Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ugutanga akazi ku bigisha mu mashure mato n’ayisumbuye kwararangiye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Ugutanga akazi ku bigisha mu mashure mato n’ayisumbuye kwararangiye

Ugutanga akazi ku bigisha mu mashure mato n’ayisumbuye kwararangiye

jeudi 10 Ndamukiza 2014

Mu gisata c’indero hagiye gutangwa akazi, mu ntumbero yo gukwiragiza abigisha aho babuze hose.

Uwo mugambi ukaba uje ghageze, mu gihe mu gisata c’indero havugwa hamwe hamwe ubukene bw’abigisha, ndetse bikemezwa n’abayobozi b’indero mu ntara, aho bavuga ko haba mu mashure y’intango canke ayisumbuye, hose hibonekeza ubukene bw’abigisha, kenshi ndetse abayobozi bagaca bikora ku bigisha babakutsakivi.

Mu bushikiranganji bw’amashure mato, ayisumbuye n’imyuga ntibahakana ko hari ingorane z’abigisha, ariko bakamenyesha ko igikorwa c’ugutanga akazi ku bigisha bashasha baja kwigisha mu mashure mato hamwe n’ayisumbuye carangiye. Djuma Edouard umuvugizi muri ubwo bushikiranganji, amenyesha ko naho bashasha babonetse baja kwigisha muri ayo mashure, igitigiri cari citezwe n’amwe mu mashure, kitashoboye kuboneka.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.