Accueil > Amakuru > umutekano > Nkurikiye:"Ivyashikirijwe na Gen Leonard Ngendakumana bije kworosha (...)
Nkurikiye:"Ivyashikirijwe na Gen Leonard Ngendakumana bije kworosha amatohoza"
jeudi 9 Mukakaro 2015
Icegera c’umuvugizi w’igipolisi Pierre Nkurikiye amenyeshako ivyashikirijwe na General Leonard Ngendakumana ko we n’umurwi bari kumwe bari inyuma y’ibitero vy’amagrenade mu gisagara ca Bujumbura bije kworosha igikorwa c’amatohoza.
Pierre Nkurikiye avuga ko bumvise ivyashikirijwe na General Leonard Ngendakumana kuri imwe ku mboneshakure zo mu gihugu ca Kenya,aho yiyemerera ko bari inyuma y’amagrenade yatewe mu gisagara ca Bujumbura.

Ayo ma grenade yatewe yahitanye abanyagihugu n’abapolisi,bamwe barapfa abandi barakomereka,mu bice bitandukanye vy’igisagara ca Bujumbura.
Icegera c’umuvugizi w’igipolisi arashimira abanyagihugu kuko bafashije mu kwerekana abatera ayo magrenade,agasaba abanyagihugu kuguma bari maso kugira berekane uwo wese yoba afise intumbero yo gusubira gutera grenade.
Van Naris Mugisha
Messages
9 Mukakaro 2015, 07:50, par Scott
Wewe warasaze,ntabapolisi bafashwe? Bobo kubasimba kandi ari namwebwe mwabatuma rwa kugasozi.
9 Mukakaro 2015, 08:12, par big
ati rero bagiye kuguhe ubu general bwiwe ko wabimenye naboku mutakura wishe niwe yabishe
9 Mukakaro 2015, 08:22, par dizay
ubu hasigaya kuyitera wewe na kazungu na ayubu na adorof mwigira ibimana muri amachetani abo mwiche bangana gute havpuy agaporisi kamw muvuza idur
9 Mukakaro 2015, 09:12, par ukuri
Twarabahinyuye iyo ni mucezo wandani,uyo Leonard murikumwe mushaka kumara abantu mubica ngo ni aba rebelle murahumba muzohinyuka bitebe bitebuke,aho nkawe urindiriye iki guhamvya benewanyu bahunze,uzowunywa vuba cane utikebutse kurayo marementanya
9 Mukakaro 2015, 10:01, par mutima
Uko kirekuza ibitama. Ubu abirirwa barapfa nuko utazi neza ko arimwe mubica? Womengo uvuye mwitiro Iyo udebagura ivyo. Ntabindi urumva Liboire namba avugira igipolisi yavuze? nagira uko uvyibushe umubiri nubwonko Niko buvyibushe none nsanze wonze mumutwe kandi aho ntacuzovamwo. Ivyize kwambara Ikaroso bikuze nuko vyama. Nibimwe vyahora bimara ici birigusa bikurikira impene vyotsa ibijumbu muvyigira nibiseru birekera nigipira cakorotse uruhande rumwe kurutugu none babibwira ivyo bivuga bigasubiramwo nka gasuku. Pu genda wambare ikareso nubu usa nuwaryibagiwe. Uko kivuga! Uzi abavyeyi nimpfuvyi birirwa bararira wakijujuwe.
9 Mukakaro 2015, 10:53, par amani burundi
EWE NKURIKIYE WAM AZA ABANTU WASHETANIWE UBU UGEZWEHO NK AMACINYA MUMPUNZI UMUVUGIZI WIGIPOLICE UBUNTA ZWI NIWEWE UZWI KUKO ATAMPUHWE UFISE MUZOBA ABAZAMU BIYISI MWE NA NKURUMBI IMPERAYANYU NIMBI MUMURIRO
9 Mukakaro 2015, 11:03, par Jaq
Umusi Umwe Ukurikuzogaragara Ibere Ryinkumi Rigihaze Aribona Mugabo Riguye Amanyama Aragabanuka
9 Mukakaro 2015, 12:46, par Rodriguez
Wap Ntc Mvz Ndibz Kwarivyo
9 Mukakaro 2015, 12:57, par kwizera
ehico ngoni ninkurikiye izina niryo muntu ugenda ukurikira ubwicanyi aho uraja ngaho ukadedemba ngo abanyagihugu ngo turikanure arimwe murara muraturasa mwivugisha ngo amatohoza azoborohera?rindira sha nta mvura idahita turavazi mwese Imana ihora ihoze
9 Mukakaro 2015, 13:00, par nkurunziza
mbe basha wonyibutsa hamwe noba nibagiye dossier imwe gusa yerekeye ubwicanyi mwasize ahabona ? Reka nkwibutse Nkeya: Aba fnl i Muyinga baterewe muri Ruvubu,Ubwicanyi bwo mu Gatumba, Ernest MANIRUMVA, ubwicanyi bwa fnl muri Bujumbura rural,abanyabigambwe batavuga kumwe n’ubutegetsi,Leandre i Gitega,........................................................................................................................................................................................................................................................................................................................nizindi nizindi. Nagire nkwibutse ko atanimwe mwashize ahabona kanatsinda ntimwokwigirako amatohoza,gusa imbere hanyu harashobora kutaba heza.Naho ama Radio mwayaturiye,amakuru ubu arabikwa mu buryo bwinshi
9 Mukakaro 2015, 13:12, par Valis-eloi
Ewenyagasaniwe,abarundibawbazokwemer ryari?nibonyenebarikobarabica abomugisagar,kukobibuka agahitiy. harikoharagerkobihora
9 Mukakaro 2015, 14:03, par niko james
mwafuze ko police zi burundi ari parellele ko mufise aba vrai nabatari bo ko harabo bahaye impuzu za police ataribo aribo bica abantu none tuvuge izo grenade ziterwa nabo badashikiye dolufo namugenzi we pita, mbe izo grenade namahuzu boyakurahe nimusume murenga ivyo mugira vyose bitebe bitubuke sibimwe vya kera umuntu yapfa nkinkoko akaba akamizwe ningoma ubu siko biri muzoteba mubibazwe mwabinywamaraso mwe.
9 Mukakaro 2015, 14:23, par gahungu
Ariko abarunfi twarabuze ihero ryimiti none umuntu yiyemereye ko ariwe avugira abirirwa barica abanyagihugu koko ntanakimwe ibiziko murarabira impande zose kuko birababaje kubona umuntu aja kuri TV ngo nitwe twirirwa turica abantu hanyuma ngo hariho UA none imaze iki atari amatangazo atagira iyo aja.
9 Mukakaro 2015, 14:43, par None?
Ndakurikiranye bamwe nabandi ivyobavuze basanabarwanirira uwivugiyeko ariwe arinyuma yama grenade yatewe Bujumbura, jewerero numvayorema kubera abafise muzomuburanira niyarengukishwa imbere yubutungane! Ariko nyakwubahwa Nkurikiye yibagiwe nokuvugako uwomu General yavuzeko baryabari mumyiyerekano ngobarikumwe. Ndababwirako uwoshaka yokwemera ijamboryavuzwe nanyakwubahwa umukuruwigihugu Ko uwuzowucana uzoheriwe uherere iwe, ndabona arivyo none umuntu ahaye amagrenade abantumumpisho bakayatera ariko ukumvawenyene aragarutse arivugiyeko ariwe yateye ayoma grenade muvyumvagute? Biryanubwo bitomukorako kuriyintwaro ya Cnddfdd bitebebitebuke ntibizogenda bitamukozeko nabobizoboneka kobarikumwe.
9 Mukakaro 2015, 15:30, par NDUWIMANA
IVYO NIVYO LEONARD ARAGAHERA IYO YAGIYE TWEBWE RERO TUMURINDIRANYE IGISHIKA CINSHI KUGIRE ABANTU BACU BISHE ABATURIHE.
INTAMBARA IBA ITABA KAZIMA YEMERA KO AMA GRENADE YATEWE ARIWE YAYATEYE.
AMARASO ARAHUMA.
MWARABONYE UMUNTU AJA KU MBONESHAKURE AKIYEMERERA KO ARIWE YAGANDAGUYE ABANTU GA YEMWE !!!! ISI YASHAJE KWELI.
9 Mukakaro 2015, 15:34, par NDUWIMANA
MBEGA ABO BAGANDAGURWA HARICO BISA BISANA NA MANDATYA GATATU!BARYA BAGORE BIDANDARIZA IVYAMWA NA MANDAT YA GATATU HARAHO BISA BISANA KABISA.
NTA MU GENERAL YIYEMERA AJA KWICA ABANTU ABAHORA UBUSA GUSA UKO NIKWIYAMBIKA ICEYI C’UBUSA.
JEWE NIBAZA KO NIYOMBARE IVYO ATAVYO YOKUBAHUKA KUVUGA KWELI.
REKA TURINDIRE TUBIRABE
9 Mukakaro 2015, 15:44, par KAMBEMBE
UBURUNDI BUFISE KAZOZA KABI UMUNTU AVUZE UKUNTU TWORONKA AMAHORO UMENGO ATAYE UMWANYA MBEGA ABAGAYA IYI NTWARO UWO KIBAHA NUKWEZI NTICOCA KITEMBAGARA MUMANGA TWARAGWIRIYE CANE TUZA KUKABONA NTAGIZODUKWIRA NITUVUGE MAKE TUZO BAZWE MAKE(TUVAHE TUGAJA HE ?)
9 Mukakaro 2015, 18:29, par AMANI
NKURIKIYE YAVUGISHIJWE MBE AHOMWIFATIRIGIHUGU NICABASO MUMENYE ABARUNDI UBUTURIMASO TWAKIBAHAYEKUNEZA TUZOKIBAKA KUNGUVU
9 Mukakaro 2015, 20:49, par Arcade Arakaza
ahontumaramar witw ngo urumutegetsi?kimw gus mwimb mwiger uruhig ruzohindukir tubafatish intoke
9 Mukakaro 2015, 21:37, par Boney
boney.nukuri birateye isoni,kuberiki botokwerekana abagomba guhungabanya umutekano ngo bahanwe
9 Mukakaro 2015, 21:45, par emmanuel
Abatazi umuti bawunyako. eregasimwe amahoroaraborera.nimuvugesimwebwe komwareze amabokoarereta sicogituma.mukaregwatambukuze.igihugukiragwanigwa ntigitangwa.ayoma grenade nayo nukwidigadiga ihirikwaryabananiye bafise brende ububazofataigihugu bakoresheje grenade yoooo!!!!! nyombaarigihugucinswa emma
9 Mukakaro 2015, 21:46, par Nsavyimana emmanuel
Abatazi umuti bawunyako. eregasimwe amahoroaraborera.nimuvugesimwebwe komwareze amabokoarereta sicogituma.mukaregwatambukuze.igihugukiragwanigwa ntigitangwa.ayoma grenade nayo nukwidigadiga ihirikwaryabananiye bafise brende ububazofataigihugu bakoresheje grenade yoooo!!!!! nyombaarigihugucinswa emma
10 Mukakaro 2015, 15:31, par MURYOHERA
Umu General Arahunga?Raba Kadafi,sadam Hussein N’izindi Ntwari Zipfira Mugihugu.Arik Wewe Wasimbiye Hanz Ngo Uzofata Igihugu Ku Nguvu?Niba Ari Wa Mugore Wawe Ubwira Ngo Mpa Agaca Aguha.Uritond Kuko Naho Uriko Uraraga Ubu Twebw Abarund Nkurunziza Azotugwamwo Tumuri Inyuma.Kand Naw Ubu Nturi General Uri Munsi Nkek Ya Chef De Brigade.
10 Mukakaro 2015, 15:48, par Kadad
We want peace don’t fight against people please because Nkurunziza will not suffer that war he has many soldiers to protect him but we small people will be let without protection .Please we want peace in this country
10 Mukakaro 2015, 18:53, par Irakoze Baby
Bovyemera Gute Kandi Babifitiyemo Uruhara Abaporisi Nibo Bakorana Ni Mbonerabantu.
10 Mukakaro 2015, 19:34, par NINAHAZWE GILBERT
IMANA IRATUBONA NTACOTUZOBA MUKOMEZEGUSENGA
11 Mukakaro 2015, 18:18, par stanley
si les negociations échouent,on utilisera la force
12 Mukakaro 2015, 09:00, par Ngabirano
Reka Turindire Ukuri Kuzateb Kuj Ahabona. #peace