Accueil > Amakuru > umutekano > Nyakabiga : Grenade yirukanye abari kw’irondo
Nyakabiga : Grenade yirukanye abari kw’irondo
lundi 15 Ruheshi 2015
Muri Komine ya Nyakabiga, abari kw’irondo mu Nyakabiga ya gatatu, bavuga ko bagiye bumva grenade ibaturikiye iruhande.
Nk’uko aya makuru tuyakesha bagenzi bacu bari mu Nyakabiga, bavuga ko abari kw’irondo mu Nyakabiga ya gatatu, kw’ibarabara rya gatandatu, bagiye bumva i grenade iturika, iyo nayo, bakemeza ko yatewe n’uwari muri kaminuza y’Uburundi, mu kigo co ku Mutanga. abari aho kw’irondo, bakaba baciye biruka, barahunga.
Komine ya Nyakabiga rero, ikaba ari imwe mu makonine y’igisagara ca Bujumbura, yabereyemwo imyiyerekano ikomeye yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, umukuru w’igihugu. Gushika n’ubu, imirimo muri iyo komine ikaba icumbagira, aho abanyeshure bakiri muhira, abaja ku mirimo nabo, bamwe bakaba bagenda nabi nabi.
IGIHE
Messages
15 Ruheshi 2015, 11:18, par BUCUMI
Akataretse kaba gasema none hajemwo nivyamarondo kandi? Karabaye!
15 Ruheshi 2015, 14:15, par VITAL
NIBUMVIRIZE ICO TWARI TWARABACUZE .AHUBWO BARI BABUZE AHOBARYAMA
15 Ruheshi 2015, 14:25, par Rukundo
none ga mwa barundi bo mu nyakabiga ndababze aho nta soni mugira ? iyo rondo mwari muraririye iki? murwana na nde? aha ntimurava kwizima? nimutahe imana yaranse ivyo mwayiszvye kandi yarabagiriy ikigongwe nuko nyene tubona mugomba kuba intashima.kandi uwo yatey grenade nawe iman ntiyamutumye nareke.abapfuy baramaze.Reka rero kuk nta wurwanya Leta kuk niyo mwiga cane muzobona ko Leta igereranywa nigikoko bita Leviata gifise amahembe impande zose.aho usaganyirij hose ihembe rirakuzibura.tekereza rero nabandi barabiretse mubane nabandi neza mwitegurire amatora basha kandi muz mutore neza .
15 Ruheshi 2015, 18:03, par Ndayishimiye Francois
Hanyuma ngo abanyeshure bo muri kaminuza ngo basubire kwiga!!! Ntimwumva ko abariyo bafise ibirwanisho!!!
15 Ruheshi 2015, 20:01, par Mwambutsa Mulokole
None ntibabe baguma mumihana yabo umutekano ugacungerwa n’ababijejwe?Ko birukana abajejwe umutekano reka bayabone.
15 Ruheshi 2015, 23:21, par ziggy ziggy
arikaba dd baranteyishavu batumye uwutaz kugema ntibazosubire gutumuwomuntu uwundimunsi bazotume uwugema arutehagati yabotutsi atabwenke bafise turabe kobogabanuka
16 Ruheshi 2015, 07:39, par NIJIMBEREF@GMAIL.COM
REKA REKA NTAKUNDI VYOGND YABA ARUWUNDI YOBISA ABANDI NKUBU TURI MUHRA ABAND BARAHEJEJE UMWAKA NONE TUBIGENZ GT?NAHIMANA
16 Ruheshi 2015, 07:40, par emma
emma
nyakabiga nabicanyi bica imbonerakure izo grenade zitegwa nabande? kwarabonyene bihaye akazi kandi atari aba police nibareke twarabahinyuye kwaribo batera ama grenade kugira bambike ibara imbonerakure, ahubwo nibareke abana basubire kwishure.
16 Ruheshi 2015, 08:39, par Hamisi
Mwitesha Aho Muba Ngo Mugiye Kwirondo Tekereze Mwarahenzwe Ikirobere Ntigihera Mugisagara Rye Vyomwahorako.
16 Ruheshi 2015, 10:47, par nduwayo
mpore ncuti zanj.........
16 Ruheshi 2015, 16:55, par nduwimana
ayo marondo mugira mumenyeko igihugu atari icana
18 Ruheshi 2015, 05:24, par fidelité
Abo ni ba batutsi batumvikanye neza ingene bagabura amahera bahawe na ba pacifique na ba vitali n’abanyabulaya ngo batere akajagali mu gihugu,niko bigenda niko vyabagendeye aba sansa echecs bari basigaye ba viola ba nyina batakironka ivyo mu kajagali,nubu na bado rindira urwo rutuku bamaze iminsi banywa n’ivyo bimogi ni zindi bazoziterana!