Accueil > Amakuru > umutekano > Mwaro : Umudandaza yishwe n’abantu bitwaje ibirwanisho
Mwaro : Umudandaza yishwe n’abantu bitwaje ibirwanisho
lundi 27 Ruheshi 2016, par
Abagizi ba nabi bitwaje ibirwanisho bataramenyekana bateye mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana rishira uwa mbere ku rugo rw’umudandaza azwi kw’izina rya Calixte MANIRAMBONA, muri komine Rusaka intara ya Mwaro. Abo bantu basize barashe uwo mudandaza, akaba yaciye yitaba Imana.
Amakuru atangwa n’igiporisi mu ntara ya Mwaro avuga ko abo bantu ataco bagiye bivye, kuko ababanyi baciye batabara.
Abo bantu bitwaje ibirwanisho barateye kandi uwundi muhana muri iryo joro nyene, aho bakomerekeje umupfasoni azwi kw’izina rya Florence NIMBONA, akaba yarashwe amasasu menshi mu maguru.
Barakomerekeje kandi uwitwa Leonard IRAMBONA. Abo bompi bakaba bariko bavurirwa mu bitaro bikuru vyo mw’i Jenda.
IGIHE
Messages
27 Ruheshi 2016, 20:48, par audacemakado94@gaiml.com
Imana imwakire nayabagizi banabi bikebuke
28 Ruheshi 2016, 10:24, par nsengiyumva alexandre
azozuk kumusi aho Yehova azozukira
28 Ruheshi 2016, 10:43, par Nsengiyumva Alexandre
uwo yafuye imana izomuzura kumusi wizuka
28 Ruheshi 2016, 11:24, par SIBOMANA
NONE ABOBANTU NTIBOZA KURWANA NABASIRIKARE AHO BAZA KURWANA NABANYAGIHUGU NIMBA BAKENEYE IGIHUGU NIBARWANE NIGISODA BAGITSINZE BAGISHIKIRE
29 Ruheshi 2016, 10:43, par Cyrille Nibaruta
Imana Imwakire Mubwami Bwayo.Nayo Uwo Agikekeranya Ko Yezu Akiri Mubapfuye Ntabibiriya Asoma.
29 Ruheshi 2016, 18:22, par Tigre FidNTRA.
Mana Akire Icokibondo Cawe Carinzira Karengane, Wongre Uhze Umuryango Wabuze Uwaba.
30 Ruheshi 2016, 03:59, par RUVAKO
UWUCISHAINKOTA NAWEAZOKWICISHWAIYINDI
1er Mukakaro 2016, 05:53, par kanyamugisha
None Niba Bashaka Igihugu Bakaba Bariko Barica Abenegihugu , Basaka Igihugu Kitarimwo Abantu? Nibabamara, Boca Bimaraniranabo Ubwabo . Imana Nidufashe Idukure Mumarira
3 Mukakaro 2016, 05:36, par Nduwiman Edaurd
ntakund, ivyomuburund, nikobimez nibihangane nukubusenger
9 Mukakaro 2016, 08:20, par Nduwimana
Nukurinibihanganekwisinikobimeze