Accueil > Amakuru > umutekano > Muyinga:Inkoho zirenga 30 zafashwe n’igipolisi
Muyinga:Inkoho zirenga 30 zafashwe n’igipolisi
lundi 13 Mukakaro 2015
Kuw’Imana igenekerezo rya 12 Mukakaro,inkoho zirenga 30 zo mu bwoko bwa Kalashinkov zarafatiwe mu ntara ya Muyinga,komine Giteranyi n’igipolisi.
Inkoho zishika 20 zafatiwe ku mutumba wa Kijumbura zitekewe mu mbuto z’ibijumbu.Amakuru ava aho i Muyinga amenyesha ko zafatiwe mu rugo rw’umwe mu banywanyi b’urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi.
Izindi nkoho 10 zirikumwe n’ibikono 39 bitarimwo amasasu zafatiwe ku mutumba wa Nonwe muri komine ya Giteranyi nyene.Uwo zafatanywe yarafashwe,yagirizwa kuzijana mu shamba rya Ruvubu.
Abantu 31 bose abanywanyi b’urunani rw’abigenga amizero y’abarundi barhagaritswe n’igipolisi n’igendereza ku mvo z’amatohoza.
Van Naris Mugisha
Messages
13 Mukakaro 2015, 07:50, par NIYONKURU
IZO NKOHO BAZIHAWE NABANDE?NTACIZA CAZO ATARI GUSESA AMARASO.
13 Mukakaro 2015, 07:54, par MBONI
TWEMUBURUNDI NTAKINYAMAKURU NDUFISE.IGIHE. COMUBURUNDI KIVUGA.IVYAVUZWE NAKABUNDO BAMENYESHAMAKURU BARAGIYEBOSE NTANUMWE.ASTWEMUBURUNDI NTAKINYAMAKURU NDUFISE.IGIHE. COMUBURUNDI KIVUGA.IVYAVUZWE NAKABUNDO BAMENYESHAMAKURU BARAGIYEBOSE NTANUMWE.ASIGAYE
13 Mukakaro 2015, 07:57, par mwihane.
Iryorementanya siryo. None amizero yabarundi nibobafise inkoho.? Canke nukugira baronke uko babica nkakumwe KO mucibitoki? Murarabaneza.
13 Mukakaro 2015, 07:58, par mwihane.
Iryorementanya siryo. None amizero yabarundi nibobafise inkoho.? Canke nukugira baronke uko babica nkakumwe KO mucibitoki? Murarabaneza.
13 Mukakaro 2015, 09:08, par Masabo
ahubwo harinizindi zafashwe mwirijoro zakurikiye zirya mwatangaje
13 Mukakaro 2015, 09:19, par david
IVYO MUVUNGA NIVYO MUKWIYE KUZIMBAKA IGIHE KITARARENGERANA
13 Mukakaro 2015, 09:27, par Minani evariste
Kubita izombwa , hama rwasa ngo ibirwanisho vyahawe imbonerakure kandi bifise abiwe.
13 Mukakaro 2015, 10:03, par charles
ukuri kuzoteba kumenyekana kandi imana irakunda uburundi umuntu iciyumvira intambara nateshwe ate
13 Mukakaro 2015, 10:24, par muti
Ibaze nawe!!!! exactly ubu kabaye.ni uku intambara itangira ibo gufata imbiunda ntacyo bihinduraho............Kandi mwitege iyigihe kirekire ubu byarangiye naha arusha
13 Mukakaro 2015, 10:56, par kadagara
Muratanguye kudenderekanya, none imbonerakure zabaye aba police ryari aho bafata abantu, ivyo ni irementanya ryanyu turabizi mufise ubwoba kuko amaraso arahuma, arya mahasa mwishe, nababikira nta nubwenge mugifise murabomoka gusa ntimuzi ico mufata nico mureka.
13 Mukakaro 2015, 11:03, par BANTU
MBEGA KOHAFASHWE IZO HATAFASHWE IZAHAWE IMBONERAKURE BATABESHA HATOWE IZABO INKOHO IMYAMPI VYAHAWE IMBONERAKURE KO BITAVUGWA
13 Mukakaro 2015, 11:04, par Nsengiyumva
Banunire banunire
13 Mukakaro 2015, 11:23, par DUSABAMAHORO ISAÃ E
NTAMVURA ADAHITA KIMWE GUSA MWIZERE RUGIRA VYOSE* BANGENZI MUKOMEZE GUFATANA MUNDA AHUUUUU!!!http://
13 Mukakaro 2015, 12:28, par Gahungu
abagomba intambara nibacirirwe urubanza bidatevye.ubwabo ntibikunda kandi ntibakunda n abarundi.
13 Mukakaro 2015, 12:33, par Emmanuel
BAKOMESHE NTIBAGIRA ICO BAKORA.ABANTU AAFYINA N’IVYUMA BICIR’UMURIRO?
13 Mukakaro 2015, 13:01, par tuveko
Maramara neza mwa ndnd mwe
13 Mukakaro 2015, 14:11, par masabo
Uwuzorutangura ruzoherera iwe ayo majambo hari intumva nyinshi zitayatahura BANTU, KADAGARA NIMBA ARI KAGURUBE nawe wiyita MWIHANE hamwe n’izindi NTUMVA murashaka kugerageza namwe muvugutirwe umuti? Pima ruherere iwanyu kuko ndabona mwibaza ko ari urukino
13 Mukakaro 2015, 14:26, par Tijos
Iryo ni irementanya ritagira izina bagomba abo baba barasinzikariza ubuzima. Uwaramvye azobona. Intwaro ya CNDD-FDD iriko iratera igere!!
13 Mukakaro 2015, 14:28, par fidelite
@Kadagara,nukuli udahumba hakagira amahasa y’abatutsi yohumira abantu,bo na barya bakecuru b’abataliana nico kimwe,nimba nkubesha,muzohe inkoho n’inzoya ,ça sera la meme chose,uwufise ikigwanisho uramwivuna.Ikindi naco womenya imbonerakure ni imbonerakure nyene ,zifasha gucungera igihugu cacu,none bari kubona inkoho bakanuma?Abo nabo bavugango inkoho z’imbonerakure zifatwe,ntazo bafise iyo bazigira ntimwari kuzimarira muri ma quartiers yagumutse akamara inganda ariko muzobariha.
13 Mukakaro 2015, 14:38, par TABU ABDOUL
abantu bose bafashwe bafise ibirwanisho nibashengezwe Nukur abaporis nibahakanurire abo nabo bibaza ngo nugushaka guhonya abo murunan nabo bar murabo batunze ivyo birwanisho ataruhusha bafise imana izobagaragaza nka ba timukey na dani nabandi bose ingabo zacu zibe maso gusa tubafate mpiri
13 Mukakaro 2015, 15:14, par KAJE KURYA
ARIKOYE BASHAKA KWONGERA KUTURAZA BWAGITI C’IBENDERA MANA FASHA UBURUNDI.
13 Mukakaro 2015, 16:24, par Bigirindavyi Emmanuel
Mufate ntimufate Pierre nkurunziza adahagaritse kutwiba manda urugamba rurabandanya ntakabuza.
13 Mukakaro 2015, 16:38, par Iribuka
Amarementanya Yaba dd turayamenyereye nibarire imvumba hiyo
13 Mukakaro 2015, 19:31, par Cld
Ukwo Nukubabeshera Kugira Babambike Ibara .
13 Mukakaro 2015, 19:56, par GERARD
UWONI AGATHON YABATUMY AGIRAFOROM IKIROBERI
13 Mukakaro 2015, 20:19, par GERARD
ABOBAFASHWE NIMUBASHIREMUKATABESHA NIZINDI BARAZIZANA.KUKOBAGIREBAJEGUFOROMA IKIROBERI
13 Mukakaro 2015, 20:35, par MARONGO
Jewe mbonako Abifuza kushikirubutegetsi Ivyiza nuko bocha munzira yokuganira nayo inzira yintambara Nuri iramwo amahwa!,
13 Mukakaro 2015, 20:36, par MARONGO
Jewe mbonako Abifuza kushikirubutegetsi Ivyiza nuko bocha munzira yokuganira nayo inzira yintambara Nuri iramwo amahwa!,
13 Mukakaro 2015, 20:38, par MARONGO
Jewe mbonako Abifuza kushikirubutegetsi Ivyiza nuko bocha munzira yokuganira nayo inzira yintambara Nuri iramwo amahwa!,
13 Mukakaro 2015, 20:43, par nizeyimana
ingabo zigihugu nizimere magabo nimbonerakure abobashakako uburundi busubiramungwano bateshebate abarundi dukeneye amahoro nkabasavye abanye politike ntibaharanire inyunguzabo barabe izigihugu
13 Mukakaro 2015, 20:44, par BRAZA
UWOMUNTUBITWADADANI NI BISABA KOBAMURE BAMUBAZE IYO ZAVUYE
13 Mukakaro 2015, 21:07, par Firmin
Abobagesera,mwafatanyeivyobigwanisho,nimubakatireurubanzarukwiranyenivyobashakakubikoza.Baribagiyekuyitangira,,nibahererekoo.M b c
13 Mukakaro 2015, 21:28, par Forever
Fataizombwa
14 Mukakaro 2015, 03:23, par Jeffery G
Abakunda igihugu n’ abanyagihugu ntibokwipfuza kubona amaraso aseseka kandi mu gihugu. Kandi Barundi bene mama, mwibuke ko Inama isumba ingimba amahoro ntaho yigeze arondererwa mu kwica mwese so. Uwaduphiriye tukaronka amahoro ni Umwe Gusa nta wundi nta n’ uwuzoza. Ni YESU GUSA. Abibaza rero ko bishe umukuru w’ igihugu canke bagenzi babo ko ariho igihugu coronka amahoro ivyo siko biri. Amahoro ava ku Mana yonyene Ni musenge mwicishe bugufi maze mubone ico Imana ibakorera. Ariko kwivuna uwuguteye bifise ikimazi. Imana ibahezagire. Kristo aganze mw’ ihanga ryiwe. AMARUNDI MWESE KURE INKWETO ZANYU KUKO AHO MUHAGAZE MUDASHOBORA KUHAHAGARARA MUCAMBAYE INKWETO. (YOSUWA 5:13-15) hari umugabisha w’ uhoraho ahagaze hejuru yanyu n’ inkota yiwe mumubaze muti: "MBEGA URUWUJE MU RUHANDE RWACU, CANKE KURW’ ABANSI BACU?"
14 Mukakaro 2015, 06:27, par KIBWA
NIHOYANSEKUJAMUMATORA AFISINTUMBERO YOGUSUBIRAKURYAMUFEMWISHAMBA ABAFATWAMU NIBIJUJU BAGIRAYIKI IYOMIHIMBIRI NONE AHOMUBASIRAHARAHEJE?UWOBANYEREKANOMENYA AHONDABABIKA
14 Mukakaro 2015, 08:12
iyo sisteme turayizi mutwara imbunda mwijoro mukazinyeza kwabo mutavuga rumwe mugaca muzinduka kare ngo mwafashe ibigwanisho pfa mwifane dd we
14 Mukakaro 2015, 08:16, par janvier
Mucezo wa ndani politique yo mubirundi turayimenyereye misi uzokumva ko hafashwe iza MSD kugira baronne ivyo babagiriza
14 Mukakaro 2015, 10:48, par Professeur Associé
Nibareke Kuduhenda Amanyanga Turayazi,mbega Umwe Wese Yarafitaga Imbunda 2?Kuko Edward Yihuse Kuduga Yo?
14 Mukakaro 2015, 11:01, par KAMA
MUBAHARIRE
14 Mukakaro 2015, 17:23
barabahenze ngo uburundi buravogerwa nimwishikane kilmadjalo iragoye kurira kirimadjalo ni uburundi
14 Mukakaro 2015, 17:31, par Schwarzenegger
Ndashima cane Ko ibikorwa vyokwaka abafise ibirwanisho batabifitiye uruhusha birikobiragenda neza, habakubabibitse mumazu canke kubariko barabikoresha mukwica abenegihugu nogutera amakambi yabahejwe umutekano wuburundi nabarundi shajubibikemunzu barabikwaka shakuze urasa nanone barabikwaka.
14 Mukakaro 2015, 21:18, par Kabushemeye joseph
Non ntagihano mwabahaye?
15 Mukakaro 2015, 03:16, par Mucowingabo
Ico Niyumvira Nuko Abobo Bantu Bavuga Ngobariko Baturonderer Amahoro Ntibobicisha Mukugwana Nibaze Tubicishe Mumatora Ikibababaje Nuko Bahenda Ugwaruka