwo hari ikibazo c’imigambwe. abo bararonderako abandinabo baca basimbukira kuba MSD bakare amazosi ngo MAPROBU yihute kuza.
6 Ruhuhuma 2016, 20:06, par Jules IRAKIZA
Bari bazi ko naho ari intahwera?ivyo vyobera icigwa imbonerakure yiyita MUSAGA ko nawenyen ruriy abandi rutamwibagiy ndets abacisha inzirakarengan zos babonereho
6 Ruhuhuma 2016, 20:36, par innocent
twereke.abobantubasize.ubujimakumusaga
6 Ruhuhuma 2016, 21:29, par Humura Burundi
Basha Ni Sekura ugurane!!! Na Bobara Shikiriwe Gusa Sivyiza Kwabantubamfa Bose Nabana Bu burundi Nibanza Ko Bose Bomenya Kobav’’abamaraso! Nimbonerakure Imva Amaraso Itavamazi! Mwikebuke
6 Ruhuhuma 2016, 21:55, par kamosi
ntivyoroshe vyakomeye mubebaso ntikuhunyize murinde abanyagihugu
6 Ruhuhuma 2016, 23:04, par Musaga
Intagondwa z’ibyihebe by’abatutsi intambara yabiyobeye none ibyo bikenya bitangiye kwica abantu zibahora ko ari abahutu. Dore ko ibyo biginga bidahaga amaraso. Gusa birabeshya bizopfa byerera nka Pacifique, kiramvu,....
7 Ruhuhuma 2016, 12:40, par NTEZIRIBA Julias
Birateye Agahinda, Abantu Bicwa Nk’utunyegeri! Mana Garukira Uburundi
7 Ruhuhuma 2016, 15:59, par ZABELA
NUKURI,TURAGOWE,IMANA,NIDUKIZE,IZINGOLANE
7 Ruhuhuma 2016, 17:56, par kwitora dieudonne
nihatari?kuba izonkozi zibibi zitafashwe turahomvye.
7 Ruhuhuma 2016, 22:24, par JEFU
NONE.KOBATSINZE.BAKABABARIKUBUTEGETSI.BICWANIKI.KOBAVUGAKO.AMAHORO.ARIYOSE.MUBUNDI
7 Ruhuhuma 2016, 22:26, par JEFU
NONE.KOBATSINZE.BAKABABARIKUBUTEGETSI.BICWANIKI.KOBAVUGAKO.AMAHORO.ARIYOSE.MUBUNDI
8 Ruhuhuma 2016, 06:14, par GEN.MAJOR RWARAKABIJE
NUKO UKURI TUTAKUBONA KUMWE UKURI MAZE KUBONA ELECHABABU IZOBINJIRAMO KANDI NTAGOMUZOZISORA KUKO NABO BAKINGIWE BAZOSHIRWA KANDI NDABIVUZE KUBWABUYOYA BEMEZA KO IBOMBE 2 ZATEWE KUKIRIMBA ZATUMYE YEMERA KUGENDA MURARUCHA MWOSANGIRA MUGASHIRAHAMWE VYOHERA NTIMUKINGURKO
8 Ruhuhuma 2016, 08:15, par Ntukamazina
Ahubwo W Ntkomey Ab Bapf Igihugu Na Batutsi Ga Wa Ki Guguwe Kanura Ubone
9 Ruhuhuma 2016, 17:10, par Joseph Ndihokubwayo
Hao Marehemu Mungu Awalaze Mahahari Pema Peponi
9 Ruhuhuma 2016, 21:56, par Rwiyemezakunihasindumuja
Hari abasetsa nka colgate (umuti w’amenyo). Ngo i Burundi hari rebellion. Reka nisekere . Usibyze ibikorwa by’iterabwoba urgamba barurwana bate batagira umunyagihugu ubari inyuma. Abo kagame bose yohereza bahita bafata adresse kumpimba.
14 Ruhuhuma 2016, 13:32, par burundi
Namwe mukomereze aho! Ntimuzice ubwoko cg inzirakarengane kuko Imana irabyanka, ariko abicanyi mubagirire vuba! Tune tune!
28 Ndamukiza 2017, 15:05, par HAVUGIYAREMYE PASCAL
KOMEZA MUKORA AMATOHOZA ABO BANTU BARI MURI TWEBWE
16 Gitugutu 2018, 22:56, par Ndayisaba Eric
Andika hano, Vyose Imana Niyo Nkuru Ntakiba Imana Itakizi Komera Benewacu Ok Ibihe Vyiza Muvyanyu No MuBanyu Ok
16 Gitugutu 2018, 23:06, par Ndayisaba Eric
Andika hano: Amatohoza Jew Mbona Koyaba Kurabo Bagizivyobintu Ndibaze Kobaciye Habiri Namategeko Yaani Icutagomba Kobakugirira Nawe Ntukakigirire Munzawe, Hama Ndibaze Obo Bagizivyo Ntibarikure! Bamenye Imisi Yigisuma Kwali Milongine(40)