Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Rally Joe > indirimbo > Rally Jo yasohoye ururirimbo rusaba umukunzi wiwe kurahira
Rally Jo yasohoye ururirimbo rusaba umukunzi wiwe kurahira
mercredi 4 Ntwarante 2015
Umuririmvyi Rally Joe yasohoye urundi ruririmbo ruje ruvuga amajambo y’urukundo. Nk’uko ubutumwa atanga mu ndirimbo ziwe kenshi buba buhanitse gutahura cane cane amajambo arimwo, Rally Joe aririmba ati : "Rahira".
Muri "Afro Music Studio", n’umuhinyanyuzi Amili Pro, niho hakorewe ururirimbo rushasha rwa Rally Joe "Rahira". Ati : "Rahira kutazonsiga mu mayira abiri","Rahira ushireko n’ikidodo ko ari wewe...Rahira kutazompemukira."
Rally Joe atangura avuga ko gukunda bibaho kandi vyamaho, yamara kumenya umutima ukunda udakundishijwe n’ico kintu Imana yahishije amaso y’abantu.
Umviriza amajambo akora ku mutima ukunda ari mu ruririmbo "Rahira"
Cherif Nkeshimana
Messages
22 Kigarama 2016, 19:20, par benjamin
mbe rarlly Joe asigay akin amareresi?
22 Ruhuhuma 2017, 18:01, par Caleb
Nivyiza Cane
7 Ntwarante 2017, 22:40, par YOLAM
NDAGUKUNND NDANEZERWA NIMIZIKI UKORA
13 Ndamukiza 2017, 12:35, par Enco Claude
Saf Jkabisa Rall Joe Tunakusogelea
17 Ruheshi 2018, 12:26, par festus
shaka irya ndirimbo yaririmvye kubugeni muri irya film <inzira idashika>ndayironka?
30 Ruheshi 2018, 09:42, par Niragira Festus
Jew shaka amazina yazirya ndirimbo za rally joe yaririmvy muri irya film inzira idashika.