Accueil > Amakuru > umutekano > Ngagara : Umuduga utwara abantu waturiwe
Ngagara : Umuduga utwara abantu waturiwe
jeudi 11 Ruheshi 2015
Ku munsi wa 46 w’imyiyerekano, muri komine ya Ngagara, uuduga wo mu bwoko bwa coaster waturiwe.
Uwo muduga usanzwe wunguruza abantu, ukaba watuririwe kw’ibarabara ryitwa irya Kanyoni, hagati ya karitiye ya kabiri n’iya gatatu mu Ngagara. Umuduga uzimya umuriro, ukaba waciye uyizimya, imbere y’uko amazu yo muri ako gace nayo afatwa n’umuriro.
Muri iyo komine ya Ngagara rero, amamodoka atari make aramaze guturirwa, kuva imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza itanguye. N’aho abaporisi n’abasirikare barwiriye mu micunagraro itandukanye y’igisagara ca Bujumbura mu kubuza abagira imyiyerekano, bikaba bigaragara ko abo bayikora, biyegeraniriza mu tundi duce, gutyo bakaguma bacunganye n’abaporisi.
Photo SOS Médias Burundi
Aristide Nizigire
Messages
11 Ruheshi 2015, 15:06, par Melchiade
Emwe Gayee Zambonerakura Bababiligi Bavyina Zasaze None Pacifique Abivugako Iki Vuganeza Ndaguhaye Ijambo Umvugire Kuri Nkuru Yaba Baroberi B.Abatutsi
11 Ruheshi 2015, 15:33, par Niyongere
Icokorwa kandi kigahumururiza abarundi n-uburundi, n-uko twosenga IMANA igahindura imitima yababifisimwo uruhara kugira abarundi bwacu busire kuba nyabagendwa.
11 Ruheshi 2015, 15:59, par Keza
NGIVYO IVYO BA PACIFIQUE, RUFYIRI NA MBONIMPA BITA
MANIFESTATIONS PACIFIQUES!!!!!
BIRATEYE ISONI KU MASHIRAHAMWE NKA APRODH.
11 Ruheshi 2015, 16:20, par PAWA
Mbega icobatinya kokimenyekana nigiki? nimba bakora amakosa bitegerezwa kumenyekana. ababa DD, naho biyorobeka ivyabo turabizi, tubateze umunsi.
11 Ruheshi 2015, 16:37, par aline
abarundi murababaje ese uwo uboshya gokora ibi,abona we azategeka bandi ko na we abarundi bazamwimirira,bamubwiye ko iyo modoka ari iya nkurunziza!!!!!!!
11 Ruheshi 2015, 16:43, par Nsengiyumva Moise
Ntavyish Novuga Nkumwana Wumuntu Iri Mwijuru Irabona Uwufise Ikosa Hagati Ya Leta N’ Abigaragamvya.
11 Ruheshi 2015, 16:44, par Nsengiyumva Moise
Ntavyish Novuga Nkumwana Wumuntu Iri Mwijuru Irabona Uwufise Ikosa Hagati Ya Leta N’ Abigaragamvya.
11 Ruheshi 2015, 17:01, par NDUWIMANA
BANDANYA MUTURURIRA ARIKO AYO MAKARITIYE TUZOYABAHEBERA KUKO NTIDUSHOBORA KWEMERA KUGUMA DUTURIRIGWA IMIDUGA NGO TUVYEMERE.
PACIFIQUE BIHERA BIDAHERA WEWE UTEGEREZWA KUZONDIHA OU BIEN WIGUMIRE IYURI.
BAGUKURAKO UMUTAHE BAREKA IMIDUGA YANJE IBIRI IMAZE GUTURIGWA UZOYINDIHA KUKO BAYITURIRA ATANA POLITIQUE NDIMWO.
11 Ruheshi 2015, 17:33, par fils
watuliwe nimbonerakure . turabizi yitwa pascal.
11 Ruheshi 2015, 18:04, par Jean Claude
Emwe Imodoka Ziza Kuhaherera.Ncuti Urihangana Imana Izoguha Iyindi,
11 Ruheshi 2015, 18:19, par rutumo jean
BANDANYA MUTURIRA NI MWAHEZ IMIDUGA MUZOC MUTURIRA AHO MURYAMA
11 Ruheshi 2015, 22:04, par Padiri
Mbese kuvaho hagatuririwe abantu nibintu bamwebavuga kobaharanira agateka kumuntuwariwewese mobatariyamiriza ababikora!?.
11 Ruheshi 2015, 22:21, par SILAS
NONE IZOMODOK BATURIR NAZO ZIZIRIKI?
12 Ruheshi 2015, 06:26, par HAKIZIMANA
NONE BAZOVAYORYARI?
12 Ruheshi 2015, 06:34, par HAKIZIMANA
NONE ITURIRA IMBONERAKUREGUSA?
12 Ruheshi 2015, 07:33, par muk ami
REKA BABIKORE GUTYO NIVYO BASHOBOYE. ARIKO MUCE UBWENGE MUZE MURATANDUKANYA ABAGIZI BA NABI N’ABANYE POLITIKE. KABISA ABO BANTU BAREREKANYE GOOSE KO ARI INKOZI Z’IKIBI, BE MUKORESHA UBWENGE, KUR’IVYO MUGEZEKO NTA N’UBWO KURAHURA MUKORESHA. MBE MWIBAZA KO ICO GITUMA PETER ATITOZA? RONDERA IYINDI MIKENYURO NAYO GUTURIRA IMIDUGA NTACO BIHINDURA, AHUBWO MUZORUHIRA KURIGATA IYO MINYOTA YAZO.
12 Ruheshi 2015, 08:05, par ntakwibagira
hari abantu muntwenza,ntimwirigwe mubaza vyinshi kuri iyo miduga,erega abatutsi si abantu,ni amashetani.
12 Ruheshi 2015, 08:05, par che
Nta kibabaje nko guhomvya umunyagihugu mugenzi wawe umuturirira ivyo yabonye yiyushe icuya!! Mbega nkabo bakoze ivyo bibaza ko hari igiti bazobona? wapi nta nubwo bazobaha n’aka nyumbakumi!! Mureke kwiteranya musambura ivyo mutazokwubaka.
12 Ruheshi 2015, 18:15, par cumacindubaruba
Bantu mufise imiduga,amapikipiki , amakinga n’ibindi bintu bigendagenda nacanecane ibikora taxi muriyubara amakartiye yabakora imigumuko kuko bakwiketseko utagaburira abarikwirondo canke ko urimumugambwe uri kubutegetsi canke imodoka iva mumakaritiye akagumutse intonde zarakozwe zokubaturirira utuntu twanyu, muragaba rero kuko imodoka zose n’amamoto aturirwa bimanza gusobanurwa mubindi. Ubwo n’ububisha nanone mugani wabo barabivuzeko urubuze inkona ruvumbukana igikona nuko bitanyumva n’ibikona nobisaba kwiyubara ayo ma kartiye yababisha kuko birageramiwe.
12 Ruheshi 2015, 20:43, par emma
emma
yemwe bantu mugumuka ndababaze mushaka iki ? ko mwananiranye? kumusaga no mungagara no mucibitoke na mutakura ntaco mucibanga ! mushaka iki ? ko muguma mwonona ivyabene gihugu rekeraho ntaco muzoshikako! petero ategerezwa kwitoza vyanka vyakunda.
12 Ruheshi 2015, 20:43, par emma
emma
yemwe bantu mugumuka ndababaze mushaka iki ? ko mwananiranye? kumusaga no mungagara no mucibitoke na mutakura ntaco mucibanga ! mushaka iki ? ko muguma mwonona ivyabene gihugu rekeraho ntaco muzoshikako! petero ategerezwa kwitoza vyanka vyakunda.
12 Ruheshi 2015, 21:42, par HAPPY
BIRABABAJE KUMVA IBINTU BITARIBIKE BIKOMEZA KWONONEKARA .
14 Ruheshi 2015, 19:36, par Nyabenda Tura
Abo Bayituriy Nimubanyige Kuko Bagihari Namahoro Yoboneka.