Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Nyanza-Lac: Umugore yishe umugabo wiwe amutemaguje isuka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Nyanza-Lac: Umugore yishe umugabo wiwe amutemaguje isuka

Nyanza-Lac: Umugore yishe umugabo wiwe amutemaguje isuka

lundi 7 Nyakanga 2015

Umugore azwi kw’izina rya Suzana yarishe umugabo wiwe mw’ijoro ryo kuw’Imana igenekerezo rya 6 Nyakanga 2015,ku mutumba wa Mugerama,komine ya Nyanza-Lac mu ntara ya Makamba.

Uwo mugabo yishwe n’umugore wiwe yari azwi kw ‘izina rya Deo Basabose,akaba yishwe atemaguwe n’isuka mu mutwe.

Amakuru ava aho i Nyanza-Lac amenyesha ko hari nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro bavuye mu bunywero ari ho uwo mugabo yatangura gushwana n’umugore wiwe imbere y’uko amutemesha isuka. Amakuru ava mu babanyi amenyesha ko uwo mugore n’umugabo bari babanye nabi kuko bagirizanya kurenga ibigo.

Umugore Suzana yamaze gushika mu minwe y’igipolisi ku mvo z’amatohoza,hanyuma ashikanwe imbere y’ubutungane.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.