Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Amasasu na gerenade vyumvikanye
Musaga : Amasasu na gerenade vyumvikanye
lundi 11 Ndamukiza 2016, par
Amasasu yumvikanye umwanya muto, inyuma ya gerenade yatewe ku Musaga kw’ibarabara rya mbere, mu gihe abaporisi bariko bakurikira umuntu bashaka guhagarika.
Iyo gerenade yatewe n’umuntu atamenyekanye ikaba ataco yononye.
Muri zone ya Kinama naho hatowe mu gatondo ko kuri uwu wa mbere ikiziga c’umuntu yishwe anizwe, mu mirima y’umuceri iri muri karitiye ya Bukirasazi.
Uwo yishwe azwi kw’izina rya Minani Abdul Karim, akaba yaguye mu bagizi ba nabi mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana atashe.
Ababanyi biwe bamenyesha ko imvo y’iyicwa ry’uwo munyagihugu yoba ari ubusuma, kuko uwo yagandaguwe yari yadandaje itongo.
IGIHE
Messages
11 Ndamukiza 2016, 18:57, par WALAS
IYO BAYITERA IZONJAVYI ZA BAPOLICI BADUFAKUMWE MUNDA BOPFUMA BAHWERA BOSE
11 Ndamukiza 2016, 18:57, par WALAS
IYO BAYITERA IZONJAVYI ZA BAPOLICI BADUFAKUMWE MUNDA BOPFUMA BAHWERA BOSE
12 Ndamukiza 2016, 03:41, par Rusakumba
Wewe wiyita WALAS, ba sokuru barayamaze bati "Urucira mukaso rugahitana nyoko." Kandi ngo "Umwansi agucir’icobo Imana Ikagucir’icanzo." Nimwemere mutegekwe mwa batutsi mwe! Na Buyoya yarigeze kubabwira n’uko nyene mutumva. Reka ndabibutse mwa ntumva z’abatutsi, Buyoya yababwiye y’uko ariwe mututsi wanyuma gutegeka Uburundi. Nimutenyenye twicishe bugufu twese Abahutu , Abatwa hamwe n’abatutsi, tubane twubahana, ataruko ntakubesha ntaco muzoshikako. Kagame ariko arabahenda, mwumvise ko n’abo yahenze bahungiye iwe yarabahindutse. Canke nimugerageze murabe, mugabo ico nzi n’uko uwuzofatwa yarashe ategerezwa kumeswa vyanka vyakunda. Kandi ntimwizere abazungu, bo bakorana n’uwo babona ko afise inguvu. Mwe nimurindire muzokwirabira mugihe bazobata nk’akanuka. Kandi ntimuzotangare back Buyoya, Pacifique, Sinduhije n’abandi bamujeri barungitswe muri Sentare mpuz’amakungu.
12 Ndamukiza 2016, 07:01, par Tite
Ahubwo Nimurabe Ukuntu Mwosaka Abatunze Ibirwanisho Bitemewe Namategeko Nayahandi Bazamara Abasoda Na Baporisi !!!.
12 Ndamukiza 2016, 07:02, par Tite
Ahubwo Nimurabe Ukuntu Mwosaka Abatunze Ibirwanisho Bitemewe Namategeko Nayahandi Bazamara Abasoda Na Baporisi !!!.
12 Ndamukiza 2016, 11:12, par kabura
nikobimeze yihangane
12 Ndamukiza 2016, 18:05, par tari
Abobaporisi nibareke kuza barinjira mumakaritiye yiyamirije ikiringo ca 3 kitemewe namategeko kuko ntakindi Baba bagiye kumarira abanyagihugu baho Atari ukubica nukubahohotera nibareke abanyagihugu bonyene ubwa birarire kanatsinda Ngo utagira inasenge arisenga
12 Ndamukiza 2016, 22:33, par ndi thierry
jewe ndibaza bamuhoye ayomahera yariyagurishije iryotongo
13 Ndamukiza 2016, 15:05, par wimana
BARUNDI DUSENGE IMANA IDUHE AMAHORO GUKO MUBURUNDI HASIGAYE HARI ABICANYI BESII NAYO TWEBWE MUGIHUGU HAGATI TWIBANIYE NEZA MWEBWE ABANYE POLITIQUE NIMWE MUDUCANISHAMWO