Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Igiporisi cazindukiye aharaye hiciwe umuntu
Musaga : Igiporisi cazindukiye aharaye hiciwe umuntu
lundi 13 Ruheshi 2016, par
Igiporisi c’Uburundi, kiri kumwe n’abasirikare, bazindutse barasaka ku Musaga, mu mihana yegereye aharaye hiciwe umuntu arashwe.
Uwo yishwe mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana ni umugore yahora aba mu Gasekebuye, akaba yarasiwe kw’ibarabara rya mbere, muri zone ya Musaga, mu gisagara ca Bujumbura.
Kw’ibarabara rya Gasekebuye hamwe n’irya mbere rya Musaga hakaba hazindutse kuri uwu wa mbere hugarijwe n’abaporisi hamwe n’abasirikare bariko barasaka imihana yegereye aho harasiwe uwo mugore.
IGIHE
Messages
13 Ruheshi 2016, 10:53, par MUYAHUDI
MUBUQUNDI TURAFISINGORANE
13 Ruheshi 2016, 11:44, par SIBOMANA
NONE KOTUZI ABARASA ABANTU KESHI BABARI KUMAMOTO NTIMWO ZIRUKANA MUGISAGARA CAMBURA KANDI MUMENYE KO IZOMOTO ZIDASUMBA UBUZIMA BWABANTU NIZIZE GUKORERA RUGURU
13 Ruheshi 2016, 13:47, par musaga
uwo yishwe na RUBEBE witwa TARI.
16 Ruheshi 2016, 23:51, par Mpeneyanje
Vyasabakomwobafunga.Ntavyimbabazi.mugiremucezowandani