IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Ikibanza catangirwamwo amakarata y’itora catewe grenade

Musaga : Ikibanza catangirwamwo amakarata y’itora catewe grenade

mercredi 3 Ruheshi 2015

Mu gihe umukuru w’umurwi CENI avuga ko ibibanza vyose bitangirwamwo amakarata y’amatora bifise umutekano, muri komine Musaga kimwe mu bibanza catewe grenade.

Bamwe bariko baratanga amakarata y’itora, abandi nabo bariko barayatora n’abaporisi bacungereye ico kibanza kiri ku rya mbere, iruhande y’ishure ryisumbuye, abari aho bose bakaba bagiye bumva igisasu ca grenade kibaturikiyemwo, abaporisi babiri baca barakomereka. Abari aho bakaba baciye bataha, n’izo karata batazitoye bose.

Ivyo rero vyashitse mu gihe hari haheze iminsi itatu hatanguye igikorwa co gutanga amakarata y’amatora mu gisagara ca Bujumbura, igikorwa bamwe mu banyamigambwe bidoga ko canatanguye, ababayoboka atavyo babwiwe. Mu murwi CENI bavuga ko ahatangirwa amakarata y’amatora hacungerewe kandi mu gihugu ari amahoro.

Pierre Claver Ndayicariye arongoye uwo murwi, akaba yasavye abajejwe umutekano, gufasha mu gucungera ibikoresho vyose vy’amatora, biri hagati mu gihugu, gushika umunsi isango rizoberako amatora, rizomenyekanira.


Aristide Nizigire

Messages

  • abatutsi ntibatinya no kwica ababo amatora tuzoyakor ku musaga mu myaka ibiri iri mbere tuzohatera amatek mugihe bazoba bamarany abandi bageze mu rwanda (abanyamurenge batanguye uko none bapfuye bayerera)

  • Si on verse l’eau,On ne peut pas butiner,aho muguma mwihambirira kubintu bidashoboka?mukavuga gute ko umutekano mugihugu uriyo haguma humvikana ibisasu,gusa abayobozi murarinda.Namba umutekano ukwiye ibisasu biriko biva hehe?mutanga amakarata kubintu bitaratorerwa umuti? Cake kuberiki mwiyambaza abajejwe umutekano kandi amahoro ariho?murabesha intebe y’imanza y’irahe irabarindiriye.

  • Mwabaporisi Mwe,murahevye Mumare Incuti N,abagenzi,ubuho Namwe Mwashikiriwe Muzira Umuntu Umwe Kubera Akeneye Mandat Ya Bonus?

  • jewe nibaza ko amahoro ataboneka mugutera amagrainade ahubwo nibareke amakarata atangwe hama umuntu wese atore ikiri kumutima uwutsinda atsinde hama abanyagihugu turonke amahoro

  • jewe nibaza ko amahoro ataboneka mugutera amagrainade ahubwo nibareke amakarata atangwe hama umuntu wese atore ikiri kumutima uwutsinda atsinde hama abanyagihugu turonke amahoro

  • Ibibintu abategetsi ni bavyitondere igihugug itwarwa nabibone buzuye akagaye. Abakoribi babonamwo gusuzugurwa aho ba mwebashirwa imber abandi inyuma. Uyo atwara CENI bimuberi cigwa uwutwara umugambwe urikubut egetsi bumve ko gufa tananabi ataco bizani rigihugu aba bapolisi bakomereka abandi bapfa bazira umugab o umwe yikwije ntibo muvinyuma.

  • Leta ntiyongere kugirira ikigongwe izo nyangabirama. Aho bigize byaba byiza bagiye batwara umwe umwe kugeza igihe bazumva ko kuba ibyihebe nka Alshababu nta mwanya bifite muburundi. Ningombwa kubakubita inkoni aho kubaguyaguya n’akanyafu

  • Leta ntiyongere kugirira ikigongwe izo nyangabirama. Aho bigize byaba byiza bagiye batwara umwe umwe kugeza igihe bazumva ko kuba ibyihebe nka Alshababu nta mwanya bifite muburundi. Ningombwa kubakubita inkoni aho kubaguyaguya n’akanyafu

  • Ibibintu abategetsi ni bavyitondere igihugug itwarwa nabibone buzuye akagaye. Abakoribi babonamwo gusuzugurwa aho ba mwebashirwa imber abandi inyuma. Uyo atwara CENI bimuberi cigwa uwutwara umugambwe urikubut egetsi bumve ko gufa tananabi ataco bizani rigihugu aba bapolisi bakomereka abandi bapfa bazira umugab o umwe yikwije ntibo muvinyuma.

  • Nukuri sinunva ingene reta yobandanua ivugako umutekano ari wose mugihugi kando winva hirya nohino amagrenade adasiba kwiha inkumbi nukuri turasavye umukuru wigihugu nkurunziza asokore manda yiwe ya3 kuko ibi vyose niwe atuma biba imana idufashe cane idukure murizingorane turimwo

  • Police,Mwumvanamwe Urusasu ruryosh?ahubwo uwayitey ntavyazi kubonamukomerek ntimupfe!!iyabajew ntimwakomereka ahubwo mwarafa.kuko ntimuzi icomukora.mumisi irimbere tuzobatuza tubirukane na shebuja wanyu.

  • jewe icombona natange icongituma.abantu.bicana.mbe ntaziko.babamugukeha?ndamutangarwa.mbe arusa kadafe.inguvu ntiyakivuyeko..niyemere.ntakundi.baduhe amahoro

  • jewe icombona natange icongituma.abantu.bicana.mbe ntaziko.babamugukeha?ndamutangarwa.mbe arusa kadafe.inguvu ntiyakivuyeko..niyemere.ntakundi.baduhe amahoro

  • musaga musaga musaga, izo nazo ni imbonerakure bahaye ibigwanisho??? Hahahahaaaaaa. ariko mwaretse tukabana mumahoro mwabashingantahe mwe? MWIBAZO KO ARI 1996 mwirigwa muturira abantu kumapine??? AYO ma grenade muguma mutera mubantu azobahumira basha, Imana irababona, namba mugomba kuvumwa nka gahini; puuu.

  • mbe police aho mwoba mwababajw nabagenz bany bakomerets iyo mupfa niho mwameny ko mwahenzwe.uwo mukur wa CENI naw ntakomey nez bararab bamuvuze.mbe aryoherw n’amaraso asesets?ntamutekano uhari ek ntanuwimirij nkurunziz atarekuy iyo mandat.

  • Abapanze kugumuka mu Burundi intumbero ngokwari gukoreshamakosha reta ngononeho ikazokurikiranwa nubutungane mpuzamakungu, ariko ntibikunze ahubwo umuganiwabarundi uvungango uruciramukaso rugatwaranyoko urabafashe karabaye! Uburero abagatangajebose Ko badashigikiye kwitoza kwa Nkurunziza cane cane abavuze kwaribo bakuru bimigumuko yarimazimisi Bujumbura Karabavumye. Nizereko abakurikiranye iciyumviro natanze mumisiheze komucibuka cavuga ukuntu ivyimyigaragamvyo atacobitaze ba Pasifike bashizeho uyundimugambi woguha abantu ama granade yotuzabaraturitsa muburundi uwuyiturikije bakamuha million 5 zamarundi canke ibihumbi 2 vyamafranga yamanyaburaya. Mucamwumvarero Ko amatohoza aroroshe, ariko karabavumwe ba Pasifike.

  • Mu Burundi Turabimenyereye Bavuga Ngo Umutekano Uriho,abavyumva Nibamenye Ko Hakiri Agahaze.

  • Ni dent pour dent, coup pour coup. Urabona aho Police yahereye irasa àballes réelles?

  • @Rutumo jean
    Reka sha ,ubona abanyamulenge bayerera ntubona ko baje aho gwitaha mu burundi,no mu rwanda harabananiye mu biwabo babishemwo igihumbi,izo mbwebwe z’abanyamurenge batumariye abantu muri congo nibo birigwa baturira abantu mu mapine ,batera ama grenades abapolisi bacu,burya tubacungishije ijisho ivyo vyose tuzobibabuza buhoro buhoro ariko bazobiheba sindakubesha;erega si amagrenades abo batutsi batera gusa,ubu bihaye guturira imiduga yose y’abahutu birondereye bayita ngo ni ya documentation,abahutu rero mwicunge canke namwe mwige kuzitera,tuzoreka bame dusamburira ivyacu gushika ryari,akaduga karaho k’umuswahiri baturiye kuri avenue du large nawe arasha ngo nuwo muri documentation babesha bayituriye bayizi kubera inzigo n’ishari bibuzuye za murirarira mucunge utwanyu ,izo mburakimazi zirakumbuye gu pilla!!!

  • erega nukwama mugavye kuko uwvambana namukec ntakubita urugohe kandi umwasi nttava kure

  • Ahubwo ndatangaye ukugene ikibanza nabonye gisigaye ari ikambi y’igipolisi coterwamwo grenade.arko abo nabonye uburuhe n’itiro biri mukubahitana aho usanga polisi muzima ariko yisinzirirako.n’akamuna

  • Jewe sindivmibantu nizera musaga kuko ninkaho nakuriye nkorera restaurant kurya kabiri hafi ya Natalie kwa Muyango ntaha kwa Pst Emmanuel wa pentecôte ,inyuma nahakorey’umuga wa chauffeur w’ama bus Bja Gatumba le soir ngakorera ville musaga mais bwije kukuriha zar’ingorane warakubitwa icibagiwe co ni convoyeur yarakubitw’agashaya nukuvuga le soir kuronk’uwugutorez’ifaranga cyar’ikibazo 1983 nahimutse bansahuye rwose n’urupangu baturiye haruguru ya Bar kwa Hazigamayo ,aho baturiy’inzu y’umu journaliste Christine Ngendakumana uwompinyuza n’avuge nukuri niko babaye mais barakiye guca bugufi bihane bahindukire ibicimuro vyoye kubazanira kugesezwa bazoharirwa

  • @ Vuganeza na Hutu ou Gahutu I don’t know iyo mbonye commentaires zanyu sinirwa ndazisoma kubera turabazi komuri aba dd babahutu mwuzuyemwo amacakubiri gusa!!kandi sije jenyene maze kumva abantu benshi babivuga ko batirirwa barasoma commentaire zanyu!!hama abo nabo mwavuze ngo nicayi nimukinywe rero mwumve namwe!!ngo uwutazi umuti awunyako!!ntushobora gutwara abantu batagushaka kandi ico gutinya muzotinye umunyagihugu ashavujwe nubukene ninzara!!

  • @muco
    Mwe nabo muvuga ko mutirigwa musoma commentaires zanje ndabbiyamye,ndi umunyamacakubiri,naho ndamaze,nakuze ndayasangaho,nawe uri we,rero je nawe n’abandi bose ntituri capable kuyakura,aba dd murabanka mwa batutsi ariko ntaco muzobagira,quand meme narabaye rurangiranwa c’est fou ça,kubera mvuga la vérité,!Ukuri ndaziko kuryana,nibaza ko n’abandi boreka gukikiririza bovuga ibintu uko biri,mushaka mbe nkamwe muvuga imbonerakure mushaka kumara abahutu bose?
    Muco gahutu,gatwa gatutsi nimwe mwabinshizemwo ,mwamariye abanje,murasoma canke mureke je ndaziko commentaires zanje zisomwa abo tuvugana barabimbwira!Mbega ko mushaka kubesha ngo hari ubumwe?Ubumwe butariho buteranywa n’inyama,abo bapolisi si ubwa mbere batewe grenades reka kuryohegwa cane ,abanyamusaga bazibateye kuva insurrection igitangura,nabo baraziko biri mu vyo bemeye igihe bemera ako kazi!!!

  • @Vuganeza uri interahamwe yikijuju!!nibazako kwisi yooose bizwi kwarimwe bicanyi bambere!!!ukuntu mwishe abatutsi babanyarwanda isi nijuru barabazi!!ikibazo kubera isoni numuvumo mwiteye mwama mwumva mwokwidefenda ngo babiciye abantu!!reka nkubwire ivyo mu Burundi bishe abahutu kuva 1993 barishe abantu barongera barica!!none ikinatanganje ubuho nimwe muriko muricana wibaza ngo abahutu bo mu Burundi bica abatutsi gusa???ubu nabahutu benewabo hariho abagowe kurusha ayo ugowe yintimba namaraso mwanyoye nabaso nabasokuru!!wa rofa we

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.