Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umucuraranzi Rally Joe Sekuru wiwe yitavye Umuremyi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Rally Joe > inkuru > Umucuraranzi Rally Joe Sekuru wiwe yitavye Umuremyi

Umucuraranzi Rally Joe Sekuru wiwe yitavye Umuremyi

vendredi 8 Ruhuhuma 2013

Kuri uyu wagatanu kw’igenekerezo ryu 8 Ruhuma 2013, Rally-Joe ari mu ntara ya Muramvya aho atagiye kuririmba ahubwo yagiye gushingura sekuru wiwe avyara nyina.

Sekuru w’uwo mucuraranzi yitavye Imana ejo kw’igenekerzo rya 7 Ruhuhuma 2013.
Rally-Joe yatubwiye ko kubera iyo nkuru yamushikiye giturumbuka, abacuraranzi bagenzibe ntibashoboye kumuherekeza gushingura sekuru, we yaciye yihuta wenyene kuja kumaziko.

Uwo muryango wuwo mucuranzi ndetse nawe ubwiwe nabakunzi be ni bakomeze kwihangana.


Joel Sengurebe

Portfolio

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.