Accueil > Amakuru > umutekano > Ruyigi : Abantu batanu baguye mu gitero
Ruyigi : Abantu batanu baguye mu gitero
mardi 12 Ndamukiza 2016, par
Abantu bagera ku batanu nibo bishwe mu gitero cakozwe n’abantu bataramenyekana mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere, muri komine Gisuru, intara ya Ruyigi. Abagera ku ndwi nibo bamaze kumenyekana ko bakoremeretse.
Ico gitero cabaye nk’igihe c’isaha imwe y’ijoro zibura, ku mugoroba wo kuri uwu wa mbere, hafi y’isoko ya Munyinya. Abajejwe intwaro bamenyesha ko abantu bitwaje ibirwanisho boba bagera kuri cumi, boba bari baje bava mu gihugu ca Tanzaniya, ku rubibe komine Gisuru ihana n’ico gihugu.
Amakuru ava muri komine Gisuru intara ya Ruyigi, ahabereye ico gitero, amenyesha ko abantu batanu aribo bishwe mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere, abandi indwi barakomereka.
Ayo makuru avuga ko ico gitero coba carondera umurwi w’imbonerakure za CNDD FDD zari muri ico kibanza, mu bunywero bwarimwo abantu benshi bariko bivuna akanyota.
Ico gitero gikurikiye ikindi cari cakozwe muri iyo ntara nyene kw’igenekerezo rya 23 Munyonyo, ahagandaguwe umuporisi umwe hamwe n’umuyobozi w’ishure rito rya Kavumwe.
IGIHE
Messages
12 Ndamukiza 2016, 11:57, par Kamikanizi
Pore Sana Urupfu Rurya Bantu Mwihane Natwe Twarihanganye Le 11.
12 Ndamukiza 2016, 12:19, par Peace
Bagenzi ntamuntu numwe Azoshobora kwumvisha mugenziwe ivyiyumviro vyiwe akoresheje inkoho.None mwosenga Imana ntiyobashitsa kuvyo mwipfuza Atarusoro rusohotse??
12 Ndamukiza 2016, 12:40, par Nd.F
Imana Ibakire.Nabandi Iriteze Kubakira.
12 Ndamukiza 2016, 13:18, par gwasa
nimwihangane ubwicanyi ntawe bwereye ,ariko abagwana bativuga nuwabarungitse?bazosanga bariko bicuza nka obama ariko aricuza kumabi yakoreye les africaines kirazira kwica mwene wanyu.mbe ntimwotera kumurango ngo tubereke?
12 Ndamukiza 2016, 13:23, par Ya
Nkrunziza Atararekura Ntagahengwe Mufise Mutamwikuyeko
12 Ndamukiza 2016, 13:34, par Ntakarutimana Marius
Turahojej Bagenzi Bacu Bahuy Niyongorane.Tukaba Dusaba Ababijejwe Kobogira Icobakoz Muguhana Izonkoz Zibibi.Mpor Mwes
12 Ndamukiza 2016, 13:47, par gwasa
yemwe yemwe!reka kwicana ntacobimaze na obama ariko aricuza kumabi yakoreye libie nahandi muri afrika
12 Ndamukiza 2016, 14:06, par INTAGOHEKA
LES CHIE BOI ME LES CARNAVALE AVANCE TWIMUJERI TWI SINDUMUJA NTANTAMBWE BUZODUTERANA INKONA NTIYARUZWA KIRAZIRA
12 Ndamukiza 2016, 14:08, par tari
Uburundi ntamahoro bushobora kuronka mugihe atanzego bufise ningombwako abovyega Bose bojahamwe bagashiraho inzego zohagararira igihugu murikino kiringo nkuko intwari niyombare nabo vyarikumwe baribashatse kubigira kuko gushika ubu abarundi ningabo zitagira umutware nazo Ngo zicika impehesa
12 Ndamukiza 2016, 14:09, par bechou love
Rip
12 Ndamukiza 2016, 14:18, par AMAN
Imana ibakireneza ntwetur,inyuma
12 Ndamukiza 2016, 14:29, par NZIRIDASHIRA
ABATAHAZI NIBO BOKWIBAZA NGO NIBITERO.UBURERO IMBONES ZISE NUKUZITERA! NONE IZO MUGISURU NAZO ZAKOZE IKI? MWANANIWE NUKURWANA NINGABO ZIGIHUGU UBU MWIHAYE KWICA ABANTU BARI MUKABARE? UKO MWICA ABANTU MUBAHORA UBUSA NIKO BIZOBAGORA GUHUNGUKA NGO MUJE MUBANDI
12 Ndamukiza 2016, 14:43
BIBILIYA IVUGA KO UWICISHIJE INKOTA NAWE ARIYO IZOMUSOGOTA.NIBASUBIZE INKOTA MUGWUBATI UMURIRO W’IMANA UTARABAKIRA.
12 Ndamukiza 2016, 15:26, par Lion
Mbese Abo Bantu Barondra Iki Ga yemwe? Imana Idufashe Pe
12 Ndamukiza 2016, 15:28, par Lion
Mbese Abo Bantu Barondra Iki Ga yemwe? Imana Idufashe Pe
12 Ndamukiza 2016, 16:05, par Nduwimana Mathieu
Imana Nibakire Mubwami Bwayo
12 Ndamukiza 2016, 16:08, par À
Imana Ibakire
12 Ndamukiza 2016, 16:11, par sivyo
none nabatanzaniya babagandaguye?
12 Ndamukiza 2016, 16:38, par Peace
Bagenzi Uyuyiyise Tari Aratwengeje amarira.None ahuba ntandongozi zihari?Iyontwari yihaya Niyombare Irihe?Mwebwe mwarabonye umujenerare aHunga igihugu hanyuma ngo nintwari?umugabo ntatinya urukamvye!!!
12 Ndamukiza 2016, 18:02, par claude
Bagenzi bacu b`Abarundi mwebwe mugire inama Nkurunziza asubukure ibiganiro nabo atavuga rumwe,sinon nakomeza kwinangira nta Mahoro azagaruka kandi ibyo bitero birahitana inzira karengane,mais byose biraturuka kuri mecontentement ya Regime NKURUNZIZA qui a VIOLE LA constitution et les accords de paix d`ARUSHA so Mumugire inama asubire mu biganiro akomeze ninzira zindi zizakurikira kandi akure urwanda mu mutwe ibindi bizagenda
12 Ndamukiza 2016, 19:44, par kamaro
mwabantumwe aba sabarwanyi nabicanyi basigaye bamaramarira kubanyagihugu kandi ntibacagura bakuzako kugirango bagume bumvikana mumakungu ko muburundi vyacitse, rore abarindiriye urukiza kuri CNARED nibasubize amaru mwisaho. niyituma abobicanyi kugandagura abanyagihugu hama bidandarize ibiziga mubazungu......
12 Ndamukiza 2016, 20:08, par Nd.Fer
Imana Ibakire Mubwami Bwayo.Ariko Nintango.
12 Ndamukiza 2016, 20:13, par Nd.Fer
Imana Ibakire Mubwami Bwayo.Ariko Nintango
12 Ndamukiza 2016, 20:39, par ngendakumana Regus
imana ibakire mubwami bwayo !!turahojeje. nimiryango yabuze
12 Ndamukiza 2016, 20:43, par ngendakumana Regus
imana ibakire mubwami bwayo !!turahojeje. nimiryango yabuze
12 Ndamukiza 2016, 21:34, par Arcade Ndikumana
RPI bene mama muzize kwikunda kwa barundi bari kurushi.nibo bama badutera amahano yama adushikira
12 Ndamukiza 2016, 22:18, par B.A.INNOCENT
ISI ITWAGWA NA SHETAN 1YOHA 5:19
12 Ndamukiza 2016, 22:19, par NKESHIMANA
BIHORUBUSA ICIMANA YATEGURIYE UMUNTU MPAKA KIMUSHITSEKO
13 Ndamukiza 2016, 01:18, par K
System yokuza muratangaza ko mutamenya iyobazimaganiye kandi mwabagize kwakundi muyiteze imbere.
13 Ndamukiza 2016, 01:36, par Mutabitahura ya2
Ndabahe inkuru, hariho bamujeri bamaze imisi bavugako abasirikare bu Burundi bomubwoko bwa batutsi ko ngwaribo bababujije gushika kuvyobashaka ngokuko ngobeshi 99% barase gukurikira inama zuwigize ngo nuwuharanira inyungu zabatutsi bomubihigu vyomubiyaga binini.
Ivyobavyisigurira imbere yabategetsi bamwebamwe bomububiligi harimwo na Louis Michel. Ngonomubitero bateye mu Burundi ngobaribaziko abasirikare bu Burundi bomubwoko bwabatutsi ngobariguca bimanikisha amaboko mugihe bagiye kurwanya abarwanyi bateye uburundi bavuye mu Rwanda, atariko abarokotse bagasubira Rwanda navuzeko abasirikare babatutsi bararwana bidasanzwe.
13 Ndamukiza 2016, 07:37, par nizeyimana jmv
ndahojeje imiryangoyabuze
. arikobavuzengo isaserivakucuma, harikibitera ivyovyose ntimuvyirengagize
13 Ndamukiza 2016, 08:42, par MANIRABARUTA GEDEON
IMANA YAKIRE IZO NZIRA KARENGANE.
13 Ndamukiza 2016, 08:46, par MANIRABARUTA GEDEON
IMANA YAKIRE IZO NZIRA KARENGANE.IZO NJAVYI ZIRIKO ZIRATWONONERA IGIHUGU IMANA IZOBAGARAGAZA UMUSI URI IZINA.
13 Ndamukiza 2016, 10:15, par Niyogusenga
twagombatubasabire kumana yo mwijuru yonyene ibazigame idi tumaje kubona iyo nkuru twaciye tubasabirakumana ize ibike.
13 Ndamukiza 2016, 10:17, par Niyogusenga
twagombatubasabire kumana yo mwijuru yonyene ibazigame idi tumaje kubona iyo nkuru twaciye tubasabirakumana ize ibike.
13 Ndamukiza 2016, 10:56, par Louis Mari Nahigombeye
Non Bagirabatuma Ariko Bihora Ubusa!! Kuko Ipera Nimperuka Ako Karwi Kazosambuka.
13 Ndamukiza 2016, 11:07, par Celeous
NONE IVYO BAGIRA N,IBIKI? NIBARONDERE ABO BANTU BAKORA MWENIVYO.
13 Ndamukiza 2016, 11:13, par eric
free masoneri society in 33rd degree aho kagame arimwo bavyita order out of chaoes : utera ikibazo mubantu hanyuma bakaryana munyuma.....
sythesis antisythethis munyuma agacreer your order.
ivyo bintu vyavuye mubapadiri cane cane jesuit and juif.
That the only way to control the people.
kagame yoba yarinjiye muri free masonery or skulls bones canke counsel of foreign affairs .
izo zose ziri muri washington -france -belgique
mubisanzwe amadini yose uhuriramwo bikitwa ko ari fraternity ariko uko uduse mupete rya 33 niho urahira kwizina rya satan ko ariwe imana yiyi si
abakuru bibihugu bose kwise barimwo ariko uri munsi yipete ya 33 degree nka 10 to 30 degree urahira usi ko ari yesu jehovah imana urumuchriso ,muhamedi ariwe nzira uri umu musulma.....
mubakuru bibihugu bose ba america ari clinton,bush,wife of clinton,church,reagan bose bari 33rd freemason
sadama hussein,kadaffi,mandela nabandi bari 31 degree freemason.
aba jesuit and priest nibo batwaye iyi si tubona .abajesuite nibo batwaye ara musima,nibo batwaye abashinwa uko babigenza bugurura ama univerity,news papers,banks,ONGS bihind akaba aribo bazitwara.
nkurunziza yoba yankwa cane kubera ari mu born again christian kuko ababiligi barabikazemwo cane.
ababirigi nabafaransa ntukomako utari freemasorey
kuko freemason yuguruwe nabapadiri babinyegeje
umukuru wigihugu badashaka baramwica.
mubisanze barabinyegeza bagize uko bita philosopher hegel system :exoteric ideology (iyo batubesha)isotheric ideology iyo umenya iyo urahiye muri 33rd degree unwa amaraso mugikombe biguha ingumvu zidasanzwe
isotheric idelogy bavuga ko satan ariwe mana yaduhaye freedom umunse yadusanga muri eden garden aho yabwira ive ko ariye iyo fruit azoca aba nkimana abe free(humana rights?!!!)from God.
muri freemason 33rd iri washington ikizu kinini kingana na white house ,bigisha ko satan ariwe mana yisi ko jehovah ariwe satan adashaka ko tuba free.
uwuzi icongereza narabe searching with quotos-proof nibindi za
dr. walter veith - the secret behind secret societies
https://www.youtube.com/watch?v=MX0GtdVQ26E
13 Ndamukiza 2016, 11:41, par El Amini
Imana Ntizobura Kubaza Abazanye Iryane Ziriko Zituma Abene Gihugu Bicwa Umusubirizo Abandi Bangazwa Kandi Ntankeka Bazobiryozwa
13 Ndamukiza 2016, 11:42, par El Amini
Imana Ntizobura Kubaza Abazanye Iryane Ziriko Zituma Abene Gihugu Bicwa Umusubirizo Abandi Bangazwa Kandi Ntankeka Bazobiryozwa
13 Ndamukiza 2016, 12:03, par Fericien
Uwomutama Pita Narekeiyomanda,two,hona
13 Ndamukiza 2016, 12:09, par Fesitus
Ihane ,pita,uhebema Nda Yawe
13 Ndamukiza 2016, 20:09
THEOPHIL
13 Ndamukiza 2016, 20:31, par Fulgence
Ntacondabivuzeko Ariko Mbona Ari Ukwisamburirako
13 Ndamukiza 2016, 21:08, par Turabategereje 444
Twizere Ko Abo Bakora Arintumwa Za Daïmoni ! Ntakuntu Umuntu Ufite Ihakiri Yozakurasa Mu Isoko Byangwa Mubunywero Pe ! Kuko Aho Hantu Habarizwayo Abantu B’imicyo Mwinshi Ubwoko Bwose N’imigambwe Yose , Abarundi Dukwiye Guhagurukira Rimwe Tugaharanira Amahoro Kukonayacu
13 Ndamukiza 2016, 21:09, par Turabategereje 444
Twizere Ko Abo Bakora Arintumwa Za Daïmoni ! Ntakuntu Umuntu Ufite Ihakiri Yozakurasa Mu Isoko Byangwa Mubunywero Pe ! Kuko Aho Hantu Habarizwayo Abantu B’imicyo Mwinshi Ubwoko Bwose N’imigambwe Yose , Abarundi Dukwiye Guhagurukira Rimwe Tugaharanira Amahoro Kukonayacu
14 Ndamukiza 2016, 07:44, par Tefano
Nibihangane
14 Ndamukiza 2016, 15:55, par tech
NIZERE KO TUZOJA KWIYAMIRIZA ABATEGETSI BA TANZANIA, KUKO BIRAGARAGAYE KO ABADUHEKUYE BAVUYE IWABO! Nkuko twiyamirije U Rwanda duhaguruke twiyamirize Tanzania tuje kuri ambassade ya Tanzania twiyamirize President Pombe Magufuli!
OOh Burundi pauvre Burundi wari mwiza ariko usambuwe n’abatazi iyo bakujana.
14 Ndamukiza 2016, 15:57, par copy
En avant FDD-CNDD! Mbega ko mucereje! Samedi prochain, c’est à dire dans DEUX JOURS SEULEMENT, mutonde imbere ya Embassy of the Republic of Tanzania muheze MURTYOZE abarongozi b’ico gihugu kumwe mumaze ameze MUTUKA umukuru w’igihugu kibanyi c’U Rwanda! Ceux-là qui vous attaquent viennent bel et bien de la Tanzanie! Murabizi kandi muravyemanga. On s’attendait à ce que mutangura gutukana yamara MWARUCIYE MURARUMIRA! So, WHAT’S UP!!! Muracariko murategura les pancartes de haine canke?
14 Ndamukiza 2016, 17:48, par nizigi pascal
ababo nibihangane
14 Ndamukiza 2016, 18:32, par MAISHA Adam
Nukuri birababaje cane!
imana idufashe.
14 Ndamukiza 2016, 22:53, par FABRICE BAVUMIRAGIYE
NDIPFURIJE ABABUZE ABABOKWIHANGANA.NDONGERA.NSABA ABAJEJE.UMUTEKANO.KUMERAMAGABO...NIJEWE
15 Ndamukiza 2016, 20:08, par K
Mbesha washanowe wiyise copy harihumutanzaniya urigera azakudukorera amabi ngaha Burundi nkintumva zirundikwa na Kagame?
17 Ndamukiza 2016, 07:01, par @ MUKIZWA@
MANA TABARA UBURUNDI NIWEWE WENYINE