Accueil > Amakuru > Poritike > Ngozi : Abaserukira abandi muri CNDD FDD bahawe uburyo bwo kwiyunguruza (...)
Ngozi : Abaserukira abandi muri CNDD FDD bahawe uburyo bwo kwiyunguruza (Amafoto)
lundi 16 Ruhuhuma 2015, par
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
16 Ruhuhuma 2015, 17:28, par nGaruko
Ndababwira ndababwira ............uyo Nkurunziza mbe arazi ko avva amaraso atukura!!! Mnana dukureko uwo mugozi Nkurunziza ehe ingene amara amahera yofashije igihugu umunyagihugu muto arara ubusa yooooooooooo twaratewe nabo twitoreye ...nibutse amagorwa twagorwanye nizo ngovyi nkabona ko aribo baturiye Imana izishura tu ..na za Ntozo za Batutsi baratekereje nketswe mwebwee Muranguha
16 Ruhuhuma 2015, 17:28, par nGaruko
Ndababwira ndababwira ............uyo Nkurunziza mbe arazi ko avva amaraso atukura!!! Mnana dukureko uwo mugozi Nkurunziza ehe ingene amara amahera yofashije igihugu umunyagihugu muto arara ubusa yooooooooooo twaratewe nabo twitoreye ...nibutse amagorwa twagorwanye nizo ngovyi nkabona ko aribo baturiye Imana izishura tu ..na za Ntozo za Batutsi baratekereje nketswe mwebwee Muranguha
16 Ruhuhuma 2015, 17:58, par SIHONDI Levis
NDAKENEYE KUMVA BAMWE BAGIZE M26; ICOBAVUGA BABONYE IZO MOTO. SEBUDANDI YARABABWIYE KO UWUZOKURIKIRA CNDD FDD MWIHIGANWA; AZOBA YANZE UBUGORO. NGIYO NTSINZI IRARARA; ABAVAMUMATORA NIBABE BARIKURAMWO; BATARAMARAMARIRA KUMBONESHAKURE KUBWO AMAJWI BAZOBA BARONSE.
16 Ruhuhuma 2015, 18:02, par DEMOCRATE
NDASHIMIYE UMUNTU YATANZE IYI NKURU KUKO ACIYE IVUTU APOZISIYO. NTAMUNTU NUMWE MBONA AZIHANGA CNDD FDD KIRETSE PACIFIC WENYENE KUKO AFISE AMASHIRAHAMWE 5000 AMURI INYUMA HAHAHAHAHAHAHAAAAAAAAA MUTACEKWA
16 Ruhuhuma 2015, 18:14, par FERDINAND
abarwanya canke abanka cndd fdd ntiyindi nzira bafise canke basigaranye yokuja kubutegetsi atari ukugira revolisiyo hihihihihiiiiiiiiiii pacific ngo dutanguje urugamba rwo kugwanya nkurunziza; niryari; sangapi; hehe; yayayayayayaaaaa ndifuza kubona urwo ruvuto turarindiye akamo ka nininahazwe ariko azotuja imbere ntaze amere nka sinduhije yatangaza kuri yaradiyo yiwe ko yemeye gutanga amaraso yiwe ngo abarundi tudrye gatatu kumusi ariko kugeza ubu ntanuwuzi aho ariko arabunda bunda; ikibwirwa nicumva
16 Ruhuhuma 2015, 18:20, par kivumbuzi
uwambere mumatora RANAC amajwi 3 kwijana; ADC IKIBIRI amajwi 2 kwijana CNDD FDD amajwi 95 kwijana
16 Ruhuhuma 2015, 19:31, par maria
we democrate genda uzezetre mu ma avocat shaaaaaaaaaa Imana niyo nyishuuuuu muzotangara na sadam na kadaf na mbutu baraboze sha linalo mwanzo lina mwisho........... mwabinwamaraso vya ba dd
17 Ruhuhuma 2015, 04:57, par Nuwera
umuntuwese, canke umuryango wariwowose, canke ishirahamwe ryariryoryose, ekambere nidini nubwigihugu cobagikenye abobosemvuze bashobora gutunga noguhanahana ibintu vyamatungo bibonwanabose nkuko ababa CNDDFDD babikoze.
Hanyuma jewe nubwonobantabonakure turetse nibimbonyengaha ndaziko atamugambwe canke urunani rwiteguye kuzotsinda murayamatora gimirije, Ekanabomuyindimigambwe itavugarumwe na CNDDFDD baramazekubimenya kobadashobora kuyitsinda, nicogituma bahisemwo kuzabarashigikira icocose kijekibangamira inyungu zuburundi nabarundi nkukomwabumvise muriyantambara abasirikare burundundi baherutse gutsinda impaga mwarumvise abarundi bataribake ahogukeza abasirikare bigihugu cabo ahubwo bahamagaye amakungu bayabwirango turafise abantu bacu bakomeje gukurikirana ukwintambara yarikwiragendayose ngorero ngwabateye bishwe ngobabishe bamanitse amaboko, icobakeneye rero inyumayokubonako atatsinzibateze nuguteranya uburundi namakungu ngokugira amatora ntazobe iyorero hagize igihugu kivugako gitegerezwa kuzoshigikira uburundi mumatora ninkinkota kibagikubise abobantu.
Ninguvunyishi nongeye kubemera aba CNDD FDD.
17 Ruhuhuma 2015, 10:13, par JEREMIE
NDANYOTEWE KUBONA INGENE AMATORA AZOGENDA. KUKO BAMWE MUBAGWANYA UBUTEGETSI BIFUZA LETA NFATA KIBANZA; BAFASHIJWE NABASHINGAMATEKA BIBULAYA NIBINDI BIHUGU BIBASHIGIKIYE. ABANDI NABO BIFUZA AMATORA KUKO ABARUNDI BOBENE UBURUNDI BANYOTEWE KWIBONERA DEMOKARASI ICIYE MUMATORA; ATARI AMAGABURA NYAMA. TURINDIRE RERO IZOMPANDE ZIBIRI; RUMWE RUHAGARIKIWE NA NININAHAZWE PACIFIC; URUNDI RUHAGARIKIWE NA PETERO NKURUNZIZA.
17 Ruhuhuma 2015, 10:23, par MASABO
NGWE MAMA NGO AKARAMBARAYE; NGWE MAMA TUZOHINDURA IBINTU NKA LIBIYA; NKA TINIZIYA;NKA BURUKINA FASO; NKA EGYPTE. NGWE MAMA REVOLISIYO. NONE IVYOVYOSE PACIFIC MUZOBIKORA RYARI TURARINDIRIYE KO MUDUTERA AKAMO TUKAJA KUWOTERA HAMWE CANKE BAWUTUZIMIRIZEKO HAHAHAHAHAHAAAAAAAA
17 Ruhuhuma 2015, 13:47, par mwanamisi kiingu
Ngozi yabaye bururi. Nicogituma abintu vyose vyaduze mu Burundi muguteza imbere ngozi
17 Ruhuhuma 2015, 14:50, par kwizera
ewe barundi bibijuju babahendeshe amamoto namakinga?izonda zanyu nizo zatumye mudateribere izozo nimurindire bazozibaka namwe mupfa kwizimagiza mwarabibonye abo bagabo ntibacagura uwukubita inkende ntaraba iyihaka
17 Ruhuhuma 2015, 16:41, par jambo
bangwe bangwe.uburundi imana irabukunda ntibuzorwa mwisanganya.abasenzi komera uwuhoraho arikumwe natwe
17 Ruhuhuma 2015, 18:37, par Mandela
Nn kobazitanze ubu nukugira ngobaze bakorane inguvu muri wamugambi wasafisha barihenda ntimwasumvya ubukomeze Kadafi canke Nebukadinezali yanditse muri bible.
18 Ruhuhuma 2015, 09:22, par james
Pacific’uriko’urabibona ntiwotang’ama’jupe konumva naw’ukeneye
Igihugu’ndakugabishe’usubiriye kujamuribiryabiganiro ugirisha’mwijoro uzokwibonerako’cirabirarura’havuge’abandi’nayoweho
Ivyanyu’birazwi.ubonawohindura ubwoko twokumva.kazibe.