Accueil > Amakuru > umutekano > Umuhungu wa Petero Karaveri MBONIMPA yagandaguwe
Umuhungu wa Petero Karaveri MBONIMPA yagandaguwe
vendredi 6 Munyonyo 2015, par
Umuhungu wa Petero Karaveri MBONIMPA, umukuru w’ishirahamwe APRODH yagandaguwe arashwe.
Amakuru y’igandagurwa rya Welli NZITONDA amenyekanye inyuma y’aho afatiwe n’abaporisi, akajanwa gupfungirwa mu kibanza kitaramenyekana.
Welli Nzitonda, umuhungu wa Petero Karaveri MBONIMPA yari yafatiwe ku Mutakura, abaporisi bamufashe bamutwara mu kibanza kitari bwamenyekane.
Amakuru yemezwa n’umuryango wa Petero Karaveri MBONIMPA amenyesha ko Welli Nzitonda yagandaguwe, ikiziga cari kiri ku Mutakura kw’ibarabara rya 12 cakuweho na mukuruwe asanzwe ari intwazangabo mu gisirikare c’Uburundi.
IGIHE
Messages
6 Munyonyo 2015, 15:45, par maria
oya ityo ni bara turagowe twese atawuvuyemwo.
6 Munyonyo 2015, 16:14, par Ntisinziriye
Mana Mushobora Vyose Twopfuma Twumva Waranduye Kinogihugu Kuko Turarushe Mukama Amaraso Yabenewacu Abayemeshi Asesetse
6 Munyonyo 2015, 16:25, par NEZIFOR
AHAA NTAKIBURIMPAMVU
6 Munyonyo 2015, 16:28, par Ntwari
Nkuru Aragowe
6 Munyonyo 2015, 16:29, par Ntwari
Nkuru Aragowe
6 Munyonyo 2015, 16:34, par divin
none vyoba vyagenze? imana idufashe vyukuri!
6 Munyonyo 2015, 16:52, par gahuri sinzinkayo
Barundi,Banyamahanga Namwe Mwese Mukunda Uburundi Senga Musengera N’uburundi Buri Mumakuba Yabaguma Bicwa.
6 Munyonyo 2015, 16:54, par biragoye
Biragoye ashobora kugandagugwa kumpande zose nabo ba tutsi bomu ku mutakura na cibitoke bomugandagura nkuko na ba polisi bomugandagura. En fait biragoye kwunva. Par ailleusr iyo nwgano iriko iraba iyubwoko muraraba neza. Ndahojeje umuryango wabuze.
6 Munyonyo 2015, 17:00, par reka
uwo mtama Mbonimpa baramutabuye umutima. Mbega ivyago. Sigaho sigaho ni musubize inkota mu cubati.
6 Munyonyo 2015, 17:18, par amani sasita
Ingendo ishishikazwa na leta y’uburundi mu bwicanyi ndengera butungane bamenye ko impera nimperuka bizobagiraho ingaruka.
6 Munyonyo 2015, 17:19, par leonid
abashoje intambara bakomeje kuyigwamo,nokuyiburiramwo ababo,ubuse uyu kuki atahunze koko abonye umuvyeyi wiwe ahatswe kugandagugwa,azize ubujuju bwiwe.
6 Munyonyo 2015, 17:24, par Marcel
NKURU GEZAHO.
6 Munyonyo 2015, 17:27, par Burund Bishasha!
Nukur Biteyisoni!!Hama Uwamaraso Aragow Nukur!Mbegayibagy Kona Generl Yagiye!!Mbenaw Hamwevyomubako Yoshikrahe!Imana Ibaharir Ntibazicobakora!
6 Munyonyo 2015, 17:43, par etienne
none karashize ingani umwana w’imbeba azire urwanko rwa nyina.ubutungane busunziriye hazogera igihe bwikangure abo bica benewabo ataco babaziza bafatwe bishure amabi bariko barakora.
6 Munyonyo 2015, 18:16, par Bijonya
Ivyovyose biriko birakogwa nibitigihugu mumanga amahoroyoyo ,nindoto abahungamugonvyemwohunga canke mutimbe arikomumenye kwabantubagiyegupfukubwisi kandikumpandezose nabobigirabategetsi bajopfamwo musemgemureke ivyavuzwe bizosikavyose atanakimwe kivuyemwo.
6 Munyonyo 2015, 18:17, par Com
Bana b’abantu sihezaaaa!
6 Munyonyo 2015, 18:20, par Turwanyesindumuja
None ko mukwiza ibihuha muhisha ukuri. Aho siyishwa na barya ba Sans echecs bagandaguye umwe mubayoboke ba CNDD bakamuvanamo umutima. Abo bose bahungabanya umutekano bahunge cg baraswe.Naho kuvuga ngo umuhungu wa Mbonimpa yishwe ni kimwe nuko undi muntu wese yapfa.
6 Munyonyo 2015, 18:24, par Bijonya
Ivyovyose biriko birakogwa nibitigihugu mumanga amahoroyoyo ,nindoto abahungamugonvyemwohunga canke mutimbe arikomumenye kwabantubagiyegupfukubwisi kandikumpandezose nabobigirabategetsi bajopfamwo musemgemureke ivyavuzwe bizosikavyose atanakimwe kivuyemwo.
6 Munyonyo 2015, 18:32, par Ndayiragije Nestor
Ibintu Vyose Biba Mu Burundi Ntagisigaye Atari Kubitura Imana Nayahandi Abantu Twananiwe
6 Munyonyo 2015, 18:33, par Tuze
on assiste a un génocide au vu et au su de la communauté internationnnale. Demain vous entendrez dire qu’on ne savait pas. L’East African Community ne fait qu’assister un pays membre dont la population est enfermée et ne peut meme pas fuir parce que les milices Imbonerakure appuyés par les FDLR et les Interahamwe ont fermé les frontieres et veuillent de tuer ceux qui tentent de quitter le Burundi. Kagame avait juré de ne jamais assister a un génocide, et voila son pays frere en souffre et le silence domine.
Tres decevant pour tout ce monde quoi ne réagit pas.
Prions pour les victimes enregistrées et les futures car la machine est en marche. SILENCE ON TUE. DÉPLORABLE
6 Munyonyo 2015, 18:51, par François
Mana tabara iki gihugu na bantu bawe ahandiho abarundi turarushe kk dusigaye duhigana kimpongo
6 Munyonyo 2015, 18:56, par Falcon
Birababaje mugabo umuntu apfuye Imana iba yabiretse kimwe gusa nkurumbi nakarwi kiwe barihenda cane uburundi ntazobutwara nku rwanda canke ouganda...etc.,niyice mugabo amenye ko akwegera uruvyaro rwiwe,ruzotswa kumigeto ndakubwije ukuri uwuzorokoka azombarira.
6 Munyonyo 2015, 18:57, par John
Birirwa batera amagerenade mu isoko bagura ngo umenga bo ntibava amaraso!
6 Munyonyo 2015, 18:59, par Falcon
Birababaje mugabo umuntu apfuye Imana iba yabiretse kimwe gusa nkurumbi nakarwi kiwe barihenda cane uburundi ntazobutwara nku rwanda canke ouganda...etc.,niyice mugabo amenye ko akwegera uruvyaro rwiwe,RUZOTSWA KUMIGETO ndakubwije ukuri uwuzorokoka azombarira."CONDOLEANCE LA FAMILLE DE MUTAMA MBONIMPA"
6 Munyonyo 2015, 19:18, par Niyonkuru JAMARIE
bant musenga musenger uburund na barund!mbega iyo ntwar bayizizik?uwob abiz yo mpa ukur?murakoz
6 Munyonyo 2015, 19:20, par Nishimwe abel
Imana nimwakire mubwami bwayo ariko amatohoza nabe abamugandaguy bamenyekane nimba ari abapolisi nabo nyene bashengezwe
6 Munyonyo 2015, 19:24, par PETER
nukuri turababaye kumva urupfugwiwe.hama tumusabirako imana yomwibuka mubwami bwijuru.kwabamwishe imana yobabona hama imanayo nyenububasha azocurubanza.hama turahozeje umudyango nincuti ahohose bari kwobokwihanga na kuko kwiyisi biragoye.hama tusengere igihugu cacu kukokigeze ahatemba.kandikugira ibivyosebibe uwatumyebiba arazwi ninkuko amaraso amarira azoyabazwa.imbereyimana.P. T.R
6 Munyonyo 2015, 19:40, par kamaro
none uyu ko ataba kumutakura yariyo gukoriki?? ikindi abandi bariko bavayo hama nawe akajayo...ibi bigaragaza ko ivyabera kumutakura yarabizi...uyu ashobora kuba yari mubicanyi..
6 Munyonyo 2015, 19:45, par SAIDY
NTIBITANGAJE HANO MUBURUNDI UBU TURAZI KO ARI IGIHUGU CAMARASO ARIKO NIBICE NYUMA NABO BAZOKWICWA
6 Munyonyo 2015, 19:47, par SAIDY
NTIBITANGAJE HANO MUBURUNDI UBU TURAZI KO ARI IGIHUGU CAMARASO ARIKO NIBICE NYUMA NABO BAZOKWICWA
6 Munyonyo 2015, 19:47, par pole
ariko kweli nkuyo muhungu aravye ukuntu se yarusimvye,ntiyabona ko wa mugani ngo urubuze inkware ruvumbukana igihuna? mu kirundi nta wushinyagurira uwapfuye ariko nukuri aha yarahasamariye niyigire nta kundi. enda mwa bantu mwe muri hiyo muzi ko mushobora kujaniranwa nimwivireyo hakiri kare. ntimurabe amatungo yanyu ngo ntimwoyasiga.vyose nibironndegwa.
6 Munyonyo 2015, 20:18, par WAK
nukuri abarundi turagow
6 Munyonyo 2015, 20:22, par Bucumi Pierre
Karabaye Ubu Za Nkozi Zikibi Nizo? Ubu Barakenyeye Uburundi Babuhindure Umurwa Wa Satani
6 Munyonyo 2015, 20:35, par kiziga Bikomagu
Erega guhirika ubutegetsi birahenda muzajye murwanda mubaze inkotanyi uko zapfaga nk’ibimonyo. Kuko hari kumunsi umwe zapfaga ara nka 300. None mwebwe ba Sindumuja mupfusha umuntu umwe amarira mukayakwiza isi. Nimuhunge igisagara gituzwemo abandi aho kugira ngo abarundi babure amahoro
6 Munyonyo 2015, 20:35, par nakanaka
none uyu nkurunziza numurundi? canke numunyamahanga avuye mukuzimu
6 Munyonyo 2015, 20:50
Ewe Bijonya! Yaco Utamba Kumuvyimba, Nawe Upfa Kwirengagz Uraz Ko Kubura Bibabje! Ark Umeny K Imana Ikwumva Kandi Inakubna.
6 Munyonyo 2015, 21:07, par ROBAT
MANA TABARAUBURUND NAYAHANDI BARATUMARA RABA SE YARAHANCWE NORABA WEWE BARAMWISHE MANA NTAYUNDI TUSABA ATARIWEWE TUROKORE NKUKO WAROKOYE DANIYERI MURWOBO RWINTABWE NAYOHANDIHO NTIRAHONA
6 Munyonyo 2015, 21:37, par Christopher Nsabimana
Ha Abantu Mwagize Kwica Umwuga Siho Muri Kko Imana Igiye Guhoza Amarira Abarundi We Wamwishe Uzojugumira Ndakurahiye
6 Munyonyo 2015, 22:20, par Pacifique
Hahahaha mbega akajagari!!!MBONIMPAMA akihamagara nabandi barikumwe ngo abanyagihugu baje mumabarabara yarazi kwibi bizoshika
6 Munyonyo 2015, 22:32, par Imbonerakure
Haryarero Seyibazango Yarahunze Ubwana Bwiwe Abusigainyuma Sha Kwishavu Yaduteye Ntanuwo Kubazinkuru Tuzomusigira Uwurukarihije Ruramumwa
6 Munyonyo 2015, 23:46, par Emmanuel
mana garukira abarundi n’uburund barek kwicana arimwe. nne ndabaz uyo we yishwe nde? cank azira ik?
7 Munyonyo 2015, 03:09, par RAYMOND NDIHOKUBWAYO
vyukur birababaj biraterany agahinda kubon umuntu asigaye yicwa bunyamanswa atacamira non gayemw bubon bitagiy kutugor? abasenga nimuze tuje ku mavi duseng ataruk imana iriko irashangashirw numus numus igatez amakuba kugihug cacu kubwa babisha baguma basesa amaraso ya bene wabo
7 Munyonyo 2015, 04:04, par Mpozamarira Erias
Ndahojeje umuryango wa Karaveri wose ahutuye,ntakundi ivyobiriko biraba vyaravuzwe,Mubuhanuzi bwa zanwe na Damassene Gakwaya, abategetsi bamwirutse namahiri bafatanije nabanyagihugu bamwebamwe. none muvyo yavuze ntavyo murabona bimwebimwe? nibindi biracarinyuma Kuko IMANA ntibesha. ivy"Imana yavuze kuri Nkurunziza nirazima bishike vyose.Jewe ngenda ndaharura. none kohavuzwe ko Piter, kwazokomantaza umutima nti yemere kubisa abandi,ntivyashitse? ntancuti nabagenzi bamuhanuye akarasa hejuru? mutahure kubiriko biraba,nkugusesa maraso ivyose vyaravuzwe birapirwa. abafise burya buhanuzi subiramwo mubwumvirize,murakoze.
7 Munyonyo 2015, 04:32, par Emanwel
None kamana gukora amaraso niyonyishu yibazo muburundi mana turatakamvye nukuri uze uhindure imitima yabantu amaraso yamisi yose gukere umuntu nkimpene mana garukira uburundi buragwaye abo bica nabo bamenye ko ingero ugereko mugenzawe ariyo nawe uzogeregwako ubigire ubizi ndavuga simvura ndarenganye
7 Munyonyo 2015, 05:55, par Audace
Birababaje, Kubona Umuntu yicwa kand ari mumaboko yab6ukingiye, ubutungane mwomenyera bwafash urugndo rwahe... niburab bukor...
7 Munyonyo 2015, 06:16, par burundi
Mana fasha uburundi
7 Munyonyo 2015, 06:31, par kanumba
ntakundi umuryango urigumya!sma jean 5:24,25
7 Munyonyo 2015, 07:14, par Maurice NSABUMUREMYI
Jew hahez ukwezi nkibona amabi nkayo ndiko ndabona muburundi nzohitamwo kwiyahura
7 Munyonyo 2015, 07:33, par Muka MBONIMPA Pierre Claver
Barambabaje batishe kirya gipfa mutima c’umuhutu ngo ni MBONIMPA.Ibi vyos niwe yabikweze afadikanij na ba Munoho paciphique,ba Vital,n’abandi.Ko MBONIMPA atoryozwa ivyo yakoze,nabone ingaruka z’ivyo yakweze.Barampekuy arik ni umugabo wanj yabikweze
7 Munyonyo 2015, 09:47, par Hindukira ubaze umutima icuri
ico nobabwira nikimwe mumenye ko mutiremye!mugira musumbwe na Buyoya,we yashaka guhonya abahutu gusa,abari kuntwaro ubu mweho,mugomba kumara bose,ntihagire umuhutu yize musubira kwica ngo nuko mutavuga rumwe!murabica muzobirondeza mutakibabona basha!!?burya Buyoya arababona ntahoyaroye!!Abahutu mwibagira n,ingoga!mwibuke vyonyene ivyo Remy Gahutu yasize abwiye ubwoko bwabahutu!aboyasize kurugamba mweho murabindusha!ntimusye bwose ngo nukwo muri kuntwaro!kubera ugukundinda kwabamwe muzohava musanga igihugu abatutsi basubiye kugifata!mumenyeko atamashure mubarusha!ingwano yo nibo bayitanguye!!ikibwirwa nicumva!!
7 Munyonyo 2015, 10:15, par WUMUKAMA
Murakenyeye mumare abarundi,IMANA irababona muzopfa urwa gahini ;;; mimwigarure mwa bategetsi mutanga amategeko yo kumarana mugaca muva i bujumbura mukaja kujejeta ruguru.
7 Munyonyo 2015, 11:53, par NDIHO
YEMWE ABEZWA NIBEZWE NAYAHANDI NTIMUFYINE KUKWIBI VYARAVUZWE
7 Munyonyo 2015, 11:54, par NDIHO
YEMWE ABEZWA NIBEZWE NAYAHANDI NTIMUFYINE KUKWIBI VYARAVUZWE
7 Munyonyo 2015, 11:59, par NDIHO
NONIVYO NIBIKI GAYEMWE
7 Munyonyo 2015, 12:05, par Iryinyokurindi
None Se Yasizateranije Acarabasiga? La Terre Tournée Sur Elle Même Reka Turindire.
7 Munyonyo 2015, 12:43, par NEGAMIYIMANA.
MUMUHEKURE MUCE MUMUTAMBA KU MUVYIMBA NGO NIWE YANDITS UBWO BUROFA KURI NET? KUBA KARAVERI ARI UMUHUTU SIYO NGORANE,GUSA UKURI GUSONGOY NKICUMU BATERA MUNYAMA RIGATOBEKERANYA UMUNTU AKAGENDA YARAYINZ UMENGO ARAKOMEY,YAPFUYAHAGAZE! VITAWAGEUKIA TU.
7 Munyonyo 2015, 13:22, par Hope
Ariko abantu baratwenza, mwebwe muzi ko papa wanyu yahatswe, nuko mwigumira i burundi, mwahunze?
7 Munyonyo 2015, 14:20, par ishekeli
Birababaje, Imana ntizobura guhora amaraso yakiremwa muntu uwariwewse, mbe ubwoko buvuze iki? Mbe kuba Umuhutu, kuba Umututsi, kuba Umutwa, n’icaha mu burundi murwanda na congo? None izomvange nazo muzozishira he? Ikibabaje nuko nabakozi b’Imana nabo bivanga mumacakubiri! Mana tabara uburundi n’abarundi turagowe.
7 Munyonyo 2015, 14:59, par ERIC
YOHO NN NKUWO YAZIZIK NA HIMANA
7 Munyonyo 2015, 16:45, par Jean
Birababajekabisa!!.
7 Munyonyo 2015, 16:47, par Jean
Birababajekabisa!!.
7 Munyonyo 2015, 17:10, par MINANI CLAVER
None Kayemw Ko Imisor Bagomba Batumar Bashak Gushik Kuk?Nukur Ubu Igiporisi Bakwiy Kucak Inkoh Kuk Akosikokaz Baziherew Imana Imwakir
7 Munyonyo 2015, 17:20, par mahoro gad samuel
wihangane ukomeze gusenga
7 Munyonyo 2015, 18:16, par Museke
Mana Fasha Abarundi.
7 Munyonyo 2015, 19:26, par Ndumurundi
None Ivyobigirabande? Umuryangowabuze Niwihangane Sikobizohora Imana Igiyegutanga Akaroreromuburundi.
7 Munyonyo 2015, 19:48, par Jean marie
imana iradukund .Niyoyaremye umuntu niyo izi iherezo ryumuntu arinaco gituma abo bica bagenzi babo bamenye ko atawuzorambira kuri iyi si twokwicisha bugufi tugasenga gusa imana imwakire mubwami bwayo.Imana yakire abapfa ataco bazira.
7 Munyonyo 2015, 20:42, par Paccy
Mana Mana Garukira Uburundibwawekukobugeze Mukaga Managirira Ikigogwe Uburundibwawe!!!! (....)
7 Munyonyo 2015, 21:37, par ISRA BIKORI
IVYO MU BURUNDI, NTIBIZOROHA .UMUNTU ASIGAYE ASUMBWA N’IBIKOKO.?NIMUGEZAHO BIRAMAZE.NONEKODUHAYETWICANA,UWO NIWOMUTI DUTOYE KUBIBAZO BIRI MUGIHUGU CACU?NIMWIKEBUKE.
7 Munyonyo 2015, 21:38, par ISRA BIKORI
IVYO MU BURUNDI, NTIBIZOROHA .UMUNTU ASIGAYE ASUMBWA N’IBIKOKO.?NIMUGEZAHO BIRAMAZE.NONEKODUHAYETWICANA,UWO NIWOMUTI DUTOYE KUBIBAZO BIRI MUGIHUGU CACU?NIMWIKEBUKE.
7 Munyonyo 2015, 22:45, par ndacayisaba Gérard
mbega ko hapfa intungane gusa igihugu cacu gisigaymwo abanyavyaha gusa!dusigaye turyana imitima!Ibiganiro nibibe kuko bitabay kwoba ari ukubika agakar mugashambara.Mana tabaranya kumwe watabra Israel!
7 Munyonyo 2015, 23:21, par Irakoze Jeremie
Abantu Bakora Akabinkako Bahekura Abavye Mana Urabaharira
7 Munyonyo 2015, 23:24, par Batutsitunywamarasoyabahutu
Aka gatype mbona gasa nk’imbwa. Ubanza karanyweye urumogi karangiza kakirasa.
8 Munyonyo 2015, 06:25, par Felicien
abo bicanyi nabo nyen bazopfa.IMANA YAKIRE IZO NZIRAKARENGANE
8 Munyonyo 2015, 06:41, par manirakiza serge.
nagomba nsabebenedata ntiduhedweninkozizikibi ngoziturondereta amahoro ekaye ntacizanakimwe zirondera icoziro ndera nukudusubizamuntara .gwarukamwirinde kujamuntambara.
8 Munyonyo 2015, 07:14, par boutros.niyonzima
nukuri ndunva tugez habi basigaye bica kumugaragaro
8 Munyonyo 2015, 07:41, par bir_dragon
yo bihangane aumutambukanyi wuwo mutama ico nomusaba ntiyiyahure ahubwo akomeze gusenga uhoraho.kuko yiyahunye nkuko abimenyesha yoba ahomvye ubugingo budashira twasezeraniwe kandi ibivyose biba imana ibibona nikuki? kugira irabe ukwihangana dufise.bene data mwihanga bugiye kwira bwongere buce.imana izoduhanagura amarira yose twaririye hano mwisi.
8 Munyonyo 2015, 08:14, par samuel
MANArekaubugombebwawekushikuburundikand wakireimitimayabarundibarikobarahohotegwaboseinyongazawezibekubwokobwawe
8 Munyonyo 2015, 08:16, par samuel
MANArekaubugombebwawekushikuburundikand wakireimitimayabarundibarikobarahohotegwaboseinyongazawezibekubwokobwawe
8 Munyonyo 2015, 08:56, par XXXXXXXXXXXXXXX
Ubwo Bwicanyi Bwose Ni Kubwikiringo Ca 3 .None Umukuru Wigihugu Abivugakwiki .Nbwayanje Igihugu Kirayogeye
8 Munyonyo 2015, 13:35, par HAKIZI ERNESTE
ntakundi umuryango wiwe nihangane.
8 Munyonyo 2015, 13:44, par luc
Mana tubehafi
8 Munyonyo 2015, 14:13, par Haiimana eri
Bihangane kubamwisi nikobigenda buriwese ateganyirizwe igiheke imama imuhe iruhuko ridashira
8 Munyonyo 2015, 15:55, par Nice-b
Ni Hatari Basha, Abarundi Dukwiye Kumenya Kubwicanyi Ataho Buzodushitsa Tukabireka. Nyakubahwa Nawe Amenye Kobiva Kuriwe Ivyo Vyos. Imana Imwakire!!
8 Munyonyo 2015, 18:53, par Alice Irumva
Numubabaro utagira ukungana!
8 Munyonyo 2015, 21:33, par Alice Irumva
Numubabaro utagira ukungana!
8 Munyonyo 2015, 23:24, par R,ichard
non ntibaramenyekana abamwishe?
9 Munyonyo 2015, 00:29, par mbindigiri
Ariko teater za gitutsi zirimo ubugome bwinshi. Uyu mwana yari yabonye visa ya Belgique arangije ntiyamemenya ko ari umuhutu yitwa je ko se yabaye umumotsi wabatutsi agamije kumarisha bene wabo none dore dore uko bamurashe , umukecuru we numuzungu. Uwo mitambukanyi we natabirinda abatutsi nawe baramwirenza kuko ntibarikunezezwa nuko umuhungu we agiye iburayi akiri muzima nuko meza nawe kubabwira ibyawe kwica kuri bo ni umurage bazaguhitana mwibeshya ko babakunda mukabagendamo umuhutu kumutakura! Ntamwe muriyibagirwa pe! Mujye mumenyako igipolisi cyburundi kirimo nabatindi kandi inom yagahotoro baraye nka bakivuka. Barahita bakura umunywa muremure bakura indege bagafotora abobishe bagacuruza ngo ni zagenocide urebe ko hari uwavuze kuri uwo mu hungu wa claver. Uburyarya no kubeshya Mujye mwibuka ko Imana ibyanga. Abatutsi badatinya no kubeshya Imana Imana di Obama Luis Michel na za onu izabakubita inkoni ngo itinda kurakara kandi ikagira ibambe.Iminsi yigisambo ni 40.
9 Munyonyo 2015, 08:58, par nestor.minani
umwana.wimbeba.wazuzugwanko.gwanyina.naw.peter.uribak.kuk.naw.ntiworohewe
9 Munyonyo 2015, 13:47, par elietah@yahoo.com
MURAHO BASOMYI MURU RUBUGA,VRAIMENT EXCUSEZ NJYE IYO NSOMYE IBYANYU(ABARUNDI) KUKO NJYE NDI UMUNYARWANDA MBONA MWEBWE ANALYSE ZANYU ZIRI HASI CYANE.NONE MURIBAZA ABISHE UWO NYAKWIGENDERA? ARI INZEGO Z`UMUTEKANO ZAMUFASHE? IBYO ABABYIBAZA NIBY UBUCUCU.IMANA IKOMEZE UMURYANGO WABUZE ABABO.NAHO UBUNDI ABO BICISHA INKOTA BAZICWA NAZO.
9 Munyonyo 2015, 14:42, par cibitoki
this is all about NKURUMBI yo kicwa ni sazi ! uyo mwana yazize ivyumviro vya se. imana imwakire, abahutu 90% batekereza muri 1 metre kabisa , none izo mbenera canke interahamwe zica nisazi igurutse i burundi hazosigara iki?
9 Munyonyo 2015, 15:26, par jiji
birababaje kubona umuntu asigayeyicwa akagereranywa nakanyeger.arikobitebitebuk ukurikuzoja ahabona.ntaho ikinyomakizigeragitsinda ukuri.ariko umukuruwigihugu amenyeko ubwicanyiburikobuba harigihe azobubazwa.
9 Munyonyo 2015, 16:48, par Nibaruta providence
imana izoduhorera di bana bayo.
10 Munyonyo 2015, 04:54, par congera
Mbonimpa yaribagiyeko arumuhutu yifadikanya nabatutsi none reba kuntu bamuhekuye abatabizi bibajijengo yishwe na polisi kumbe yishwe nimisore yahawe inkoho na pacific mucuti wa mbonimpa bamwitiranije na polisi yambaye civile izo drog babahaye zizoza zirabagarukako
10 Munyonyo 2015, 11:55, par claude
Non bagombakumuhonyagayemwe!!!
10 Munyonyo 2015, 21:13, par Ndayisenga Déogratias
Mana garukira uburundi kukobugeze aho umwansi ashaka.Mana akira Welli-Nzitonda,kandiwongere uhoze umuryango asize.
10 Munyonyo 2015, 21:15, par Ndayisenga Déogratias
Mana garukira uburundi kukobugeze aho umwansi ashaka.Mana akira Welli-Nzitonda,kandiwongere uhoze umuryango asize.