IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngagara : Umuduga utwara Abantu waturiwe uraherengetera

Ngagara : Umuduga utwara Abantu waturiwe uraherengetera

mardi 12 Rusama 2015, par Jean De Dieu

Uwo muduga waturiwe ku mugoroba w’ejo kuwa mbere igenekerezo rya 11 rusama ,muri Komine ya Ngagara,muri quartier ya 9 n’abari mu myiyerekano.

Uwo muduga wunguruza abantu ushitse ku rubibe rwa Komine Ngagara na Cibitoki abari mu myiyerekano basavye uwugendesha iyo modoka ko yohagarika gukora ariko uwo nawe aravyanka,yisigura ko wewe ivy’imyiyerekano atavyo arimwo.
Abari mu myiyerekano batwawe n’agashavu baca bafata ingingo yo kuyiturira.


IGIHE

Messages

  • ahubwo nibaturire presidence yo petero Nkurumbi abamwo,kuko ntagomba kuyisohoka mumutekano

  • ivyovyosebarikobaragira,bamenyeko atacobizobamarira.ahontiboryabikebakaryama kare.itungahamwen’iterambere nitwetutegerezwakuvyironderera.

  • ivyo twabonye muri Egypte, tunisia nahandi biture iruhnde tubona????

  • Abatutsi mwarasaze mukwiye uwo bagirira euthanasie mugafa mwese nko kwubahuka mugatura imodoka umuntu yaruhiye imyaka nimyaka kubera inzigo nakazikira bibuzumwo nuko navuye I burundi kuva kera nobamijigiyemwo amasoro mwese nivyo bihende vyabahutu bibakurikira kandi bidatevye turimunzira turaje mube mwiteguye

  • mwagize neza cane kuko ntagukora abandi bahevye.kuko ivyoduharanira biraba abarundi twese.ahubwo yomuturirana nabari muriyo.ariko hakenewe cane guturirwa izareta namazu yareta.

  • Emwe Ndayambaje Ur’imbwa!Ugomba Guhonya Abantu Nico Gituma Wumva Utakiri Nomugihu Nkeka Ubana N’inguge Mukibira,kandi Ntuzogaruke Abantu Nkabamwebwe Ntakibanza Mugifise Nomugupfa Ntakubahamba Mwohava Mwanduza Isi Ibikoko Bizobarira Hiyo Muri.Urikijuju

  • uyu muntu yaturiye umuduga ubu arakwije mumutwe imyiyerekano turabizi KO ariyabatutsi kandi ntaho muzoshika nubwo nkurunziza atokwitoza ntaburundi muzosubira gutwara Pk atabahenda

  • nne ko ubutunzi muhaye muburangiza mwibaza ko bitazobazwa bene kubatuma be carefuly

  • Kirazira kuba sindabibabazw mri society.kabuki ugndesha umuduga abandi nabo bari kurugamba?yihangan kk bwabay ubujuju bwiw kdi bagze nimisi babisemerer k hatogra numw ajan imodoka yiw mwibarabar

  • barundi barundi kazi. Reka kwisamburirako. Gusambura biroroshe ariko kwubaka biragoye.

  • Pascal you fuck in crazy your mother’s puss go hand yaurself or go to her fuck you we give one week only you will see what is gonna happen to both you now we wanna start work like syria or irak tuzobahponya nivyo vyitso of hutu you all deserve to passed on fuck you

  • nuko yokwifatanya namw.irakabona ihiy

  • Izomodoka muturira siwomuti.Kuko no muri 93-2005 haturiwe nyinshi ariko mwarabonye ko atarivyo vyagarukanye umutekano.Murazi amazu mwaturiye muriyo periode !!! Mwungutse iki ?

  • Ubu natwe tugomba dutangure ibitero vyubwihevye tumare izo mbwa nimihimbiri zabatutse nabo bahutu bihutuye musaga. Kanyosha. Ngagara kinanira kinindo mube mugavye

  • umuntuyatanze iciyumviro ko imyiyerekano ariyabatutsi ararabaneza ntavuge ibisubizuburundi mwihumbi ryibibazo namakuba yokwibuka ivyamoKo naho numva vyagejeje abanyitangiye imbere!nukuri baje bavuga ibindi ariko ivyamoko bavyihoze.

  • Manifestation pacifique!!!!!!Abari inyuma yibi bintu bazobazwa vyinshi ndakurahiye,sauf que na Nkurunziza ariwe yavyikwegeye.
    Wait and see!!!!!!

  • IVYO MUGIRA VYOSE MUMENYE KO TUGUMA TUVYANDIKA KANDI BITAZOGENDA UKO.
    KANDI MBEGA ABO BA PACIFIQUE NA BA DOMITIEN BASHAKA KUZOTWARA IGIHUGU BONYENE ATAMUDUGA URI MWIBARABARA....
    UBU NIMWIDAGADURE NATWE HAZOGERA IGIHE KANDI MUBANDANIJE MUDUKORA MU NKOVU MUZOTUBONA.OK!!!!!

  • Aba hamagaj Iy myiyereka no Babe baritegura kurih i biriko bironorw kuk iki bazo ça nkurunziza bari kukijana mu but unga ne igiheboba batizey ubutunganez bu burundi bari kwitura mpuzamakungu aba porosi naba nyagihugu bariko bagwa muriy imigumuko nabana bu burundi Kandi harik hapfa àbatabifise mwo inyugu

  • Izo mburakimazi z’abatutsi zinanirwa kurondera ivyazo zikagirira inzigo abahutu bavyirondereye,niko zabahushe gukora ikibi baravyonkejwe ntimurote ngo ni abantu,ni ibinyamaswa vyatwinjiranye

    @korakwishaka
    Ivyo uvuga ubwo amagorori arakwiye neza mu mutwe ,tuvuge ibindi atari ivyamoko muriko muramara abahutu n’amatungo yabo!!kuberiki tutobivuga abatutsi muri mu ma barabara mumara inganda,mwebwe ni mwe muriko mukora ibiduteza imbere,pumbafu!

  • DIOMEDI .JEWEICONOBAHANURA UMUTUTSI CANKE.UMUHUTUCANKE.UMUTWA.BOSENABARUNDI SHIRAIMBE ICOMUPFANA.NTIMUHASHERE ICOUPFA KANDIMWESE.MUTEBAGIRA.GUSENGA.

  • umumenyesha makuru akurikiza akaranga kiwe kukumenyesha amakuru.akavuga ivyabaye kumwaya x2 none iyinkuru ijanye nivyabaye le 12 irajanye nivyunomunsi le 20 ? canke nuko abiyamamaza batwaye imodoka y abaprisi le 20? biza bizwi namakungu arabizi w ucane muze muwote

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.