IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mutakura-Cibitoke: Abantu bataramenyekana bahagaritswe n’igipolisi

Mutakura-Cibitoke: Abantu bataramenyekana bahagaritswe n’igipolisi

mercredi 13 Nzero 2016

Abantu bataramenyekana igitigiri bahagaritswe mu ma quartier ya Mutakura na Cibitoke ari muri komine Ntahangwa,mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura,mu gatondo ko kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 13 Nzero 2016.

Kuva mu gatondo kare gushika isaha zitatu amabarabara agabura quartier Mutakura na Cibitoki,hamwe n’ibarabara bita irya Kanyoni yari yugaye.

Mu gipolisi c’Uburundi, bavuga ko bari mu gikorwa co gusaka ibirwanisho,kandi hari ivyo bafashe.

Igipolisi c’Uburundi bavuga kandi ko hari grenade yatewe mu bunywero bwitwa Whats app, buri muri zone Bwiza, abantu babiri nibo bakomeretse,ariko hari ikindi kiziga catowe muri zone ya Jabe.


IGIHE

Messages

  • SHIMIMIKA.MUTUZE ABOBANSI BIGIHUGU.BASHAKAKUTUBUZAMAHORO

  • None Abomucibitoke Bagumuka Barabahenda Bakabatamumuriro Jewe Abajamumigumuko Ndabipfuriza Kwicana Bonyene None Babigira Mwiki Ntiboreka Nkurunziza Akitwarira Turose Amahoro Haringorane Abanyeporitike Barabahenda Birabasha Nibamarane

  • Quelle incapacité! musaka ibirwanisho mudaheza, komeze mubafate muzobabazwa!!!

  • Ndabarahiye NZIGAMYE Mwebwe hakagira INGABO z’IGIHUGU muzorwanya Pfa kwidadira nzoba mbona Erega basha aho ntimuriko murwana nab’inyama n’amaraso gusa muriko murwana n’IMANA yi BURUNDI iyo nayo ntineshwa teshwa mute

  • none ga, ibirwanisgo bisigaye ari abantu? none, ivyobirwanisho bidahera mubanyagihugu, icogipolisi kimaze iki? utwaye abantu, uba ufashe ibirwanisho? haunte nationale!

  • Ndababazwa nabagenda mumigumuko akaba ariyo bazotahira.gusa abajejwe umutekano nimubandanye atowa muhoye ubusa Niko kazi kanyu turabashigikiye.

  • @che. Urwana na Satani ntahumbya kuko satani iboneka igihe cyose haba mumwijima cyangwa no kumanywa. Satani ntaho ataniye nabene wanyu b’abanywamaraso (sindumuja).

  • Nasaba Nimba Muburundi Hari Abasenzi Bajekumavi Dusenge Imana Tumenye Yuko.Turema Atanumwe Barikumwe Bareke Umurundi Aheme Abarinyuma Yivyo Bintu Imana Irababona Hazogera Ahintambwe Irera Umwagazi Wintama

  • nagomba guhanura urwaruka nkanje mutakura nahandi hako mufata inkoho mufate isuka murime mworore aba nyepolitike ntabo muzi jewe iyonibutse ijambo rwasa yavuze turi murubira le18/04/2008 vyanteye kwanka umunye politike iyava akage nimuze duce ingero dutugwe naduke twirondereye murabe ki mana itatuba hafi muri bike vyiza mureke kwita kurisongoye muribona murahona nkingabo zafarawo nabo biyubakire amazu avuye mumaraso yanyu mushaka mwonyumvira

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.